ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Amen!Imana ibakomereze ingabirano baririmvyi b'Umukama!uwuririmvye neza akabikorana urukundo aba asenze kabiri.
Wambay haf
Merci Seigneur kungabirano uha abo waremye kugira bagutazire. Mbega yemye turi aberanda bo kw'isi, kuko ngo abo mw'ijuru bararirimba mpaka. Iyo ndirimbo iranyubaka caane. Muhezagirwe abayicuraranze
Imana ishishikare kubahezagira
Amen, murakoze cane kuri ako karirimbo
Twakire mukama mungoro yaaaawe Good song i'm blessed befor this songs
Umukama munyakigongwe abandanye kuzigama abamwemera Bose , agarure n'abamwikuyeko mutima wiwe yiyegereze abataramumenya
Imana ishimwe cane muze muradushirirako n'izindi
Mukama
Ncanibuka nkiri muto cane 🙏🙏
Ni hehe nobona copie yayo. Karamfasha gusenga cane gose
Bjr. Iyo indirimbo yaririmwe na Chorale St Michel. Muyishaka, mwobaza Chorale St Michel, iririmba imisa ya 10h00, bobaronsa CD ya masanamu irimwo n'izindi zobafasha gusenga.
Mbega ni hehe kura copie ya kano karirimbo?
Umukama abahezagize kandi abakomereze ingabirano zo gutazira Umukama mu mudiho w'indirimbo. Mukomere