ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Amen ,Intahe nziza!
Amena
Nasanze ndiko ndatwenga avuze ngo ni travail ndende kuja kudraga abakobwa.Imana igira neza yaguhinduriye amateka.
UHORAHO yarakoze kugutabara n'amasengesho yariko abera murugo yagusanze iyuryamye
Momo Iimana igukomeze!!
Urakoze Monia Imana ikomeze kukugirira neza twizere ko abakunviriza bagiye guhinduka
Congratulations jeune fille... Tu as fait un bon choix
Our GOD is great faithful and merciful thanks for your testimony.U made a good choice
Ndashimiye umujournaliste rwooose arazi gucaca
Amazing testimony!!!
Thank you Momo for the testimony
Monia uracaririmba neza nkigihe ndaguheruka muri E.A.B kinindo?
Vyiza caneeth-cam.com/video/EKpYhQ9mkxo/w-d-xo.html
Mungu ni mwenye huruma
yooo warahatswe kugeza yaho unwa urumogi Yesu yaragukuye habi uzozurasjimira Imana yoyakugiriye neza.
Amen Yesu Yarakoze...umuntu azi uwu Mukozi w'IMANA ambwire ,azoba akoze
Ndamuzi jewe
Je ndamuzi sha
Amin 🙌🙌🙌🙌
Oooh Monia wanj nciy nkukumbura
Wow! Imana ishimwe cane kubwiyintahe! Hari vyinshi nkuyemwoo . @Monia keeo going from glory to glory!
Mwami Yesu uratabara uragahora Ku ngoma 🙏
Amen
Testimony nziza cane 🙌
Umuntu abona message yange,azi uyu mukobwa yashinze intahe ambwire.....plz plz
Ndamuzi nimba harico wipfuza kumubaza urambwira ndamkurangire
Turamuzi why???
Ndahimbaw kubwaw. Déléguée wnj monia
Imana ishimw ko wabohotse
Satani yaraneshejwe, vuga ubutumwa ubohore abandi
Amen ,Intahe nziza!
Amena
Nasanze ndiko ndatwenga avuze ngo ni travail ndende kuja kudraga abakobwa.
Imana igira neza yaguhinduriye amateka.
UHORAHO yarakoze kugutabara n'amasengesho yariko abera murugo yagusanze iyuryamye
Momo Iimana igukomeze!!
Urakoze Monia Imana ikomeze kukugirira neza twizere ko abakunviriza bagiye guhinduka
Congratulations jeune fille... Tu as fait un bon choix
Our GOD is great faithful and merciful thanks for your testimony.U made a good choice
Ndashimiye umujournaliste rwooose arazi gucaca
Amazing testimony!!!
Thank you Momo for the testimony
Monia uracaririmba neza nkigihe ndaguheruka muri E.A.B kinindo?
Vyiza canee
th-cam.com/video/EKpYhQ9mkxo/w-d-xo.html