- 829
- 730 304
UBA FM Radio
United States
เข้าร่วมเมื่อ 12 พ.ย. 2020
วีดีโอ
ICEGERA C'UMUNYAMABANGA MUKURU WA CEPBU ARATUBWIRA INTUMBERO Y'URUGANDA N'ABATUMIRE ABARIBO
มุมมอง 1854 ชั่วโมงที่ผ่านมา
ICEGERA C'UMUNYAMABANGA MUKURU WA CEPBU ARATUBWIRA INTUMBERO Y'URUGANDA N'ABATUMIRE ABARIBO
KWIBAGIRWA AHO UWITEKA YAGUKUYE NI AKAGA GAKOMEYE CANE
มุมมอง 2.6K7 ชั่วโมงที่ผ่านมา
KWIBAGIRWA AHO UWITEKA YAGUKUYE NI AKAGA GAKOMEYE CANE
Chorale y'abana yo kuri Eglise Pentecôte de CIBITOKE BUJUMBURA
มุมมอง 29721 วันที่ผ่านมา
Chorale y'abana yo kuri Eglise Pentecôte de CIBITOKE BUJUMBURA
Aratanze umuco kuvyo utar'uzi | Umwungere wa mbere w'ishengero rya Pentekoti misiyoni ya Bujumbura
มุมมอง 20K28 วันที่ผ่านมา
Ivyo ukwiye kumenya, ngo "ntanzu iriko irasha mw'Ishengero rya Pentekoti mu Burundi " , Rev. Pasteur Onesphore RUKWIRIRIKANYA, Umwungere wambere w'ishengero rya Pentekoti misiyoni ya Bujumbura, aratanga umuco kuvyo utar'uzi.
NUMURWANANTAMBARA NAHANGAME KUNGOMA NIWE NYISHU YIBIBAZO VYANANIRANYE ANA,SALAH RAZARO N'ABANDI....
มุมมอง 459หลายเดือนก่อน
NUMURWANANTAMBARA NAHANGAME KUNGOMA NIWE NYISHU YIBIBAZO VYANANIRANYE ANA,SALAH RAZARO N'ABANDI....
CHORALE Y'ABANYESHURE BO KURI ETS NITWIHANGANE IMANA DUSENGA NTIZODUHEBA
มุมมอง 315หลายเดือนก่อน
CHORALE Y'ABANYESHURE BO KURI ETS NITWIHANGANE IMANA DUSENGA NTIZODUHEBA
CHORALE NYAKARAMBO TUZAMA TURIRIMBA HALELUYA AMINA
มุมมอง 1.1Kหลายเดือนก่อน
CHORALE NYAKARAMBO TUZAMA TURIRIMBA HALELUYA AMINA
Umwungere wa mbere wa misiyoni MUGARA aratubwira ku gikorane co kwitanga c'uno mwaka wa 2024
มุมมอง 667หลายเดือนก่อน
#pentecoke #mugara #gospel
Nabwo turabisi Mana utuzigamire muriyo (chorale y'Abamama nyakabiga)
มุมมอง 339หลายเดือนก่อน
Nabwo turabisi Mana utuzigamire muriyo (chorale y'Abamama nyakabiga)
Ntawundi ahwanye nawe mwami Yesu urahambaye( chorale y'abana Nyakabiga)
มุมมอง 542หลายเดือนก่อน
Ntawundi ahwanye nawe mwami Yesu urahambaye( chorale y'abana Nyakabiga)
Ni mwiza uwo yesu agiraneza yuzuye ubuntu N'urukundo
มุมมอง 3.1Kหลายเดือนก่อน
Ni mwiza uwo yesu agiraneza yuzuye ubuntu N'urukundo
Emera uzire ukuri mwenedata kuko umugeni agiye kuruhuka
มุมมอง 6172 หลายเดือนก่อน
Emera uzire ukuri mwenedata kuko umugeni agiye kuruhuka
Hagarara neza ku musi wawe wanyuma. PASTEUR BOAZ
มุมมอง 2.7K2 หลายเดือนก่อน
Hagarara neza ku musi wawe wanyuma. PASTEUR BOAZ
Chorale Francophone Eglise Pentécote NTAHANGWA
มุมมอง 3642 หลายเดือนก่อน
Chorale Francophone Eglise Pentécote NTAHANGWA
IMVO NIMVANO YO KUTAZOKWUMVA INZAMBA Y'IMANA
มุมมอง 6K2 หลายเดือนก่อน
IMVO NIMVANO YO KUTAZOKWUMVA INZAMBA Y'IMANA
Inyigisho zatugiriye akamaro kenshi | igikorane c'abana catunganijwe na pentecôte Bujumbura - Sagara
มุมมอง 3173 หลายเดือนก่อน
Inyigisho zatugiriye akamaro kenshi | igikorane c'abana catunganijwe na pentecôte Bujumbura - Sagara
Mme Denise NKURUNZIZA & 1er Pasteur ubutumwa
มุมมอง 4.7K3 หลายเดือนก่อน
Mme Denise NKURUNZIZA & 1er Pasteur ubutumwa
INYUBAKWA EBENEZER PALACE YUGURUWE KU MUGARAGARO NA NYENE ICUBAHIRO UMUKURU W'IGIHUGU CACU
มุมมอง 1.4K3 หลายเดือนก่อน
INYUBAKWA EBENEZER PALACE YUGURUWE KU MUGARAGARO NA NYENE ICUBAHIRO UMUKURU W'IGIHUGU CACU
IBIRORI VYO KWINJIRA KU MUGARAGARO INYUBAKWA EBENEWER PALACE VYATEWE ITEKA N'UMUKURU W'IGIHUGU CACU
มุมมอง 3.9K3 หลายเดือนก่อน
IBIRORI VYO KWINJIRA KU MUGARAGARO INYUBAKWA EBENEWER PALACE VYATEWE ITEKA N'UMUKURU W'IGIHUGU CACU
TUWORINDA DUSAZA TZIRIRA UMUNYENGA INDIRIMBO YARIRIMBWE NA CHORALE YABAKENYEZI KINAMA
มุมมอง 7843 หลายเดือนก่อน
TUWORINDA DUSAZA TZIRIRA UMUNYENGA INDIRIMBO YARIRIMBWE NA CHORALE YABAKENYEZI KINAMA
"ISHENGERO RYA PENTECOTE RY'IBUJUMBURA RIRIMWO UBUGINGO NA MPWEMU W'IMANA" REV PAST. Esron NIZIGAMA
มุมมอง 10K3 หลายเดือนก่อน
"ISHENGERO RYA PENTECOTE RY'IBUJUMBURA RIRIMWO UBUGINGO NA MPWEMU W'IMANA" REV PAST. Esron NIZIGAMA
Twirinde utwaha duto duto mugikorwa c'IMANA
มุมมอง 6955 หลายเดือนก่อน
Twirinde utwaha duto duto mugikorwa c'IMANA
❤❤❤
Mana raribagiye mbabarira
Naje ndimwo navukiye ruguru
Harivyo Imana yakoze peeee
Waciyurutabereye kukowewe ikigiracumi utanga nayubawambuye abanyeshengero.
Mbewamugabowe kumengo urakuze umengo ntiwovuga ivyo bintu gutyoza abantu b Imana.hari ikigira cumi yakwatse kunguvu?kumengo warumumun aciye ubwenge
None ubutumwa bene Data bubarwa nabi? Erega buzovurwa nyene uwihana yihane uwutihana areke kuko afise uwakorera sivyo?reka commenter idafise ubwenge
Mwaduhaye ibitakwiye iryo kosa nukurikosora mutugirira nabi twebwe tuba turiko tubikwirikiranira kuri youtube
Harivyo bakase nubund biraboneka
Twoburonka vyose gute?
❤❤❤❤❤❤
ntibitahuritse neza
Amen aman
Watsap
Yesu dushoboz guhagarar mumwa y wadushizemwo
Amen can
Abadashoboye guheka abandi neza ngo mubambutse,mukomeze kutubera ibiraro twebwe twijabukire,
Ni Yesu gusa adushoboza
Neza.
Ndafashijwe pasteur murakoz Can
Ndafashijwe pasteur murakoz Can kuduhumuriza.
Nukuri yesu abahezagire❤❤❤❤❤❤❤
Ikintu cishe ishengero ryacu rya Pentecôte ni ukugira indongozi nyishi zitize ntizigire na Mpwemu Yera.Ayo majambo yose ariko avugwa nuguma amaso abayoboke.Ariko ntaco mwambariyeko mutihanye murahona.
*YESU, Ubuyobozi Buhoraho: Amagambo ye, Igipimo Kidashobora Kunanirwa* 🌍 Igihe YESU yanyuraga mu mijyi n’uduce twose tw'Abisirayeli, imbaga y’abantu yatoranyijwe na DATA muri Tora, yahaye abigishwa be amabwiriza ko, nibagera mu mugi aho batakirwa kandi ubutumwa bwabo bukangwa, bagomba gukunkumura umukungugu ku nkweto zabo nk’ikimenyetso cyo kwitandukanya n’abo bantu. Iki gikorwa cyari ikimenyetso cyo kwerekana gutandukana n’abanga kwakira ukuri kw'Ijambo ryiza. YESU yavuze ubuhanuzi bukomeye: urubanza rw'iyo migi ruzaba rukomeye kurusha urwa Sodoma na Gomora za kera. Iyi ni imwe mu buhanuzi bukomeye bw’Umukiza wacu ku ngaruka zizagera ku bazanga ubutumwa bwo gukizwa. Ndibaza, ni nde muri mwe wumva ababajwe cyangwa arakaye n’amagambo ya YESU mu gihe yatangazaga urubanza kuri Isirayeli, ubwoko bwe bwihariye? Ese Pawulo w’i Taruso yaba yarashoboraga kuvuguruza ubuhanuzi bwumvikana kandi bugaragara bw’umuyobozi we, YESU? Ese abapadiri n’abapasitori bashyigikira amasoni bashobora guhindura no koroshya amagambo y’ubu buhanuzi? Kandi se, abarabini bashobora gusenya imbaraga z’amagambo ya YESU cyangwa gukuraho ububasha bw’ubuhanuzi bwe? Kugira ngo wemererwe kwitwa Imana y'Isi Yose, bisaba kuba ari Wowe Waremye byose. Kurema Isi n’ibinyabuzima byose biyiriho bisobanuye kuba Umubyeyi w'ibintu byose. 🌍 Ni ukutumva neza ibintu kuvuga ko Imana iba ironda akarere, cyangwa yita ku gihugu cyangwa umuco umwe gusa, igashyira yose inyungu n'ubugingo byayo aho hantu gusa. Bityo rero, “imana” zisingizwa n’amadini atandukanye ku isi ntabwo ari iz’ukuri. Ahubwo, ni ibihangano bya kera byashizweho hagamijwe kurinda inyungu z’ibihugu, ni ukuvuga, inyungu z’isi. YESU wenyine ni we utanga amabwiriza asobanutse kandi agenewe buri wese ku isi, adasize n’umwe inyuma. Iri tegeko ryamamaza ubutumwa bwe ni ryo riboneka neza mu Byanditswe, mu gihe mu yandi madini bishobora gusobanurwa mu buryo budasobanutse cyangwa burimo urujijo. .
Jewe sinize super archeveque bisigurik?
impemumbi zigwanya agakiza zivuye igwanda zigomba nokwinjira muri pentikoti yomuburundi muragwana intambara mugumekuri doctrine ububurozi mubwiyamirize mutahagabiye ntimuzobashobora bamaze kwinjira
amaronko umwungere <Ndikunkuko yatashe yarabivuze ko azobahitana
None siwewe numvise uvuga KO pentekot itariha muri OBR
Izo misioni zine nazo bimeze gut gukunda amahera ntibikabe mungeso zanyu.
Murahumba ivyanyu biraturika atari kera
Ntashengero narimwe ririmwo ubugingo kuk umwami wacu Yesu kristo yavuze ati ni jewe nzira ukuri nubugingo. Rer hagarika kubesha abantu
Amen amen.
Amen amen!💛
Ishengero ryashinzwe na YEZU KRISTU ni :Ekleziya. Umwe,Nyeranda,Gatolika, kandi ishingiye ku Batumwa. Ibindi vyose mwumva canke mubona vy'amashengero vyagizwe n'abantu kubera inyungu babikuramwo,nico gituma baryana.
Uri umunyedini yujuje ibisabwa. Komeza uroge Abo bantu mubesha aho kubigisha Yesu mubigisha idini. Iryo dini ryanyu rizobaha ijuru??
Amena
Yesu Niwe rusengero namwe ivyo muvuga nidini
Mwarazimiye
Uyumuntu yari mubuhinga arakwiye guhanwa kuduha ibintu bitumvikana
Uri Petro ni ukuvuga ikinja nitoreye!!! Ndaryubatseko, ndaryubatseko Ekleziya yanje. Muri abuzukuru ba Ekleziya Gatholika, ni muhagarare neza muri Mpwemu yera.
comments ziraho, zirerekana ko abakristo batakiri intama zo guhenda, ahubwo ni intama za Yesu yiragiriye mu bwatsi butotahaye akazishora ku mazi meza
YESU NIWE AZUKURI WENYENE NUBU NDUMVISEMWO KO HAR UGUTAHUZA MUMA MISIYONI
Soit loué notre Rdempteur Vivant
Ko mutavuze kuri Pasteur Nicolas bavuga ko ikiringo ciwe cokuba Secretaire wa CEPBU caheze ariko yiyongeje???? Harimwo akansorobo , Imana idufashe!
IMANA niyoyatanguje ishengero itegerezwa gusozera igikogwa yatanguye
Jw ndiko ndumviriza amajambo avuzw nuyo mupasteur ndumv ivyo bintu birahari vrm
Neza na neza ivyo bigatangura nzohor nsengera muhira
Mwanguha ivyanyu biraje bigaragare
Super 😂😂😂😂
Ntacanyegejwe kitazoja ahabona😅 time will tel. Mwe banza mukoteshe irya hoteli gusa ibindi tuzobimenya hanyuma kw'inkingi zishengero ziriko ziragenda hazoza vyishi
Umwotsi wo waratanguye gufumba mw'ishengero. Imana ihangaze ishengero ryo mu mutima.
Ese vyoba ibihuha vyukuri. Ariko agahitiye mundongozi ndetse hakabaho no gusabana imbabazi, ntivyoreka gutera ubwoba abakirisu.
Terintambwe kiremba