ANAGESSA: Inama yagirishijwe n'umushikiranganji wa mbere ku bijanye no kwegeranya umwimbu w'ibigori.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 16 พ.ย. 2024

ความคิดเห็น • 6

  • @renapeburundi892
    @renapeburundi892 6 หลายเดือนก่อน +1

    Cette politique ntabwo ari nziza nagato..... reta imena amaso indirectement......tuzobisigura

  • @razarondiwayezu6314
    @razarondiwayezu6314 6 หลายเดือนก่อน

    ibigori birabaye imari ya reta mdakurahiye

  • @stanahflo77
    @stanahflo77 6 หลายเดือนก่อน

    intabwe mugezeho n'iyihe

  • @holyaltar6974
    @holyaltar6974 6 หลายเดือนก่อน

    Jewe ivyo mu gihugu ch’i Burundi kiragoye chane,ko muri mu ntara ya Rutana aho bita ku Rubaho ko Anagessa igurira abene gihugu ibigori ku 1000 ikiro kandi reta ivugako ari 1700,ivyo bigakorwa musitanteri abizi ariko adashobora kugira icho afashike abene gihugu,ewe Burundi

    • @KennoKanse
      @KennoKanse 6 หลายเดือนก่อน

      Iyo leta yihaye ngo igiye guhagarira ubucuruzi ,menya ko ari ukurwiza uburyo bwo kwiba abanyagihugu atakindi. Ayo mafaranga badashaka ko aja mu bacuruzi azaja mumifuko y'abakozi ba LETA kandi akazi abacuruzi bokoze leta itazagakora. Ivyo bigori bishobora no kugurishwa hanyuma baka déclara ngo vyaraboze , amafaranga bagashira mu mufuko aho gusubizwa leta yari yayasohoye .

  • @KennoKanse
    @KennoKanse 6 หลายเดือนก่อน

    Ewe leta yihaye akazi idashoboye kweli ;kazogwiza des dépenses inutiles.