Burundi : Musoni Evariste - Sinarinzi (Original)

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 5 ก.ย. 2024

ความคิดเห็น • 95

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling3587 7 หลายเดือนก่อน +7

    Amarira gusa iyo nunvishije izi ndirimbo
    Zinyibutsa aho twaba tukiri bato
    Zinyibutsa mama mukuru wacu aba oncles bose barapfuye
    Yewe namarira gusa
    Africa warakubititswe

  • @sandrinekidasharira9713
    @sandrinekidasharira9713 10 ปีที่แล้ว +2

    Kandi naragukunda..
    Iy'izuba riserutse, mu mutwenzi ncikangura, nsaba Imana ngo izoguhe ubuhirwe kur'iyi si.
    Egooo, aho hambere hahise baracuraranga!!

  • @souzanemurekatete2661
    @souzanemurekatete2661 6 หลายเดือนก่อน +2

    Sinarinzi ko wagize impinduka k' umutima 😢, sinarinsi ko umutima wawe wabaye urutare😢

  • @oookkk3965
    @oookkk3965 5 ปีที่แล้ว +17

    Ww nib uki yiraba iyi ndirimbo muyu mwak wa 2019 kubit kur link Ok

  • @rwamashurirwazinambiwe5032
    @rwamashurirwazinambiwe5032 2 ปีที่แล้ว +6

    Nta Murundi nta Munyarwanda ,turibamwe

  • @joselynemubirigi8010
    @joselynemubirigi8010 ปีที่แล้ว +1

    Wawouuuu l am in Rwanda iyi ndirimbo inyibutsa kera nkiri Gato cyane niyamatekaa

  • @amanidavidrugamba9823
    @amanidavidrugamba9823 6 ปีที่แล้ว +8

    Refix, nagira ndakubwire ko Musoni Evariste yari Umunyarwanda naho yaririmba mu Kirundi. Ubu ni umutama aba muri Canada aracariho, arakomeye.

    • @alicemwamikazi8325
      @alicemwamikazi8325 6 ปีที่แล้ว

      amani david Rugamba nivyo ariho?nakayambu caane

    • @manirambonaoscar9083
      @manirambonaoscar9083 5 ปีที่แล้ว +1

      Nivyo? Aracariho? Imana imuhezagire aratwibutsa uburundi bwa kera

    • @egidenzohihaya9337
      @egidenzohihaya9337 4 ปีที่แล้ว +1

      amani david Rugamba tumutahirize umubwire muburundi turagukunda

    • @ritza3452
      @ritza3452 4 ปีที่แล้ว

      @@egidenzohihaya9337 nawe aragukunda kuko ntawanka umukunda, aba atabizi

    • @caritasnduwayezu4851
      @caritasnduwayezu4851 4 ปีที่แล้ว

      Mudutahirize musoni. Uti karaoké ntiba indirimbo yawe itavuze.

  • @Mapeka81
    @Mapeka81 5 ปีที่แล้ว +2

    Waoooo Farious yarashishuye n'iyi koko. Mbega belle mélodie weeee

  • @kaburamelikiadi8281
    @kaburamelikiadi8281 7 ปีที่แล้ว +5

    iyi ndirimbo inyibutsa kure igihe umugore twa vyaranye abana6 ariko yahindutse ndamubona aja kwambikana impete nuwundi mugabo afise umgore nabana 4 nukuri birababaje abantu dutera duhinduka

  • @nduwimanagabriel9996
    @nduwimanagabriel9996 หลายเดือนก่อน

    Indirimbo nziza caane, irata isooko yanje yankujije ni wirambire gihugu canke ciza

  • @aishanizeyimana8763
    @aishanizeyimana8763 ปีที่แล้ว +1

    Oyaaa siranzi kowonyihakanye,iyi ndirimbo inyibutsa vyinshi,nkaba ndiko ndayiraba le 20-11-2022 .

  • @mutabaziyves2692
    @mutabaziyves2692 8 ปีที่แล้ว +5

    this song is genuine, this song were made by MUSONI Evariste, currently he live in Canada, recently he was in rwanda.

  • @mutabarukaalexandre5714
    @mutabarukaalexandre5714 7 ปีที่แล้ว +1

    eh ese burya ya ndirimbo ni igishishwa!!!!! ndumva iyi ariyo nziza

  • @immaneuldotto8218
    @immaneuldotto8218 3 ปีที่แล้ว +1

    Nyimbo zul sana tena sana endeleeni kutuleteya nyimbo kama hzi

  • @aksantedeborah7913
    @aksantedeborah7913 4 ปีที่แล้ว +2

    Oooh ndo mwenye wimbo huu big fariouz kaimba remix

    • @yvesnisaofficial3981
      @yvesnisaofficial3981 4 ปีที่แล้ว

      Yeah

    • @jean-boscosenani7652
      @jean-boscosenani7652 4 ปีที่แล้ว +2

      ntore ntiziramba ABBA hafi bose barasezeye Isi ariko basize Izina!!! Izindirimbo hafi nka Zose twari tuzizi kumutwe,harimwo ikirundi gikomeye ,abana bazi inyovyi yo mumataha ,igihenda baja igikingi c irembo ...bangana gute ubu !!!!Harakwiye ko mumayarwa zokwigishwa ,abantu nka Canjo,musoni,mupenzi,Jean Berchimas,Gakwaya ,inga za famille Ntahonkiriye,maconco,umuduri wa nkeshimana ,matata ..bari bakwiye kutazibagirwa ,ntibagiye Amazina,ibicuba ( kuyagisha inka kandi zikanyumva )

    • @ritza3452
      @ritza3452 4 ปีที่แล้ว

      @@jean-boscosenani7652 aracriho

  • @rwamashurirwazinambiwe5032
    @rwamashurirwazinambiwe5032 2 ปีที่แล้ว +1

    Love this song Musoni wubawe

  • @bnkundwa
    @bnkundwa 6 ปีที่แล้ว +2

    Musoni Evariste is a great singer of the Great Lakes countries.

  • @adidjakhalfani8794
    @adidjakhalfani8794 4 ปีที่แล้ว +4

    Missing home now😢😢

    • @arielntwari3826
      @arielntwari3826 4 ปีที่แล้ว

      I was there few months ago but after listening to this song feel like 10 years without being to my loved Burundi

  • @bostonzulu8279
    @bostonzulu8279 7 ปีที่แล้ว +1

    imana igume irinde abarundi twempi kandi igume itwongerereze urukundo .

  • @hassinahamdan5644
    @hassinahamdan5644 2 ปีที่แล้ว +2

    WOOOOW I COULDNT BELEIVE MY EARS I WAS MISSING THIS SONG THANKS FOR THIS ♥️♥️♥️♥️🦋🌈🦋🌈🦋🌈🦋😘❤️❤️❤️❤️

  • @refix-appleexperts3721
    @refix-appleexperts3721 6 ปีที่แล้ว +2

    Musoni yari gikenya cane kabisa. Mbega burya ntabantu bazi amateka y'aba baririmvyi bakaza barayatugezako. Aho bavuka, aho bize, nimba bakiriho canke batakiriho. Nimba hari aba bakomokako canke imiryango yabo. Ababizi bakatubwira ingene bashengeye, ect. Muri make, ibijanye n'ubuzima bwavo muri rusangi.

    • @celestinntiranyibagira9822
      @celestinntiranyibagira9822 6 ปีที่แล้ว

      des idées agencées et bien coordonnées. je doit respect aux musiciens d'avant

    • @joeka5457
      @joeka5457 5 ปีที่แล้ว

      Refix, ico nzi Musoni Evariste afise umukobwa wumu musicienne aba Canada yitwa Musoni Nicole, naho umutama ashobora kuba atakiriho.

  • @shabanivandecamp742
    @shabanivandecamp742 6 ปีที่แล้ว

    Wow 😭😭😭😭missing home now

  • @user-cb9ir2dd9q
    @user-cb9ir2dd9q 11 หลายเดือนก่อน +1

    Muraho neza Evariste ? Mubyukuri biramutse bishobotse waduha indirimbo umugabo mu kaga ndayikunda rwose!!!!

  • @TheMontreal07
    @TheMontreal07 10 ปีที่แล้ว +1

    Imana ibarinde

  • @remykwizerimana9407
    @remykwizerimana9407 7 ปีที่แล้ว +2

    my loved song

  • @Drachte1
    @Drachte1 11 ปีที่แล้ว

    Avant on avait des vrais chanteurs au Burundi! Aujourd'hui,...

    • @ritza3452
      @ritza3452 4 ปีที่แล้ว +1

      Aujourd'hui Dieu seul SAIS

  • @monsmons8031
    @monsmons8031 6 ปีที่แล้ว +1

    home sweet home 😭😭😭Burundi 😙😙😙😙

    • @innocentrusharaza5173
      @innocentrusharaza5173 4 ปีที่แล้ว

      Musoni Evariste narinziko ari umurundi ariko naratangaye ejobundi numvise interview ye kuri TV1 Kigali yaje iwabo. Kumbi ?? Naratangaye kbsa!!

  • @eva-gr.2538
    @eva-gr.2538 11 ปีที่แล้ว +2

    Poetry at its best :-)

  • @shantalrwanda3537
    @shantalrwanda3537 3 ปีที่แล้ว

    Iyindirimbo harimubuto bwaje
    Gezegukundana abahugu beshi twakundanye mwicogihe bahitanywe
    Nintambara yomiburundi hasigaye umwe ari muri afrika yefpo cambona ubuto bwaje mwakoze kuzidushirirako

  • @kakacaca5157
    @kakacaca5157 4 ปีที่แล้ว +5

    j'adore cette chanson mais j'ai tjrs l'impression que le chanteur meme si il chante en kirundi il a un accent du rwanda!!

    • @NewGenerattion
      @NewGenerattion 4 ปีที่แล้ว +1

      Oui, il a vécu au Burundi mais il est originaire du Rwanda

    • @kakacaca5157
      @kakacaca5157 4 ปีที่แล้ว +1

      @@NewGenerattion thank you bro je savais pas

    • @kakacaca5157
      @kakacaca5157 4 ปีที่แล้ว +1

      @@NewGenerattion matata aussi étais rwandais n'est ce pas?

    • @degkambona7507
      @degkambona7507 4 ปีที่แล้ว

      Wap! Afise accent y’ikirundi!

    • @degkambona7507
      @degkambona7507 4 ปีที่แล้ว

      Oyaha Christophe Matata numurundi apana umunyarwanda

  • @Zegebu
    @Zegebu 3 หลายเดือนก่อน +2

    Zirihee

  • @IrakozeClaudine-jd5ol
    @IrakozeClaudine-jd5ol 5 หลายเดือนก่อน

    Kl ndakwemer

  • @bukeyenezaeloi9589
    @bukeyenezaeloi9589 ปีที่แล้ว +1

    Mperuka akanovera kindimbo canke amamajambo yinkora mutima mutara shengera imana ibahe iruhokiro ryiza)

  • @mukamugenzifrancine4995
    @mukamugenzifrancine4995 5 ปีที่แล้ว +3

    2018???

  • @alicehabonimana5146
    @alicehabonimana5146 4 ปีที่แล้ว +1

    ❤❤ ❤❤

  • @niasonani4893
    @niasonani4893 4 ปีที่แล้ว +2

    2020

  • @masterbe3923
    @masterbe3923 7 ปีที่แล้ว +1

    In this video I saw a waterfall, anyone know where it located. Good song I give credit to mosoni evariste

    • @ericremezo9638
      @ericremezo9638 3 ปีที่แล้ว +1

      It is located at Rutana province,exactly at Musangati commune

  • @jeanbaptistenzohabonayo2001
    @jeanbaptistenzohabonayo2001 10 ปีที่แล้ว +5

    the original song was made by Musoni not by Fartouz

    • @ignacemunyaneza175
      @ignacemunyaneza175 7 ปีที่แล้ว

      Hahahaha! some people do not know!

    • @momokotania7416
      @momokotania7416 7 ปีที่แล้ว

      Ce que tu n'as pas compris , ce que Fizzo a fait de cover sur cette chanson

  • @moiminihadassa6607
    @moiminihadassa6607 4 ปีที่แล้ว +1

    😍😍😍

  • @evelynefuraha4053
    @evelynefuraha4053 9 หลายเดือนก่อน

  • @xaviertamele8483
    @xaviertamele8483 2 ปีที่แล้ว

    Komera mutama ufise ingabire pe!

  • @mubarakakubwimana1784
    @mubarakakubwimana1784 10 ปีที่แล้ว +1

    Akakera

  • @fabienmunezero262
    @fabienmunezero262 4 ปีที่แล้ว +1

    Nice

  • @felixndicunguye6352
    @felixndicunguye6352 5 ปีที่แล้ว +1

    mwari mukazi tu

  • @tibulikubugi1115
    @tibulikubugi1115 ปีที่แล้ว +2

    Vyz cn muranyuze

  • @turatsinzeetienne
    @turatsinzeetienne 6 หลายเดือนก่อน

    Ndakwemera cyane.

  • @abodetidings8392
    @abodetidings8392 3 ปีที่แล้ว

    so nice song

  • @innocentnezehose8232
    @innocentnezehose8232 3 ปีที่แล้ว +1

    Musoni ni umunyarwanda ariko ? Ahubwo sinzi impamvu yaririmye mu kirundi ni ubwo bwose uburyo ari kuririmba harimo ururimi rwacu rw’ ikinyarwanda

    • @jeangakwandi5715
      @jeangakwandi5715 3 ปีที่แล้ว +2

      Ni uko yabaga i Burundi, yagombaga kuririmba ururimi rw'aho aba.

    • @niyonzimaalainfiston3862
      @niyonzimaalainfiston3862 3 ปีที่แล้ว

      Kandi nawe ubwawe urabyivugiye ko wumva mwo ikinyarwanda mubyo aririmba. Igukuru nuko wumva ibyaririmba

    • @rwamashurirwazinambiwe5032
      @rwamashurirwazinambiwe5032 2 ปีที่แล้ว +3

      Rwandis and Burundis are same people ,same language and tribes "Hutu,Twa , and Tutsi".

    • @inimimouche
      @inimimouche 3 หลายเดือนก่อน

      Ubundi tukaba turi bamwe

  • @arlenebukeyeneza7320
    @arlenebukeyeneza7320 ปีที่แล้ว

    Merci où

  • @nicoyitungiyedesire1377
    @nicoyitungiyedesire1377 5 ปีที่แล้ว +1

    Itwakera

  • @milk11honey
    @milk11honey  11 ปีที่แล้ว

    unfortunately no :(

    • @NdayizeyeJames
      @NdayizeyeJames ปีที่แล้ว

      Vyiza can utuziki twakera ndadukundacane

  • @TheMontreal07
    @TheMontreal07 10 ปีที่แล้ว +2

    dude this song belongs to Musoni Evariste not that six garage wanna be

  • @manong7785
    @manong7785 3 ปีที่แล้ว

    Ni

  • @remykwizerimana9407
    @remykwizerimana9407 7 ปีที่แล้ว +1

    my loved song

    • @tatu1232
      @tatu1232 6 ปีที่แล้ว

      loveyou burundi

  • @mukamugenzifrancine4995
    @mukamugenzifrancine4995 4 ปีที่แล้ว

    2019