Big up Gael Umukubito Uko bro Kigingi abivuze, niko vyagenze. Kabisa yaraturyohereje. Jewe nka a.k.a Tiger 🐅 umu gd frere wo muri quartier, I am so proud
Nico kimwe na ngaha Seattle Washington ukuntu hazimvye kubera abantu bo muri Canada Vancouver batemberera. Icumba kimwe downtown downtown $4000 kubera ibihabera canke ari state ya technology
Kigingi komera ndagukunda cane❤❤❤
Kigingi wacuuuu we love you so much ♥️ ❤️ 💖
Kigingi imbere cane uraciye ubwenge ukuntu ukora ibintu,bakwigireko❤
Kigingi ❤❤❤
Courage bro Kigingi
Ikibaza cabaye gito hari abifuza kuza bataje.iciza mwakoreye kumasaha Kandi ntavyo kugundana.chapeau
Ndakwikundira kigingi Ur happy uriko arakumviriza ntiyoreka gutwenga kure cane maze
Nn komusa muravukana?
Highly intelligent
Komera komera. Uranduhura canee goseee
Kigingi amabarabara y'iMontréal ntabwo zigiranya, nhira ngo bakujane muma quartiers habi. Montréal ni méga ville imeze ng'igihugu.
❤❤❤
Trop sympa vraiment et il a bien compris la vie au Canada Bravo et succès mingi 🙏🙏🙏
Ni Lasalle uragagezagirwa
Big up Gael Umukubito
Uko bro Kigingi abivuze, niko vyagenze. Kabisa yaraturyohereje. Jewe nka a.k.a Tiger 🐅 umu gd frere wo muri quartier, I am so proud
Mutanga Sud oyeee😂😂😂
Tiger block 2???hasi
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Kigingi uriko ukura cane.
Burya iyo ugiye hanze ukagaruka ,bica vyerekana ko uri un vrai patriote
Burya maman wiwe waramubwije ukuri Canada ko atabirenze
Sh kigigi uhoraho yaraguruy nz ng abarundi baravug ivyavy ✌️👍
Tylenol nino irahari.
Welcome again Edmonton,
i like you
St Hubert restaurant nziza urahanyibukije
☺️urakoz kuduh inkuru za canada zose😂
Welcome again Mr Kigingi to Canada tuzokwakira shaaa
Nabyo yavyibushe akabiri gasa neza akayaga ko hanze kazana uruhu ryiza
Kigingi u made my day last yr muri transit Nairobi, mutoto wa quartier tellement retard ya vol sinameny uko vyagez thx
iyi show ya le 22 izoba ari 💥😂
Big up bwana kigingi uriko ibivuga neza kabisa peee apana bamwe babivuga uko bishakiye
Kigingi ntumenyerwa uracar uwamber ❤
Ibereho Kigingi wacu
Kigingi ubandany uter imber
Wooooa kigingi imbere cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅
Kigingi hejuru cane❤❤❤❤❤❤❤
Nakubari Mr Kigingi
Kuyindi mpwemu watuzaniy kigingi Kur micro umwit umsaza at irambir ndagukunda Juste Gaël
Sha kwimwesha muri canada birazimvye kabisa ndabibony , kigingi sinari bwamubone asa uko mumutwe, we kigingi ja kwimwesha urakaa...
Kigingi arafata kumutwe basi. Ibintu abivuga uko biri muri Canada; naho akaville kitwa Lasalle yakise Laclasse.😢
😂
Go ahead KIGINGI.
Umukubito go ahead, ubikora neza .
Ico kibanza mwakoremwo kirajanye n'iyo shati ya KIGINGI.
C'est verema SUPER.
Gael ndakuzi kd turazinany ter imbere mugenzi
Ter'uj'imbere cane
La classe?!!❤😂
ok ! donc decalaj ni insomni ?
Kigingi i love u vyans k nihanganir interview yose ndayimaze 2A.M ni soo
Bikunz azoshirako compte yiw ya Bancobu Inoti kuri affisch umuntu akaraba ico yomuremera kuriyo show azokora
Komera sha Kigingi❤❤❤
sana kabisa !
Neza cane 😂❤
Nico kimwe na ngaha Seattle Washington ukuntu hazimvye kubera abantu bo muri Canada Vancouver batemberera. Icumba kimwe downtown downtown $4000 kubera ibihabera canke ari state ya technology
We love you bene wacu❤️❤️❤️
Nd Canada Montréal
Kigingi ambassadeur wacu 😂❤
Kigingiii grd comédie nkwemeraaa f🎉🌹🌹 mu🇧🇮 dufise wewe na Yousouf n
Ub Francine na Fizzo murabibagiy kwr😂😂
Reka kusarisha nongaha iburundi iriho nuko arintoya barayuzuza Amata
Erega kigingi ntazosaza yibagira ,cerveau iguma ikora
Elève de tout les temps
Dès aujourd'hui, nafashe ingingo yuko ata interview nimwe ya Kigingi nzoreka kuraba
Kubera iki?
Nanje najejo kigingi😅
Mr Kigingi 🔥🇧🇮
POUR SOUTENIR LA CHAINE , VEUILLEZ VISUALISER LES PUBLICITES EN ENTIER !!
Kigingi wacu😂❤❤
komera kigingi.
Indirimbo ni Drake na J Cole. Yerekana CN tour yo muri Toronto
Neza caneee
Kigingi yagiz inzobe❤
Kigingi ntawuza amumenyera😂😂😂
Big up Brothers
Super
😃😃😃😃😃
Crg Gaël
❤
Amabarabara yo mwi jabe agiziki ga Gaël 😂😂😂.
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤
AirBnB na Bujumbura irakora 😂😂😂
🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪
Kigingi uratesa
Ohhhhhhh🤩🤩🤩🤩🤩🤩🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
😂😂😂😂umuyaga witwa suzana😅
Na phiona 🤔
@@JeniferNininahazwe 😅😅😅😅
😂😂😂😂😂😂 la classe avuga ni lasalle ga yemweee nta la classe tugira
😂😂 I know you
@@muhayiofficialchannel4202 you know me 😂😂😂😂
@@fionabutoke5191 seems like I know u😃😃
😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤
😂😂😂❤❤
Kigingi.😂😂😂
PARIS CHRISTMAS MARKET TOUR/ DUTEMBERANE MWISOKO RYA NOHERI
th-cam.com/video/WAVPGxoXHg4/w-d-xo.html
kigingi sinzi ko ari comedy ariko reka kuvuga canada nkaho uhamaze imyaka 10😜😜😜😜😜😜ca ne vaut pas la peine ivugire show niyo yagutwaye
Advil is ibuprofen Tylenol is acetaminophen over the counter fever and pain relievers😂
1:11:55 - 1:12:13 No lie detected 😂😂
Hino ari umurundi womumillionnaire ??🫢🫢
😂😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
TAYC FT DADJU Django/ le temps ( clip officiel)
th-cam.com/video/dbCfWlAAi7Q/w-d-xo.htmlsi=ez6PJGd54CllrVMe
Ndakwikundira kigingi Ur happy uriko arakumviriza ntiyoreka gutwenga kure cane maze
Kigingi❤❤