Woooow, very Nice Collabo Bilimani Boys x Bruce Melody, mwese mwabikoranye ugushaka Ntawa fakinz, uyu muzigo ni uwa danger cakoze! 🇧🇮 an' 🇬🇦 we got satamina💪, abemera nkatwe ko iyi song iterezwa kuba hit song mudusigire utu likes twimanukire
Putin kubera ukuntu yakunze iyi ndirimbo agiye guhagarika intambara muri ukraine, love from russia st petersburg. #brucemelody #kilikou #double Jay keep going higher
Ntabwoba dufise Hit aba ari Hit naho vyogenda gute Courage Biliman Boy ABARUNDI 🇧🇮 Mukunda umuziki mwiza muri hehe ?
Twahageze kare man, song nziza cane❤❤❤❤🇧🇮🇬
Landry fasha kbx upromoting iyi song hariho abantu bashats kuyitobab
Nakubali bro 🤜🤛🍾💖
Turaha
Nawe turakwemera mze
Ariko mwabonye ko iyo twe nabaturanyi twashize hamwe, tuba turenze 🇷🇼🎆 🇧🇮
Nduwambere abaz inyuma mumpe like hashe 🔥🔥🔥
Akagoz NGO pi kinyusi thank you kubafash brother
Brothers let's fill 1M in a short time 🔥🔥🔥🇧🇮❤🇷🇼☝
Don t worry muburundi tubirimwo
that's a big bang foshooo🔥❤🔥
iyindirimbo mwayigabanirij ama viwers kuk mwamanj kuyishira kuyandi ma platform
miga nimba aragahera bar babahay biratahurits nisaw
Kanda share rer dukwize bro🎯
Kali sana 🖤💯🔥
🔥kubafana ba kilikou liké ngaha from🇧🇮♥️🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Twika twika muhaturire inzoga ni béni🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼
love it from Rwanda 🇷🇼 arko ikibazo cyitangazamakuru ryo muburundi biba video zaba musicians babo iyindirimbo video yayo nayibonye ejo yose abandi bayipostinze ibibintu bigomba guhinfuka murikwicyira abahanzi banyu beshi bamaze kuyibona
Oya siko vyama nivyashitse gusa ubu muga urabona kwataco vyishe
Hasigaye imisi mik can ishike 1M
Ahonciye hose nguma numva ngo inzoga nibebi😃😀nari nabuze ivyarivyo😂😂shout out gees yamaze kuba hit nkeseriii😂🇧🇮🇷🇼
Abahitinzi 🇧🇮x🇷🇼
Mwari mwayifuse kli 😥🥺 naraye ntasinzirie ariko ubu nisawa okay let's go inzoga ni bebi yuuuuuu #umurundi_wumutima_asige_like🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Sibo bayifuse nabantu babagambaniye TH-cam irayifuta nihatal wamuntuwe
Au sio kaka komeza ndake 🇧🇮✌️
Ico novuga nuko ubu muri abami bumuziki😭🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥ndundi🙌 à près 1moins 2.1millions vieus
Reka abahungu ba biliman bitw aba biliman,hejur caaaan
Abarundi MWese mwishimye kuba indirimbo igarutse kuri account yumuhungu wacu like zanyu ndazikeneye
Abarundi turabamere kwisi dukunde ivyiwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 turashoboye 🇧🇮 Bdi IS the first 🇧🇮
Good job 🔥🔥🔥🔥 Burundi& Rwanda gonga Likes hapa
Yuhuuuu ntujya untenguha umwaka tuwuherekeje neza ( collaboration is good idea)yuhuuuuu
Always #Burundi & #Rwanda collaboration is a megahit🔥😍🔥
Ndemeye Burundi oye
Double ndakwikundira
Nice song guys we love you so much abanunz ba Melody &doub jy & Kirikou tumenyene 👇😘 muri rwarukundo ❤️ from 🇧🇮inzoga ni bby
Abemera kwiyindirimbo iryoshye mumpe like cane canne🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮♥️
Abantu tumaze kuyiraba akarenze gatatu shirako liker ngaha dushigikire abahu bacu 🙏
Another banger💥💥 iyindi ndirimbo nzobarihira muyikorere DUBAI inbox me guys💥💥
Gasore wiyemeze ivyo uzoshikako
Gasore nzogufasha
Wasaz wew vraiment banz naw ujeyo
Ww urasara
Ah ntabubesh burimw gaso ?urabiz naw ko tutigra tukurengan tubnye igkorwa washize hanze bikore rero
Abemera ko biliman boy ikomey like zanyu ndazibon 🇧🇮❤🇷🇼
Bruce abobahung uzabatumir mur concert kbs turabemer cyan
Nyimbo hii imefikisha 1M ilikua imekaa san
1M igomba gukwira muri 2 semaine nta mikino iyi ndirimbo irarenze kuruta i naija
Brother never give up🔥❤️❤️mumwanya muto 1M Turaba twayizamuye abansi baw batangare uwuvyemera a Nyarutsa aka like
Biliman boy conglat's kbs umwaka tugiye kuwurangiza mur mood
Mumisi Mike can turakwiza 1M
Abantu bavuga ko iyi ndirimbo atari nziza barasara ntibazi ibigezweho, ni ba Ndayahoze baba bakwiye guhora nyene iyo haje ivyo baddatahura
Burundian Artists never disoppoint📸❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
💪💪💪💪💪🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏nice song xo turakumbuy indirimb zimez nk nzoduga, nopfa canke mafaranga izikirori zirakwiya
Biliman Boy ft Bruce Melodie Mwihangane cane abasi biterambere Bari muri twebwe nyene, Mugabo umusi bafashwe tuzobafyonda Ahababara, Courage Ba grand frère banje bukebuke tuzoshika, Nakare umwe yitwa Niyonkuru Uwundi Muugisha
ew iyi comment itumy nshak kubaza amakenga narindayiyumvirako kuberik iyindirimbo yatanguy gusohokera kurundi rubuga? nibo bayitanze cank bar bayibivye
@@kelvingameiro2066 Kevin Ibi turacabitohoza mpaka tuzobimenya bro , Kuko muga niwawe ntibitahuritse kbx 🙏
Babikoze neza kabxa kirkou double jay bonjour bahwe cane🙏🙏👍
Lesgoo.. Biliman boys🇧🇮🇷🇼
Ga pfusha rukara🤣🤣
Inzoga ni bebi🇧🇮🇷🇼mwubahw cane ndabikundira 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Jewe icanzanye nugushigikira umuziki mwiza 🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼🇷🇼like hahire rimwe.....
Harahiye Koko🎊🎊🎊🥂🥂🤳🇧🇮🇧🇮😋😋🍺🍻🍾🍸🍸
Our Bilimani boys nkibisanzwe🚀🔥🔥🔥
Kabisa 🤙🤙🤞
Issaaaaaa mooooddd🔥🔥🔥🔥🔥 IMICANWA🥳🥳🥳🥳🥳
Kura zose mwanikire kumugozi!!!fire fire
🚨Abemeranya nanje ko aba bantu bafashe akarere, mumpe ama likes hama twitambire✨🔥🇧🇮🇷🇼👌🏾
Kabisa🎉🎉
Murimwo neze bahungu beza mutere imbere Burundi 🇧🇮, Rwanda 🇷🇼
Hejuruu canee our boys💥💥
Uwemeranya nanje kwabahungu bacuu ari fire🔥🔥🇧🇮
Gonga like hano👊
❤❤❤❤❤Hi ngoma kali sana
Cyane
As a rwandan a proud to say Burundi got mad vibes for sure!!
Nimependa vibe nasikiliza nikiwa 254
1M vues in short time uwemeranya nanje ampe like👍🔥🇧🇮🇷🇼
Safiiii saaaaanaaaa kabisa brothers
🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮+257 feat 🇷🇼+250
Akili ame Tisha Sana 🤍🤍🤍🇧🇮💪
Woooow, very Nice Collabo Bilimani Boys x Bruce Melody, mwese mwabikoranye ugushaka Ntawa fakinz, uyu muzigo ni uwa danger cakoze! 🇧🇮 an' 🇬🇦 we got satamina💪, abemera nkatwe ko iyi song iterezwa kuba hit song mudusigire utu likes twimanukire
Kosora darapou ntabwo ariyu Rwanda wanditse
muhatwike maze hashe hose💃💃
icabujije kirikou gukura n'inzoga n'ibebi💯
Putin kubera ukuntu yakunze iyi ndirimbo agiye guhagarika intambara muri ukraine, love from russia st petersburg. #brucemelody #kilikou #double Jay keep going higher
Hejuru cane bana biwacu ❤️🔥🔥
Ewan ak million kibisazi 🔥 🔥
Grand song , naipenda sana kutoka DRCongo 🇨🇩
Kuberuki itoba inzoga Nifaranga💰
🇧🇮❤🇷🇼🔥🔥
nimb wumva kar banger ikaze shirak like
Mungu mbele sisi nyuma
Another banger from burundian boy 🇧🇮🇧🇮 whit biliman boy nij ndinyum yab liké kumurund wes ngah🇧🇮🇧🇮
Iyi song iransazaaa😂🔥🔥🔥 ifiseee gahundaa yokucumuzaaa cupa cupaa🔥🔥🔥🔥 🙌 🇷🇼❤️🇧🇮
CYAKOZE DIRECTOR MUHAYE 100%🔥🔥🙌
Bilimanibwoy 🏃🏃🏃
Ruanda_ urundii hagiye🔥 gushya🇷🇼🇧🇮
Cyakoze 🔥🔥🔥📻📻📻📻 imbebe
Kabisa ni🔥🔥🔥🎉💃 hands up if you lo❤ve Burundi🇧🇮 & Rwanda🇷🇼
Burundi&Rwanda hejuru caaaane. LOVE FROME BUJA TOWN TV
Proud to be Burundian for this 🧨🧨🇧🇮🇧🇮🇷🇼
iyo ushobye uba ushobye nyene.Mutere imbere nk'umuzinda. le 8 mars 2023 ndabiteze mu gihugu c'umwami(Belgique)
1M in a week@Munyakazi u mean a profitable business bro
Abana ba bilimani 🇧🇮 ft Rwanda boy Bruce
🔥🔥🔥from Step Media
❤️❤️❤️❤️ from Mecky Dimpoz🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 always Maharaj the King 👑👑👑👑👑
Kilikou killed it
Ubundi Billman boys sinjya mbamenyera , let's do it guys
Another Banger 🔥 from Urundi
🇧🇮🇷🇼Ruanda
Burundi 🇧🇮 not urundi
@@jimmykarimbi Burundi former name was Urundi.
@MARRURA_3 What did I say?
💥💥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Bilimani boy to the world, nigonge likes ukiwa we ni shabiki wa double jay&kirikou Akilli 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮up
Uwumvise aka Kantu ka Kirikou ngo:Cupi cupa,Cupi cupa😀😀😀😀Andunde ivyo bi likes💪🏼💪🏼💪🏼
Bad boy killer mwabikoze neza
Uwumvishemo akantu kogu****ra nampe like
Iyi combinaison irasara ndabakunda cane kuk ntimwigera munsondeka kabisa🔥🔥🔥🔥❤❤❤🇧🇮hejuru
Ndabon baduhaye umuti pee
Nice song# guys from 🇧🇮 #double and kirikou Inzoga nibebi kbx mukirori😎 good collaboration with artist from 🇦🇼
Atsumuriro🔥🔥🔥🔥nakare
Ntamyaka ijana
Cupa cupi🔥🔥🔥 na Shisha yo Shisha... #Akili lisupegiti
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Lyoherwa ubuzima ni butoyi #Double neva disappoint us
Love from #Aisuper💓
Melody yabakoreye umuti kbsa
Inzoga n'ibebi🇧🇮🇷🇼🔥🔥🔥
Kirikou niwe wanje cup cup cup yoooo murarenze pee 🇧🇮🇷🇼❤️❤️❤️one love ❤❤
Ndabashimiye 258🇧🇮🇧🇮 et 250🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼 dushire hasi Nigeria na tanzanie Nina nawe uvyipfuza ntureng utagonzeko like👍
It’s the ENERGY IN THIS SONG especially the Dancers!!!!!
Video quality iteye ubwoba kabisa dope song !!!🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Another Banger from Bilimani Boys keep promoting our music 🇧🇮🇧🇮 we support you
Hahiye 💥🇨🇩💗🇧🇮💥💥👏
1M from Burundi🇧🇮and 1M from Rwanda 🇷🇼plz fight and Win 🔥🔥
Cupacupacuuuuiu birimani by💥💥💥💥
Bomb 💣 nkimwe ya poutine bita satani 2😂❤🔥🔥🔥🔥