ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
IMANA ishimwe kubw ubugingo bwawe yarokoye .Kandi merci pour ton temoignage.
Imana irababona mufashe igihugu apan kubesha urumukizwa wahe
Waouh Dr Michel. Intahe yawe irankozeko.
Intahe irahambaye. Azoyitange yose atari résumé!
Imana Niko imeze, igushatse ntaho uyihungira
Mwene data Dr Michel turamushingira intahe natwe Imana iraganje mu buzima bwiwe
Merci pour ce temoignage docteur!
Yesu agukomeze cane
Intahe yigisha cane
Imana ishimwe murakoze ndi pfuza watsap yiw
Abamuzi ico bumvise barumvise
Za mukura ububeshyi,abakizwa barangwa n'amacakubiri n'inda ndende.
IMANA ishimwe kubw ubugingo bwawe yarokoye .Kandi merci pour ton temoignage.
Imana irababona mufashe igihugu apan kubesha urumukizwa wahe
Waouh Dr Michel. Intahe yawe irankozeko.
Intahe irahambaye. Azoyitange yose atari résumé!
Imana Niko imeze, igushatse ntaho uyihungira
Mwene data Dr Michel turamushingira intahe natwe
Imana iraganje mu buzima bwiwe