🤩 Inkuru zitatu zogutera intege mu rugendo rwo kurondera

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 17 มี.ค. 2024
  • 👏🏾 Jean Marie i Karusi ahingura isoya akuramwo inyama. N'aho afise urupapuro rwa "master" ntivyamubujije kurondera umugambi arangura igihe atari bwaronke akazi ka Reta. Umugambi PAEEJ nawe waramushigikiye mu kumuha ingurane yakuyemwo aho akorera n'ibikoresho yifashisha. Amaze guha akazi abashika kuri 5
    😋 I Karusi, Salvator ari muri koperative ifise "restaurant". Barateka ibitumbura, imikate, n'akayi kameze neza. Umugambi PAEEJ wamushigikiye mu kumuha ingurane y'imiriyoni 8, araronka aho akorera n'imashini imufasha mu guhingura vyinshi mukanya gato
    🎼🥁🎹 Audace mu Rutana, arongoye umugwi uryosha ibirori mu kugira "karaoké". PAEEJ nabo yabashigikiye ibaha ingurane y'imiriyoni 13, bararonka ibikoresho, ubu bakaba bafise aho bavugiriza weekend igeze
    😊 Nawe uriko urarangura uyuhe mugambi?
    #Burundi #NaweUrashoboyeKubikora

ความคิดเห็น • 1