Ku buhinga bwo guhibongoza,gucuraranga,yewe,eka amanota ntagabanywa! Hasigaye kuraba ico cama cipfuz,wa ko kiba impamo,ntikibe urwenya! Urugendo ruraruhije ! Kwibanira n'Umukama bisaba kubanza kwizinukwa,tukiyanka,tukibagira za nyungu mbi twishinga zitujana mu mahonero!
Umukama abahezagire kandi abazigame. Ngo uwusenze neza uwuririmvye neza aba asenze kabiri. Très grand merci pour avoir posté ce chant, ç'est vraiment édifiant
J'aime bien mes chers compatriotes ce chant Courage et J'aimerai en ecouter une autre Du courage vraiment et que le Seigneur dont vous servez corps et âme vous en rende au centuple
Ça me rappelle du jour de mon baptême ainsi que de ma première communion a la paroisse St Pierre II de Gihanga. Çà fait déjà 27 ans, et c'est comme si c’était hier. Murakoze cane kandi muhezagirwe.
Iyindirimbo irampimbara cane iranyuzuza cane nipfuza kwibera mu mu kama imisi yose Amen
Merci à vous les choristes du Seigneur. Que Dieu vous bénisse d'avantage ✍️
Merci pour la chanson très bien chantée. J'❤
Shalom Shalom Shalom. Nanje ico nama niphfuza, nukwibanira muri Yezu Kristo Umucunguzi wacu imyaka yoooooooooose
Mungu awabariki na kuwajalia nguvu za Roho mtakakatifu ili mpate kumtumikia siku zote za maisha yenu amina
Nanje iconama nipfuza nukwibera muri yesu imyaka yooooseeeee Amen.
Ico nama nipfuza nukwibanira numukama.indirinbo nziza cane inshitse kunyota.umukama nabahezagire
Utume mwema katika Bwana wetu Yesu Kristu
Ku buhinga bwo guhibongoza,gucuraranga,yewe,eka amanota ntagabanywa! Hasigaye kuraba ico cama cipfuz,wa ko kiba impamo,ntikibe urwenya! Urugendo ruraruhije ! Kwibanira n'Umukama bisaba kubanza kwizinukwa,tukiyanka,tukibagira za nyungu mbi twishinga zitujana mu mahonero!
Umukama abahezagire kandi abazigame. Ngo uwusenze neza uwuririmvye neza aba asenze kabiri. Très grand merci pour avoir posté ce chant, ç'est vraiment édifiant
Yooo nice muhezagirwe cane indirimbo nziza cane imana ibongerereze umugisha amen
I am really thankful to listen to this sweet song that touches hearts, especially mine... Ico nama nipfuza
J'aime bien mes chers compatriotes ce chant
Courage et J'aimerai en ecouter une autre
Du courage vraiment et que le Seigneur dont vous servez corps et âme vous en rende au centuple
muduhe nutundi turafasha gusenga
muhezagirwe cane
Ndabashimiye kandi ndabifurije gutera imbere mu mutima no kumubiri, Imana ibahezagire
Merci pour cette belle chanson
Yezu wanje Mana yanje Mukunzi wanje,Rutare rwanje
Imana ibahezagire cne
very nice song!God bless you
Ça me rappelle du jour de mon baptême ainsi que de ma première communion a la paroisse St Pierre II de Gihanga. Çà fait déjà 27 ans, et c'est comme si c’était hier. Murakoze cane kandi muhezagirwe.
Ico namanipfuza, Murakoze cane Umukama abahezagire abongere n'imigisha mwaturirimbiye neza. Muradukorera video ibona ya animation hezagirwa.
Imana ibahezagire 🙌🏾🙏🏾✝️
Vyiza cane
God bless you
Nibabe badushirirako twinshi indirimbo za catholique ziraryoshe vrt
❤
waoo! Imana ibahezagire!ndakunda iyi ndirimbo cyanee!
Ndakund kuninahaz umuka abaj imber
I Ana ibongerereje ingabirano
Très belle chason
TERIMBERE MUMUKAMA,AMEN
Love the song, mom taught me to sing it!
twizigire dukunde imana nabantu niryosoko ryubuzina
❤❤❤amen
Amen
Umukama abahangaze
Mukomere Mubandanye Murungika nizidi ndirimbo kuri Yu Tubu Twumve twisanze Mubacu Uhoraho Abongere Imigisha Amen...
Magnifique. Que Dieu vous benisse 🙏🏾
@@francoishabonimana446 Glace à Dieu qui a fait le ciel et la terre .
❤❤❤❤❤
❤l
👋
🙏🙏🙏🙏🙏🙏
I wish I can hear the word but I still feel bless please let me know if I can buy the CD
Contact me i will help you to translate
👏 👏 💝 💗 👏
S