UMURYANGO UKINGUWE NA NDIHO par Chris NDIKUMANA

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 27 ส.ค. 2024
  • Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri “KI” hejuru iburyo
    Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +25776801327

ความคิดเห็น • 258

  • @mariatabita6087
    @mariatabita6087 2 ปีที่แล้ว +13

    Imana Ijye Ihabwa Icyubahiro ku bwa Kanguka. Yari Ibonye ko tirushye. Idushyiriraho indi nkuge. Kandi anemeye kwinjiramo nukuri Turabohoka mu buryo bwose. HALLELLUUUYA🙏🙏🙏🙏

  • @user-wf8ib3hi2l
    @user-wf8ib3hi2l วันที่ผ่านมา

    Ubugombe bw'Imana abe aribwo buba muvyanje vyose amen🙏

  • @bukeyenezajeanbosco
    @bukeyenezajeanbosco ปีที่แล้ว +3

    Ndashima inyigisho zanyu ziradukuza mugakiza imana ibadanye ibakomeza

  • @naomendayishimiye2214
    @naomendayishimiye2214 2 ปีที่แล้ว +3

    Urakoze cane mukozi w'Imana nzima kwongera kutwibutsa ko dukwiye kuba mu mugambi w Imana kuko uri mu mugambi wayo yama anesherezwa na Yesu ari muri we kandi satani ntashobora kwugara urugi Ndiho amwugururiye. Amina
    Nuko amaraso ya Yesu yame akuneshereza hamwe n abagushigikira bose. Amina

  • @user-vd1zi7uo3p
    @user-vd1zi7uo3p 4 หลายเดือนก่อน +1

    Aho natagiriye kumva inyigisho zanyu zimfasha. Imbaraha namavuta.

  • @dusabemariyajacqueline5312
    @dusabemariyajacqueline5312 2 ปีที่แล้ว +7

    Uwirata yirate Uhoraho. Amen amen amen amen.

  • @jeanpettibigayimpunzi8695
    @jeanpettibigayimpunzi8695 ปีที่แล้ว +1

    UHORAHO ag uhumugisha namavuta meshi mukozi wa NDIHO Chris uratwigisha uraduhezagira Data akugwirize muhezagigwe numuryango wawe mumaja nomumaza

  • @JeanmarieIninahazwe
    @JeanmarieIninahazwe 16 วันที่ผ่านมา

    Amen mwarahezagiwe. Kuk izi nyigish inkur,ahantu zikashikan ahandi

  • @JudithNzeyimana
    @JudithNzeyimana 10 หลายเดือนก่อน

    Ameeeeen ukwo n’ukuri kwose kw’Ijambo ry’Imana

  • @jeanmariendihokubwayo6410
    @jeanmariendihokubwayo6410 2 ปีที่แล้ว +5

    Imana ishimweee caneee tugiye guca mumiryango Ndiho we ubwiwe yuguruye mwizina RYA Yesu!! From Emirates United turahezagiwe canee

  • @belysendayikeza6731
    @belysendayikeza6731 ปีที่แล้ว

    Imana ishimwe kubwiyi nyigisho. Izanye kurema muri jewe. Kandi Imana ibahe umugisha

  • @angeliquetuyisenge7259
    @angeliquetuyisenge7259 ปีที่แล้ว

    Uhezagirwe Muvyeyi wacu inyigisho nziza nzoyigender Imana ibinshoboje

  • @user-hj4ox6dm6w
    @user-hj4ox6dm6w 3 หลายเดือนก่อน

    Yesu aguh umugish warahezagiw Iman izogushikan mubwam bway

  • @iteritekajoselyne8144
    @iteritekajoselyne8144 7 หลายเดือนก่อน +1

    Waaoouuh mbega Ijambo ryiza bibe ukugomba MANA ntibibe uko Shaka 🧘🧘🧘

  • @user-cp3rj3bf4x
    @user-cp3rj3bf4x 10 หลายเดือนก่อน

    Amen amen, wigishije neza Pasteur. Imana iguh umugisha mwinshi kandi ikwongere imbaraga n amavuta

  • @JNy-rh9yg
    @JNy-rh9yg ปีที่แล้ว +2

    Amen ndakiriye kwinjira mumuryango wuguruwe na Ndiho 🙏🙏🙏

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 2 ปีที่แล้ว +4

    Amen iri jambo rije ndarikeneye mu buzima bwanj🙏🙏uhezagirw

  • @niyubahweange1978
    @niyubahweange1978 2 ปีที่แล้ว +5

    Amen amen.umuryango wuguruke kubugombe bw imana mwizina rya yesuuuuu

  • @dorel7002
    @dorel7002 ปีที่แล้ว +1

    Chris ndikumana wigisha neza Imana iguhe umugisha kandi iguhezagire

  • @user-ms3sv5lk1c
    @user-ms3sv5lk1c 10 หลายเดือนก่อน

    Amen mukozi w,imana ukomeze gusigwa amavuta na ndiho

  • @RaheliNitanga
    @RaheliNitanga 3 หลายเดือนก่อน

    Mana wamyeho nuhabwe amashimwi ibihevose🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @nyirankoko
    @nyirankoko 2 หลายเดือนก่อน

    Amen Imana ihabwe icyubahiro murakoze 🙏🙏🙏

  • @claverirambona
    @claverirambona ปีที่แล้ว

    Aaamen ndemeye icese kwinjira mumuryango ukinguwe na Ndiho

  • @jeanmarienigere6429
    @jeanmarienigere6429 2 ปีที่แล้ว +1

    Mwizina rya yesu ndafashijwe Amen Imana ibahezagire

  • @auleriabazirakakye3230
    @auleriabazirakakye3230 ปีที่แล้ว

    Urakoze kutuha ijambo ryimana imana ikojyere amavuta

  • @girukwishakaclaudine8672
    @girukwishakaclaudine8672 2 ปีที่แล้ว +8

    Ohoooo Imana inshimwe nukuri murakoze
    Umuryango ukinguwe na Ndiho Amen Amen
    Rirankozeko kweri rino jambo nukuri
    Umuryango waranyugariyeko Tanzania ndaboroga🤭😂🙌🙏🙏

  • @johnclaudefaithvacatien2654
    @johnclaudefaithvacatien2654 ปีที่แล้ว

    Imana ikomeze ikwuzuza inakutuzigamira amen

  • @user-ou5kj1vn8c
    @user-ou5kj1vn8c 4 หลายเดือนก่อน

    Amennnn ndafashijwe caaan mukozi w,Imana❤❤❤❤

  • @dianetuyishime2017
    @dianetuyishime2017 2 ปีที่แล้ว +1

    Ndanezerewe kubera Ijambo ry’Imana hamwe no kubona Pie.nahoraga mwumva gusa ntamuzi

  • @RujeniJacky
    @RujeniJacky 2 หลายเดือนก่อน

    Past usengere musaza wajye ejobundi yagiye kwa muganga bamusangamo diabet Kandi nimuto peeee Imana ibahe umugisha

  • @pali3502
    @pali3502 2 ปีที่แล้ว +2

    Mbega vyiza turikumwe na yesu turatinyitse dushoboze yesu amen amen

  • @greechebrew5211
    @greechebrew5211 2 ปีที่แล้ว +1

    Niba nawe ukunda ukuntu uyu mutype asoma ijambo ry'Imana, mvugira uti AMEN

  • @jeaninekabano9190
    @jeaninekabano9190 10 หลายเดือนก่อน

    From: D'Salaam TZ
    kwa kweli nakushukuru Mtumishi wa Mungu kuna mahali umenipeleka Ooooh Kanguka ni ujumbe wa Mungu, kwangu kuomba kabla ya jambo lolote kuishi Maisha ya kumpendeza Mungu na maombi najiungamanisha na Madhabahu ya huduma ya Kanguka na wewe Mtumishi wa Mungu in Jesus name❤asante sana

  • @jennytumwesige9008
    @jennytumwesige9008 2 ปีที่แล้ว

    Haleluya Haleluya Haleluya haliho umugisha iyo uciye bugufi

  • @ondndkddkddk4612
    @ondndkddkddk4612 10 หลายเดือนก่อน +2

    Amen amen❤❤

  • @alinemugisha9329
    @alinemugisha9329 2 ปีที่แล้ว +3

    Amen Amen ubalikiwe sana chombo cha bwana

  • @user-vk7hj3yi3x
    @user-vk7hj3yi3x 2 ปีที่แล้ว +5

    Haleluya haleluya Amen Amen ndafashijwe cane 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙏🙏🙏🙏🙏🙏Uhezagirwe cane mukozi wa Ndiho

  • @dusabemariyajacqueline5312
    @dusabemariyajacqueline5312 2 ปีที่แล้ว +2

    Imana izandwanirira. Amen amen amen amen amen.

  • @immaculeenyirandizihiwe4874
    @immaculeenyirandizihiwe4874 ปีที่แล้ว

    Chris Ndikumana warahamagawe rwose, inyigisho zawe zaranyubatse cyane.Imana ikomeze ikwagure kandi habwa umugisha na Ndiho

  • @irakozejeandedieu5143
    @irakozejeandedieu5143 2 ปีที่แล้ว +2

    AMEN AMEN ndakiriye iryo Jambo mw'izina rya YESU Christo🙏

  • @juvelynhallig5589
    @juvelynhallig5589 2 ปีที่แล้ว +1

    muraduhezagira namw muhezarwe na Ndiho ameeen

  • @mpmp3195
    @mpmp3195 2 ปีที่แล้ว

    Imana yomwijuru ibampere ijuru ndafa shijwe nijambo ryimana ryumusi kwer m. Ndinfuza kwakira agakiza.
    Vyukuru kuzuye ark. . Haracari igihome imber yanj munfashe
    Guseng Amen

  • @diani5734
    @diani5734 2 ปีที่แล้ว +1

    Ameeen icubahiro kibe ic' Imana yaremye vyose

  • @vestineuwamungu1855
    @vestineuwamungu1855 2 ปีที่แล้ว

    Mana weee ,. Imana izampe kubona Chriss amaso muyandi

  • @dignearakaza681
    @dignearakaza681 ปีที่แล้ว

    Mukozi w'imana amavuta menshi

  • @claudinekigwasa4823
    @claudinekigwasa4823 2 ปีที่แล้ว

    Amen Mungu akubariki sana ume nipa guvu ya ku traverse ma tatizo yangu ila kupitiya ma neno yako nime shinda na nina imani matatizo yangu yata isha tu na guvu ya Mungu

  • @OdifaxSinzotuma
    @OdifaxSinzotuma หลายเดือนก่อน

    Yesu aguhe ihezo ryiza

  • @gloriakwizera135
    @gloriakwizera135 10 หลายเดือนก่อน

    Amahoro y'Imana kuri twese,jewe nipfuza kumenya urushengero Chris ansengeramwo nze njeyo rimwe ndamubone

  • @jennytumwesige9008
    @jennytumwesige9008 2 ปีที่แล้ว +1

    Ndiho atulinde imilyango italiye🙏🙏

  • @dusabemariyajacqueline5312
    @dusabemariyajacqueline5312 2 ปีที่แล้ว +5

    Mana bibe uko ushaka. Amen.

  • @NiyibigiraEvelyne
    @NiyibigiraEvelyne 4 หลายเดือนก่อน

    Yes
    Ahambwicubahir
    Naj
    Unsengere
    Sindaronkurung
    Mukoziwiman

  • @user-mk2su3gv3i
    @user-mk2su3gv3i 10 หลายเดือนก่อน

    Amen Amen,yesu abahezagire

  • @bellainteyiteka1086
    @bellainteyiteka1086 ปีที่แล้ว +1

    *Amen IMANA iduhe kuba mubugombe bwayo no kibutahura*

  • @noellaniyonizeye1646
    @noellaniyonizeye1646 10 หลายเดือนก่อน

    Shimwa Mana kubw'urugi rwuguruye ushize imbere yanje hallelujah 🙏 God bless you Man of God❤

  • @ingabirefloriode1142
    @ingabirefloriode1142 2 ปีที่แล้ว

    Imana ikingure imiryango yangeneye.

  • @remyntiranyibagira1432
    @remyntiranyibagira1432 2 ปีที่แล้ว

    Abaheburayo 1:14 Imana ihabwe I cubahiro

  • @alexisbarikwindevya9642
    @alexisbarikwindevya9642 ปีที่แล้ว

    Umuryango ukinguwe na ndiho amen imana ishimwe twakire umuryango ukinguwe na ndiho

  • @nikuzesandrine1034
    @nikuzesandrine1034 ปีที่แล้ว

    Cyakoze wa mugabo inyigisho zawe n'umuti w'ubuzima bwabenshi.Nyagasani agukomeze Umwaka mushya Muhire pastor🙏

  • @emelyneiradukunda3205
    @emelyneiradukunda3205 2 ปีที่แล้ว +3

    Amen 🙏🏾 uwo muryango ndawakiriye

  • @jolie1039
    @jolie1039 2 ปีที่แล้ว +1

    Shimwa Mana ndakiriy kandi ndahezagiw cane nsubijwemwo intege

  • @user-sd8vi2se4x
    @user-sd8vi2se4x 10 หลายเดือนก่อน

    Imana ikomeze ikongere amavuta😊

  • @haberumukamaalexis5213
    @haberumukamaalexis5213 2 ปีที่แล้ว

    Imana idufashe duce mumiryango yuguruwe na Ndiho,yongere tugarire iyidakenewe ducamwo kugushaka kwacu

  • @user-be3qd8uw2k
    @user-be3qd8uw2k 10 หลายเดือนก่อน

    Ameneeeee iy yuguruy ntawugaraaa

  • @delphinemukamana9253
    @delphinemukamana9253 2 ปีที่แล้ว +3

    Amen.amavuta mukoziwimana.

  • @user-zl2ih1cv6o
    @user-zl2ih1cv6o 8 หลายเดือนก่อน

    Amena yesu aguhumugish kubwitanzibwawe ufasha imitima yabeshi🗣🗣👏🏾👏🏾🙌🏿🙌🏿🎤🎤🎺🎺🎸🎸🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @NadineNshimirimana-wy4sj
    @NadineNshimirimana-wy4sj 10 หลายเดือนก่อน

    Imana ninziza ibihe vyose

  • @manimfasheancileancile427
    @manimfasheancileancile427 2 ปีที่แล้ว +2

    Komer mon pere wac tiragukund

  • @NtakirutimanaArcade
    @NtakirutimanaArcade 2 หลายเดือนก่อน

    Imana izigushikane mwijur

  • @vestineuwamungu1855
    @vestineuwamungu1855 2 ปีที่แล้ว

    Ndafashijwe kabisa. Imana iguhe umugisha mukozi w' Imana, Imana ikwongere amavuta.

  • @jennytumwesige9008
    @jennytumwesige9008 2 ปีที่แล้ว

    Imana ibahe imigisha myinshi mukozi w Imana n'a babungirije mwese🙏🙏🙏🙏

  • @M.fred.
    @M.fred. 4 หลายเดือนก่อน

    Amen🙏yuguruye ntawugara

  • @NizigamaaliceHabonimanaezekiye
    @NizigamaaliceHabonimanaezekiye ปีที่แล้ว

    Amen amen waje hageze muvyeyi twahawe na ndiho 🙏🏻🙏🏻🙏🏻

  • @michaelnintunze8572
    @michaelnintunze8572 3 หลายเดือนก่อน

    amen you are soo right pastor

  • @essaalsuwaidi2294
    @essaalsuwaidi2294 2 ปีที่แล้ว

    Iryo n'ijambo ry'Imana

  • @JeanineNishimwe-sh1it
    @JeanineNishimwe-sh1it 10 หลายเดือนก่อน

    Amen ndakiye iryo jambo

  • @uwamahoromarielouise9555
    @uwamahoromarielouise9555 2 ปีที่แล้ว +3

    Amen amen 🙏

  • @igiranezachantal6810
    @igiranezachantal6810 2 ปีที่แล้ว +4

    Amen Amen 🙏

  • @ingabirebeatrice6498
    @ingabirebeatrice6498 2 ปีที่แล้ว

    MANA nshoboza kumenya iby’ubwiru bwawe Kd umpe kwakira ubushake bwawe 🙏🙏

  • @huguetteiradukunda2644
    @huguetteiradukunda2644 2 ปีที่แล้ว +5

    Gloire à DIEU qui a ouvert la porte de Bénédiction

  • @user-xb5rj4bb3i
    @user-xb5rj4bb3i ปีที่แล้ว

    Kwemera ubugombe bwlmana

  • @lambertakimanamajambere6407
    @lambertakimanamajambere6407 2 ปีที่แล้ว

    Turagukunda mukozi wa papa

  • @juvenalndayishimiye49
    @juvenalndayishimiye49 2 ปีที่แล้ว +4

    You are blessed pasta chris

    • @digneniyomwungere9153
      @digneniyomwungere9153 2 ปีที่แล้ว

      Thank you
      Yes ,she is blessed may god help all of his talent we need to pray for he

  • @NsengiyunvaJouliene
    @NsengiyunvaJouliene 3 หลายเดือนก่อน +1

    Amen

  • @mukakalisabeatrice2590
    @mukakalisabeatrice2590 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen imbaraga na mavuta

  • @Bigmngerard
    @Bigmngerard 10 หลายเดือนก่อน +1

    Amin

  • @josianeniyonkuru5796
    @josianeniyonkuru5796 2 ปีที่แล้ว

    Imana ihimbazwe cane! Iri jambo riramfashije kandi ridugije ukwizera kwanje. Hezagirwa mukozi w'Imana

  • @digneniyomwungere9153
    @digneniyomwungere9153 2 ปีที่แล้ว +1

    Woww✌✌

  • @user-lj1yx9qc7l
    @user-lj1yx9qc7l 10 หลายเดือนก่อน

    Mana turasavye uduhe guc mumuryango wuguruw n'a Ndiho

  • @KibajajiWilondja-nx7ls
    @KibajajiWilondja-nx7ls 11 หลายเดือนก่อน

    Musiguraneza inyigisho zanyu zirama kutahura uburyonokwifata

  • @SabiyumvaEric-hn5zf
    @SabiyumvaEric-hn5zf 10 หลายเดือนก่อน

    Amen Pastor

  • @user-dp1yw1sg8f
    @user-dp1yw1sg8f ปีที่แล้ว

    Turagukunda papa imana iguhumugisha utagabanije❤❤❤❤❤❤❤

  • @adelineishimwe3383
    @adelineishimwe3383 2 ปีที่แล้ว +3

    I’m blessed indeed 🙌🙏

  • @losioman9285
    @losioman9285 2 ปีที่แล้ว +4

    Amen🙋‍♂️🙋‍♂️👋👋👋👋🙋‍♂️

  • @erickniyongabo7708
    @erickniyongabo7708 2 ปีที่แล้ว +1

    Ndabonye Piyo kweli... nyuma y'imyaka 3 ndamwumva asoma gusa... muhezagigwe

    • @genestekwizerimana7816
      @genestekwizerimana7816 2 ปีที่แล้ว

      Najewe ndamubonye nyumay,imyaka itatu ndamwumva asoma .shimwa Mwami URI Igitangaza Kandi Urakomeye cane.Amen.

  • @digneniyomwungere9153
    @digneniyomwungere9153 2 ปีที่แล้ว +1

    I love it too much💖💚💙💛💓💜💗💖

  • @user-th4wd7fy5x
    @user-th4wd7fy5x 10 หลายเดือนก่อน

    Imana ishimwe cane

  • @mutesirose711
    @mutesirose711 2 ปีที่แล้ว +1

    Locate me Lord

  • @thetezikeye251
    @thetezikeye251 2 ปีที่แล้ว +1

    Imana ishimwe banyimye🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🙏🙏🙏🙏

  • @ameame9588
    @ameame9588 2 ปีที่แล้ว +1

    Mana bibe ukwo ubigomba😭😭🙌🙌

    • @ntwarijed9563
      @ntwarijed9563 2 ปีที่แล้ว +1

      Aminah nyugurura amado yumwuka

  • @dancilemariam4768
    @dancilemariam4768 2 ปีที่แล้ว +2

    Amen amen