ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Murashobora gukurikirana indirimbo nshasha KABEMBA by VANIA ICEth-cam.com/video/M2ztfbpNZW0/w-d-xo.htmlth-cam.com/video/M2ztfbpNZW0/w-d-xo.html
Number one Juste gaël again❤❤❤
Bravo Vania Ice! Ndi umufana wawe! Kabemba iraryoshe! Big up!
Kabemba inyibukije kera we used to sing it. Watoto wa bwizaaa munayikumbukaaaa
Umukubito hejuru Caaane
Nta kintu gishasha kiriko kiraza vyose vyamyeho gusa Ubu le monde evolue vyose bija ahabona, Vania bamumpere icupa kbx 😂😂
Umukubito tv number one in Burundi
Orarararaaaaa musaza biraryosh cane ndaba......❤❤❤❤❤❤
Sha Vania yakurenze kweli, aciyubwenge ❤
Vania 😍
Juste Gaël you tube zo mu Burundi uziyoboje inkoni yicuma
Courage sana juste gael
Gaël uzoze uratanga link y'Umuririmvyi wakiriye mukiganiro ,vyoba vyiza cana
Ntakintu nakimwe kiriho kitamyeho papa yamvyaye afise 19ans Maman 16ans kandi biyivye uzi ubuhumbu abakera bari bafise????ico baturushije nukubinyegeza gusa nahu ubu ikintu cose ni amenya ariko nkakintu nakimwe Kiriho kitahozeho ibivyose bija ahagarara nivyarimu mpisho ariko sukuvuga ko bitariho ikintu cahindutse gusa nubugome nukubura urukundo nico kintu conyene novuga cahindutse
Abo twita ngo ni ba "Sokuru” nibo bambere bakora ama gaffes yose ashoboka gusa bo barabinyegeza ...Ndamaze kuvisita musée y'i Gitega, narabonye ama photos yakera y'abakobwa amabere ari hejuru, vyo tuvyite iki ? Ko nakuze numva ngo abakera, cane cane abakobwa, barambara bakikwiza, emwe nasanze baratubeshe ...
Elle est sage surtout
mbe Vania Ice ko yakuye impeta yaravanye n umugabo ?
Vania Ice ndagukunda cane, uri mwiza cane , kandi uririmba neza ❤😁
Ndamukeneye nukuri dada
Komera @Juste Gaël 🙌🏾🙌🏾🙌🏾,u the best bro 👊🏾👊🏾👊🏾,hama wakoze kutuzanira @Vania Ice uno munsi 🫶🏾🫶🏾🫶🏾,love from Sweden 🇸🇪
Saf San il ne faut Pas juger👌👌👌👌
❤❤❤
Vania Ice ❤❤❤❤
Ikiganiro ciza wakoze kutuzanira vania just Gaël 👊
Maman kabemba
Guest yifitiye self-confidence rspct
Songer🎉🎉🎉🎉🎉😢
Gael ugomba gutandukanya ibintu. Buraba ibibazo ubaza za nkandagira bitabo nivyo ubaza Incabwenge nka Vania Ice.❤. Please Respect smart people . @Vania Ice Samartest girl keep it up
Vania uramurushije kwiyumvira Gael vrt urumva ingene aguma akubaza utubazo tutagira iyo tuja ivyubu na kera sico kimwe tumia akili we ptie Gael
By the way yavuz ngo baca bajugea ko atavuze ko bagenda batambaye ibirato naho hama ngo baheze navyo bavyambure🤣 just my opinion...
Izompano kozidashi gikirwa? Iwacuiburundi hara ari agahaze nkuryayako zeigitoro nsindabona abategetsi bamushigi kira? Uwako zerobo sindamubona? Waramu kore shejeiki ganiro kondagu kurikirana?
Anyibukij utuntu twakunda gukina tukacadupupagutiminwa
Murashobora gukurikirana indirimbo nshasha KABEMBA by VANIA ICE
th-cam.com/video/M2ztfbpNZW0/w-d-xo.html
th-cam.com/video/M2ztfbpNZW0/w-d-xo.html
Number one Juste gaël again❤❤❤
Bravo Vania Ice! Ndi umufana wawe! Kabemba iraryoshe! Big up!
Kabemba inyibukije kera we used to sing it. Watoto wa bwizaaa munayikumbukaaaa
Umukubito hejuru Caaane
Nta kintu gishasha kiriko kiraza vyose vyamyeho gusa Ubu le monde evolue vyose bija ahabona, Vania bamumpere icupa kbx 😂😂
Umukubito tv number one in Burundi
Orarararaaaaa musaza biraryosh cane ndaba......❤❤❤❤❤❤
Sha Vania yakurenze kweli, aciyubwenge ❤
Vania 😍
Juste Gaël you tube zo mu Burundi uziyoboje inkoni yicuma
Courage sana juste gael
Gaël uzoze uratanga link y'Umuririmvyi wakiriye mukiganiro ,vyoba vyiza cana
Ntakintu nakimwe kiriho kitamyeho papa yamvyaye afise 19ans Maman 16ans kandi biyivye uzi ubuhumbu abakera bari bafise????ico baturushije nukubinyegeza gusa nahu ubu ikintu cose ni amenya ariko nkakintu nakimwe Kiriho kitahozeho ibivyose bija ahagarara nivyarimu mpisho ariko sukuvuga ko bitariho ikintu cahindutse gusa nubugome nukubura urukundo nico kintu conyene novuga cahindutse
Abo twita ngo ni ba "Sokuru” nibo bambere bakora ama gaffes yose ashoboka gusa bo barabinyegeza ...
Ndamaze kuvisita musée y'i Gitega, narabonye ama photos yakera y'abakobwa amabere ari hejuru, vyo tuvyite iki ? Ko nakuze numva ngo abakera, cane cane abakobwa, barambara bakikwiza, emwe nasanze baratubeshe ...