ndabiza iyo ni film yambere yanshimishije mwizo mwakoze zose,nimutayibandanya muzokore akandi gashusha nkaka,nikeza cane ,we love u so much,murabeho knd mukomere cane
Waouuhh!!! Ribert tuguushimiye cane kubwa courage ufise biraboneka nezz ko iyi film igoye cane gutegura ariko Never Give Up broo!!!!!!! Abafana turi inyuma yawe
Nzoguma ndayisubiramwo mpaka muduhaye iyindi kimwe nda❤❤❤❤❤❤
Wewe turikumwe💯💯🌷🌹🌷
Abakunzi ba nsorooooo intok hejur nar nyikumbuyeeee pe❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Rwanda 🇷🇼 hejuru cyane ndakwemera cyane limbart wange uzihagane ukorane nabanyarwanda yenda nabo bamenya gukina nkamwe kbx abarundi ndabakunda uburyo muzi gukina sana❤❤❤❤
Mwishwanje Nsoro yokwica❤ Noé abipfuza Ko Nsoro yobandanye mumpe like?
Nibayiduhe
Iptuuu ntakubandanya ntakwo. Film umuntu arindira umwaka wose kugira ayibandanye wapi
🇧🇮🇧🇮🇧🇮❣️❣️💞
Akomez mwanaaa
@@alainblaise9401ndibaz wew izo umaz kuduha ntudutevya.
Ehe yemwe ni muze
Erga Nsoro yamaze kushika kuri Channel mpe likes turabe abari happy na libert uko tungana
Libat arakwiye gushigikigwa kubayikunze rero nimukore partage.ivyo ndabivuze nkumu fan
Number one gyz from Rwanda 🇷🇼 ❤❤❤ likes nyinshiii❤
Waaaaaooooooh nizere komutambanira bakunzi bansoro nanje mbaye mubambere link ngaho🙏🙏🙏🙏🔥🔥🔥🔥🔥🔥😍😍😍😍😍
Bro ribati je urashoboye vrt ababibona nkanj mumpe like 🔥
Abishimiye kubona #Nsoro ubugira kǎndi munsigire aka like pe.
❤❤❤
Nsoro wewe ninamba 1
Twagashize twibereye hano muri Kenya dukurikirana Nsoro %
Ibikorw birivugira
Nsoro the hero on the top
Abakunze iyi Épisode nkanje mumpe twatu like, ✅🇧🇮🇧🇮 Burunfi film academy hejuru cane 🔥🔥🔥
Musigaye mutinda kd tubakunda cyane 🇷🇼🇲🇿
Libert nsoro atinda kubera umwany abafis akazi kenshi
Waouh!!!! Thx my nsoro twartugukumbuy cyane❤❤❤❤❤❤
Libert nakukubari Brother 👏🏼👏🏼👏🏼👏🏼👏🏼Ewana uramfise iyizokurikira ntidushaka ko ikirundi bagusigura mukinya Rwanda Plz
Eg kwel nikosa rinini Canae kbx
Nimiburibur mucongereza cank mugiswahir😊
Mubisanzw film tuba dukeney nizi zitwigisha intwari z'igihugu courage libert Nsoro watuzaniy film zitamenyerew ngaha mu Burundi imana ikuj imbere❤❤❤💪💪🙏🙏
I'm watching from South Africa guys love you
Nsoro ndipfuza kukubona kl. Ubikoraneza caane❤❤❤
Nacerewe gayemwe ariko ntaco reka notre agatebemwakire ayanyu🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 kimwe ndabaku❤❤❤❤❤❤
Nsoro niwe wacu❤🥰🥰😘🇧🇮💯🥳🔥🔥🙌
Our Coach Nsoro (Libert).......Imana yarakoze kuba yashimye ko menya umuntu nkawe murino sii......so nkiri murino si umutima urifuza kubona iterambere ryawe🙌🙌🙌🙌IMANA IBONE INYOTA YUMUTIMA WANJE😢
Amen dukomez tumusengera👏
Oooh! Murakoze cane iheze neza pe
UzonatIca Muta Wewe Uri Numero Yambere Gushika Kuri 10 Kuri Film Zama Action Nkizi Hano Iwacu Igikombe Nicawe Libert Mr Nsoro
Asante sana brother🙏🙏🙏🙏
Umuntu Ataravye Nsoro haramakuru adafise🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥Much Respect Bro❤
Urakoze kuduh show musaza Iman ihezagire iminirmo y intoke zaw
komera libati wakoze Cn kuva mu ntago gushika uyirangije urintwari kbx from Burundi 🇧🇮 a kirundo I love you so much ❤❤❤
Numbers one naipenda sana
Abakund nsoro nkuko mukund mumpe liké❤❤
Amakungu yemere uburundi hejuru cane🇧🇮🇧🇮❤️🔥💪
Merci bcp KR nsoro Arik uyihejej Kare vrt .raba RR udukorer iyindi
wooow 🎉🎉🎉🎉 Libert ndagufana cane twari tuyikumbuye.
Mwubahwe cane mubikora neza ndabona mufise intumbero yaho mushaka gushika pe natwe tubari inyuma🙏🙏🙏
Yiioooo mbega igisasu libert 🌹🌹🌹🌹🎉🎉🎉❤❤❤❤nayawe uwitek akomeze agushoboza
Courage mon NSORO🤜🤛
Uburund twubahw yooooh ntibagie na nanigaz 😅😅😅❤sinarinz kub serie
Abasore bacu I Burundi 🇧🇮 ♥️ kure caneeee ba brothers 😊
Nizere kwidaheze kko niho igitagura🤨Our hero komeza urindwe niyakuduhae and be blessed
Vyagenze gute simenyeko nsoro yahageze🎉🎉🎉🎉
Agiy mukaruhuko ntirahera 🗣️😂😂🔥🔥🔥🔥
ndabiza iyo ni film yambere yanshimishije mwizo mwakoze zose,nimutayibandanya muzokore akandi gashusha nkaka,nikeza cane ,we love u so much,murabeho knd mukomere cane
Waouuhh!!! Ribert tuguushimiye cane kubwa courage ufise biraboneka nezz ko iyi film igoye cane gutegura ariko Never Give Up broo!!!!!!! Abafana turi inyuma yawe
Wooowww hejuru cyane🎉🎉🎉 gusa libert uradutavya cane
Nsoro the world 🌎,much respect realboyfimls🇧🇮🇧🇮🇧🇮🌎🌎🌎
Ubu rr ndabonye kwizobandanya merci beaucoup nsoro
Turategereje ko ibandanya Mr nsoro ntutubanire , courage turagukunda
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥 umuriro uratse welcome back Nsoro hejuru cane 🔥🎉🎉🎉
Kure cane bwana nsoro ❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉 natindayikimbuy ikinezerey nuko tuyibandany twirabira🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Libert ndabkunda cäneee courrage mon frère ubikora neza gx ntiharibwager kofilm ihera
Big thanks Libert a.k.a NSORO ❤mwese abakinyi biyi film uwagize ico afasha Wes Mugire ahomuba mwubahwe vraiment Hejuru caneee 👌👌✌️✌️😍😍😍
Number one 💪💪💪
Ribert thanks kuri nsoro ariko kutwereka uko mwayikinye bizatitura uburyohe bwa film
Nipo zangu Zambia nkufuatilia sana warundi tupa ndaniiiiii
Waooo mwari mwayiteguye neza
Gusa indi seson vuba tuyihabwe
Courage nsoro🎉🎉🎉
Nsoro courage nsoro mwogereze imigeri ndabonahagiyeguchy mumis gusigayuyitevy san
Tulikua tunagukumbuka nsoro wetu congratulation❤❤❤
Congratulations to Nsoro,warakoze kudutegurira akantu karubweng n'ubuhinga
Waooo aha nanje ndemeye vrm big up bro tora ayawe🌹🌹🌹
Nsoro urahikije isezerano waheye kessy ndabigukundiye cane wubahwe
This film🔥🔥🔥🔥anyway we love you libert❤
Big up xn our guy @NSORO love you too ❤
Yeyeye kwl kwl kbx MPa courage manigazo hejur can
Karakazi keza canee😍
Sha non abuziki arabizi KL Sha nzoyirindira kbx 💪💪💪💪💪💪💪💪💪
Welcome back nsoro aba nyuma munkadir kwifoto
Nsoro hejuru cane✌️💪👊
Number one gutok🇰🇪 like muzipandish 💪💪💪
Courage vrt 🎉🎉🎉🎉nsoro ❤❤❤💯💯💯🔥🔥🔥🔥🔥
🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤nibayibandany kk iratesa kbx🎉🎉🎉❤❤❤❤
Uranyemejekwer burya iyi film yarikwikwiye kwandikwa mumateka yigihugu rebert respect
Yoooo !!! Murayimaz kwl ibintu ntibi biryosh kwl yeeeeeebabaweeee!! Nsoro the hero hejuru
Nubwonatinz ubundi nsoro the hero niyoyanj ❤
Sha merci kwel knd mwakinye neza cane nkunda Libert kugifunsi yari iryoshe sinashaka ko ihera
Courrage libert ariko ntuze uratunyoteza❤❤❤❤
Nsoro hejuru cane🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ibikorwa vyiza vyanyu birabagaragaza abo muzoba imbere.big up to our boys❤
Nsoro disi nar ngukulbumbuy ndag❤❤
Nsoro cool it my bradh
❤❤❤🔥🔥🔥🔥 mwabikoze nez cn
Ndakwemera ❤❤❤❤ nsoro
We @nsoro reba untemwo agafungo gato kuko i am your super fan💞💖✊
Gédéon aranyica kbsa. Un bon acteur !!
Murashoboye muribambere muri Africa god blesse you
Libert utunyarukirize uduhereze nizindi zikurikira ,narakunze cane iyi film ya nsoro
Sha nukuri nsoro iyi firime iteguy neza ndifuza gusubira kukubona mwiyunze na fany lavine.gusa uzoyibandany iraryoshe.
Murashoboye kabis 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Big up Nsoro n team yose
Ollaaaweee turafise intwari pee ribert wubahwe
Iyi films niyambere Libert wubahwe kweli
Nsoro vrt arashonoye komezuterimbere🎉❤❤
Nsoro mugipira gishash ca logo ya nsoro the hero🥳🥳💯💯🇧🇮🥰🥰
Ntumbwire ibintu bikomeza Kuba vyiza
Thank you so much.I enjoyed
Abishimiye kubona NSORO THE HERO mumpe like❤❤ mwibuke gukora share kugira vuba tubahe film yanyu murindiranye igishika FEU ROUGE🙌
Nukuyikora bikuma vyumye
❤❤ndaryoherw kub izobandany nsor hejur can
Nsoro nzoruhuka mfise tatuag yiwiw kugira ndamwiboneko every time ❤❤🎉🎉
Good movie naho mwatevye sana❤
I love the way you do every thing Big UP WE love u
Nsoro ngukunda kanini❤❤❤❤ hejuru can
Twari tukunyotewe nsoro❤❤❤❤
Muga ivyo ko ihez ubirek .wew ja mukaruhuko hama uzaz uha twik kandi🎉🎉