Alain Guillaume Bunyoni ivyaha yagirizwa avyagirizwa wenyene.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 3 ต.ค. 2024
  • #Burundi: General Alain Guillaume Bunyoni haruhande y'ivyaha yapfunzwe yagirizwa n'umushinirizamanza kizigenza wa Republika ngo harabonetse n'ikindi caha co gutunga ibigwanisho birenze ivyo arekuriwe n'amategeko no gutuka Umukuru w'Igihugu. Agnes Bangiricenge umuvugizi wa Sentare ntahinyuzwa yabivuze mu kiganiro catunganijwe n'abavugizi b'inzego za Reta kuri uno wa gatanu i #Muramvya.

ความคิดเห็น • 24

  • @luxuryhair3268
    @luxuryhair3268 ปีที่แล้ว +4

    Nibarekure uyomutama baramubesheye none kwigitoro carushijeho kubura ibintu vyose bika urudubi ahubwo nishari ninzigo baribamufitiye ariko imana irahinyuza

  • @zabulonbikorimana2686
    @zabulonbikorimana2686 ปีที่แล้ว +2

    Uyomugore niyicire inoti yitahire

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 ปีที่แล้ว +1

    Nishari bamufitiye.

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 ปีที่แล้ว +1

    Nishari bamufitiye.

  • @arcadendayihaya9119
    @arcadendayihaya9119 ปีที่แล้ว +2

    Uyo mugore ntubonako atacó azovamwo

  • @mdmn8160
    @mdmn8160 ปีที่แล้ว +2

    Harimwo igipfungu 😮

  • @FgxcCcxx
    @FgxcCcxx 2 หลายเดือนก่อน

    Ibisuma nivyinshi harabombon bamaz indimir abenegihug barimamw mworondez kubar kubutegets mwosang arinkabos

  • @tgitv1657
    @tgitv1657 10 หลายเดือนก่อน

    Ariko umuntu yahungabanya umutekano wenyine

  • @alexisnema3551
    @alexisnema3551 ปีที่แล้ว

    Ipu suwe wenyene urabina ngene agikatushishije nibeshi mubategetsi muzovyishura ariko imisi yigisuma 40

  • @buntuzabdi-7780
    @buntuzabdi-7780 10 หลายเดือนก่อน

    Nn niwemusumawenyene arimubandi nimumureke yibereho

  • @MrTop-wj7no
    @MrTop-wj7no ปีที่แล้ว +6

    😂😂😂 ikigihugu kiragumye sana nigiki woza utubwira kuburyo wotwumvisha tukemera ko harumuntu yohungabanya ubutunzi bwigihugu wenyene??? 😂😂😂. Hagarike izo Comédie zanyu

    • @desirendayisaba5651
      @desirendayisaba5651 ปีที่แล้ว

      Umushikinganji wubutungane

    • @muhirepatrick851
      @muhirepatrick851 ปีที่แล้ว

      Washaka avugeko afatanya nanyoko se wa embecile we kombona urwamo warurengeje umunwa ngaho nimba hari abandi uzi bavuge

    • @suavisndihokubwayo-cc3id
      @suavisndihokubwayo-cc3id ปีที่แล้ว +2

      @@muhirepatrick851 urazi kuvuga ariko ukuri kuri mumutima w,umuntu nakwo kukamenya lmana yonyene rero ntibisigurako gutukana kwariko kuri canke gucecekesha abo mudahuje ivyiyumviro kwarivyo bizotuma igihugu gishika kwiterambere abarundi bose bipfuza nawewe urimwo oya rero mwige kuza mutahura abantu

    • @muhirepatrick851
      @muhirepatrick851 ปีที่แล้ว

      @@suavisndihokubwayo-cc3id nimba azi abandi bafadikanyije kuki atabavuga agafasha nawe sentare akareka kurenza induru gusa kuko umenga harico abiziko

    • @sunduma-official8069
      @sunduma-official8069 ปีที่แล้ว

      Ariko igihugu uvuga kigoye ndibazako Atari uburundi ahubwo aricurimw ubona kigoy. Comment zinzars no.

  • @jaypablo
    @jaypablo ปีที่แล้ว

    Iyi si nimiruho gusa
    Umuhinga nuwokwicira make

  • @MugishaFroribert
    @MugishaFroribert 9 หลายเดือนก่อน

    Nihatari

  • @MrTop-wj7no
    @MrTop-wj7no ปีที่แล้ว +1

    Ndabona igitoro co nubu akizibirira mugasho kuko niwe yavugwako ariwe atuma ivyibitoro bibura, isukari nayo ngira ayishora mugwanda avuye mugasho! Umuyagankuba usigaye ukatwa incuro zirenga 10 kumusi awukatira mugasho 😂😂😂😂

    • @lovepeace5460
      @lovepeace5460 ปีที่แล้ว

      Nukumubeshera

    • @mugwanashakamadiba8726
      @mugwanashakamadiba8726 ปีที่แล้ว

      Inzigo nurwanko ntibikwiye 😅twige gukunda igihugu

    • @lovepeace5460
      @lovepeace5460 ปีที่แล้ว

      @@mugwanashakamadiba8726 bobo niboberanda? Uretse kwihagararako mbona vyayangaye. Nibakundane, bibagirivyabaye

  • @leopordnimbona3265
    @leopordnimbona3265 ปีที่แล้ว

    Turabasimiye