PACI étoile du centre atanze ukuri kubuzima bwaba DIASPORA//Abarundi ntibakundana//Imico yaratitutse

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 2 ธ.ค. 2024

ความคิดเห็น • 94

  • @_umugajo05
    @_umugajo05 ปีที่แล้ว

    Umwe muba Legend biyumvira neza basigaye ni Paccy Nzitonda

  • @PacifiqueNzitonda
    @PacifiqueNzitonda ปีที่แล้ว +4

    Merci à Juste Gaël! Mbona twavyifashemwo neza.

    • @elysegatoni83
      @elysegatoni83 ปีที่แล้ว

      Paci jew ndashaka promotion yabiga 3D izokwirikira nzojemwoo

  • @gelasebigingo2926
    @gelasebigingo2926 ปีที่แล้ว +7

    Je suis content de revoir Paci mon pote. C' est un artiste de talent , avec une bonne composition des textes qu, il chante. Nciye nibuka indirimbo yiwe yitwa " demokarasi" Il est gentil , simple et agréable à vivre! Murumva ko ndamuzi. Mu baririmvyi bakiriho, nibaza ko Kidum, Yoya na Paci boba ari abantu ba mbere bafise ama textes meza mu ndirimbo
    Imana yo mugenderera mu " Mpwemu idasanzwe" agahindukirira Gospel mu ndirimbo ziwe , nonezerwa cane!
    Ni vyaba biri mu mugambi w' Imana , vyose bizotungana!
    Komera Paci!

  • @juddygael1569
    @juddygael1569 ปีที่แล้ว +4

    Paccy ndamukunda kandi namwe ndamu fana kuva kera 🤝kandi courage mutama👑

  • @guytresorbumako4869
    @guytresorbumako4869 ปีที่แล้ว +1

    Gaël mon frère umuntu wese afis ico imana yamuteguriye n'iburundi barahatungira rekana ninzigo yabo vyakundiye KO bajayo

  • @parfaitkizungu5239
    @parfaitkizungu5239 ปีที่แล้ว +1

    Merci kutuzanira umusaza @juste Gaël

  • @nicolekubwayo8615
    @nicolekubwayo8615 ปีที่แล้ว +2

    Paci ufise ijwi ryiza ,uririmba neza ,ndagufana sana 😘

  • @NdayishimiyeDesire-tj5yp
    @NdayishimiyeDesire-tj5yp ปีที่แล้ว

    Paci iyo songs yawe ndabon ko izoba ariyo kugwego gwo hejura cane✌

  • @D.A.R.l.O257
    @D.A.R.l.O257 ปีที่แล้ว +4

    Permis de travail mur Belgique n 4mois knd ntibisab kub ufis urupapur gw séjour ✊🏿✊🏿✊🏿 merci 🇧🇪🇧🇮

    • @IVOMO_TV
      @IVOMO_TV ปีที่แล้ว

      Abaciy Serbie ubu rero baza bafise permis de travail

    • @D.A.R.l.O257
      @D.A.R.l.O257 ปีที่แล้ว

      @@IVOMO_TV cane goseeee muta nimba umaze 4mois bac baguha permis de travail n'a carte orange ✊🏿

    • @lazarendikumana3665
      @lazarendikumana3665 ปีที่แล้ว

      Jew sindayironka kndi maze 6mois

  • @dianekamariza5174
    @dianekamariza5174 ปีที่แล้ว

    Yabivuze neza Paci ugende ufise objectif kandi kandi uciye ubwenge

  • @evelynensanga3330
    @evelynensanga3330 ปีที่แล้ว

    Merci kumushitsi wuyumusi atubwiye vyinshi tutari tuzi mumahanga

  • @vincenttuyishime9205
    @vincenttuyishime9205 ปีที่แล้ว +1

    Permis de travail muri Belgique uyironka ufise 4mois muri territoire belge avec adresse connu par l'état.... 3mois renouverable ou illumité
    Ibisigaye abisiguye neza cane Paci

  • @cladyclady7215
    @cladyclady7215 ปีที่แล้ว +8

    Ndavye Canada , sindabona abo vyanse wahashitse . Work permit ni 3 mois kandi ubuzi buraboneka ku bantu bose uwize n’uwutize ,umuntu wese abaho kubuzima bwiwe uwize n’uwutize aronka akazi bangana,

    • @nduwimanajeannine7934
      @nduwimanajeannine7934 ปีที่แล้ว +1

      Kugira ushikeyo rero niyo noma

    • @biiriyesilasye9522
      @biiriyesilasye9522 8 หลายเดือนก่อน

      Jewe ngire ndinde ndahava Ata work permit bansavye mu buzi burenga munani nakoze...oya mentalement biranka..jew vyaranse ..haranyankiy kabisa..mentalement mugabo nahandi mbuze bike..Mugabo biravana nabantu nukuntu Imana ikujera..80%yabajayo harabagwa neza..jew rero ndi muriyo 20%...2025 nditahira mu Burundi hanze harakamaramara

  • @bulezebuleze3239
    @bulezebuleze3239 ปีที่แล้ว +1

    Paci, avuz vyinshi kandi birimwo ukuri.

  • @Gashaka2
    @Gashaka2 ปีที่แล้ว +1

    Bamwemera mu Burundi biragoye kuronka uburonderero

  • @nduwimanajeannine7934
    @nduwimanajeannine7934 ปีที่แล้ว

    Ibiganiro vyawe biraryoshe kwumva nibibazo biri vry interested

  • @khaledoman8266
    @khaledoman8266 ปีที่แล้ว

    Paccy ndagukunda 🇧🇮🇴🇲♥️♥️

  • @Agachrin
    @Agachrin ปีที่แล้ว

    Wakoze Gaël well done

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 ปีที่แล้ว +4

    Drama-T rero vamuveko nta kibi yakoze kuvuga kurya.Ukuri nguko Pacy arakubahaye.

  • @eustachesitaki3698
    @eustachesitaki3698 ปีที่แล้ว +4

    Umukubito. Paci yishuye neza nk' Umuntu aciye ubwenge nyene

  • @NdayishimiyeDesire-tj5yp
    @NdayishimiyeDesire-tj5yp ปีที่แล้ว

    Muta uvuze ukuri cane gose✌✌🎶🎶

  • @FelixNTAKARUTIMANA-jy3vf
    @FelixNTAKARUTIMANA-jy3vf ปีที่แล้ว +1

    Voilà un artiste pas comme les Mr champagne,Kiriku,bidondo......

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza3940 ปีที่แล้ว

    Très intelligent

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza3940 ปีที่แล้ว

    Waouh paci

  • @RIBTV257
    @RIBTV257 ปีที่แล้ว +1

    Hari nuwundi mu diaspora yabitwibwiriye

  • @emerysungura
    @emerysungura ปีที่แล้ว +1

    We're together 5/5✌️✌️✌️✌️

  • @cladyclady7215
    @cladyclady7215 ปีที่แล้ว +4

    Kubera iki muguma mukurikirana aba diaspora ?Nimurabe ubuzima bwanyu.
    Urihenze muby’amashure kuko umwana atize secondaire ino biramugora kw’i adapta muri university

    • @fideleiratabara6703
      @fideleiratabara6703 ปีที่แล้ว

      Abama bajayo muma université hareka ku reussissa bangahe?Niw vyacanze

  • @kalyka4107
    @kalyka4107 ปีที่แล้ว +1

    Iyo nibutse abarundi bari hanze kandi bateye imbere cane birambabaza ko batokwemera kuza kuvugira ngaha kubera ntibiri mumico yacu uca umemga nukwishima.
    Ariko burya ntawuva iwabo adafise ikimutwaye. Nabaruguru mbona bamanuka i Bujumbura kandi ntibashika babaho kumwe.

  • @Nta-m4z766
    @Nta-m4z766 ปีที่แล้ว +1

    Pacifique Nzitonda bomugira Ministre de la culture. Vyoba vyiza gusumba.

  • @niyosengadidas3905
    @niyosengadidas3905 ปีที่แล้ว

    Paccy urantwengeje

  • @joleal7941
    @joleal7941 ปีที่แล้ว

    Paci✌✌✌

  • @gracienniyobuntu9920
    @gracienniyobuntu9920 ปีที่แล้ว

    Basi ukaurayo diplome canada usa ufise diplome yaho iba yemewe kwisi hose none wunva abajayo batunguka bamuraba side nziza

  • @mutolio
    @mutolio ปีที่แล้ว

    Uvuze ukuri !!!

  • @irankundaemeryne844
    @irankundaemeryne844 ปีที่แล้ว

    Sinkunda kugira comment ariko Paci ndamukunda cane, indirimbo yiwe " Har'abasenga bisengera" na "Fata Taxi ndariha" n'ubu ndazikunda cane, n'izindi zose ziwe afise ijwi ryiza. Kandi ndakunze ukuntu ariko avuga ari simple biraboneka ko ari sincere. Merci ko wamutuzaniye

  • @mihigoinnocent711
    @mihigoinnocent711 ปีที่แล้ว

    Ariko ivyo yavuze vyinshi nukuri

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling3587 ปีที่แล้ว

    Biba biryoshe kwa Juste Gael iminsi yose 😂❤

  • @ninkurizeamidou9273
    @ninkurizeamidou9273 ปีที่แล้ว +1

    Ivyibavugir buja nivyo bavugira muri belgique ntibisa nihehe bavugira ukuri?Gael nawe uraza uvyirabire ,mbarirano irutwa niyo wiboneye je passe

  • @jeanclaudendikuriyo5566
    @jeanclaudendikuriyo5566 ปีที่แล้ว +1

    Paci urabeshe, formation yaba aide soignant ni 2 ans pas de 6 mois. Ndumva nawewe hari informations utazi.

  • @didiniyo1063
    @didiniyo1063 ปีที่แล้ว

    Amajambo mazima Kandi aramfashije

  • @niyonkurujeanclaude5707
    @niyonkurujeanclaude5707 ปีที่แล้ว +1

    Nukuri kwigendera gusa

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 ปีที่แล้ว +1

    Uyu😂mutipe naramwiyumviriye mumisi iheze kuko imyaka myinshi yariyarapotey

  • @chantal8084
    @chantal8084 ปีที่แล้ว

    Urabeshe formation ya aide soignant ni 2ans 6mois sivyo

  • @Hahaha-yf4ug
    @Hahaha-yf4ug ปีที่แล้ว

    None nko mububirigi uronderera iki ko ata buzima buriho

  • @aimentahiraja8269
    @aimentahiraja8269 ปีที่แล้ว +1

    Maze aba diaspora bateye ikibazo vipi

  • @giftuwiragiye7697
    @giftuwiragiye7697 ปีที่แล้ว +2

    Ipwemu ntizisanzwe

  • @mihigoinnocent711
    @mihigoinnocent711 ปีที่แล้ว

    Paci uribeshe kuvyakazi Ubu witanze ukaronka centre ucuja muri commune bakaguha carte orange iyo carte orange après 4 mois ucuronka permis de travail niyo utwaramuma intérims nzabantu benshi batanguye job après 4mois ivyo ndabizi kuva 2019 nanj nivyo naciyemwo twaronka amacontra turi muri centre bivana rero nicadutwaye twese ntitugenda dufise intumbero imwe

  • @ram-salamaminy6728
    @ram-salamaminy6728 ปีที่แล้ว

    Juste big nda kunze ikiganiro ugiranye na Paci nu muco atanze kandi adaciye hirya no hino hama akagira ko agatanga n'impanuro.Proffessionalisme yawe apana babandi babaza ikibazo kimwe mu kiganiro cose ukamengo ntazi umwuga yinjiye mo ko atari gupfa gufata micro

  • @annickakimana477
    @annickakimana477 ปีที่แล้ว

    Mbe indero uvuga niyahe kuko indero nimuhira kan on parle d'éducation ça reste tjour complexe kubera urashobora gutunga ukaba atandero ufise vuga gusa imibereho niyo iri compliquer kwiruka gusa j ndahabay o moins 12ans

  • @konde24ful
    @konde24ful ปีที่แล้ว

    Kuberiki paci ari umuntu ntashobora kwegeza ikiganiro ce imbere?

  • @dianekamariza5174
    @dianekamariza5174 ปีที่แล้ว +1

    Juste duhe numéro yawe ya phone irakenewe.

  • @fabricemugisha7771
    @fabricemugisha7771 ปีที่แล้ว

    Mwoduha contacts z'umutumire?

  • @jacquelinebavakure5936
    @jacquelinebavakure5936 ปีที่แล้ว

    Mukirundi " Ego " yabahindutse "Egooo " 😂

  • @gilntihe4445
    @gilntihe4445 ปีที่แล้ว

    Ntawe vyanse kiretse babantu bamenyereye gukoregwa bicaye.

  • @Hahaha-yf4ug
    @Hahaha-yf4ug ปีที่แล้ว +1

    Wase usa ukunda kuba mubirigi nta bwenge ufisr

  • @christopherpiko2734
    @christopherpiko2734 ปีที่แล้ว

    Journalisme irahari muri UB boss

  • @vincenttuyishime9205
    @vincenttuyishime9205 ปีที่แล้ว +1

    Adresse nayo ni centre, famille canke aho ukose

  • @uwimana8584
    @uwimana8584 ปีที่แล้ว +1

    Nguyo umuntu avuze ukuri kandi aciye ubwenge. Natangajwe numu type araho aheruka kuja kuri camera ngwavuye iburayi ngo yaciye serbie akaza kubesha ibintu bitagira umutw namaguru 😂urya muhungu bamujane kumu psychologue vmt narumiw ukuntu yitoye araza kuri camera aje kubesha

    • @Cynthiakcy
      @Cynthiakcy ปีที่แล้ว

      Ndamuzi yaragiyeyo ntiyabesh vrmnt

    • @uwimana8584
      @uwimana8584 ปีที่แล้ว

      @@Cynthiakcy kujayo yaragiyeyo ivyo yavuze nivyo yabeshe

  • @didiniyo1063
    @didiniyo1063 ปีที่แล้ว

    Utubwiye amambo mezaa

  • @elysefuraha4588
    @elysefuraha4588 ปีที่แล้ว

    ❤️❤️❤️

  • @stevenihezagire2430
    @stevenihezagire2430 ปีที่แล้ว

    Permis de travail ntisaba kuba ufise carte de séjour. Usavye ubuhungira bakaguha centre d'accueil baca baguha carte orange hama umaz 4 mois baraguha permis de travail. Benshi barakora kandi ata mpapuro bararonka

    • @D.A.R.l.O257
      @D.A.R.l.O257 ปีที่แล้ว

      Uvuze neza mutam

    • @hamenyimanabenoit6950
      @hamenyimanabenoit6950 ปีที่แล้ว

      Ukoze ata documents uraronka, bisigura ko se travail au noir. Bagaca baguha intima ntikize

    • @stevenihezagire2430
      @stevenihezagire2430 ปีที่แล้ว

      @@hamenyimanabenoit6950 suko navuz uba utararonka résidence muga baraguha izindi documents uba urakoresha na permis de travail urayironka ugashobora gukora kandi uhembwa nk'abandi bos bafis residence. Travail au noir nayo ntiyemew n'amategeko uwuyikora wes afashwe arahanwa hamw nuwariko aramukoresha. Travail au noir uyikoz usanga uriko urahomba kuko uhembwa nka moitié yayo wari guhembwa kandi har ivyo uhomba mugih ukoz utariha ama taxes

  • @fleuryniyimfasha2351
    @fleuryniyimfasha2351 ปีที่แล้ว +3

    Kubera iki misiyose muhacritica knd mukorerayo kbriki pacy ataguma ahamugihugu? Mwe mwishuzemwo ko arimwe mwenyene muba mugiy kurondera mugataha nabandi baragaruka!!!! Justin gael rro araryoherwa nokumva uwuhavuga nabi gabasha tuzoguma twirabira abariko bubaka amazina meza kwatari aba diaspora!!

    • @lostboy2608
      @lostboy2608 ปีที่แล้ว

      Gael, Pacy niwe muntu avugishije ukuri kubuzima bwohanze.
      Abandi ngo bamenye Europe après 7 mois bavuga ivyo batazi. Umwe wese nukumenya kwanza icatumye ajayo.
      Ugiye ujanywe nokuyora amahera mwibarabara uhamaze 7mois gusa ntibibaho

    • @Fk-fm1rn
      @Fk-fm1rn ปีที่แล้ว

      Uramubesheye ntiyahavuz nabi ahubw nibaz utamaz ikiganiro kuk yavuze ivyiza baturusha nivyo natw tubarusha

  • @Cherissa_
    @Cherissa_ ปีที่แล้ว +1

    Ikintu cohanze gikonej kuvugwa nabi kd nagishaka nn komukomej kuncintege bigend gt k nabuz job burundi

    • @kalyka4107
      @kalyka4107 ปีที่แล้ว +6

      Jewe maze imyaka myinshi hanze . Ikintu nabonye kigora abarundi nuko experience yumuntu umwe tuyigira iyabarundi bose.
      Hari abantu nabonye kuba hanze vyabohoye bashika kuri vyinshi hari nabandi bashitse bata umutwe kubera basanze bitameze nkuko babibona muri television.
      Kwisi nta paradis ihaba

  • @alainchristianirambona6641
    @alainchristianirambona6641 ปีที่แล้ว

    ❤️🇧🇮

  • @gilbertniteka9250
    @gilbertniteka9250 ปีที่แล้ว

    Pacifique nzitonda wubahwe kumajambo yawe yubwenge

  • @migaboniyayorodrigue
    @migaboniyayorodrigue ปีที่แล้ว

    Yarakwiye kutwibutsa akaririmbo kiwe nakunze ariko ntibuka titre.Amwe mu majambo akaguze:”Mbega yemwe tugende buhebe twibagire igihugu catuvyaye?.......”

  • @anitanahimana7791
    @anitanahimana7791 ปีที่แล้ว

    Haraho wabeshe uwudataha iba arikibazo cib 'ipapuro naho ngo yabuze amahera urabeshe cpas babaha 1250€ wumva ari make rekasha kubabesha kani itike baryishura buhohobhoro none wumva batosubirayo gute aca bwana

    • @manudiofficial
      @manudiofficial ปีที่แล้ว

      Ntabeshe hari abashika bakiyononera ubuzima bikarangira vyanse ko bataha kuramutsa ababo amafaranga bakayabura bivanye nivyo bayashoramwo 😂😂

    • @nduwubumwekelvin9152
      @nduwubumwekelvin9152 ปีที่แล้ว

      mbega abavuye kayanza ntibaz bagakwama buja bikanka ko baduga aband bakubaka am etage ubuzima umwe wese agira destiny yiw

  • @prospernimbona9528
    @prospernimbona9528 ปีที่แล้ว

    Je suis ton fan pacifique

  • @stevenihezagire2430
    @stevenihezagire2430 ปีที่แล้ว +1

    Juste mpa contact zaw stp

    • @Emma-zi9mw
      @Emma-zi9mw ปีที่แล้ว

      The yyggbbvbbbbbbbbbbhhhhj kuk

  • @jbmsz2532
    @jbmsz2532 ปีที่แล้ว

    Ikindi kiganiro gifite titr irimwo ijambo diaspora,,tuzoca dusezerana mumahoro meza niyi chaine☝️☝️Niko hapa Bukavu zangu diaspora mutuache ,,mtukomeeee sana,👊

  • @alexanderndayishimiye924
    @alexanderndayishimiye924 ปีที่แล้ว

    Hari ikintu abantu beshi batazi, ntakintu kibi nko kuba hanze uri umu sans papiers!!! sha ntaho uba utaniye numucakara, bagukoresha uko bumva bashaka nkimashini!! nta burenganzira ugira bwo kwivuza nta burenganzira ugira bwo kubitsa muri banke nibindi nibindi!!

    • @hangiroetincelle8167
      @hangiroetincelle8167 7 หลายเดือนก่อน

      Ubwo bujuju babukuye hehe?
      Mu bihugu vy'abazungu: uko woba kwose,uraruta umuntu aba muri Africa .

    • @hangiroetincelle8167
      @hangiroetincelle8167 7 หลายเดือนก่อน

      Oya nta Bujumbura ari nziza pu,umwanda urarenze

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 9 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤