Nsoro , you re unpredictable. U are bringing something original to this industry. Keep it up. Your courage and determination will take you somewhere far soon or later. Whenever you feel to give up, remember someone around here is learning from you
Libert big up kbx mutama na team yaw uradutayemw film yubweng bisab kuyitahur uloreshej ubweng komer kbx nukunt muvug anglais birampimbar komerez aho peee ndabakunda
Abakunda ibikorw vya nsoro like zanje ndazihabw
Abacerewe tumenyane
❤❤❤❤courage 🎉 ❤❤❤❤❤❤
Abemera kuyu mujama abizi ampe like ✊️🇧🇮🇧🇮
Abazoza nyuma yanje muzonsigire like nanje numve
Big up Sana big boss ubundi niwe wiwacu abakunda nsoro nibikorwa vyiwe nkanje ndasavye ampe like
Abari murukundooo na nsoro nkanjye mump utuntu twanjye❤❤❤🎉🎉
Yes ribert gus rr ukunt watanguy nibyiz rr harah mwaj guhindur muj mukirund film indund sizo kureb abarund gus no nimb ushimy KO bij mukirund kury ubwamber mwavuz mucingerez urabon mus wac uz urabisigur sinshimy kuvug ahond arik ahant ntuy baragukund pe urashoboy kwanz iry nsoro nub ndafis abatip bagum bayimbaz kk ubwo wayikin kwos uyishizek bac baz ahomb kugir nz ndabasigurir mururim bumv rr nashak kugusab nimb ugiy gukoresh ikirund mus bishir mucongerez please bizotum ivyaw bigum bib vyiz gusumb kk urashoboy pe hongera san my Big Boss ❤❤💐🌸🌷🥀🙏🙏
Urakoze cane kuriyo nyunganizi🙏🙏
@@nsoro9135yeeego diii ic twifuza nuk mutera imbere mukarushiriza kuturyohera
Mbaye uwambere basha mumpe likes zanje nar bwicwe nisari😂😂😂❤❤❤
Wazindutse😀😀
❤esprit bro🎉
Félicitation bwana nsoro ndagufana trop
Nsoro ukina niza knd ibikorwa byawe ndabikunda,komerezaho
Uwishimuye kubona ibikogwa vya nsoro kandi nanje nampe like
Ndabafana francine wanj ndabon inyuma yubuganga numwug wa film ni good❤❤
❤❤🎉aha rero ntimumbona shires ayo like nki1000❤TM nsoro ndabakunda cane
Jean Tiyeri mumuzane turamushak nawenyene
The Real Boy films never desapoint us
Nari ndayirindiriye gusa nacerewe nanje nimupfe kumpa like😂😂
Mwubahwe ❤🎉🎉😊
Nakubari Wallah🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽....
Hello hello feu rougeeee iradushwayee abari bayirindiranye igishika nkanje irajeee
Courage Libert
Ego sha Chance arafise maman 😅😅😅akora arikunwa rwamubimba😂😂so courage Libert ❤
Good, bon travail bro
Nari nkumbuye ibikorwa vyawe vyiza nkunda ingene urincabwenge ❤❤❤
You never disappoint us bro.Imana ibandanye ibana naw mubikorwa vyaw
Vyukuri libert yarakumbuw n'a jew pe Abari bamurindiye nkanje muduze agatoki
Narindayindiriye igihe kirekire Nsoro komera hejuru cane Imana yivange mubikorwa vyawe❤❤❤❤❤
Mbega film mbega film 😮😮😮😅😅 I need to get another episode 😊😊👽
Je isari yaribwanyice ark nacerew caane kumv zitamvuyek ark nnj like muzimp nnj ndumw mubakund ibikorwa vyawe
Mama patient weeeee.naweyeeee.courageé.
Manig manigaz namumeny
Nsoro ukina niza knd ibikorwa byawe ndabikunda,komerezaho! ❤
Nta film zawe ntazoraba n'ubwo uzoyibisha gute nzokwama nahageze uri umuntu wanje umuntu w'abantu
Abikora neza caaanee kwl film yose yiwe nukuyirab twivuye inyumaaaaa
@@ClementineIrankunda nta filme ya nsoro yobiha akorivyazi❤❤🎉
Kwq soro ntavyo gufuigitira akora ivyo azi
Libert hejuru Canée🇧🇮🇧🇮 knd ubikor nezaaa vrt abavyemer mundemer twatuntuu👍👍✋✋
Tunyarukirize ikindi goce❤❤❤❤ umuhungu wibutanyerera kure caaane niyo ndakwipfuriza gushika❤❤❤❤❤❤
Uwovugako udashoboye yobayihenze peeeee
Courage cane mubirimwo neza nyagasani abandanye abajimbere❤❤❤🎉🎉♥️♥️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇦🇪🇦🇪🇦🇪🇧🇮
Reka ndayitangure nyimba nayomutazoduta munzira ntimuyimare😮 arikondabakunda❤❤❤❤❤❤❤
Turagukunda cane❤❤ komeza kutwiyereka ntusubire kuducika😢
Kure cane washoboka musaza niho nkwifurije kugera❤❤
Libert uraberewe na uniform
Mbaye uwa2 mumpe likes nanj😂😂😂
Disi ka chance nkunda hejuru can niho nkwipfurij
Courage NSORO kuk ubury uturyohera birarenze❤❤❤❤
Ndakunda Ukuntu mubikora neza caane❤❤❤
Munyarutse kabir turayishak nykur
Courage
nsoro rero sasa.avuye kwishure😂😂😂
Libert igikorwa nico arik zurandikako titre
Good job me iminota muduha mikeya!!! Mudukwirize na 40
Muraturyohereje umusi
Ngo Imodoka ndayibahe cane cane wew nakuguriye permit ,hhhh non mu burundi hariho aho badandaza permit natwe twigurire
Nuko nuko ibintu nisaw ndabon nzovug isom nkuyemmw mbiny igic ca2❤❤❤❤❤❤ lmber niheza cane 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ako kantu ko kugura Permis si sawa!! ariko c'est bon
Kontabonyemo ibifusi gamuhungu
Nkeney épi ave mur Ghana😁😁😁😁😁😁❤❤❤❤❤❤❤❤
Libati Biragoye arikonanze ndafise sezo ngombagukina two Korana ?~❤
Nsoro ni umutama ntakwiriye kuba umu scolaire , ngira yari kuba nka Tonton w'abana cank umu chauffeur wabo
Wawo kuva nsolo ihera nihonkiraba iyindi filme❤❤😂😂😂
Nsoro,ndagu❤, Imana ibe muvyawe disii 🙏🙏
Mubandanye noguha umwe wese rôle ashoboye nkuku mwakoze iyi
Keep it up Libert
Niringukumbuyep❤❤❤❤
Nsoro hejuru caane❤
Mwabikozeneza cane.raba muduhe igicegikurikira inyota iratwishe❤
Mbaye uwanyuma kweri gusa ndabakunda ❤❤❤❤
Ndemeza neza ko iyi film irimuzambere zikinyeneza aha muburundi big up my gee ribert
Umukamera mani wany uti harajamw ibint bisuma CNE knd munivugiramwooo
Nivyo vrt baguhe agafanta
Ubikora nezaa cne nsoro wacu ❤❤
Nsoro abamukunda mwese mumpe like
Imanibaterintege mubirimwoneza
Abaguma baza kuyisubiramwo nkanje mump ama like✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Jew hanoo😂😂
@@MariamIrakoze-b1v nugutwika🔥
Waoooooo twari tuyinyotewe cane❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Bro twizereko ari fire fire nka NSORO THE HERO🔥🔥🔥🔥
Nsoro niwe wacu 🙌😘🥰 🇧🇮🔥💯🙏
Ndagukunda cyaneeee ❤️❤️❤️ pe ibyo ukora urabizi cyaneeee ❤️❤️ God bless you.
The one and only nsoro thé Héro🇧🇮🌹
Komeza Udutamwo twitagatire 😂😂🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Harabant badakom urugoh rek ntor agatebe libert 💕💕💕💕🎉🎉🎉❤❤❤❤ hubwo uwitek akomeze aguh imigish myish
Ewana mubirimwo neza courage nsoro
Nsoro , you re unpredictable. U are bringing something original to this industry. Keep it up. Your courage and determination will take you somewhere far soon or later. Whenever you feel to give up, remember someone around here is learning from you
Thank you so much🙏🙏
Nsoro ndagufana
Neza cane bakinyi beza murashoboye peeeee bakunzi ba série FEU ROUGE muze hano tumenyane.
🎉🎉wewe ntujya uta hasi ndakwemera ariko mutaza mudutevya
Jew nitwa fabrice niyibitanga ndiphuza gukina film nkizo nimwaronka inyishu muzombarira
Burundi film academy baratanguye kwakira bashasha🗣️🗣️🗣️🗣️
Nimb har umunt nkund mubakiny ni nsoro p wiyumve
Nkeney épi ave mur Ghana😁😁😁😁😁😁
Film nziza cane courages
Umunyagwand Asigura Arihe kutamuhaye Jobu
Waooo icongukindira ukina nabantu bamasura meza ahantu heza 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Ibintu ni whan🎉❤
Courage mubirimwo neza ❤❤❤
Aha inota ryanje murarifise
Libert big up kbx mutama na team yaw uradutayemw film yubweng bisab kuyitahur uloreshej ubweng komer kbx nukunt muvug anglais birampimbar komerez aho peee ndabakunda
Wawo courage bhan nsolo❤❤❤❤
Twari dukumbuye igikogwa nkiki , hejuru canee nsoro 👏👏
Fatira ahonyene sha ntutubabarire utujaniranye.igice kukindi
Nawapenda san from Zambia 🇿🇲🇿🇲
Abakunda film ndundi mpa aka emoji 🎉
Ndongey ndagarutse kurab film za Ribert kuk fon yariyagiz ikibaz rek per keiyi season ya 1 nizerek atadusondetse😅
❤❤❤❤❤ Ndemejwe Mwubahwe Mutama Libert🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Mana yanje libert Imana ikujimbere nkukunda kubi Kuko mukina neza na team yaw
Wow!welcom feu rouge amatsiko yaratwishe😅ndakwizey nsoro ndaz n'amavuta rek nihere ijisho😎
Nawatizama nikiwa Zanzibar nawakubar san 🎉🎉🎉