Sylvestre Ciza - Burundi Mutima w'Afrika

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 14 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 66

  • @MporanimanaDonacien
    @MporanimanaDonacien 14 วันที่ผ่านมา +1

    ❤❤❤iyonumvizindirimbo cyampaga none baracariho nukuri abantu ndabakunda kubi

  • @ericnduwayo327
    @ericnduwayo327 หลายเดือนก่อน

    IMANA iguhezagire mutama uri intwari waririmvye indirimbo y'inkoramutima.

  • @MpawenayoStiveni
    @MpawenayoStiveni หลายเดือนก่อน

    Ntituzobibagira kugahogokeza ntabandi tuzoronka❤❤

  • @mugiPro1
    @mugiPro1 2 ปีที่แล้ว +3

    Nkumbuye uburundi ntarigera ndabukamwo.

  • @muhireadrien3691
    @muhireadrien3691 2 ปีที่แล้ว +6

    Iyi ndirimbo ndayikunda cyane. nubwi ndi umuturanyi ndakunda agahogo kabarundi cyane. ere uyu muririmbyi aracyabaho?

  • @Blessingblessed241
    @Blessingblessed241 ปีที่แล้ว +1

    Ce type était un patriote. Respect to him 🙏

  • @ericnduwayo327
    @ericnduwayo327 หลายเดือนก่อน

    Ukwiye agashimwe ukiriho kubera waririmvye indirimbo ihesha icubahiro uburundi.

  • @BlessingsNkurunziza
    @BlessingsNkurunziza 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤mama wanje ❤❤ uruhuke mumahoro ahuri😢😢😢❤

  • @lilianentakirutimana248
    @lilianentakirutimana248 7 ปีที่แล้ว +5

    "Burundi❤ w'africa nzogukunda gushika gupfa..."iyindirimbo inkumbuj igihugu canj

  • @sandrinekidasharira9713
    @sandrinekidasharira9713 2 ปีที่แล้ว

    Akira impundu ndaguhaye, Burundi 🇧🇮♥
    Abawe bakwise Burundi, nanje ndakwise Buramuko! Abakera barikora mu gahogo pe!!! Indirimbo inyengetera no mu maraso! Merci l'artiste!

  • @nkurunzizaeric886
    @nkurunzizaeric886 3 ปีที่แล้ว +1

    Uburundi mutima wa afirika man turakeneye indirimbp nkizi zidata agaciro! 2021 vrmaaa

  • @Nziga257
    @Nziga257 3 หลายเดือนก่อน

    Uyumuntu ciza Sylvester ashigikigwe

  • @maishacenter-eastafricatv3976
    @maishacenter-eastafricatv3976 ปีที่แล้ว

    Kirezi casaruwe neza 🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️

  • @amedeemisago6715
    @amedeemisago6715 6 หลายเดือนก่อน

    J'aime beaucoup cette chanson❤❤❤

  • @florencendayinginga
    @florencendayinginga 10 ปีที่แล้ว +6

    Plz nshaka iyi ndirimbo..je vous enprie sindi mur Africa

    • @florencendayinginga
      @florencendayinginga 10 ปีที่แล้ว

      Email yanj ni Florencendayinginga@gmail.com
      Merci kukigoro

    • @isidoremanirageza8852
      @isidoremanirageza8852 6 ปีที่แล้ว +1

      Nciye ngukunda guma abandi ntibemera ivyigihugu bavuyemwo

    • @kijecarorosi4149
      @kijecarorosi4149 5 ปีที่แล้ว

      Please warayiros uyondode nanj

  • @mrchunvielias48
    @mrchunvielias48 ปีที่แล้ว

    2023 ninde akiriho heart ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😢

  • @marcelinelwasa2697
    @marcelinelwasa2697 2 ปีที่แล้ว +1

    Byiza cane gose waramenyeko nanje nsigaye ndirimba ndi
    Marceline ingabire ntiisaza kuri TH-cam uzekuraba nanje ivyo maze gukora

  • @fridaytv3818
    @fridaytv3818 2 ปีที่แล้ว +3

    Vuba nzoyikorera lyrics yayo murabinyemereye gayemwe.?

  • @christellaakingeneye8440
    @christellaakingeneye8440 3 ปีที่แล้ว +1

    Ooohhh Burundi 💓

  • @AIriza-bv8qc
    @AIriza-bv8qc 4 ปีที่แล้ว +1

    😭😭 ndagukumbuye Burundi😥😥

  • @LameckNdayikengurukiye-go4ck
    @LameckNdayikengurukiye-go4ck หลายเดือนก่อน +1

    Burundi gihugu canje

  • @lemugamba4727
    @lemugamba4727 6 ปีที่แล้ว +1

    Ciza burundi we mutima wa Africa

  • @claudegahimbare-oc9ij
    @claudegahimbare-oc9ij 2 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤ song ❤❤❤❤

  • @ernestmanira2020
    @ernestmanira2020 3 ปีที่แล้ว

    Nice song muzehe

  • @shabajims9753
    @shabajims9753 4 ปีที่แล้ว +1

    Burundi ndamukunda guhugu ncanje

  • @SindayigayaAhamad
    @SindayigayaAhamad 6 หลายเดือนก่อน

    Ntuzova kumutima gihugu canje

  • @NiyonzimaOsias-mv3mw
    @NiyonzimaOsias-mv3mw 10 หลายเดือนก่อน

    🙏🙏

  • @KaburaSalvator
    @KaburaSalvator 2 หลายเดือนก่อน +1

    Uburundi haheze imyaka 20 mbuvuyemwo ariko ibihugu 12 vyose natembeye baby kandi nzama mbutemberana mumushaha gushìka mpfe.

  • @patrickmutuli8600
    @patrickmutuli8600 4 ปีที่แล้ว

    Mbe mumbarire ciza ngo ni umu rwandais

  • @pacifiquebizindavyi9993
    @pacifiquebizindavyi9993 2 ปีที่แล้ว

    Very good

  • @euloge1609
    @euloge1609 11 ปีที่แล้ว

    Icompa tugahura nkaguhera, cane cane ukabwira uko nozironka kuri mp3

  • @fehiciteand8784
    @fehiciteand8784 4 ปีที่แล้ว

    ❤️❤️

  • @annykellykleriaiteriteka8671
    @annykellykleriaiteriteka8671 3 ปีที่แล้ว

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤

  • @janethchimpaye6516
    @janethchimpaye6516 3 ปีที่แล้ว

    Irambire mutama wacu urintwari

  • @betingana1xbet
    @betingana1xbet 3 ปีที่แล้ว

    Amakungu arate ubwiza wamanye

  • @chales08
    @chales08 11 ปีที่แล้ว +2

    Abasavye iyo ndirimbo comme fichier mp3 nimugende murabe mu ma messages réçus mu ma adresse mail yanyu. Nayibarungikiye. Mushaka n'izindi muzoze murambwira iyo mwifuza nzozibarungikira okey?? Ciao!!

    • @anglebertnsengiyumua8051
      @anglebertnsengiyumua8051 8 ปีที่แล้ว

      Patrick Nshimirimana nsengiyumvaangle@gmail.com

    • @nkeshimanaemmanuel5031
      @nkeshimanaemmanuel5031 7 ปีที่แล้ว

      Ndakunda "Kamaliza we, kamaliza nkunda ingo ndaguhaye" yi post di hano kuri You tube

    • @mugenziarmel8554
      @mugenziarmel8554 6 ปีที่แล้ว

      Ndabaramujije Patrick...Muzindungikiye nanj kuri mugenziarmel@gmail.com mwoba mukoze caaane.

    • @jessicairambona6659
      @jessicairambona6659 5 ปีที่แล้ว

      Jessica.irambona@gmail.com

    • @yvonavry2482
      @yvonavry2482 4 ปีที่แล้ว

      Patrick Nshimirimana urandonderera nanje indirimbo baririmba umutashe umubwire urukundo ruruta vyose

  • @fabricebiz2592
    @fabricebiz2592 11 ปีที่แล้ว

    urakoze ncuti washizeko aka karirimbo

  • @divinekantungane3457
    @divinekantungane3457 ปีที่แล้ว

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🥰🥰🥰

  • @numnzeyimana6207
    @numnzeyimana6207 3 ปีที่แล้ว

    😍🙅🏼🙇🏽‍♂️❤️

  • @iratubonastam2248
    @iratubonastam2248 2 ปีที่แล้ว

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮💓💓💕💕💪💪

  • @dieudonnetwagirayezu9153
    @dieudonnetwagirayezu9153 2 ปีที่แล้ว

    Nibo