Ndabaramukije kwanza, murantunga ikirundi canje ni gikeyi ndi umurundi muga navukiye kigali kubera ayo magume ya 1972!, Ni byiza ko abantu bakuze ( abatama) batubwira byinshi kd batubwire ukuri kuri kahise mbere nibindi vyinshitumenye ukuri kuko nka jewe papa wanje ngo yari umu agronome ahantu bita mumusema ariko yapfuye nkiri muto tutayaze ngo menye vyinshi, nutwo dukeyi umutamakazi yatubwiye sister wanje nawene yaripfiriye,,,, we really need to know more and more about what happened guys, gusa numva nkunze uburundi cane, ndakunda kurara RTNB minsi yose, inn Shaa ALLAH numva ntegerezwa no kuza kuhaba with my family. Ndabakunda cane mwese.
Le modérateur en costume et lunettes noires aratanga ulwanya, arakurikirana gushika ikiganiro kigenda neza. Du débat des idées jaillit la lumière. Simbananiye seul ministre mugabo shibura yaguma akora ,yanda, rwuri, mpozagara n abadi bake
Bring back rtnb the historian In English they say we can agree to disagree in peace that's what happened here Mature people and wise We need to know more about life and tensions that led to 72 I believe rwandese kayibanda had a big play in what happened in the 60s burundi Thats why him and mico insulted each other on radios We are homo sapiens Life began in omo turkana Climate made us start moving east west north south That's how some became asians arabs white bantu nilotes etc All humans started black Nose shape hight changed as we moved far from each others But we are all mixed and have entermarried for a long time
Huyu Bwana anakumbuka "Kajugujugu" ambayo ilitumika kuua watu Rumonge, Mugara, Kabezi, Kibira, Gitsiro, Kabwayi na maeneo mengine ambapo Mhe. Rais Michel Micombero alihusika moja kwa moja?
Twanse kubana nabanyabinyoma uyu mugabo DEO NTIYAMIRA numunyabinyoma uwamu convotse muri 1972 yanse kuvuga ivyo yamwagiriza. Il était dans le plan de génocider les tutsi. Iriya camion iyo bayimucishako
Prof. Ntatimpenda seems to be thinking he is the only researcher who did dig deep into conflicts that ensured from 1962 to 1972. He should be very careful on the matter.
Fake testimony inyuma y`yimyaka 50 barikingiye bikwiye mukwandika ibitabo vya Fake history nomugukoresha imigani yimbimbano ngo agafuye kabazwi ivu, kuva kuri repuburica ya 2 yarihe
Ndabaramukije kwanza, murantunga ikirundi canje ni gikeyi ndi umurundi muga navukiye kigali kubera ayo magume ya 1972!, Ni byiza ko abantu bakuze ( abatama) batubwira byinshi kd batubwire ukuri kuri kahise mbere nibindi vyinshitumenye ukuri kuko nka jewe papa wanje ngo yari umu agronome ahantu bita mumusema ariko yapfuye nkiri muto tutayaze ngo menye vyinshi, nutwo dukeyi umutamakazi yatubwiye sister wanje nawene yaripfiriye,,,, we really need to know more and more about what happened guys, gusa numva nkunze uburundi cane, ndakunda kurara RTNB minsi yose, inn Shaa ALLAH numva ntegerezwa no kuza kuhaba with my family. Ndabakunda cane mwese.
Umunyamakuru ari impartial ❤❤nigake bishika
Mercii au journaliste et professeur Ngayimpenda
Très bon débat.
Le modérateur en costume et lunettes noires aratanga ulwanya, arakurikirana gushika ikiganiro kigenda neza. Du débat des idées jaillit la lumière. Simbananiye seul ministre mugabo shibura yaguma akora ,yanda, rwuri, mpozagara n abadi bake
Bring back rtnb the historian
In English they say we can agree to disagree in peace that's what happened here
Mature people and wise
We need to know more about life and tensions that led to 72
I believe rwandese kayibanda had a big play in what happened in the 60s burundi
Thats why him and mico insulted each other on radios
We are homo sapiens
Life began in omo turkana
Climate made us start moving east west north south
That's how some became asians arabs white bantu nilotes etc
All humans started black
Nose shape hight changed as we moved far from each others
But we are all mixed and have entermarried for a long time
😢RTNB isigaye ikata udupande😂tumanyuye tw amasamu! Ikiganiro Débat ikwiye niyo nzima
Huyu Bwana anakumbuka "Kajugujugu" ambayo ilitumika kuua watu Rumonge, Mugara, Kabezi, Kibira, Gitsiro, Kabwayi na maeneo mengine ambapo Mhe. Rais Michel Micombero alihusika moja kwa moja?
Twanse kubana nabanyabinyoma uyu mugabo DEO NTIYAMIRA numunyabinyoma uwamu convotse muri 1972 yanse kuvuga ivyo yamwagiriza. Il était dans le plan de génocider les tutsi. Iriya camion iyo bayimucishako
Ask this man, what happened to Hutu members who served in the Burundi army in 1972? Can he tell what happened?
Correct! The other man is saying the truth!
Prof. Ntatimpenda seems to be thinking he is the only researcher who did dig deep into conflicts that ensured from 1962 to 1972. He should be very careful on the matter.
Dukumbure tube incabwenge mugukiza igihugu nabeneco kwigira incabwenge udashaka ko uburundi bubaho nukuri uzota ariko uburundi ubusige kora ivyangombwa uburundi bukire usige izina ryiza nka Rwagasore na Ndadaye icabarundi simpari nicobakiza

Fake news😊