ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
❤ Umukama nimwiza
Nzokwama ndayininahazaaa
Amen Amen👏👏👏🙌🙌🙌🙏🙏🙏
Nzokwama ndayininaha ubuzima bwanje bwose
Ninahaza umukama mwabiremwa vyose allelua
Ni vyiza
Ewe Patiri Lambert Imana yaguhezagiye igumize ko ukuboko. Iyi ndirimbo nayiheruka haciye imyaka irenga 20 bayiririmba muri Paruwasi iwacu i Matyazo none iracaryoshe kandi irashika ku mutima. Rondera n'izindi ushireko. god bless u Father.
Kabisa biranezereye
Guma uduha Pati !
T de z
Je me souviens mon enfance 😂
Nanje nyene nzoririmbira umukama kubera ivyiza yankoreye
Miluhimbaze
thank you very much father.uradushikana iwacu
Imana ibongererez imigisha muraduhimbara cane
Bien
iyi ndirimbo ndayikunda caaane
IL EST BON DE LOUER LE SEIGNEUR POUR SES MERVEILLES SAN FIN
Abatambira Mana.
Paroisse Musongati !! Duhe Patiri izindi ndirimbo !! Uri itara ryakira Mu mitima yacu !! Love you job!! Go ahead pater
Iyinjira rya paroisse kiyagayaga diocese bururi
Munyibukij kuririmba
Vyiza cane.
Que Dieu Vous benisse!!!
Shanbonye izondirimbondaziserukiyeko ncandadyohegwa krstumwami kayanza
Amen
Twagushimiye
uyu muhanzi ndamukunze
Merci beaucoup
Avuga rimwe vyose bigaca bibaho!! Umukama ahezagire iyo chorale nabayirongoye badasiba kuturonsa ivyiza kibi iyo ndirinbo ndayikunda caaane !!
Ncankumbura gutamba
Merci.
Nabona lyrics yayo nte ngo mbashe kuyiririmba?njye ndi umunyarwanda simba numva amagambo yayo keretse mbonye aho yanditse