#Burundi
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 23 พ.ย. 2020
- #Burundi #Tuyage #Ubutunzi #Urwaruka
Mu rukurikirane rw'amakuru y'urwaruka ruriko rurakora ibijanye n'ukwiteza imbere n'ugutanga ubuzi, #Mashariki_TV ibashikana mu ntara ya #Gitega, muri komine #Giheta. Wilbert Dusabe akora ubworozi kijambere bw'amafi, amafi yororerwa ku mutumba. Aratubwira uko yatanguye, aho ageze, ivyo yungutse hamwe n'ivyo asaba
Murakoze cyane kudusangiza ubumenyi
Wowwwwwwww,,nukuri urakoze Gilbert kuba icitegererezo kurwaruka
Reba iyi vídewo,,,,, congregação cristã no Brasil,,, mwizina rya nyagasani yesu ufite inzozi nziza 🙏.
Nukuri abarundi turashoboye
Ter'imbere mugenzi
Nakazi keza cane nukuri ahubwo igisha nabandi uyo mwuga wubworozi
Courage Can rwose non umuntu mwomuha ubufasha bw'inyigisho?? IMANA ibahezagire
Nanje ndabishimý
Courage rwose mubirimo neza
Tera imbere mwana wa mama
Imana ibaj imbere
merci beaucoup pour la videos Mashariki
Wilbert, you are very smart, genius!
Mutama neva arakwiye kugutemberera ufise ubumenyi bwishi can
tumushigikire ninchabwenge.
woooooooooooooooow courage wilbert
big up brother
Uri umugabo sha
Wawoooo.... turashima cane Wilbert Dusabe gutangura ico jikogwa.
Ndakwemeye kabisa. Abarundi nitwumve ko tutokwama tuzera vyose kuri Leta,nitwige gukora imigambi iyo ariyo yose ntamwuga udakiza.