IJAMBO RYA RWAGASORE

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 14 ต.ค. 2024
  • DISCOURS RWAGASORE, BURUNDI, ÉLECTION UPRONA 1961, VICTOIRE UPRONA

ความคิดเห็น • 40

  • @LelaLopez-z9y
    @LelaLopez-z9y วันที่ผ่านมา +1

    Imana ihezagire uwariwe wese yifadikany na nyakwigendera Prince Louis Gwagasore kutuzanira ukwikukira
    I am proud of my nationality 🇧🇮❤

  • @Verrachegue-q4m
    @Verrachegue-q4m 8 หลายเดือนก่อน +2

    Urohombo rwambere abarundi twagize ni ukubura intwari nkawe na nyakwigendera Ndadaye mwaragiye uburundi burapfakara kugeza nuyumusi ntirabona uyundi nkamwe

  • @Qwizera
    @Qwizera 2 ปีที่แล้ว +1

    ❤💚🖤 our hero
    May his spirit of unity remain with us

  • @sabiyumvaprotaissabiyumva5696
    @sabiyumvaprotaissabiyumva5696 3 หลายเดือนก่อน

    ,,,,,nay'imihimbiri ibisuma n'abambuzi,,,,,

  • @fleurymugisha1485
    @fleurymugisha1485 2 ปีที่แล้ว

    Iri jambo ririmwo ubwenge bukwiye kuturanga muvyo dukora, umwe umwe wese ku rugeze rw'uburongozi ariko.

  • @consolateurgasirabo173
    @consolateurgasirabo173 ปีที่แล้ว

    RIP P.L.Rwagasore

  • @onesphorendayizigiye1442
    @onesphorendayizigiye1442 3 หลายเดือนก่อน

    Kubura Ndadaye na Rwagasore Niyo Échec yambere Uburundi bwanje bwagize kandi kuyivamwo ntavyo ndiko ndabona!

    • @nehemamoraa
      @nehemamoraa 12 วันที่ผ่านมา

      Imana mushobora vyose Igiye gukurayo iyo échec

  • @nehemiahniyukuri8949
    @nehemiahniyukuri8949 5 ปีที่แล้ว +2

    All elected president should be repeating this amazing speech -love & respect 🇧🇮🇧🇮

  • @elvisntakiyica8699
    @elvisntakiyica8699 3 ปีที่แล้ว

    Rest in peace my hero prince .Imana nikwakire mu bwami bwayo wari umugabo wijunja.
    nuko nuko Imihimbiri ibisuma nabambuzi dutegerezwa kubafata bagahanwa
    .

  • @nshimirimanalouismarie5930
    @nshimirimanalouismarie5930 11 ปีที่แล้ว +2

    si tout nos dirigent réécoutaient ces discours des héros dignes et pacificateurs la paix persisterait et la paix régnerait dans le pays. mais malheureusement tous ces leaders sont éliminés avant de prouver leurs engagement. Paix est vos âmes et que la terre vous soient légère chers héros.

    • @nkeshimanaemmanuel5031
      @nkeshimanaemmanuel5031 7 ปีที่แล้ว

      None ya majambo y ugutukana y ubushirasoni ba Nditije birirwa bavuga bayakuye kuri nde ?

    • @nkeshimanaemmanuel5031
      @nkeshimanaemmanuel5031 7 ปีที่แล้ว

      Uyu yarafise imyaka 29 gusa none wew ufise ingahe ? iri jambo worivuga ?

    • @shortvin8788
      @shortvin8788 4 ปีที่แล้ว

      Bien dit

    • @shortvin8788
      @shortvin8788 4 ปีที่แล้ว

      @@nkeshimanaemmanuel5031 nimba atorivuga wew ukaba worovuga ni saws,tuzoba aba successeurs bawe

  • @jumahamisi7549
    @jumahamisi7549 ปีที่แล้ว

    twarabuze itwari

  • @ndihokubwayorichard7100
    @ndihokubwayorichard7100 3 ปีที่แล้ว

    Oooooo Burundi bwanj 🇧🇮💪💪💪💪💪

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 2 ปีที่แล้ว

    Abategetsi Bubu atsinze mwijambo akubwira ngo nzanira umutwe wakaburimbo ndaguhe amahera urya nigibinga hongora injavyi Abategetsi Bubu wapi nabicanyi

  • @mwananyamalaz4427
    @mwananyamalaz4427 2 ปีที่แล้ว

    Rest in peace mungu amuraze Mahara pema peponi 😭😭🙏

  • @nahimanashabani7976
    @nahimanashabani7976 2 หลายเดือนก่อน

    Ijambo

  • @gilbertmpawenayo-ek8kx
    @gilbertmpawenayo-ek8kx ปีที่แล้ว

    Rip hero burundais Rwagasore Louis

  • @bangirinamavenuste8524
    @bangirinamavenuste8524 2 ปีที่แล้ว

    Intore ntiziramba pe

  • @kanyegerizephilin4825
    @kanyegerizephilin4825 3 หลายเดือนก่อน

    Intwari

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 4 หลายเดือนก่อน

    Twarubuzintwaripp

  • @eminday120
    @eminday120 12 ปีที่แล้ว +1

    I miss you Rwagasore.

  • @guillainendayishimiye3007
    @guillainendayishimiye3007 3 ปีที่แล้ว

    Hero🇧🇮❣️👏

  • @jastinpaul2510
    @jastinpaul2510 4 ปีที่แล้ว +1

    R I P

  • @pacifiquekwizigira7226
    @pacifiquekwizigira7226 8 ปีที่แล้ว +1

    UBURUNDI TUZOSUBIRA KURONKA INDONGOZI NKIYO RYGARI?

  • @jumahamisi7549
    @jumahamisi7549 ปีที่แล้ว

    warumugab

  • @patrickmutuli8600
    @patrickmutuli8600 5 ปีที่แล้ว

    Ijambo ry'ubwenge kweri...ureke abategetsi bacu ba none bigamba kwica...intambara batsinze...genocide nibindi Prince Louis Rwagasore wari umugabo wi jambo kabisa.

    • @nshimirimanaisaac9771
      @nshimirimanaisaac9771 5 ปีที่แล้ว

      None komwaciye mumwica😀😀😀

    • @hellesenscruz7881
      @hellesenscruz7881 4 ปีที่แล้ว

      @@nshimirimanaisaac9771 ubwose uvuziki ohokuvuguti imana izogere itangamahoro

  • @ndayishimiyeoscar6049
    @ndayishimiyeoscar6049 6 ปีที่แล้ว +1

    good leader
    R.I.P

  • @fridaytv3818
    @fridaytv3818 6 ปีที่แล้ว

    Iryo niryo ryar’Ijambo

  • @florianeirangabiye7137
    @florianeirangabiye7137 7 ปีที่แล้ว

    Umugabwa atari umugani.. .Yari intwari ibereye igihugu c'Uburundi,uyu musi igihugu cacu kiba kirangwa n'amahoro,umutekano n'iterambere

  • @omarymaganga7016
    @omarymaganga7016 7 ปีที่แล้ว

    tugomba amaholo