Narabiyurwa aba bose nabibinyoma honyene unaravye izina ryiwe ucumenyako aruwahovyo ngo ni king hama uyo yitwa king yesu nawe acabande mube mwitonda mivyimana giys
Twarabony Imana biciy kumukozi w'Imana Prophète king Benny ndashinga Intahe karibu le 08 Septembre kuryagasekebuy salle Ebenezer kur parking yama taxi hazoba hari ubwiza budasanzwe 🔥🔥🔥💥
Adress ni uvuye ville ufata bus ya musaga hama ukababwira bakagusiga kurya GASEKEBUYE ni kwi barabara isaha ni 15h tuba dutanguye murahawe ikaze mur benshi❤
Ndumiwe tugeze mugihe ciherezo !!!!!!!!!!!
Ntabwo akora ibitangaza ahubwo akoreshwa ibitanga muze murahindura imvugo gukora ibitangaza nugukoreshwa ❤❤❤Arik ndabanezererewe kubona umukozi wImana wumu jeune 😊
Thanks man of God The prophete King benny .
Imama ibahezagire cane
uyo turamuzi kbx niwe, avug ubutumw bwuzuye, arerekana Imana vyuzuye.
hahiriwe abemera batarinze kubona.
Komera Prophète wacu💪💪💪, Imana igukomeze ubutumwa uvuga bumaze kudufash turi benshi , Imana ishimw kubwawe🙌🙌🙌
Ngo ibitangaza nuwe abikora 😅😅😅eka nyene niwe ubikora si Imana igukoresha
Je ndafashijwe cane gose murakoze mukoz'Imana irushirize ikwagura muburere bwose kandi igikorane muriko mu rategura nzokizamwo le8/9 citiriwe I'M A VOICE I THIS GENERATION nikibanza narakimenye nikur ebenezer kurya gasekebuye kuri parking yama taxi
ndabakunda cane❤
Mwizere Imana gusa nkuko vyandistw bibiliya
Prophète wacu sha abakuzi turakuzi tuzi ingabire ziri muri ww abatakuzi bazokubaze bareke guca imanza
Waooh Turanezerewe cane kubwiyo ntahe mudushingiye iratwubatse cane
Turashimira Imana kuba twarakuronse muri ino génération 🙏🔥
Intahe iryoshe ndafashijwe ndagusavye uzotange inyigisho za bajene zivuga Ni gt' wohitamwo uwomuzubakana zodufasha canee jewe kugatwe kanje ndazisavye uwushigikiye avyemeze ❤❤❤❤
Uyu mutip ndemey araz gusigur urukukund icaric
King benny you are man of God🙌
Yubahwee king benny turamuzi arashoboye cane❤
Reka prophet urasenger abant arik rek kuvug ko uzur abant
Prophète, Umukama agume akwongerereza amavuta,tugume duhezagirwa Ku bwawe,mw'Izina rya Yezu Kristu Umwami wacu
Broo Kumeng niwe abikora kand vyari bikwiy kwitwa ibikogw vyumukama ga mugenzi WA yezu christu
Kandi ngo mumisi yiherezo hazoza abavugabutumwa nabavugishwa bibinyoma baze biyitirira izina ry'imana. A-ha kuriyi nkuru ntamakuru mfise yokubivugako
Thanks so much Imana ikomeze kugukoresha ibidasanzwe
Chimamanda ingo utungemwo itoroshi uwundi mwami yaj😀😀😀
Mvugishwako vraiment
Turafashijwe cane kubw'intahe prophète Imana iguhe umugisha 🙏
My prophète IMANA ishishikare ikuzigame ❤
Mpwemu yera abane natwe twese, adutahuze ayo majambo mutubwiye! Muhezagirwe cane
Beni wubahwe❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mudufache inimero yuwomukozi wimana mwobamukoze
Baduhe numéro z'iwe vraiment
😂😂😂
Il m fait vraiment rire
Ngo ibirato arabisengera bigakura
Wooouuuh benny ukomerez aho
Nagendee kunwa urumogii 😅 nirwo asanagoo 😂
Ikibazo nikimwe kinjemwo, dukora ibitangaza kugirango vyukuri abantu bemere ivyoturiko turakora? Yesu Kristo ntagitangaza nakimwe yigeze akora ngokugirango, kanatsinda bariko baranamubaza bati "Urumwami?" Yesu Kristo yishiye gute? Basha Kristo yaratweretse ukodukwiye kubikora tutarinze kwiyereka nukwemeza abantu, ikindinaco burya Kristo nawene baravuzeyuko yuzuye dayimoni ariko ntyiigeze atakaza umwanya wukubemezayuko ivyobamuvugako kwarivyo nukwatarivyi oyaaaa dukore rero bakundwa ico Imana Data idutegereza gukora. Merci
Uyumuntu ndamuzi akirumwana muto cane,ico ndamwibukirako yarafise talent zikomeye zumupira w'amaguru,ariko ivyavuze ntabwo nemeranya nawe,ngo akorana n'abamalayika,iyo ni signe ntahinyuzwa Yuko akorana n'abamalayika bakorotse,ivyo bitangaza n'amayerekwa nimbaraga akoresha Nibo biturukako,muri make ni imbaraga kabbale yabayahudi,😢😢😢
😢😢😢@@Desos23kimedos20
None ni wewe ukora ibitangaza??? Christo dutabare😢😢
Ndanezewe cane naguheruka kera turi mugatoke mumakesha
🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾 true
Uburundi twarigorewe nk'aha abarundi benewacu ibi baravyemeye n'imitima yabo yose!!
Uzabyumva abadayimoni bakuvuyemo
Twarabonye Imana cane biciye muruw mukozi w'Imana ndashinga intahe. Abataramubona murahawe kaze kurya gasekebuye impand Yam taxi salle Ebenezer minsi yose 15h tuba dutanguye
Mwaragowe😭😭😭Niko wategerezwa urumuclient wiwe
Muzopfuko
Umukozi w imana yemewe ❤❤❤
Ngo ndasenga ngo uphe 🫢🤔🙄🙄🙄
hallelujah 🙌 😍
Shalom mwoduha numéro za prophète King
Mr6 nditez
Uwomukozi wimana nivyukuri nuwukuri arimuribeshi mubavugishwa batumwe nimana
Abarundi we😢
uri idayimoni Abariko barakwizera bamenyeko wabatwaye ubwenge bazisanga ikuzimu puuu toka satani ndakuvumye
❤
Uyu mu prophet ndamukunze afite ijambo ryiza
Ariko ga Mana nkuyu ngo za prophet
Nanje ndabushaka
Narabiyurwa aba bose nabibinyoma honyene unaravye izina ryiwe ucumenyako aruwahovyo ngo ni king hama uyo yitwa king yesu nawe acabande mube mwitonda mivyimana giys
yooo pôle sana kl
Bonjour,
Uwukeneye numéro y'uwo mukozi w'Imana yoyironka gute?
I need prophetie
Ikibazo mufise kumachaine yuburundi ntimutanga numéro zabomukoreshibiganiro kandi Saha gusa. Nimwikebuke.
Sindaheza ikiganiro ariko bintey gukomenta ivyobintu vyongora kwakira nokwemera😂😂😂😂😂
Ntamana nkiyo iriho Kandi ntamana ihimuma sengero chanke mumisigiti rekekuduhenda aba frica ubwengebwacu nikubwinka
Musengerahee nzozejo kubaraba
Ni kuryagasekebuye aho beshi bita kuma taxi uvuye ville ufata bus ya musaga ugaca ubabwira bagusige kurya gasekebuye karibu cane🎉
Ako ka 8ans amaz gusoma bibilia yose Ako karatesa Mozes chimamanda nyaruka urabe uyundi mucuruzi yaj
Isi igeze kure kl MANA TABARA ISI UYU NI PROFET??? YOOO BASHA😭😭😭😭😭
Ibaze prophète asenga umuntu ngo apfe
Agabany ibiro😂!akor abantu bakarwa......uyu akoreshwa naza nyabingi mugende bukebuke bukebuke,murondere Imana yukuri apana kurondera ibitangaza (magie)
Nukur nadufashe num turasavy?
Ubuntu bw'Imana ndakunezererewe
Ndakwishimiye nkeneye numéro ya profethe
Nice one
Aravuga ubutumwa bwiza.
Kwari keza
Umengaaa numu Ganwaaa....
Mugabo abo Ba Marayikaaa biwee ni Ibitangazaaa😢😢😢
Bantu b'Imana nimuhumuk amaso mumenye abakozi b'Imana nabataribo.izompano zibitangaza namayerekwa n'uguhanura jew numva bitava kumana kuko numva ari démonstration yumuntu,ngo akorana n'abamalayika 😂😅😢😢😂,asangiye kahise nuwundi ntavuze yakuze mwubwo buryo bwo kugendana numumalayika wiwe none nukwahukana yarahukanye kubera ivyamwa bama bihushanye nivyo bigisha,nuyu muzombwira ivyamwa vyiwe mugihe kizoza,nubu ntavyonzi,😂iyo mvugo Niza danger bangu,donc umuntu atarumva ingene magie yabayahudi yitwa kabbale ikora ntashobora kubamenya ababantu.umuntu wese uzokwumba ngo ahamagara abamalayika ba gaburiyeri,mikaheri,uriyeri,rafaheri bagakora,vaho wirika uhunge.kandi nuko ababantu,benshi muribo ntanubwo baba baziko izombaraga ariza sekibi,niyo ngorane,rero aha ndavuze naho mwonteramabuye ngo ndapinze umukozi w'Imana ntahabura numwe ahumuka amaso,ahubwo munasengere uyu mwana,kuko nawe siwe yatewe akiri muto cane
😂😂😂ubu umuntu wese yabuze ivyakora yigira umuvugabutumwa abo nabasuma gusa hariho nakandi gahungu twiganye kitwa fabrice niko bafatanya kwiba😂😂
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Benny jw ndagutahura Imana irakorana nawe ukonukuri. Nimba satani akora ibitangaza Imana nayo irushaho kubikora mugihe wizeye. Ikindi jw mbonye Umuntu atanguzwa nurudome B kwizina ryiwe sigitangaza abobantu Imana irabakoresha cane
Tanga numéro ya Prophète. Merci
Bura kubwira abantu bakizwe bave mu vyaha ibitangaza sivyo bizojan mw'ijuru umuntu bro manza ukizwe kwanza nawe
Twarabony Imana biciy kumukozi w'Imana Prophète king Benny ndashinga Intahe karibu le 08 Septembre kuryagasekebuy salle Ebenezer kur parking yama taxi hazoba hari ubwiza budasanzwe 🔥🔥🔥💥
Muduhe address tuzobasure.ndumva wuzuy ijambo .warahezagiwe
Adress ni uvuye ville ufata bus ya musaga hama ukababwira bakagusiga kurya GASEKEBUYE ni kwi barabara isaha ni 15h tuba dutanguye murahawe ikaze mur benshi❤
😂kunya itabiiii
Ndakurindiye kW moses mu kanya mu busesenguzi
Abarundi muracaboshe kabisa uwu terefone yawe namamega yawe wabiguze kugira uje kwa moses hakuyakiresha mukwiteza imbere
Urusengero rwotwa gute?
Ni Eglise Holy Spiri Movement cnk Ukugendagenda kwa Mpwemuyera mu Kirundi
Ok😅
Bon uyo weeee! 😢
Yarabica akongera akabazura? Reference in the buble please
Mwebwe rero mwatakaye shame my people are perishing 😢😢😢😢
God have mercy
Iyo approche yiwe ya choix du conjoint siyo na gato
urategur ikiganiro caw vyob vyiza, urek kuvuga
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Hahahh 😊
🔥🔥🔥🔥🔥🎉🎉🎉
Abobantu bariko baca inyuma ya camera bariko baranyoteza
Nukuri urimwo ubwenge bw'lMANA, urigisha ijambo ukabifatira umwanya, kandi ugesengera abagwaye mwizina rya YESU bagakira, nanje ndemezanya nabamaze kugukurikira uriko urigishako urumukozi w'lMANA , ndakwifurije gutera ujimbere munteguro zawe zose, ukomeze kuzana beshi kuri YESU waratoranijwe mubakinogihe.
Muzoturonse numero yiwe ya wtsp🎉🎉❤
Ubuhanuzi ubupfumu
Mwoturonsa nr yiwe ❤❤
Mwoyimutorako iyo numéro
😂😂😂😂
Ni umu sataniste sha nareke guhenda abantu nibabe bemeza ico bari.
Ariko utwo dushatsi weeeh
N
Numero yiwe muyiduhe
Muduhe numero yiwe
Intahe nkizi uzozumva muri afrika gusa kuko ababaswa biyita abakozi bimana bamaz gufatisha ko abanayafrika borosh guhendwa
Uracanwa urumogi wewe
Turasavye numéro za king pasteur
Kalibu kur église kurya gasekebuye impand Yam taxi salle Ebenezer minsi yose dimanche 15h tub dutanguye
@@DianeNshimirimana-id6bhkuberiki mudasenga mugatondo? Muduhe numero
@@DianeNshimirimana-id6bh❤❤❤❤❤😊
Murakoze Ku jambo ryiza muduhay ham mwompa numéro yiwe??
666
Ako gashatsi ga prophète benny ntakuntu wokagabanya 🙄😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂
Iyomishatsi irarenze vyiza woyigabanya
Ngo nkabica nkogera kubazura😅😅😅😅😅😅
Turagowe kabisa
😂😅😢😢
😂😂😂😂😂@@Pacifique.mboninyibuka
@ChannyQu😂😂😂😂eenofficial 😂😂😂Nawewe channy urihano
Reka sintwenge ngwahave angirire nabi 😂😂😂
Hahah
Your number King Benny or orient me where I can find you
❤