Umviriza ico Umugambwe

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 9 ก.พ. 2025
  • Umviriza ico Umugambwe #CNDD_FDD uri ku butegetsi mu Burundi uvuga ku biciro vy'ibidandazwa biguma biduga. Kurikira Reveriyano Ndikuriyo, Umunyamabanga Mukuru w'Umugambwe CNDD FDD.
    #Burundi #Ibiciro #Intwaro_Ibereye

ความคิดเห็น • 7

  • @MASHARIKINoTBoy
    @MASHARIKINoTBoy 4 วันที่ผ่านมา

    Nisawa naomba sapoti yenu

  • @Ntare4040
    @Ntare4040 หลายเดือนก่อน +1

    Iki kintu nari narakivuze inda ninyishi zirya abakozi nibake. Reta nibave mu gusinzira batumeko ama mashine arima bongere barwize amasuka. Hari imigani baca ngo uwukize akira isuka uko nukwibesha ubu bose birukira mugisagara ca Bujumbura batinya kurima. strategy commerciale et agriculture bikenewe gusubiramo. Nibareke guta umwanya bagura imiduga yintamenwa bakore ibiteza imbere igihugu bahatire umweneguhugu wese aho aherereye arime munzira zokurwanya inzara. udafuse ico akora mugisagara asohoke igisagara baje mubikorwa.

  • @christopherAssimwe
    @christopherAssimwe หลายเดือนก่อน +1

    Komera mutama

  • @ngendakumanajeanmarrie7490
    @ngendakumanajeanmarrie7490 หลายเดือนก่อน

    Babwire mutama

  • @ernstjumainemyampi7314
    @ernstjumainemyampi7314 หลายเดือนก่อน

    Jewe mbonako atawundi botora abikwiye w' inararibonye!

  • @YasingaKevin
    @YasingaKevin หลายเดือนก่อน

    None ningobwa Bose bakore akazi kokurima