😍😍😍Bon murakoze iyindi hit kandi😩😩🔥🔥 na advice nziza kuri benshi... hama nizere ko nabandi babiibonye ko Sengazi aberewe na scene bamuhaye y'imborerwa🤣🤣😂😂
@@Kazozadesign_TV bruh barabikora cgw I mean as Rwandan turabumva arko twumva du bon music nkuko au Rwanda bada promoting boseee kuko bosee they don’t deserve it ahubwo u guys underated this two guys iyi song ni 🔥🔥
Uwabonyemwo Big fizzo( Ndugwe, Desideratous, Gitutu, Baddadandem, Gikundiro, Kibirengeye) , Emery Sun, Michaël Sengazi, Dj Kathlous ampe like hit song yo guhez umwaka💥🔥 mbabajwe nabagiy gusohor inyuma yabo😭😂😂
Niliwambia vyakula vitamu siku zote viko kwa watu ambao wanajuwa kupika kwa ujuzi mkubwa Sana Hii ni zaidi ya darasa Kila aina ya vionjo vimewekwa kwa ndani Yani Niko navitafuna ila nashindwa kuviacha kwasababu ya radha yenyewe Ndugu yangu tafuna hata na wewe ni lazima utaendelea kuvila na kuvitama Tnx guys for this hit song
Rwanda urundi. Burundi and Rwanda we should unit for the progress of our nations. We was once one. Our will power is collective and unit. Abarundi or abanyarwandaw we are the same, we share the same culture, ethics, tradition, and and we are one people
Keep it up 👍🤟✌️🤞Double jay , good 🎵 song vraiment 👐🙌👏 gtg iri hejuru kabisa, havuye big fizzo ni wewe ukurikira Double jay , vraiment urashoboye 🤞, cadeau from Sweden 🇸🇪
verse 1 Tutaramenyana nari umuhungu yitonda Kuva tubaye abajama raba ndateye agahinda Wahinduye vyinshi kuri jewe my friend Oya nukuri jewe numva ngira mpfe Niwe wanyigije ku draga Abana nkuranya ijoro numutaga Uzohava unta mukaga Ubu mbonye umukobwa amatwi arashinga Tunywa inzoga nyinshi ntitwigerera Maze iminsi ntaboneka no muhira Mugenzi wanje uzohava unkwegera Tunywa inzoga nyinshi ntitwigerera Maze iminsi ntaboneka no muhira Mugenzi wanje uzohava unkwegera My friend [CHORUS] Nokwishinga nopfa Nokwishinga nopfa Ego ndabizi ko urumugenzi ariko nokwishinga nopfa No no no no ... (Nopfa ) No no no no no ... (Nopfa) Nokwishinga nopfa [BRIDGE] Mmmmh Oooh my friend dupunguze ama party iiiish My best friend tureke kwama muri party [VERSE 2] Niwe wanyigije kunywa ama biya Niwe wanyigishije ku baya Raba nsigaye kumisaya Ndiraba mukiyo nkigaya Ndabembeya nsigaye ni vampaya (vampire) Mambo mbaya burimunsi mukirori ni faya (Fire ) Mbega ayo mafaranga uyakurahe Eeeeh Mbega mugenzi wanje wewe ukorahe Turarengeje vyoba vyiza dupunguje Erega ni danger kwama twiteretse ibidaje Tunywa inzoga nyinshi [CHORUS] Nokwishinga nopfa Nokwishinga nopfa Ego ndabizi ko urumugenzi ariko nokwishinga nopfa No no no no ... (Nopfa ) No no no no no ... (Nopfa) Nokwishinga nopfa [VERSE 3] Oooh my friend, Ooh my friend Mbega turiko tuganahe Ooh my friend Ooh my friend, Ooh my friend tugire twikebuke nukuri Ooh my friend Wamumbwira ngo sinibane Ngubuzima nibuto cane Ariko mbonaringorane tugire twikebuke twarengeje cane Kuryabana , kuryabana Twabigizumugenzo turarengeje sana Kugendana, dusohokana Vyambereyikibazo nubwo nkukunda sana [CHORUS] Nokwishinga nopfa Nokwishinga nopfa Ego ndabizi ko urumugenzi ariko nokwishinga nopfa No no no no ... (Nopfa ) No no no no no ... (Nopfa) Nokwishinga nopfa
He is talking about a new friend he met who is getting him in trouble with his family by making him excessively Party, drink, smoke weed & run after girls
Yooooh,, that is my favorite band bro. The song meaning is like that you can meet with stranger friend for the first time. but you never know how his behavior is.as long as you are in friendship you know what I mean!!!! and finally you just find out if you will keep flowing him in his way and keep doing as like how he does you are going to put your life in the wrong direction or you are going to die straight yeah.. bro it's like that
Ndabarahiye iyi hit song wimbo wamwaka courage mes frères dushigikire umuziki mwiza tutaravye ngo ni uyu canke uriya cosavye les promota et les journalistes mu promotinge ibikokogwa vyaba bacu .hahangame bantubwoy
Coup franc nka ya Ntibazonkiza 🔥🔥🔥🔥
Big up saaaana ..... #BB4LIFE #bantubwoy4everybody.
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Twobura Bantubwoy twopfa
Legend 👑🙌🏽♥️
Umuti kabisa
Fizzo love u big up to the work of bantubwoy
Bavug numv bantubwoy file muze baba
abanyaRwanda🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼 turikumwe mumpe like nanje naho natinze 😭😭😭😭
❤😂😂😂❤😂😂😂😂😂😂
Abarundi mugire ntimumuhe like🖕👎👎
Umunyarwanda ari hano nka njye Rw, ampereze like love from Rw
💥💥💥💥💥 bantu.bwoy 4life
N'Abarundi turaguha nta blem🤓
We re here 🇷🇼🇷🇼 mhn ndi umufana wa double jay
bantubwoy noma san wasio penda yatapata homa
Good vibes
Iyi yo nimba ndayiharaye sigusa 😁😁😁😁
Ndashobora kuba nkozweko hhhhh
5fois pr jour kweli niyo doz
Big up
Hhhh ninshi naw wumvisemwo rwawe
Kubadida Hit~Top~tv tubaye 148 wallah 😥😥😥 nimumpe like basi tubarute bose naho natevye...😥😥niya double ndayironke Burundi oyeeeeee ❤❤❤❤❤
🥰🥰🥰🥰
Niyeyeeeee
Ooyyy
🙌🙌🙌🙌
Uwabonyemwo mzee baba lao CEO wacu Mr gikundiro ampe like canke nipfire muyinyime
Coup de chapeau kubana b uburundi na director walia nubwo wob utumva video iragutahuza
😂😂😂😂ntupfe turacagukenye
Yoyoyoyoooooo asha unvugiye ibintu,haruwo naje nishinze npfaaa.much respect to you guys🤝👌
Pol my nikundira eric ndagukunda umusumwe tuzahure
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Inde ga Miss Erica ???💦💃😂😂😂respect u too M E
Ni de?
🙈🙈🙈 message reçu
Igikogwa ciza canee 🇧🇮🇧🇮🔥🔥😍👌mbega yemw ngo kury abana🤭uwo bishinga uwo bishinga yopfa kabisa
Oscar fashion i hope you the one who took the fashion in the clip. Its very lit🔥🔥🔥🇧🇮
😍😍😍Bon murakoze iyindi hit kandi😩😩🔥🔥 na advice nziza kuri benshi... hama nizere ko nabandi babiibonye ko Sengazi aberewe na scene bamuhaye y'imborerwa🤣🤣😂😂
Hhhhhh
😂😂😂😂😂😂😂😂
Imana irakubona Hosy!😂😂😂
😂😂😂😂😂
cane gose
Proud of u my bantuPipo❤️😩🔥🔥
Kazi nzuri sana my brother 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🔥🔥🔥🔥🔥
ukomye umujama kuva kigali murwanda 😴🙌🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Barundi Barundikazi mwese mukunda U Burundi ndabasavye dukore ibishoboka ino ndirimbo ikwize 1million yama views ndabasavye muzoba mukoze
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Bavug numv ngamahit mwaribwayabon fay
❤
🔥🔥🔥🔥
Jjjkkkķkkkķkkk
@@Kellyyy703 ji
Turashak 1M kuriyi hit song
Heshima kubwa kwa label ya BantuBwoy na inchini kwetu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
MPora niyumvira umunsi umwe ibintu bikimeze nka kera indirimbo nkiyi yakirwa nabarundi böse ata bantubwoy ata empire bikambabaza nkibaza niryari bizosubira ngo bizoducire inzira ishika kuvyo dushaka. it's chris Dorel ababikumbuye babirwanye aho bageza #OnePeople #onecountry🇧🇮💪💪💪
Vyoba Biryoshe kwumva team satura iririmba #nopfa Bantubwoy for life iririmba #Beautiful tukamenya aho turi ko atari heza dufis ivyo dukeneye💪💪💪
Michael SENGAZI Yabiryoheje
Kirikou bandanya umuziki wawuhaye akanovera bant bwoy vumaaaàa
Muze dukwize ama million yama views harabura gato🥰🔥🔥🔥🔥🔥👌👌
double jay man jewe ndagu fana wawe sana ndashaka kubona kandi ufise ijwi ryiza rixspet
Indirimbo yumwaka#nopfa🔥
😁😁😁😁
@@elsairimbabazi1720 hhh noe Sivyoo
Innocent niyongabire ndanaguha 300fbu ugure nikiziriko la suite uc uyumva ...🤣🤣🤣ayabura nzoyaguha next year 🔥🔥🔥Hama udashavura just joke 🤣🤣
@@innocentson001 nne niziki izo j'aime???
@@jmc2196 hhhhhhhhhh j nibaz ko bitahuritseee
Korumuti dii my best Friend
Vibe 🔥🔥
Thank you yago for the support.
Thnx for your Like Yago TV don't forget to share the link....we do share yours.
Yago thanks for the support you giving us. Much love.👊🇧🇮
Why you guys you don't promote buja flava we do on inyaru?
@@Kazozadesign_TV bruh barabikora cgw I mean as Rwandan turabumva arko twumva du bon music nkuko au Rwanda bada promoting boseee kuko bosee they don’t deserve it ahubwo u guys underated this two guys iyi song ni 🔥🔥
Uwabonyemwo Big fizzo( Ndugwe, Desideratous, Gitutu, Baddadandem, Gikundiro, Kibirengeye) , Emery Sun, Michaël Sengazi, Dj Kathlous ampe like hit song yo guhez umwaka💥🔥 mbabajwe nabagiy gusohor inyuma yabo😭😂😂
Bad than them (baddandem)
Indirimbo yamateka Big up sana ma brazawangu
Bad boy killer vs akili .🔥 u made it so fire 🔥
U so talented man.
Your music is out of this World Wiz Disigner
Good 👍 to 👋 👍 😀 👏 👌 🙌 I have 👋 and ❤
Àaaaaààaaaaaaaaaaaaaaàààaaaaààaàaaaaaàaaaaaaaa
Àaaaaààaaaaaaaaaaaaaaàààaaaaààaàaaaaaàaaaaaaaa
Àaaaaààaaaaaaaaaaaaaaàààaaaaààaàaaaaaàaaaaaaaa
Komera bantu banje nubwo mwavuye muri bantu bwoy tuzoguma tubafana Imana ibaje imbere ivyiza nivyinshi imbere yanyu
Washa fire Mzee baba 💣🔥🔥🔥🔥
Muntango ya ruheshi 1million
Good job guys, beautiful song.love from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼👊✌️
Murashoboye basaza twemera peeee #NopfA oyeeee
Oyeeee uwobishinga yopfa
@@ericntungwanay2507 uwo bishinga yohwera pee
Niliwambia vyakula vitamu siku zote viko kwa watu ambao wanajuwa kupika kwa ujuzi mkubwa Sana
Hii ni zaidi ya darasa
Kila aina ya vionjo vimewekwa kwa ndani
Yani Niko navitafuna ila nashindwa kuviacha kwasababu ya radha yenyewe
Ndugu yangu tafuna hata na wewe ni lazima utaendelea kuvila na kuvitama
Tnx guys for this hit song
Congratulations
Fireee🔥🔥🔥
Bavug numv
💃👍
igisagara kigira kibone ibara kama unapenda Bantubwoy sana gonga like #praaaaaah
Lebo ya kwanza pia yakinyama burundi big up
Nice job brother's
Oyeeeeeeeee kirahiye
Oyeee
Mzee wa vina nakukubal mzee wang. One day nataman nikuon bantu boy
Hamwe burya mutampaye izo like
#nanje_nopfa
Skia beat noma sana
Much respect for double Jay na kirikou ❤❤❤❤❤❤❤ bantu Bwoy forever ❤❤❤❤
Rwanda urundi. Burundi and Rwanda we should unit for the progress of our nations. We was once one. Our will power is collective and unit. Abarundi or abanyarwandaw we are the same, we share the same culture, ethics, tradition, and and we are one people
No we are not!!!
Ndayikunda bimwe numva ntosigur courage big brother
Bip up sana impanuro zikwiye!! Mbishinze nopfa!!!🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇧🇮
IKIRUNDI kiraryoshe💙
Michael Sengazi is a whole mood 😂❤️
Yaravyishe ndake😂
Uwomwishinga yopfa
Bamwongereee ahubwo nakandi 🍻🍻😂😂😂
Double Jay - NZODUGA (official video cover by Yuzza Lopez)
th-cam.com/video/USsGhUWjaUk/w-d-xo.html
Fire on th-cam.com/video/qRJjgadlKcw/w-d-xo.html
Ikintu nakunze cane nuko nabonyemwo abastar batandukanye, surtout le comédien.....teamwork muri showbiz
Love From rwanda 🇷🇼🇷🇼 burundi music 👍👍
Only good vibes💥🇧🇮
Don’t be jealous, they killed it respect ✊🏾
@@bluehada2151 We call it support and appreciation
Kbx😂😂🔥🔥🔥
Beautiful song brother I am coming from rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Iyi ngoma ni noma San walipo nitafusiri kwa kiswahili , This is another level my bro . I love u my bro @Doublejay.
I'm from 🇨🇩
Uwemera izimpanuro akanyage like ntidupfe🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥
Hatari sana Video Moja Quality ..... Laocation za Ubunifu Zaidi 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Kabisaaa mze baba
Nimba uri umu Rundi kandi ukunda bantubwoy hit lke here👍🔥
Bavyita gutabura
Keep it up 👍🤟✌️🤞Double jay , good 🎵 song vraiment 👐🙌👏 gtg iri hejuru kabisa, havuye big fizzo ni wewe ukurikira Double jay , vraiment urashoboye 🤞, cadeau from Sweden 🇸🇪
ashaa ndemeyee #double jay na #kirikou murii 💣🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥,,,abafise abagenzii nkaboo like ndazibonee 🤣🤣🤣🤣 love from RUSSia 🇷🇺🇷🇺
Ndabembeya nkasigara nsa ni vampaya #goodjob #doubeljay & #kirikou #NOPHA💥💯
Uwemerako iyi ari Hit aze ngaha tubigaragaze✍🏽🙏🏾👌🏿
Mungu wangu. Ndabakunda cane .Kandi ndakunda Ubuntu abamenyesha amakuru babitaho kwa support. Burundi oye
Another bang 🔥🔥🔥 nopfaaaaaaa
Love from #runtowndjs
Tumwa inzoga nyishi ntitwigerera🇷🇼
Alie ona big fizzo anipe like twende xawaxawa
Indirimbo nkizi zituma numva ndi fière kuba nd'Umurundikazi🤟🏼
J numva nshaka ndi kwiti kwiti narushe oyaaa mama nopfa 🔥🔥💪💪💪💪💪🇧🇮🇧🇮
Ujawai kufeli dogo kilikou skill 🇹🇿🇹🇿🇹🇿
Kirikou ni mnyamwezi sana
Uwumaze kuyiraba incuro zirenga10 anshirireko Like💥💥💥. Muruyu mwanka nta Hit nkiyi yari bwasohoke uwuvyemera ashireko Like.
Like
Mazekurenza incoro 20
Jenongey kugaruk inyum yumwaka 😂😂😂😂😂😂
Zewe ibi ndavyanko, narinzii ko muzosohora indirimbo ibishe!!!! ibi bihungu sinzi ingene bimeze xiuuuu @Double jay na Kirikou
nice song brothers from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
from 🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦 respect
Aristide nije ngize uwanyuma mugukwiza 1m views 👊👊
Ubu bujama kama vile naskia bunakamuwa kabisa. Yani iyi ni hit kabisa. Respect brothers.
Niyamene imbo,I am following from Zambia.Nokwisinga nopfa.
I like the way Kirikou flows
🇷🇼
Cape town south Africa ntitwatanzwe kukabona nakantu gatuje komeza mubwami bwa music muri bantu bwoy
Umuntu afise nkuyu mugenzi Double Yavuze agonge hano
You Kill it guys💥
#IvyiwacuImbere
verse 1
Tutaramenyana nari umuhungu yitonda
Kuva tubaye abajama raba ndateye agahinda
Wahinduye vyinshi kuri jewe my friend
Oya nukuri jewe numva ngira mpfe
Niwe wanyigije ku draga
Abana nkuranya ijoro numutaga
Uzohava unta mukaga
Ubu mbonye umukobwa amatwi arashinga
Tunywa inzoga nyinshi ntitwigerera
Maze iminsi ntaboneka no muhira
Mugenzi wanje uzohava unkwegera
Tunywa inzoga nyinshi ntitwigerera
Maze iminsi ntaboneka no muhira
Mugenzi wanje uzohava unkwegera
My friend
[CHORUS]
Nokwishinga nopfa
Nokwishinga nopfa
Ego ndabizi ko urumugenzi ariko nokwishinga nopfa
No no no no ... (Nopfa )
No no no no no ... (Nopfa)
Nokwishinga nopfa
[BRIDGE]
Mmmmh Oooh my friend dupunguze ama party iiiish
My best friend tureke kwama muri party
[VERSE 2]
Niwe wanyigije kunywa ama biya
Niwe wanyigishije ku baya
Raba nsigaye kumisaya
Ndiraba mukiyo nkigaya
Ndabembeya nsigaye ni vampaya (vampire)
Mambo mbaya burimunsi mukirori ni faya (Fire )
Mbega ayo mafaranga uyakurahe Eeeeh
Mbega mugenzi wanje wewe ukorahe
Turarengeje vyoba vyiza dupunguje
Erega ni danger kwama twiteretse ibidaje
Tunywa inzoga nyinshi
[CHORUS]
Nokwishinga nopfa
Nokwishinga nopfa
Ego ndabizi ko urumugenzi ariko nokwishinga nopfa
No no no no ... (Nopfa )
No no no no no ... (Nopfa)
Nokwishinga nopfa
[VERSE 3]
Oooh my friend, Ooh my friend
Mbega turiko tuganahe Ooh my friend
Ooh my friend, Ooh my friend tugire twikebuke nukuri Ooh my friend
Wamumbwira ngo sinibane
Ngubuzima nibuto cane
Ariko mbonaringorane tugire twikebuke twarengeje cane
Kuryabana , kuryabana
Twabigizumugenzo turarengeje sana
Kugendana, dusohokana
Vyambereyikibazo nubwo nkukunda sana
[CHORUS]
Nokwishinga nopfa
Nokwishinga nopfa
Ego ndabizi ko urumugenzi ariko nokwishinga nopfa
No no no no ... (Nopfa )
No no no no no ... (Nopfa)
Nokwishinga nopfa
Cool saaan kbx #double umetish #akili w nomaaa nimb ubemer gir like👌👍👍🇧🇮
Bonge la ngoma ,,,all da way from Dodoma city
I don't even understand but It's Amazing video and I like the song
He is talking about a new friend he met who is getting him in trouble with his family by making him excessively Party, drink, smoke weed & run after girls
Ruvubika which language??hahaaaa
@@IVOMO_TV Kirundi. From Burundi
rush kirundi
Yooooh,, that is my favorite band bro.
The song meaning is like that you can meet with stranger friend for the first time. but you never know how his behavior is.as long as you are in friendship you know what I mean!!!! and finally you just find out if you will keep flowing him in his way and keep doing as like how he does you are going to put your life in the wrong direction or you are going to die straight yeah.. bro it's like that
Ninde ahari ariko arejoying iy hit uyumusi samedi le29/1/2022? Twagiy munfay partager it hit song iger kur 1M kbx .
UWIBAZA KO HARIHO IYINDI NDIRIMBO IRUTA IYI MURI 2020 #AZOOOOOPFAAAAA#
Akili urashoboyeeeeee uri 🔥 🔥 uwabonye Medy muriyi ndirimbo nkanj ampe like
Double kiri great job walllahhhhh
Elart créativité ya bien
Uyu muniga asa nka Melody bruce
Mvuze itarasohoka hasigaye 24 minutes, ariko nabonye ko izoba irenze, love From Rossy presenter
Ndabarahiye iyi hit song wimbo wamwaka courage mes frères dushigikire umuziki mwiza tutaravye ngo ni uyu canke uriya cosavye les promota et les journalistes mu promotinge ibikokogwa vyaba bacu .hahangame bantubwoy
I like it brother nukur nokwishinga nopfa greatest work
🚴🚴to miligang as soon as
Très belle chanson remplie de bons messages, sans toute fois oublier la prestation hors du commun de Sengazi👌🏾
Nic song bantu boy ninamba kabis muranyemeje big fizzo nakubal ab bana barabizi kwel muranyemej kabis
🔥🔥🔥 new banger in my street 🇷🇼♥️
New banger in my streets too("IBIRARO")....🔥🔥🔥🔥🔥👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌
Iyinngoma ntishike mur Mais tutarakwiza 1M pliz keep sharing dat best song
Indirimbo nziza and good message 🎶🎬🔥🔥🔥🔥
Br mukore partage dushaka gushikana 1M dans 13mois
Umunyarwanda ufana Bantu bwoy ampe likes, Kirikou artist of the year
Hatwike hakongoke Di kirikou 😍😍
kama umecheck hii ngoma harafu ukajikuta kama vile uko jamaica gonga like
Bantubwoy yubahwe
Iyi song iratwika kbs
Kurya abana , kurya abana twabigize umugenzo 🙈🙈
(Jewe sindimwo 🙈 Amstella😍 niwe nihebeye kandi uwonyishinga yopfa😂 ntihagire uwunyigana YOPFA)
Ok mbore🤣🤣🤣
Yayayayayaya Double kl na Kirikou nibabareke vrt Team satura ni direct mu mpimba
🔥🔥👌 love from #holystardjs
Iyo ni mix yogutuma kr trace
My exe this is for you🙉🙉nokwishinga nopfa😂😂🤫🇷🇼🇷🇼
Nice song 💥💥💥 they made it guys nokwishinga iyi song nopfa
Woba wayumvirije kenshi imbere yuko ugira commentaire nkanje?like yawe ndayihabw
Mbakunda cyane from kigal
Ntaongea baada yakuiskiliza mara tatu
Woyishinga wopfa😂
Woyishinga ntiworyama wopfa!!nikali saaana
kaka uyishinz wopfaa
kama umerudia nyimbo zaidi ya mara tatu kama mimi naomba like zang apa 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥