ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Vrt iyi ndirimbo iraryoshe akes big up
Nziza cane Akes big up uwiteka agukomez
Kari sérieux Aka kntu much love from Allymix
Ndemey vrt message nziza 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Paroles irakaze cane🇧🇮🇧🇮🔥🔥
Alvin waragunzwe
Big up R.I.P akes ifitubutumwa burashe
Good song.arko nuko yiswe izinna ryayo riyinjirana niyingoma. Kko irarueeenze
Ivyobintu vya buzz ya mariage biraharawe hhh xo good song
Wew umuziki warakunaniye heba!! Ndashaka ndakurungikire usange texas nguhe akazi kuk music bado sana
Nc song bro ejo niheza
Yooooooo irarenz ahubwo tek nonger ndayunviriz kandi yooooo harahiy koko Burund
Song nziza sana bro korumuti abavuga bavuge Nico baremewe
Nabaki naulizwa km akes kafariki kisa cover...ni✍️✍️dangerous
🎤🎤🎤💥💥UWAMBERE KWA EXBOSS WANJE NARI NDAGUKUMBUYE BOSS EREGA NTUBONA??*R.I.P - Akes Don - kubw'urukundo arabona ko yopfuma yipfira inyuma yokumwima umukecuru yari yarikundiye😭😭Sorry Akes narakuvyongeye ariko nanje sijewe nakazi nkora katumye ndabishira hanze ubutumwa bugushikire*
Muganga nawe ntutangwa kbs. Gusa iyatab wew sinarinabonye notification
Yooo NGO atume yi pfira 🤣🤣🤣
Gusa Landry nagashari karimwo pee zamurek gukor ibint nkivy kuk sivyz abarundi gamana 🤔🤔🤔
J ndababazwa na baririnvyi babarundi none nka akes vrt Ata impano yiwe akaja muvyubu journalist nukuri ntibimubereye niyigumire muri carrier yiwe a bibemwo si non amayira abiri yananiye infyisi hama Landry nta kosa wakoze wari mukazi Kawe bro
Landry P. uwutananirwa kuri commentaire🤣🤣🤣
hit song kwer baba 💪🙏🙏🙏😇
Iyi song , yankozeho cane. Umengo ni... ohh GOD ndarize 😭😭 Akes big up and much love/respect brother. love from GN NEPHEW / KANDA MUSIC
Kare naragupinga ariko ubu nibakureke mwibanire vraiment ndumv kumukunda vyukuri ufite impungenge kuko bagupinga aribenshi arihe hejuru har'Imana izokuja imbere
Akes salut urategura ijambo ndundi tugize abaririmvy bategur nkawe twokuza u music ndundi
Yaaàaaaag
Akes Don, ubandanye uduha indirimbo zukuri utitaye ku ma commentaires na ma sentiments yabantu.
Fireeeeeeeeeeeee🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥👑👑👑👑👑👑♥nice song kabisa 💪💪👑
Hi
❤❤👍
Yoooo nikagufi nukuntu karyoshe. Mbe sinarinkangutse ngo Akes yapfuye😢
respect the don,,,,,,,,,, man nimekuwaga sijuw kama unaweza nikubalisha ..... eshima
courage, courage. Gusa urupfu sirwo rutwibutsako Imana iriho ubundi kwoba arukuyemera kubera ubwoba dufitiriye urupfu. Imana n'urupfu ntasano narimwe rihari. Kuko inyuma n'imbere y'urupfu Imana iriho kandi yamyeho.
Nice song Bro. Niko biri kabisa. Dukwiye kwerekana Urukundo tukiri bazima.
Urakoze umuti ukiza imitima y'a benshi🔥🔥🔥
🥳🥳🥳🥳
Woooow congratulation my lovely brother from🇧🇮love u more from sauza Africa🍇🍇big 🍇🍇u🍇
Wewe urafise ijwi ryiza cane rero urakenyura uze urahiga amajambo meza cane uyatondeke neza,Burundi ntawuzokuja imbere
Daaaah inauma sana 😭😭😭 natoka nyanza lac
Iyo wikoze mugaho mbanzi neza kwarigisasu kiremereye uduhaye Go ahead
Ariko atari ishari nide yobigaya nifaya❤❤❤🏆🏆🏆 burundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮 from saudia my 🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Akes uri umuririmvyi akomeye nijwi rirenze cane ikimbabaza uzohora gake so unkoze kumutima
Nic akes murug nuk bimez cnk murukund haribesh bitaryohr kimwe mushire lmana imbire abas bamaremare kbx caurag urashoboy kbx
Irababaj iyi ndirimbo vrmt imushikir cythia n umukobw wiwe
Kora ukonyene,mambo ya journalist achana nayo,sunaona Sasa umetupa ngoma Kali,big up
Atar akand wandika nez knd wahingoboza kwl.much respect to you akes👏👏👏
Nice akes ngoma kali 🥰🥰🥰verry good
Bigishe uko baririmba #nice song
Ego pe!! Ukuri kwuzuye
Lyrics zirimwo ubutumwa 🙏🏻❤️#AfricanSound 😍
This song numuti 🇺🇬🇺🇲
Akes urumva uyo muziki ingene uryoshe iyiwuririmba utarinze kwisema kowapfuye ! I like only the song 💞
Ivyobatinya aba star bose bokwisi akes arabikoze wubahwe💓💓💓
Wewe waramaze kuba ikinebwe. Kuva ukoranye indirimbo na B Face iyindi na Vichou, naciye menya ko uzi kuririmba. Iyo wangereza akaguvu gato, mu Burundi uba uri King
Akes numwanditsi mwiza kuva nakere niko yamye🙏
Nice song my brother
Mwagarukiye umuziki vrt ubikoze neza courage bro 🇧🇮🇧🇭
Nc Song Irimwo amajambo akaze vrmnt kandi Bibaho
Oh lala Rip Akes Ukoze ikintu ca création creative boy
Kwl akes urasoboy kuririmba ariko ntubikunda
Big up san my brother ukoz ibint vyamatek kwiyindirimb mung akup maish marefu bro
Respect Akes don abavugak Ur andaglaundi nab ubarek urashoboy
Today you got me for real. I just subscribed after listening to this song.
😥😥😥Good jop bro iyi songo💥💥💥💥💥
Like from sahili sibang ndemeye uragatutse nkakera
Nukur sinogend ntagushimiy nace song kbx.
Ngoma nzuri sana Akes.
Nivyiza?
Yes agree kazi nzuri brother 💯💥💥
Unkoze ahantu bro courage
Ninzizap komerezaho💪💪🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮❤❤
Woooooo 🇧🇮🇧🇮🇧🇮☝️
😓😓😓😓😓😓😓😓😓👏👏icompa tukumva iyi sms
Man indirimbo zawe zirubaka kandi ntuze uhindure style uririmbamo kuk zirubak big up my bro
Good song my brother love from sten tv worldwide
Nukuri iyindirimbo irimwo unyigish nyishi inkozahant pe
Yoooo😭😭😭😭😭😭iterany ikigongwe
Akes don nukuri iyi ni créativité idasanzwe Ni megamind kbxaaaCourage vrt
Warangize neza kwingisha abubatse urashoboye
akes vrt pardon nari namaz kukujija fo bivanye na cover pe et enfin indirimbo irimwo ubutumwa bwiza
Kweli uwigay araha ritwa ❤❤
Imana irakubona sha
Akes Don original ni uyu hapana umwe w'umuvumbuzi
R I P akes don gusa naaho harimwo message iyindirimbo wayitanguye nabi kuko ivyo umwana w'umuntu yiyatuyeko biraba
Kwel baba 💪💪🇧🇮🇧🇮🇿🇲
Nice music, ,, Zambia we loved
Waaaoh😭😭😭🔥Niçe bwana akes
Iyi ndirimbo IRI muzitwibuza urukundo abisi badukunda iyo tutagihari
kabisa, ndemeye.ntacuza uraheba umuziki ndagusavy,woe urakaze,paroles zubwenge
Maaaa mbona unatisha sana kaka yoooo nyimbo inatia hurumu and uwoga
Ubutumwa 🤝🤝🤝🤝🤝
Paroles ni b1 Big up Akes🤜🤛
Hit vrt
Iyindirimbo yari nziza iyo Audio itunganywa boo ya 💥💥💥
Nice song don you made it🇧🇮
Urahatwitse cokoze uranyemeje😭😭😭
welcom boss muri game 😍nic song. ni fireee❤❤
Man. Urakaz kwer. Nah nagukumir boss waj
Nice my brother keep it up n ubutumwa bwiza
Love from NA chiløn ✌️🇧🇮🙏Keep up the good job my brother nkbl
My favorite song from akes donThis is so emotional 😭😭
Iyuyikora uri mwisandugu brother Yar kumer neza cyan m keep it up
😁😁🤣🤣🤣🤣🤣🤣
keep it up bro nice one
Akes,iyi song nyene niyo bazokwibukirako niwashengera😭😭
Aho Uri mugupasa kabisa ube urihana Kare
Good idea bro #Akes_donSujet irasanzwe kuko na La Fouine yarasohoye song yitwa QUAND JE PARTIRAI
Nice brother urashoboy ukoz ibintu vyamatek kwiyondirimb ndakund indirimb zaw brot
Baravuga neza Watash
We ni Legand kbs big up mze ndagufana
Akes wamuwe urumusani atoroshe good song bro 🔥🔥🔥
Vrt iyi ndirimbo iraryoshe akes big up
Nziza cane Akes big up uwiteka agukomez
Kari sérieux Aka kntu much love from Allymix
Ndemey vrt message nziza 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Paroles irakaze cane🇧🇮🇧🇮🔥🔥
Alvin waragunzwe
Big up R.I.P akes ifitubutumwa burashe
Good song.arko nuko yiswe izinna ryayo riyinjirana niyingoma. Kko irarueeenze
Ivyobintu vya buzz ya mariage biraharawe hhh xo good song
Wew umuziki warakunaniye heba!! Ndashaka ndakurungikire usange texas nguhe akazi kuk music bado sana
Nc song bro ejo niheza
Yooooooo irarenz ahubwo tek nonger ndayunviriz kandi yooooo harahiy koko Burund
Song nziza sana bro korumuti abavuga bavuge Nico baremewe
Nabaki naulizwa km akes kafariki kisa cover...ni✍️✍️dangerous
🎤🎤🎤💥💥UWAMBERE KWA EXBOSS WANJE NARI NDAGUKUMBUYE BOSS EREGA NTUBONA??
*R.I.P - Akes Don - kubw'urukundo arabona ko yopfuma yipfira inyuma yokumwima umukecuru yari yarikundiye😭😭Sorry Akes narakuvyongeye ariko nanje sijewe nakazi nkora katumye ndabishira hanze ubutumwa bugushikire*
Muganga nawe ntutangwa kbs. Gusa iyatab wew sinarinabonye notification
Yooo NGO atume yi pfira 🤣🤣🤣
Gusa Landry nagashari karimwo pee zamurek gukor ibint nkivy kuk sivyz abarundi gamana 🤔🤔🤔
J ndababazwa na baririnvyi babarundi none nka akes vrt Ata impano yiwe akaja muvyubu journalist nukuri ntibimubereye niyigumire muri carrier yiwe a bibemwo si non amayira abiri yananiye infyisi hama Landry nta kosa wakoze wari mukazi Kawe bro
Landry P. uwutananirwa kuri commentaire🤣🤣🤣
hit song kwer baba 💪🙏🙏🙏😇
Iyi song , yankozeho cane. Umengo ni... ohh GOD ndarize 😭😭 Akes big up and much love/respect brother. love from GN NEPHEW / KANDA MUSIC
Kare naragupinga ariko ubu nibakureke mwibanire vraiment ndumv kumukunda vyukuri ufite impungenge kuko bagupinga aribenshi arihe hejuru har'Imana izokuja imbere
Akes salut urategura ijambo ndundi tugize abaririmvy bategur nkawe twokuza u music ndundi
Yaaàaaaag
Akes Don, ubandanye uduha indirimbo zukuri utitaye ku ma commentaires na ma sentiments yabantu.
Fireeeeeeeeeeeee🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥👑👑👑👑👑👑♥nice song kabisa 💪💪👑
Hi
❤❤👍
Yoooo nikagufi nukuntu karyoshe. Mbe sinarinkangutse ngo Akes yapfuye😢
respect the don,,,,,,,,,, man nimekuwaga sijuw kama unaweza nikubalisha ..... eshima
courage, courage. Gusa urupfu sirwo rutwibutsako Imana iriho ubundi kwoba arukuyemera kubera ubwoba dufitiriye urupfu. Imana n'urupfu ntasano narimwe rihari. Kuko inyuma n'imbere y'urupfu Imana iriho kandi yamyeho.
Nice song Bro. Niko biri kabisa. Dukwiye kwerekana Urukundo tukiri bazima.
Urakoze umuti ukiza imitima y'a benshi🔥🔥🔥
🥳🥳🥳🥳
Woooow congratulation my lovely brother from🇧🇮love u more from sauza Africa🍇🍇big 🍇🍇u🍇
Wewe urafise ijwi ryiza cane rero urakenyura uze urahiga amajambo meza cane uyatondeke neza,Burundi ntawuzokuja imbere
Daaaah inauma sana 😭😭😭 natoka nyanza lac
Iyo wikoze mugaho mbanzi neza kwarigisasu kiremereye uduhaye Go ahead
Ariko atari ishari nide yobigaya nifaya❤❤❤🏆🏆🏆 burundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮 from saudia my 🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Akes uri umuririmvyi akomeye nijwi rirenze cane ikimbabaza uzohora gake so unkoze kumutima
Nic akes murug nuk bimez cnk murukund haribesh bitaryohr kimwe mushire lmana imbire abas bamaremare kbx caurag urashoboy kbx
Irababaj iyi ndirimbo vrmt imushikir cythia n umukobw wiwe
Kora ukonyene,mambo ya journalist achana nayo,sunaona Sasa umetupa ngoma Kali,big up
Atar akand wandika nez knd wahingoboza kwl.much respect to you akes👏👏👏
Nice akes ngoma kali 🥰🥰🥰verry good
Bigishe uko baririmba #nice song
Ego pe!! Ukuri kwuzuye
Lyrics zirimwo ubutumwa 🙏🏻❤️
#AfricanSound 😍
This song numuti 🇺🇬🇺🇲
Akes urumva uyo muziki ingene uryoshe iyiwuririmba utarinze kwisema kowapfuye ! I like only the song 💞
Ivyobatinya aba star bose bokwisi akes arabikoze wubahwe💓💓💓
Wewe waramaze kuba ikinebwe. Kuva ukoranye indirimbo na B Face iyindi na Vichou, naciye menya ko uzi kuririmba. Iyo wangereza akaguvu gato, mu Burundi uba uri King
Akes numwanditsi mwiza kuva nakere niko yamye🙏
Nice song my brother
Mwagarukiye umuziki vrt ubikoze neza courage bro 🇧🇮🇧🇭
Nc Song Irimwo amajambo akaze vrmnt kandi Bibaho
Oh lala Rip Akes
Ukoze ikintu ca création creative boy
Kwl akes urasoboy kuririmba ariko ntubikunda
Big up san my brother ukoz ibint vyamatek kwiyindirimb mung akup maish marefu bro
Respect Akes don abavugak Ur andaglaundi nab ubarek urashoboy
Today you got me for real. I just subscribed after listening to this song.
😥😥😥Good jop bro iyi songo💥💥💥💥💥
Like from sahili sibang ndemeye uragatutse nkakera
Nukur sinogend ntagushimiy nace song kbx.
Ngoma nzuri sana Akes.
Nivyiza?
Yes agree kazi nzuri brother 💯💥💥
Unkoze ahantu bro courage
Ninzizap komerezaho💪💪🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮❤❤
Woooooo 🇧🇮🇧🇮🇧🇮☝️
😓😓😓😓😓😓😓😓😓👏👏icompa tukumva iyi sms
Man indirimbo zawe zirubaka kandi ntuze uhindure style uririmbamo kuk zirubak big up my bro
Good song my brother love from sten tv worldwide
Nukuri iyindirimbo irimwo unyigish nyishi inkozahant pe
Yoooo😭😭😭😭😭😭iterany ikigongwe
Akes don nukuri iyi ni créativité idasanzwe
Ni megamind kbxaaa
Courage vrt
Warangize neza kwingisha abubatse urashoboye
akes vrt pardon nari namaz kukujija fo bivanye na cover pe et enfin indirimbo irimwo ubutumwa bwiza
Kweli uwigay araha ritwa ❤❤
Imana irakubona sha
Akes Don original ni uyu hapana umwe w'umuvumbuzi
R I P akes don gusa naaho harimwo message iyindirimbo wayitanguye nabi kuko ivyo umwana w'umuntu yiyatuyeko biraba
Kwel baba 💪💪🇧🇮🇧🇮🇿🇲
Nice music, ,, Zambia we loved
Waaaoh😭😭😭🔥
Niçe bwana akes
Iyi ndirimbo IRI muzitwibuza urukundo abisi badukunda iyo tutagihari
kabisa, ndemeye.
ntacuza uraheba umuziki ndagusavy,
woe urakaze,
paroles zubwenge
Maaaa mbona unatisha sana kaka yoooo nyimbo inatia hurumu and uwoga
Ubutumwa 🤝🤝🤝🤝🤝
Paroles ni b1
Big up Akes🤜🤛
Hit vrt
Iyindirimbo yari nziza iyo Audio itunganywa boo ya 💥💥💥
Nice song don you made it🇧🇮
Urahatwitse cokoze uranyemeje😭😭😭
welcom boss muri game 😍nic song. ni fireee❤❤
Man. Urakaz kwer. Nah nagukumir boss waj
Nice my brother keep it up n ubutumwa bwiza
Love from NA chiløn ✌️🇧🇮🙏
Keep up the good job my brother nkbl
My favorite song from akes don
This is so emotional 😭😭
Iyuyikora uri mwisandugu brother Yar kumer neza cyan m keep it up
😁😁🤣🤣🤣🤣🤣🤣
keep it up bro nice one
Akes,iyi song nyene niyo bazokwibukirako niwashengera😭😭
Aho Uri mugupasa kabisa ube urihana Kare
Good idea bro #Akes_don
Sujet irasanzwe kuko na La Fouine yarasohoye song yitwa QUAND JE PARTIRAI