🦈 Ifi iyo zigwaye, bisaba mafaranga 1500 Fbu atarenga...
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 14 ส.ค. 2022
- 🔖 Muri bimwe uza kumenya mu gukurikirana iki kiganiro:
⚕️🦈 Ifi (zimwe bororera ku musozi) iyo zigwaye, bisaba mafaranga 1500 Fbu atarenga kugira zivurwe
💐 👏🏾 I #Karusi, gukora décor birashobora gutunga umuntu,...
#Burundi #NUKU #Urwaruka
Courage muvandimwe Imana ikujye imbere
Urakoze cane courage cane
Ndabaramukije
Muduhe number ziwe ntumbaze kuko kubaka iyo thank yororeramo amafi
Uwomugambinimwizawoduhanimerozaterefoneyawe?
Kotwabuz fon
Nasaba uyumworozi manirakiza marc wikibumbu yompimeroziwe za whatsapp ndashaka icoyonfasha
None ko mutatanze inamba yiwe
muduh numer ya whatsup