Imana izokugeze kure
Oh!
Wooow! Yesu n'Umucunguzi Umwe Rudende.
Mwodufasha numéro ya Cyrille? Merciii
IMANA imuhezagire!!Uyu muntu numva ko yoba yabaye nka Yosefu muri Egypte!! IMANA imuhe kuramba,namwe mwamurondeye mukagirana iki kiganiro muhezagirwe cane
lMANA ni nziza
YESU ARAGANJE
God is good
Iyi ntahe iranyubatse kabisa 😂😂😂uri muba Docteurs bake Yesu Kristo yafashe icicaro mumitima yabo. Tuzobanayo kweli !!!
Amen❤🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Imana niyo izigama agakiza kayo muri twebwe n'umunezero kumva umuntu nkawe ko abaho. kandi Imana izi ivyo dukenye yagushize mu bisata bikeneye umuntu nkaw gusumba ahandi kwa muganga no muri police .Imana n'ibishimirw
Imana ishishikare kumuzigamira agakiza