ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Arlette thks
Totally have a lot respect for the former VP . Everything he spoke about are the challenges that many men are facing . Truly something got to be done .
Mushingamateka Gaston bakumvirije vraiment ingo zomera neza kandi bakemera ko abagabo nabo bakenewe gukingigwa ❤
Ngo babita kanyange😂😂😂😂😂😂😂😂
Abagabo bahohotegwa mungo nabapfasoni babo barakwiye gufashwa, niko nawe ubibona??
Ijambo ry'Imana rirakenewe cane murivyobintu. umusore n'inkumi guhura bakemezanya ngo bazobana burya ni risque ikomeye abantu bishiramwo. Bidatumberejwe mw'ijambo ry'Imana ntakidasanzwe jewe mbona, Divorces ntizizohera mw'isi. umuntu mutavukana mukemezanya ngo muzobana kweli? Urwaruka dukeneye kumanza kwigishwa neza igikorwa c'umugabo, n'igikorwa c'umugore. umugabo mwiza ameze gute? umugore mwiza ameze gute? Bibiliya umwe wese imuvugako iki mur'iyo institution yitwa urugo?
Umugore atubaha umugabo biragoye ko umugabo yovy'ihanganira uko bigenda kwose baratandukana
Bariho kndi benshi