ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Imana Izigame abantu bose bariko bakora uko bashoboye mugutezimbere Igihugu cacu c'Uburundi barongowe numukuru wigihugu cucu Nyenicubahiro Evarist Ndayishimiye.
❤❤❤😢😢😂vyiza cane muvyeyi wacu
Mungu akuzidishie umri mrefu baba wa taifa❤
Raisi wetu Mungu akizidishie amani nahupendo kwahabari nzuri ametupa nzuri yakuturetea mafuta yagari mengi
Yes 18:37
Mutama wanj kumajambo ushikirij iwoyumva akagenda adashimye yobarimuri babansibiterambere Kwr imana ikutuzikamir ibihevyos kuko udufitiy imigambimyiz nahobamwebamw batabibona niwirambir papawanj🙏🏾🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💖👍🙏🏾🙏🏾💪
Imana ikomeze guhezagira uburundi n'abarundi.
Komera caaane nyakwubahwa
Imana igume ibarinde nyakubahwa❤🫶
❤🕊️👍
Urarivuze kabisa Kandi Imana iguhezagire
Imigambi tuyiriko nyakubahw.nd um n'y cibitoke yar yaragiy kuronder imitah mubihugu vy barabu(saudia arabia)
Amashi nayawe🙏
❤🎩
Amahinguriro 71
Hose mwasanze bavyibushe bafise amahera
❤❤❤
Neza cane mutama warakoze gukoranya aba jeune bari kukivi tubandanya kwigishanya turihamwe
Igitoro niki mu kiny
Komera ntawukundwa nabosi
Nyenicubahuro umukuru wigihugu cacu avuga ukuri ,nuko twese twova hasi tugakura amaboko mumpuzu tugakora.
😂😂😂😂😂😂
Vyiza cane mutama wacu
😢😢😢😢😢😢😢😢
qaqa niwubahwe kwer nanje nzoguha yose uzokurwanya imana nayo izomugwany
Ntagihugu gitera imberbe kitagira igitoro . Reka kudusamaza.
Ahubwo iyuvuga ati igitoro cashitse