INTAHE YA PASTEUR NDUWAYO Gilbert / Ingene Imana ya muhamangaye ku yikorera

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 7 พ.ย. 2024

ความคิดเห็น • 4

  • @desirenkurunziza1279
    @desirenkurunziza1279 ปีที่แล้ว +1

    Ameen!!! Ubushobozi bw' Imana burahambaye cane, turumvise kw'iyo ntahe Imana yegerageje kumwereka ubushobozi bwayo, iyo mana ni habwe icubahiro na Mashimwe menshi ibihe bitazoshira ameen!!!❤❤❤

  • @j.danielmugisha9332
    @j.danielmugisha9332 ปีที่แล้ว

    Murakoze caaane kur'iyi ntahe y'umutumire🙏🙏

  • @Twese.01
    @Twese.01 ปีที่แล้ว

    Ibiganiro ni vyiza cane Yesu abahezagire cane ariko muzohore mukorera ahantu hatari bruits kugira vyumvikane neza.Muhezagirwe

  • @holycanaantv
    @holycanaantv ปีที่แล้ว

    Vidéo yari nziza Mugabo NTA Sound igira. Kandi biragora ko uwuyikurikirana akomeza kubera Iyi son ambiant