ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Good music 💕
Turagukunda cane mutama wacu mbazigiti muri commune yacu turabikundi kandi turakeneye indirimbo zawe shasha kuko ntituziherutse👌💖
Ciza Sylvestre warakoze cane wabaye umwarimu wacu mwiza n' umutambukanyi wawe Gorethe, mbega muracariho ? Izo ndirimbo zose warazitwigisha muri 3ème primaire. Ndibuka Rugori rwera katabonwa nabose..... nizindi . Ntamakuru yawe tuzi muri kino gihe !!!!!!
Nanje yaranyigishije
Kuntega
Sinziko akiriho kweli
Aracahari
Yarapfuye ncuti
j'aime trop
Wewe rero twariganye yaranyigishije muwagatatu kintega mbe teteri aracariho?
Mpebe icanye ngaruke nze ndabe uko meze..., l lov really this song.
Icajanye
❤❤
❤
Indirimbo zanyu sindazihaga nama numva ari nshasha kuri jewe.
Ndashima.cane indirimbo za Kizitoziranshika ku nyota
Uracariho 2022
J'adore.
hari version studio yayo ufise??
U Burundi buraririmba. Just watching in 2018
2022
I'm here in 2024
Oya iyi si original, original irihe ?
Ntabwo ari original.Nanka abantu bonona indirimbo y'umuntu.
Kunda aho wataye uruzogi
Ee
Kunda igitii Kunda inyoni Kunda akayabu n,inngwe cane cane..
Good music 💕
Turagukunda cane mutama wacu mbazigiti muri commune yacu turabikundi kandi turakeneye indirimbo zawe shasha kuko ntituziherutse👌💖
Ciza Sylvestre warakoze cane wabaye umwarimu wacu mwiza n' umutambukanyi wawe Gorethe, mbega muracariho ? Izo ndirimbo zose warazitwigisha muri 3ème primaire. Ndibuka Rugori rwera katabonwa nabose..... nizindi . Ntamakuru yawe tuzi muri kino gihe !!!!!!
Nanje yaranyigishije
Kuntega
Sinziko akiriho kweli
Aracahari
Yarapfuye ncuti
j'aime trop
Wewe rero twariganye yaranyigishije muwagatatu kintega mbe teteri aracariho?
Mpebe icanye ngaruke nze ndabe uko meze..., l lov really this song.
Icajanye
❤❤
❤
Indirimbo zanyu sindazihaga nama numva ari nshasha kuri jewe.
Ndashima.cane indirimbo za Kizito
ziranshika ku nyota
Uracariho 2022
J'adore.
hari version studio yayo ufise??
U Burundi buraririmba. Just watching in 2018
2022
I'm here in 2024
Oya iyi si original, original irihe ?
Ntabwo ari original.
Nanka abantu bonona indirimbo y'umuntu.