Uyu we akiri mukarangamutima ka palipehutu we aje ari inyuma ya cndd. Wewe ukigendera kumigambwe y'amoko ntaco woza umarira uburundi, ahubwo bwoba inyuma y'ubwa cndd. Amoko muburundi,= ubwicanyi. Intwaro nk'iyo Imana izoyiturinde mu Burundi, uburundi ni ubw' abahutu, abatwa abatutsi. Nta gihugu nakimwe catwariye ubwoko ngo kirame, akarorero ni aho mu babanyi. Rero intwaro izoza ishingiye ku moko yo ni mbi cane. Cndd yo iri mumoko, iri mubusuma. Mana tabara uburundi
Reka tubihe yezu,
Imana yonyen niyo izabikora.
Uyo mutwe niwo urimwo uburozi bwiwe nikobamubwiye muri NIGERIA 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
None bunyoni koyamufashe abonabo barimbere yiwe mugabo arire babona nkaho umenga nabantu bivyuma batofatwa abarundi twibwe hama uwujejwe gufata abivye abarundi arire ahokubafata kandi barimbere yiwe ababona batanahunze akamaramaza karama canke canke yiruka kuwushaka kumukura kubutegetsi gusa ngira uwiba ivyabanyagihugu ntangorane mana dutabare niwewe duhanzamaso🙏🙏🙏🙏
Ivyo babikora kubera ukutamenya ivyo barinwo.
Uzohora harabaribashushe nkawe barahoze
Mugani wuyo cnl niyibujije iterambere?
Je naje sindabitahura neza kabisa, Neva vyiza yovaho akareka kuirigwa ararira vraiment
Hanyuma hacehajakonde
Erega bonkejwe bibi ababikora biyitirango n'imbonerakure, Naho nibo bamenje
Erega abakinyi ba nide barabaho
Gwasa ararjishinga aba dd
Aba CNL mwese muribigugu.ngo dusubire muri zantwaro??wakiguguwe ushaka gusubira gucumitwa imigano!!!kuvyukuri ibibazo vyubutunzi birahari kandi nisiyose na Macro yarabivuze ryari ko na Europe irimukaga ubutunzi buriko bugabanuka.ahubwo ico noshinja président nuko atariko ahasha abo avuga bivye kugira dusabikanye bike dufise,,nayo ikibazo cama devises bisaba kuduza exportations ntakindi.ibisigaye jewe sinumva uwundi mworonka yoza asumvya Neva mukwitangira abenegihugu.
Nihatari
Bunyi bunyi ( Gato Gato gusa)
Aba dd bamenyereishamba ntabqyagihungu boshobora gu twara nibinywamaraso abo n'a shetani ntazobemera azobahakana
Nta Neva azotanga imihoho
Aba dd bicaye kuri code itaramenyekana
Izoja ahabona ku munota wa nyuma dutangare
Uyu we akiri mukarangamutima ka palipehutu we aje ari inyuma ya cndd. Wewe ukigendera kumigambwe y'amoko ntaco woza umarira uburundi, ahubwo bwoba inyuma y'ubwa cndd. Amoko muburundi,= ubwicanyi. Intwaro nk'iyo Imana izoyiturinde mu Burundi, uburundi ni ubw' abahutu, abatwa abatutsi. Nta gihugu nakimwe catwariye ubwoko ngo kirame, akarorero ni aho mu babanyi. Rero intwaro izoza ishingiye ku moko yo ni mbi cane. Cndd yo iri mumoko, iri mubusuma. Mana tabara uburundi
😀😀😀😀reka nisekere
Abamama tugorewe mubarabu twataye abagabo nabana ugira sikubera twabuze uko tugera😂😂😂😂
😢😢😢😢
Franchement imvugo y’a Evariste P iteye isoni kabisa! Naruhuke ikibanza arimwo kiramuroka!
Musigaye muvuga nk'abanyisareyeri ngo bopfuma basubira mw'Egiputa
Ivyo vyoose muriko muravuga ni zéro,... jewe nibaza ko urumogi rutarabaheramwo, ... jewe ntawunsumvya ubu CNL, mugabo nkivyo ntavyo novuga! Président nimumureke, ... muribuka igihe Mosse amena amabuye yari yanditseko yamabwirizwa? Hmmhmmm, eeeeh!!! None mushaka gutwara uno musi? 😮huuuu!!!
Wamuhimburi wimbonerakure
Vagaho wewe urumu CNL urimbonerakure wa cnl DD vyabachaze muzotangara mugantacho imbonerakure nabatarimbonerakure tugowemwe 😮😮😮
wewe ntamusenele ulimwo bamuleke uyomuja ngo ni president haliprezida avugankivyo labubukene ngene bugomba kumalabantu nimubone mulekubujuju sumudede sumusenele mwese bilabalabatu