@@medineiranzi4824 nguk bar kuv kera nik bar akavyemang azukuri.ahaband bar ikiremb ce date bo bagiyeyo nab bafatanij gusambura.ib birababaz abakirisu uburimbere yabo kndi bazukur
Uri Petro ni ukuvuga ikinja nitoreye!!! Ndaryubatseko, ndaryubatseko Ekleziya yanje. Muri abuzukuru ba Ekleziya Gatholika, ni muhagarare neza muri Mpwemu yera.
Muga nukuri ,mutubwiye kwishengero ryapentecote ritangendera kumategeko yigihugu. None abapantecote ko dutwarwa nkabandi barundi mwe mureka kugira kunteguro zigihugu gt?nkuburogozi mwodufasha ingene tworwanya ivyigihu ridutegeka kk je nagira ko Igihugu arumuvyeyi ,lshengero naryo arabafasha leta guhanura abantu bagendere kumategeko y'igihugu nn mwebwe mwigishukutagendera kwumategeko yi lgihugu. Uri nugutwi niyumve.ntitugira kuvya leta non tugira kubiki?
Uwo yari yavugiye muri Amerika ko vyose vyaheze basabanye imbabazi,ariko raba ivyo ariko aronona.Uwo n'uwo gushitsa ivyahanuwe.Ariko igihe bamushikiriza ibikorwa,ivyo vyo guterana imigere ntavyo yari yarahiriye,yari yavuze ko azokumvira.None ivyo arimwo bijanye no kuzana abantu kuri Yesu ?aragowe.
Imana iguhezagire cane mukozi w'Imana mfashijwe numuco muduhaye
Reverand pasteur rukiririkanya utabereye maso ubugingo bwawe, uzobera ikiraro abakristo beshi bacako baja mw'ijuru. Uwuzosanzaza ishengero rya Kristo azobona ivyago, ahombe nijuru, amere nka Yuda yaguze Yesu.
@@medineiranzi4824 nguk bar kuv kera nik bar akavyemang azukuri.ahaband bar ikiremb ce date bo bagiyeyo nab bafatanij gusambura.ib birababaz abakirisu uburimbere yabo kndi bazukur
Ndafashijwe pasteur murakoz Can
❤❤.imanishimwecane
Kwaribihuha.muraduhumurije🎉🎉🎉
😂
Yesu
Niwe rusengero namwe ivyo muvuga nidini
Mwarazimiye
Ishengero nirya Kristo (Yesu), kandi yaba umukristo mutoya yaba uwukuze (pasteur ou Reverand Pasteur), ntanumwe afise clé yijuru, kandi satani uko arondera Reverand Pasteur niko arondera nuyo mukristo mutoya, rero umukristo wese atabaye maso ngo ateramire ubugingo bwiwe akareka gutwarwa namatungo yamashengero nivyubahiro, abo ba Reverand pasteur bazohomba ijuru, twebwe abakristo bato, batubere ikiraro ducako twiyinjirira mw'ijuru
Ndafashijwe pasteur murakoz Can kuduhumuriza.
Nukuri yesu abahezagire❤❤❤❤❤❤❤
IMANA niyoyatanguje ishengero itegerezwa gusozera igikogwa yatanguye
Imana ishimwe!
Uri Petro ni ukuvuga ikinja nitoreye!!! Ndaryubatseko, ndaryubatseko Ekleziya yanje. Muri abuzukuru ba Ekleziya Gatholika, ni muhagarare neza muri Mpwemu yera.
Jw ndiko ndumviriza amajambo avuzw nuyo mupasteur ndumv ivyo bintu birahari vrm
N htr.ni yesu wenyen azukuri.nayumunt agum arumuntu
Ishengero ry'Imana ryo mw'ibanga rimeze neza riri maso nayo idini riri mukaga gakomeye biraboneka kuko namwe urumva ko mubica mu migani.
Ndagukunze ncuti yanje ! Yamara ntawonyegeza umwotsi inzu iriko irasha; kandi niko biri
Ikintu cishe ishengero ryacu rya Pentecôte ni ukugira indongozi nyishi zitize ntizigire na Mpwemu Yera.Ayo majambo yose ariko avugwa nuguma amaso abayoboke.Ariko ntaco mwambariyeko mutihanye murahona.
Umwotsi wo waratanguye gufumba mw'ishengero. Imana ihangaze ishengero ryo mu mutima.
Yesu adufashe
Neza na neza ivyo bigatangura nzohor nsengera muhira
YESU NIWE AZUKURI WENYENE NUBU NDUMVISEMWO KO HAR UGUTAHUZA MUMA MISIYONI
Imana rurema ibafashe guhagarara neza ntimuzote umurongo nkuko abakozi bashetani bavyipfuriza ishengero ry Imana.reko ishengero niryimana ivyorihungabanya azobisanzaza
Ntacanyegejwe kitazoja ahabona😅 time will tel. Mwe banza mukoteshe irya hoteli gusa ibindi tuzobimenya hanyuma kw'inkingi zishengero ziriko ziragenda hazoza vyishi
Imana irakoze KO satani amaramaye
Super 😂😂😂😂
Ntawuhisha umwotsi inzu iriko irasha!!!!!
Mwanguha ivyanyu biraje bigaragare
Ishengero ryashinzwe na YEZU KRISTU ni :Ekleziya. Umwe,Nyeranda,Gatolika, kandi ishingiye ku Batumwa. Ibindi vyose mwumva canke mubona vy'amashengero vyagizwe n'abantu kubera inyungu babikuramwo,nico gituma baryana.
Arakoze kuremesha ishengero
Izo misioni zine nazo bimeze gut gukunda amahera ntibikabe mungeso zanyu.
Jewe sinize super archeveque bisigurik?
Ko mutavuze kuri Pasteur Nicolas bavuga ko ikiringo ciwe cokuba Secretaire wa CEPBU caheze ariko yiyongeje???? Harimwo akansorobo , Imana idufashe!
Ese vyoba ibihuha vyukuri. Ariko agahitiye mundongozi ndetse hakabaho no gusabana imbabazi, ntivyoreka gutera ubwoba abakirisu.
Ukuri nukwimana yomwijuru yonyene yo izi nibiri mumitima yacu
Nukr nukWIman pe
Muranguha ivyanyu bizoja ahabona naho mubihakana
Uvuz'ukuri kwose
comments ziraho, zirerekana ko abakristo batakiri intama zo guhenda, ahubwo ni intama za Yesu yiragiriye mu bwatsi butotahaye akazishora ku mazi meza
Uri umunyedini yujuje ibisabwa.
Komeza uroge Abo bantu mubesha aho kubigisha Yesu mubigisha idini.
Iryo dini ryanyu rizobaha ijuru??
Murahumba ivyanyu biraturika atari kera
Mwumvirize neza yabifoboye yavuze nkumukuru oya sibihuha kuko yavyemeye ko bihari
Oya ncuti ! Aha harimwo ibinyegezwa ncuti. Inzu iriko irasha ahubwo uyu Mwungere ave mur ibi yigishe ishengero ivy'Imana na Yesu nay'ubindi sinzi. Mpwemu atanga umurongo nayo ubundi abayobozi benshi bariko barata umurongo

Nihatali gusa nabalongozi bubu namwe mwavangiwe kuko vyonse bibavako kuko namwe mwotubeley akarorero habura gato ngo muterane inguma
Gumakwivora mumvyi wacu abonabo higana nivyubahiro vyomwisi bamenye kwisi zosigarana nivyayo (nibarondere?)
Ariko umenye ko uri imbere yabantu baciye ubwenge,Bazi GUTANDUKANYA icatsi n'ururo.Donc,vuga make.
Nimuve mu burake tugume Ku mavi, ibindi Uhoraho Azobiroranya.Abera baryo Bari maso, umushinge ni Kristto.
None n'ibihuha gute landi uvyemeye ko biriho?
Ib bivuzwe nivyavugiwe nyakabiga biratandukany caane.niy mpamv abarimber bazojinyum kbs mpaye ndabibona
Mwaramutse neza, munyakabiga bavuze gute naho ga mwenedata ?
Abadashoboye guheka abandi neza ngo mubambutse,mukomeze kutubera ibiraro twebwe twijabukire,
None siwewe numvise uvuga KO pentekot itariha muri OBR
amaronko umwungere
Muga nukuri ,mutubwiye kwishengero ryapentecote ritangendera kumategeko yigihugu. None abapantecote ko dutwarwa nkabandi barundi mwe mureka kugira kunteguro zigihugu gt?nkuburogozi mwodufasha ingene tworwanya ivyigihu ridutegeka kk je nagira ko Igihugu arumuvyeyi ,lshengero naryo arabafasha leta guhanura abantu bagendere kumategeko y'igihugu nn mwebwe mwigishukutagendera kwumategeko yi lgihugu. Uri nugutwi niyumve.ntitugira kuvya leta non tugira kubiki?
ntibitahuritse neza
impemumbi zigwanya agakiza zivuye igwanda zigomba nokwinjira muri pentikoti yomuburundi muragwana intambara mugumekuri doctrine ububurozi mubwiyamirize mutahagabiye ntimuzobashobora bamaze kwinjira
Ahubw vyiz bogabany kwisigur kk duc twumv vyish nivy tutar tuzi.ub rr ay badondaguy niy yandits biry vyukur
Uwo yari yavugiye muri Amerika ko vyose vyaheze basabanye imbabazi,ariko raba ivyo ariko aronona.Uwo n'uwo gushitsa ivyahanuwe.Ariko igihe bamushikiriza ibikorwa,ivyo vyo guterana imigere ntavyo yari yarahiriye,yari yavuze ko azokumvira.None ivyo arimwo bijanye no kuzana abantu kuri Yesu ?aragowe.
None NTI muri Idini ? Kandi Idini ni Malaya ntagitangaje bibaye
Yaga muhuza bakozi b' Imana, ivyo bibazo biri mu burongozi biraturuhisha cane. None murazi ico mupfa ca nyaco ??
Habaye kutaza murezwa hagati yanyu abungere..... mupfa aka, mufyonderako, mupfa kariya, mufyonderako. None rero ubu vyaturitse vyaje ahabona.
Bujumbura yakunze amaronko, igashaka kwifatira ibigiracumi vy' abavuka mu zindi misiyoni baba i Bujumbura, ivyo abandi bungere ba ruguru baravyanka. Kiremba niyo yari ifise abakirisu benshi i bujumbura niyo yarwanije uwo mugambi wa mwungere Samweli n' inguvu nyishi. Gutyo bujumbura igafata kiremba nk' umwansi ariko bikaguma mw' ibanga....
Umwungere Rukwiririkanya w' i bujumbura niwe rero aciye yerekana agashavu iyi myaka mu kubahuka umwungere Ndikunkiko akamutuka ahagaze muri Amerika.
Twebwe ivyo bigiracumi bapfa twari twaragikemuye mu kwiga amayeri yo kukigaburamwo kabiri, igice kimwe i bujumbura, ikindi gice iyo tuvuka ruguru.
Ubuho rero haje uwundi mukunzi w' inda abarusha bose yitwa Esron NIZIGAMA be n' umukozi wiwe Nicholas HAKIZIMANA, bazosiga amazi ajererenga. Intambara za Esroni tuzozikizwa n' Imana yo mw'ijuru. Abo bahana imbibe bose ategezwa kubateza ibibazo, ku buryo yasimbiye n' i Bujumbura aronderaho aumônerie.
Abakristo twarushe ariko kandi turiko turiga gukurikira Yesu neza ku giti cacu.
N' ibi naho mudashaka kubivuga turabibona, mwishakira ivyubahiro n' amafaranga gusa. Ivyo twebwe abakristo ntavyo twabatumye ko muja kuryana. Ubutumwa bwiza ni buvugwe natwe dutange ayo mafaranga muyakoreshe mu kuvuga ubutumwa bwiza gushika ku mpera y' isi.
Mwige ukuntu muyakoresha ata nduru murabe ingene tuyabasukamwo natwe Imana ikomeze kuduhezagira.
Bitabaye uko, turiko turasenga, ikizobabako ntimuzocitura.
Iri kete murihe abungere bose.
_