KUGENDERERWA NA NDIHO by Chris NDIKUMANA

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 10 ก.พ. 2025
  • Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri “KI” hejuru iburyo
    Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +25776801327

ความคิดเห็น • 313

  • @inyigishozachrisndikumana
    @inyigishozachrisndikumana  3 หลายเดือนก่อน +8

    Murashobora gukurikira utu videos hamwe n'amajambo vyo gutera intege mukugira abonnement kuri page yanje kuri Facebook muciye ngaha : facebook.com/profile.php?id=100044498286814&mibextid=ZbWKwL

  • @BeoLe-v5f
    @BeoLe-v5f ปีที่แล้ว +5

    Hareruyaaaa kubaha lmana ni ryotanguriro ryubwenge

  • @BenigneRivuzimana
    @BenigneRivuzimana 5 หลายเดือนก่อน +3

    Amen🙏🙏🙏 IMANA igukomeze muvyeyi🖐️✋ mubagukunda ndimwo pe❤❤❤❤❤.

  • @uweralilliane9580
    @uweralilliane9580 2 ปีที่แล้ว +7

    Imana igukomereze mumurimo wayo Chris. Uranfasha cyane. Hari ubwo mba nabivuyemo, ariko nakumva ijambo Yesu yagushyize k umutima, nkongera kugaruka kumavi.

  • @ingabirebeatrice6498
    @ingabirebeatrice6498 2 ปีที่แล้ว +11

    Ntubiveho, nurekure ,komeza,ntiwidodombe,senga,izere (NDIHO)aracyari kungoma Kd yaratsinze 🙏 himbazwa MWAMI YESU kuba warangiriye ubuntu bwokumenya umukozi w’IMANA 🙏ndagukunda Chris wankundishije NDIHO 🧎‍♀️🙏

  • @NdahabonyimanaGervais
    @NdahabonyimanaGervais 6 หลายเดือนก่อน +3

    Ijambo ry'Imana riranyubatse Kandi Yesu agukomeze cane mukozi w'Imana ikirengeye vyose lmana izoguhe ijuru.

  • @emmachauvet9827
    @emmachauvet9827 2 ปีที่แล้ว +4

    Amen 🙏🙌 murakoze cane ndafashijwe imana ibahezagire muradufasha buri munsi turakura kubera inyigosho muduha nibagowe kwidodpmba singaye nshima Imana iminsi yose narwaye cancer yo mwibere ndafata minsi yose muri kanguka aroko ibandanya ibandanya ikura gushika baciye ibere aroko naguma mvuga nti ubigombe bwandoho bukoreke naho butandikanye nubwanje binyera gushima narirwariye mubitaro muri France abaganga batangazwa ningene nguma ntwenga Shima imana bagira ubwoba banzanira umuganga ushinzwe kumviriza abantu ibibazo vyabo ndamubwira ati ndamahoro yesu niwe umpa umunezero nahoho mfite meze neza baca baratangara kuva nafata devis ya kanguka nahinditse nshimira Chris ndikumana ni ndinda ryabanyasengo umukama abahezagire caneeee

    • @kezaqueen4546
      @kezaqueen4546 2 ปีที่แล้ว

      ​@Chris ndikumana encore toi? c'est dommage

  • @umutesijanviere3575
    @umutesijanviere3575 2 หลายเดือนก่อน

    Hallelujah nukuri nange uwomuntu arantangaza cane mugusoma ndamukunda ndafashwa cyane nuko tutamubona amen

  • @alineniyomugisha6606
    @alineniyomugisha6606 2 ปีที่แล้ว +1

    Mana nditeze kndi ndizeye kuko nzi neza yuko ur Imana yishura ur Imana ukiza ur Imana ibabarira nditeze 🙌🏽

  • @AnithaIradukunda-kv6dp
    @AnithaIradukunda-kv6dp ปีที่แล้ว +1

    Amen amavuta y'Imana akomeze kubagota impande zose muraruhira umutima yacu pe mwarahezagiwe cn🔥🔥🔥

  • @mutumwinkaesperance6761
    @mutumwinkaesperance6761 15 วันที่ผ่านมา

    Nkunda Ubuntu bwawe Évangéliste Kris. Uguca bugufi kwawe. Imana yaragutoranije pe!

  • @AishaAisha-x5o
    @AishaAisha-x5o 9 หลายเดือนก่อน +3

    ❤❤ ndiho abakomeze ❤❤ nanje pio ntamwumvise asomye cankupa ikiganiro 😢 pio ndiho abakomeze ❤❤❤

  • @egidebimenyimana4603
    @egidebimenyimana4603 5 หลายเดือนก่อน

    Ntaco numva novuga kiretse gushima intahe noshinga zirandenze Imana ihabwe icunahiro

  • @TonBores
    @TonBores 4 หลายเดือนก่อน +1

    Imana Igukomeze nanje ndabakunda cane

    • @TonBores
      @TonBores 4 หลายเดือนก่อน

      Merci beaucoup uri mubantu bampinduriy ubuzima ndakwumva sindakubona ariko ndipfuza kuzokubona

  • @EricNgendakumana-hg3mg
    @EricNgendakumana-hg3mg 11 วันที่ผ่านมา

    Imana igukomeze ikwongerreze amavuta.Imana nanje imbabarire naridodomvye ngwamasezerano yatevyeee 😂😂😂😂

  • @BeoLe-v5f
    @BeoLe-v5f ปีที่แล้ว +1

    Amen 🙏🙏🙏 imbaraga zawe mana

  • @SamuelIrakoze-s2u
    @SamuelIrakoze-s2u 10 หลายเดือนก่อน

    Amen Amen
    Iryo jambo ry'imana riranyubatse
    Imana ibandanye kudukomereza umukozi wayo Chris ndikumana

  • @NijimbereEvariste
    @NijimbereEvariste 10 หลายเดือนก่อน +2

    Muraduhezagiy Can imana ibadukomerez kugira imitima yabeshi ihembuk

  • @ccvg3926
    @ccvg3926 6 หลายเดือนก่อน

    Uku kwezi nukwanj ndakiriy🎉🎉 hezagirw mukozi w'Imana urumugisha kubwoko bWimana n'a Pio ahezahirw arasoma ijambo ryimana rikatunyura🎉❤

  • @DiomedeNduwayo-s5c
    @DiomedeNduwayo-s5c 20 วันที่ผ่านมา

    UrKwoze mukozi wimana ndaremye❤❤❤

  • @ccvg3926
    @ccvg3926 6 หลายเดือนก่อน

    Ukukwezi nukwanje nanj ndavyumva nar naratevy kumva irijambo🎉🎉😢kizire kwidodomba

  • @congerastephanie8779
    @congerastephanie8779 2 ปีที่แล้ว

    Yesu akugirire neza mukozi w'imana ndagukunda cane naho utanzi nifuza kuzobonana nawe umusi Ndiho yabikunze nabandanye akukwagure yongere akurinde abansi bakurondera kugusubiza mwisi

    • @naomendayishimiye2214
      @naomendayishimiye2214 2 ปีที่แล้ว

      @Chris ndikumana Aie honte des messages que tu es entrain de nous envoyer ! !

  • @NyamvuraCloudine
    @NyamvuraCloudine 4 หลายเดือนก่อน

    🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏 amen mwami wacu yesu nashimwe 🙏

  • @JeanmarieNDAYIZEYE-g5g
    @JeanmarieNDAYIZEYE-g5g หลายเดือนก่อน

    Amen amen Amen NDIHO ampezagirane nawe ❤❤❤

  • @IrambonaJolis
    @IrambonaJolis ปีที่แล้ว +1

    Imana icaye ntawuzimy kwr yuguruye ibayuguruy .Imana ishimwe cane

  • @Nipeniel007
    @Nipeniel007 6 หลายเดือนก่อน

    Igihe canje cokubohoka burudu n'iki. Uwu niwo myaka iki n'ico gihe .uwu niwo mwaka . Muri Kristo Yesu ndabohoka burudu.Amen

  • @bellainteyiteka1086
    @bellainteyiteka1086 2 ปีที่แล้ว

    Kristo yesu akwongere amavuta. amen ndafashijwe n,ayamajambo y, IMANA ndiho akomeze kugushikana nahandi muburyo bw, impwemu

    • @naomendayishimiye2214
      @naomendayishimiye2214 2 ปีที่แล้ว

      @Chris ndikumana Tu n es pas Chris Ndikumana ! Tu es un vrai escro !

  • @liliosegatera9428
    @liliosegatera9428 2 ปีที่แล้ว

    Imana ni nziza cyane.Chris nkurikira inyigisho zawe umunsi ku wundi nkumva ndanezerewe mu mutima. Inyigisho zawe zatumye menya gusenga iminsi yose, kutidodomba no kwemera ubugombe bw'Imana.Shimwa Mana

    • @naomendayishimiye2214
      @naomendayishimiye2214 2 ปีที่แล้ว

      @Chris ndikumana DIEU TE VOIT ET CONNAIT QUE TU ES ENTRAIN DE MENTIR A SON PEUPLE !!

  • @ngendahayojoseph1410
    @ngendahayojoseph1410 6 หลายเดือนก่อน

    Amajambo uduha yaradufasha
    Umwami agukomeze,natwe mudusengere Imana itugendere

  • @SaluelNizogiyimana
    @SaluelNizogiyimana 4 หลายเดือนก่อน

    Amen amen Imana itugender mubih turimwo iturenger

  • @EstherNiyonkuru-ey5ti
    @EstherNiyonkuru-ey5ti 6 หลายเดือนก่อน

    Amen,yesu akomeze kubazigama numugore wawe nabana bawe nabo mukorana umurimo w'lmana ndabakunda

  • @BarawumiranaDiane-g3j
    @BarawumiranaDiane-g3j 13 วันที่ผ่านมา

    Yego pe piyo asomaneza cyane nkafashwa

  • @ngarukiyimanajeanpierre8915
    @ngarukiyimanajeanpierre8915 ปีที่แล้ว +1

    Hari IMANA ikoresha abayo kandi imukomeze cane

  • @اللهاكبر-ن3ح3ر
    @اللهاكبر-ن3ح3ر 3 หลายเดือนก่อน

    Chris imana iguhumugisha.inyigishozawe.zirapfashicyan

  • @fidelaharerimana9142
    @fidelaharerimana9142 2 ปีที่แล้ว

    Nanje ndahimbarwa caaaneee iyo numvise ukuntu pio asoma ijambo ry'Imana numva nujujwee!

  • @NimaNimaa-b5e
    @NimaNimaa-b5e 6 หลายเดือนก่อน

    Chis Imana izeiguhe ijuru urigusha nkatahura pio asoma neza cane Imana imuhe umugisha

  • @joselyneshugweryimana4798
    @joselyneshugweryimana4798 ปีที่แล้ว

    Imana ihabwe icubahiro kuko yaduhaye
    Chris Ndikumana
    Urakoze Mana🙏🙏🙏🙏

  • @fuyfqudwhvh8010
    @fuyfqudwhvh8010 2 ปีที่แล้ว +4

    Hallelujah.Hezagirwa muvyeyi

  • @immaculeemusabyimana2507
    @immaculeemusabyimana2507 2 ปีที่แล้ว +2

    Amen, Nanjye Imana ingendere nsame mu izina rya YESU.

  • @DiomedeNduwayo-s5c
    @DiomedeNduwayo-s5c หลายเดือนก่อน

    Aleluya aleluya aleluya mana akiranashimwe

  • @leonieuwimana2012
    @leonieuwimana2012 6 หลายเดือนก่อน

    Urakoze cane Chris. Inyigisho utugezaho nukuri ziratwubaka. Imana iguhe umugisha, kandi ikwagurire imbago

  • @simpliceiradukunda276
    @simpliceiradukunda276 2 ปีที่แล้ว +2

    Imana Ihabwe, icubahiro, Tigume Dusengera This man of God.
    Ndingize Abarundi Bose aho bari Hose Dusengere Uburubdi, Kugirango Bugendegwe, Kandi imana Ihagurutse Abavavuga butumwa Bubushozi mupwemu Nka Mr.Chris muntara zose zu Burundi.
    Please Let pray genuinely for Burundi,
    As we pray for ourselves, our family and friends Let’s Pray for Burundi to prosper and Burundian. 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙌🏽

  • @fillety7816
    @fillety7816 2 ปีที่แล้ว

    Imana ibahe umugisha chris uranyubatse nari nihebye nataye ukwizera ariko urampumurije ko ibyajye bihari
    Imana ihe umugisha na Piyo najye kunda uko asoma ubutumwa

    • @fillety7816
      @fillety7816 2 ปีที่แล้ว

      @Chris ndikumana vous êtes pas chris ndikuma je connais le numéro de l’émission de kanguka et Chris nous a déjà signalé qu’il a des escro qui utilise son Nom je vous conseille d’arrêter d’escroquer les gens heureusement moi je connais le numéro de kanguka que Dieu vous pardonne

  • @RGS-b3b
    @RGS-b3b 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen Imana ibahezagire

  • @hermanbadjiengui6963
    @hermanbadjiengui6963 2 ปีที่แล้ว

    Bonjour bonjour la famille je suis un gabonais vivant au gabon,jai besion de vote priere car je refuse de eritiet de cette maladie Diabete

  • @rwabishemamediatrice6625
    @rwabishemamediatrice6625 6 หลายเดือนก่อน

    Imana Data iguhumugisha Chris , inyigisho zawe ziramfasha cyane ,muhezahirwe mwese

  • @mukamusoniwendy1176
    @mukamusoniwendy1176 6 หลายเดือนก่อน +1

    Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah 🙌

  • @KwizeraJeanine-nj8wu
    @KwizeraJeanine-nj8wu ปีที่แล้ว +2

    Amiiiiinnnaaaaa.❤❤merciii seigneur❤l,histoire de Joseph ca me donne beaucoup d,effort.merci pasteur❤🎉🎉Amiiiiina jesus christ.pays de promesse c,est tres dangereux😢😢.

  • @anesieniyikiza5013
    @anesieniyikiza5013 2 ปีที่แล้ว

    Amina Amina Amina 🙏 Uhezangigwe cane n'IMANA Mukoze w'Imana.

  • @PerpetueININAHAZWE
    @PerpetueININAHAZWE 7 หลายเดือนก่อน

    Imana ikomeze kuryohorer ijwii pio nanje nkimwumva numvishe afise Imana nimpano muriwee

  • @ThomasThomas-bz9iq
    @ThomasThomas-bz9iq 6 หลายเดือนก่อน

    Imana ibahezagire murakoze kumvurirumutima ikirengeye ivyo Imana irabaha ijuru

  • @reperatekirusu764
    @reperatekirusu764 2 ปีที่แล้ว

    Ndagushima Mana kw'iri jambo uduhaye. Mukozi w'Imana ndagushimiye,Imana ikurinde.

  • @NyamvuraCloudine
    @NyamvuraCloudine 4 หลายเดือนก่อน

    Iryojambo riranyubatse ❤

  • @noellanijimbere
    @noellanijimbere 6 หลายเดือนก่อน

    Amen imana igukomeze igume yagura ndatashijwe

  • @mukamusoniwendy1176
    @mukamusoniwendy1176 6 หลายเดือนก่อน

    Ndafashijwe cane murikino gitondo, uko nukuri mukozi WIMANA

  • @mmar6189
    @mmar6189 6 หลายเดือนก่อน

    Amen American lo
    Amen Amen imana iguhe umugisha

  • @JfjJxjx-i9z
    @JfjJxjx-i9z ปีที่แล้ว

    Amen. Icubahiro kibe icandiho❤😮😢

  • @esperancemizero6408
    @esperancemizero6408 2 ปีที่แล้ว

    Amen Amen Amen !Data mpa gushika mugihe canje neza!

  • @NsabiyaremyeEmmanuel-b2u
    @NsabiyaremyeEmmanuel-b2u 10 หลายเดือนก่อน

    Amen aman🙏🙏mwarahezagiw murafash imitima yabantu

  • @mariambuntubwimana4774
    @mariambuntubwimana4774 6 หลายเดือนก่อน

    Hallelua Amen ndumva igihe kuriko kiregereza

  • @JeanetteIradukunda-u4j
    @JeanetteIradukunda-u4j 7 หลายเดือนก่อน

    Isaha y'imana ndunva iriko iregereza amen

  • @AliHassan-ui8sn
    @AliHassan-ui8sn 2 ปีที่แล้ว

    Amen nahezagiwe nimumfashe mumbwire aho ishengero riherereye Muburundi

  • @mwizadorcas781
    @mwizadorcas781 2 ปีที่แล้ว

    Imana nikomezisezerano ryawe rwose ibihibihumbi
    Igukomereze mumbaraga zayo

  • @MichelineNshimirimana-p1y
    @MichelineNshimirimana-p1y 6 หลายเดือนก่อน

    Murakoze cane,Mukozi w'Imana, hezagirwa

  • @irambonanadege1599
    @irambonanadege1599 6 หลายเดือนก่อน

    Amen Amen nawaguhezagire cane

  • @AsAs-nn9uv
    @AsAs-nn9uv 2 ปีที่แล้ว

    Reka ubwamber nshime lmana yoyoo lmpaye aka kanya🙏🏾ariko nacerewe ntakundi

  • @NshimirimanaPacifique-t5w
    @NshimirimanaPacifique-t5w 6 หลายเดือนก่อน

    Amen amen yesu abongere imigisha

  • @egideniyokwizera5941
    @egideniyokwizera5941 2 ปีที่แล้ว

    Igihe canje co kugenderwa kirageze Amen

  • @esangira3648
    @esangira3648 9 วันที่ผ่านมา

    Hallelujah hallelujah!!🙌🏾

  • @ntagwabiraregina8335
    @ntagwabiraregina8335 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen 🙏 turagukunda cyane mukozi wimana

    • @kezaqueen4546
      @kezaqueen4546 2 ปีที่แล้ว +1

      ​@Chris ndikumana Que Dieu te localisé et te pardonner tes pêche car chez Chris Ndikumana on demande jamais l'argent en plus on a pas l'orphelinat au Nigeria. va chercher du travail car tu auras pas l'argent gratuit. soit conduit par l'esprit de Dieu.

  • @jeaninendayishimiye8700
    @jeaninendayishimiye8700 2 ปีที่แล้ว

    Amina ndafashijwe cane murakoze cane

  • @FedFelixDesire
    @FedFelixDesire 6 หลายเดือนก่อน

    Ndaribdiye isaha yimana amen

  • @user-cedro
    @user-cedro ปีที่แล้ว

    Amen amen Imana iguhe umugisha.

  • @odetteciza7436
    @odetteciza7436 2 ปีที่แล้ว

    Urakoze mwigisha Wa yesu kinyigusho nziza

  • @odreillemanirakiza3148
    @odreillemanirakiza3148 ปีที่แล้ว

    Amen iman ihabwe icubahiro caneee

  • @PerpetueININAHAZWE
    @PerpetueININAHAZWE 7 หลายเดือนก่อน

    Amen ndahezagiweee

  • @malachiendayizeye143
    @malachiendayizeye143 2 ปีที่แล้ว

    Amen amen uhoraho aguhezagire mukozi w'Imana

  • @nadiabimenyimana3475
    @nadiabimenyimana3475 2 ปีที่แล้ว

    Amena amena ingihe kingeze ibintu birahiduka hallelujah 🙌 ♥ 👏 ❤ 🙏 🎶 🙌

  • @raphaelbinyoma4636
    @raphaelbinyoma4636 6 หลายเดือนก่อน

    Urakoze NDIHO

  • @munganyinkaaqqaaqxblenatha983
    @munganyinkaaqqaaqxblenatha983 2 ปีที่แล้ว

    Ndagukunze nibyoooooooooo 100% nabibonesheje amaso yanjye

  • @nzisabiraleonce4802
    @nzisabiraleonce4802 2 ปีที่แล้ว

    Imana ibandanye ibasiga amavuta yayo

  • @sandyk4966
    @sandyk4966 11 หลายเดือนก่อน

    AMEEEN AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽

  • @JanetQueen-j6l
    @JanetQueen-j6l 6 หลายเดือนก่อน

    Haleluya Amen❤❤❤

  • @yvonnenamugisha2464
    @yvonnenamugisha2464 2 ปีที่แล้ว

    God bless you mukozi wi mana ufasha imitima yacu 🙌🙌🙏👏

    • @kezaqueen4546
      @kezaqueen4546 2 ปีที่แล้ว

      ​@Chris ndikumana ton message et partout. va chercher du travail

  • @PolyceneBayubahe
    @PolyceneBayubahe 4 หลายเดือนก่อน

    Utakoze mwemu yera uratahuza

  • @rosymdz2105
    @rosymdz2105 2 ปีที่แล้ว +6

    Nous voulons aussi écouter les enseignements en Kirundi papa Chris. Ce serait bien qu'il y ait quelqu'un qui interprète en français.
    Amen Amen 🙏🙏🙏🙏

  • @dusengimanaThierry-pi4sl
    @dusengimanaThierry-pi4sl 9 หลายเดือนก่อน

    ❤imana ishimwecane

  • @NelsonMucyo
    @NelsonMucyo 6 หลายเดือนก่อน

    Uwiteka ajye agukomeza

  • @FélicitéUwihanganye
    @FélicitéUwihanganye หลายเดือนก่อน

    Haaalellujah Amen Amen

  • @ndabahinyuyepascal6604
    @ndabahinyuyepascal6604 2 ปีที่แล้ว +1

    MANA ur'IMANA Amen

  • @kaburajean4459
    @kaburajean4459 ปีที่แล้ว

    Urandemesheje caaane

  • @suavisniyonkuru5175
    @suavisniyonkuru5175 6 หลายเดือนก่อน

    Merci chris

  • @cynthiairera-ku7xq
    @cynthiairera-ku7xq 7 หลายเดือนก่อน

    God bless you

  • @nanatonzy8716
    @nanatonzy8716 ปีที่แล้ว

    Amen ndafashijwe

  • @NduwayoEvarist
    @NduwayoEvarist ปีที่แล้ว

    Amen yesu ahabwicubahiro

  • @SedrickCece
    @SedrickCece 6 วันที่ผ่านมา

    Hallelujah hallelujah

  • @irakazaeriekim4753
    @irakazaeriekim4753 2 ปีที่แล้ว

    Ameen ndabakurikira cane ndi🇰🇪

  • @ritatembo823
    @ritatembo823 2 ปีที่แล้ว

    amen he give me anything i what i believe in him

  • @germainndayishimiye8684
    @germainndayishimiye8684 6 หลายเดือนก่อน

    Barikiwa sana

  • @claudemedia189
    @claudemedia189 7 หลายเดือนก่อน

    Ndafashijw caaane