ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Muzohore mubanza gusenga imbere yuko mutangura ikiganiro navyo nivyiza cane. Muri vyose IMANA imbere.
Nukuri Ama prank azobe meshi binashobotse undondere nkubwire iyo uzogirira Nono😂😂
Abakunzi ba 3Fa muza kuza munyuma mumpe like😂 nabo mur ligera Familly mwese ndabakeneye😀😂😂😂😂🥳🥳🥳🥳🥳🥳
Nukuriii nibakurekeee abana warabareze Kandi wab1bereye umuvyeyiii mwizaaa.kuko warurindiriye barakura mwizaaa.haryaaaa haruwundi aba amaze gukurikiza nissi nkicuro nka4🤗🤗par exemple.ariko ww wubahwe abana warabareze Kandi urumuvyeyi mwizaaaaaaa❤❤❤❤
Mbona commentaires ari wewe gusa😂un musi sindagukira😢 😢 mumisi film yawe irasohok urashushe biteye ubwoba😂😂 narengana 😏🏃🏃🏃🏃
Siwe wenyene najew ndaje nkomante kandi ivyavuze nukuri kumvikana cane Fanny yarakoze ivyoshobora bake
Ndabakunda mbifurije guterimbere gusa fani nono aragukunda kandi nukuvakera nararavye ibiganiro vyakera ndumirwa
Bansha ndashima ko muburundi twarose couple nkiy solution couple hejuru cane💟🌟♥♥♥
Murakunzwe cane gose courage beza banje mutwigisha muri vyishi murakarorero mukundanye ataburyarya yesabahumugisha❤❤❤❤❤❤❤❤
Jw nguma nkomanta,abo bbigira ngo borera abana gusa ivyabagabo wapi,babita aba legend.😅😅😅😅ark knd nukutiyumvira.kuko uba wambaye umubiri.knd Lavine ntiyari umumaman akuze kuburyo atari gusubira kurongogwa.tagata rero bagenzi mu rugo hari Imana ni mahwiiiii❤
Nacerewe mugb ntco ndashim k ndabafise mwembw burya❤❤
Basi ubunumva atayindi couple numvanshaka atari nono na fanny nukuri ❤❤❤ahubwo mugwize ama prank meshi basha mukomeze kuturyohera wallah mundimwo🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Bububuweeee nacerew 💃💃💃💃nzanir agateb nicare nar ndush arik nkibon solution couple mba nduhutse ubwonyen ❤❤❤❤❤😂😂😂
Yuuu vrma muranyic 🎉🎉🎉🎉Fanny n nono hejur cane.ariko nono aranyish ng invugire sha chr wanj.ni mwivugir Yezu yarabahay ivyo kuvuga pe,vyukur Fanny wew ni Mana izoguhezagir guko uvuz ukur.Abana warabarez knd nubu uracabarera😢😢😢
I love this blessed couple so much❤❤❤I pray that may Almighty lord keep blessing your Union 🙏🏽Love from Rwanda 🇷🇼 🫂🤍💛
Ooooh ukunda uburobe ndarose umuclient 😂😂 umbwire nzohor nzana unshorere biva gitaza nubu wombwira canza ndiruka so komeza kurindwa
Murabantu banje vraiment 😂😂 ehe ingen rero muntwenza vraiment ndabikundira❤❤❤❤❤
Nukur ndabakunda cne ❤❤❤ hama.mubarabu ntaba kristuu Bahari naba musulma gusa
Ndabakunda nukuri. Ukuntu ivyanyu Imana yagiye iravyivangamwo nukuri bitera icizere n'abandi Bari mubigeragezo.
waoooo ❤❤❤❤❤ couple nziza yesu abakomeze beza banj gusa fanny nawe wivugira neza sha urugo numugisha uva kumana tagata rero mazeux non nawe komeza urukundo birabera aba mama😂😂❤❤
Mumez neza nukuri muraturyoher can urukund rwany ruraryosh kwl twipfuz natw kuzoronk abakunz tukamer nkamw knd Iman ibahezagr can
Fanny akogapira karakubereye Nono ntuzosubire kukamuha😂😂😂😂😂
Fafa urakabon urongow Max kkbutacarimw mber ntanuwomeny ko ufis abn vrmt. Him sh niwivur urafirs utuvugir Wang. Naj ker big narvmfisvindot zo kub umujoutnalist kugr nze nfavug can kuk ndakund kuvug nkaw ark vyaras. Hmbitagatit mazvndbkunda
Ndabakunda cn solution couple imanikomez ibajimbere mur vyose❤❤
Ndabikundira disii mutore amashugwe yanyu🎉🎉🎉🎉
Korakaz bant b'Imana mwigumir muvyunguk
Ndabasuhuj mwes mwizina rya Yesu Amen. Murampimbara ❤❤❤Imana ibanzigamire beza banj ❤❤❤
Akantu ko musi yigiti karanyishe ngo canke ntiwariko urasenga🤣🤣🤣🤣🤣 akanyuma niko keza🌹🌹🌹🙏
My favorite couple❤❤.#Fearless generation#,.Hejuru caaane❤❤❤❤❤
🎉🎉❤ mwirambire bantu banjyewe❤ubundi nyen muryohegwe ni ndiho yabikoz❤🎉🎉🎉🎉
Imana ishimwe yaduhay couple nkiyi muburundi❤❤ nukuri turabakunda❤❤❤sana
Arya majambo yo muri église twese yaradutangaje maze🎉🎉🎉
Hejur Can solution couple nda❤❤❤❤❤❤abaz munyum bacerew nkanj munsigire twatuntu basha nyimba mubakund nkanj❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Hako usambana wo kwubaka IMANA ibaje imbere
Fanny jewe ndashaka uzombere Marraine ,nanje nahuye nikibazo mfise 15ans rero nanje nshaka gusubira gupima wewe rero ndumva wonyuzuza Ubaye Mrn
Je ndabakunda nukuri😂🤣 ukuntu mwikundaniye reo🤗🤩 Murakarambane👏
Namie nawasalimia sana katika jina la yesu 😂😂
Impanuro zanyu rro, eka muri solution couple nyene.iyo haba hariho ijambo rirenze kubabwirako ndabakunda noribabwiye, ariko rro ntaribaho.kubwivyo rro ndabasubiriyemo ko NDABAKUNDA mu ndome nkuru
😂😂😂😂 ndabashimiye basha ndaryohewe nikiganiro ndatwenze rwi fany ruradeka kuri Nono nkaca mbona ndikwidekera kwa chu wanje nanje ndaba❤❤❤❤😂😂😂😂😂
Fafa ndabakunda caaaane n'a Nono wahezagijwe uramukunda kandi naw aragukunda.kand rero mudukinira dukeya mwongereko dusigarana uburoho.
Yoooo Fanny inyama nuburobe😂😂woc ugira ic bita,constipation
None Fany inyama n'uburobe n'indya imwe canke n'indya zibiri zidasa🤣😃uratubeshe nukuri😂😂😂
Ubundi nimwebwe bantu bacu turabafana vrt courage mubikora neza cane so ❤
Uyumusi nazindutse💃💃💃nkunda ibikorwa vyanyu kubi❤️❤️❤️
Jewe nshaka muzotwereke muri mugikoni mwese muriko mufashanya guteka❤❤❤❤
Ndakwumva Di Fanny niboroshe imitima.hama muhatwike😂😂😂😂😂❤❤❤❤
Aha bellissima ya Dj Fernando ntimuyikunda😂😂😂
Iyi couple Imana ikomeze ibubakire❤❤❤❤
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂jew mumbabarire ako nguma numva ndagakomantakooo.Nola sasaaaa Ngo kera ntiyarafise icavuga😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ariko jew ndagowe nkunda fanny gosee ndanamubona munzoz kenshiiii kuk ndamukunda aa mais muranyigish goss love uuu❤❤❤❤❤❤❤❤❤so much
#SolutionCouple ❤❤❤❤❤. GOD BLESS U. you're my Blessing, My Family.
.kabisa fanny aje buca ndongorwa
Nono umugabire ako gapira karamubereye.😂😂😂hama ikindi naco mukomez mundyohereze umusi bandugu.nddabafise❤
ngo nzosimbiraa muntege nke😂😂😂solution couple ❤
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ nabingiyek vyish bash bandany munduh impanur kk ah ndahungukir vyish ndabakund can
Kumenga ako ni kagapira Norasque yigeze kwambara mugiye muri sport wamenga yambay agakanzu😂😂😂 Gusa ndabikundira
Maranatha shaaaa,hhhhhh nzoyikuririmbira di Lavina wa kwetu😂😂😂😂nciye numva ko ukunda aba divaaaaa,hejuru cane
Fafa mugeni mushasha ndagukunda maze❤️❤️
Ntare wag 6 wabyibushe.kandi turabekunda cane mushishikarw kugubwa neza.umusumwe nzaza kubatemberera❤❤❤❤
Mubeh mutababaye beza banj imana ibah kurambana bakunzi banje mbakund kanini cne💖💖💖💖
Ndabakunda cane ukuntu muguma mutubabarire hafi mukuduteraminsha❤❤❤
Izo couleur 2 vrmt ntubesheee arazikundaa
Muzontuma ndongogwa ntari bwaheze kuvyibazaho
Nipfuza mumfashe kubikogwa vyanje munyamamarize nanje ndonke abafana
Kumunota wagatanuuuu❤❤❤❤❤❤❤hejuuuuu monique
Wantanze chch😂 gusa naje ndaje kubakunzi banje😂❤❤
ndabakunda basha mwibereho mutababaye♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️🌷🌷🌷🎉😂
Cyakoze Burundi hari harabuze couple itwika
mbaye uwak2 mpa amashurw yanj rer
❤️❤️love love love more solution couple ndabakunda cane
Ngo canke ntiwariko urasenga vya vre😂😂🤣🤣❤❤🎉🎉
Wubahwe cyane mwiza waje ❤turakirindiriye
Fany ndabakunda caaane niwiivugireee mpala
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 mana ndamanyutse imbavu zanje🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 nkunda ko mwasize Imana imbere ❤️❤️❤️🙏
Fany ndagkunda ariko uvuga mensh 😂😂😂 norasque naw ng vuga chr wnj😂😂 ndabemera mazeu❤
Noraske ngo namarira urayafise😂😂😂😂😂nkunda ukuntu mwimerey🎉🎉🎉
Jewe ndakeneye kumenya ibanga riri muri nono !umuhungu y'i Decize gukunda uko kose??na vya bintu vyose bavuga fany?umenga sihari Ku majambo yavuze pe!nukuri lmana iyikugiriyimbabazi irakweza pe!ntigirinzigo,ntikorikibi,ntimeze nkabantu.muzokwame mugwana intambara nziza basha kandi lmana izobashoboza.bamwe bavuga indiga Ubu barumiwe ntavyo bakironka babavugako.barindiye KO mwotirigana na gatoya!ntibikabe
Ndabakund cn arik nono Fanny umurijij ndababara gus ndabakund p n'a prank zany ziranyigish
Ndazindutseweeeeeeeeee nubwambere😂😂😂😂😂
Ndabakunda ukuntumukina murantweza
Ndabakunda cneeee mukomere beza❤❤❤❤
Emwe nubwo nzob nsigaye ndumwe 😂jewe sinzigera ndek kubakunda😂kuk musigura vyinshi kur jewe Fanny weho tuzovyivuganira niyo naza kubaramutsa kuk waranyigije gukomera🙏🙏
Nofa🌹🌹🌹🌹🏵️🥀🌺💮🌷🌱🌲🌳
Fanny ndisabiye uzontumire muri iyo seminaire❤❤😂😂😂😂😂😂murandyohera pe
mumpereze ayanje mashugwe nahageze❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️
Hamwe nogend ntavuz vyombabaz kuk namwe ntimwutwibagir mubarab gusa natwenz kugiswampene 😂😂
Nora uraryohera pe 😂😂😂😂 fanny ariko warasuhevy muri blessing 😢
😂😂😂😂muranyishe bantu banje kimwe gusa ndakwikundira❤❤❤
Mwubahwe caan niwe watumye nkunda film Ndundi Fafa
Ndabakunda kubiii😍.mbega abo bashaka ngo ugume urera abana,bari bagomba uzopfe nono atakwihereye mahaba !!sawaaa😂
Jew narabeshe chr ngo Fone bayivye kugir ampe amahera ngure ikindi ikintu nari nkeneye😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂
Aga swahili rero ka Fanny Kara nduhura Dada Olewa😂😂😂
Nukuri mwebwe ndabakundaaaaaa cane rugume rusosa
Abeza banje nikundira❤❤❤❤
Jew nzoguma nirabira ibiganiro vyanyu birandyohera sana ahubwo muzoze mushiraho vyinshi!!ico nobifuriza nuko mwoguma mubanye neza!musenga Imana cane satani ntaronke Aho amenera
Good familly God bless you ndabakunda
Bukeye oyeeee👌👌🤌murantwengeje basii 🤣
ivugire uheze di Fafa😂😂😂 nukuri urimvuzi p
❤❤❤❤❤❤mbakunda cane bantu banje lmana ibarinde satani
Nanje uyumusi ndazinduts pe 🥰🥰 rek nicar ❤❤
Ndabakunda vrt.hejuru caneee 2:50
Prank azoyikugirireeeee😂😂😂😂😂kandiii itesaaaa Mpaka nawe urizeeee.oya sukwihoraaa biraryosheeeee
Ndabakunda cane❤❤❤Kandi ntimuzemuradutebeteza

My favorite couple❤❤.
#Fearless generation#,.
Hejuru caaane❤❤❤❤❤
🎉🎉❤ mwirambire bantu banjyewe❤ubundi nyen muryohegwe ni ndiho yabikoz❤🎉🎉🎉🎉
Imana ishimwe yaduhay couple nkiyi muburundi❤❤ nukuri turabakunda❤❤❤sana
Arya majambo yo muri église twese yaradutangaje maze🎉🎉🎉
Hejur Can solution couple nda❤❤❤❤❤❤abaz munyum bacerew nkanj munsigire twatuntu basha nyimba mubakund nkanj❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Hako usambana wo kwubaka IMANA ibaje imbere
Fanny jewe ndashaka uzombere Marraine ,nanje nahuye nikibazo mfise 15ans rero nanje nshaka gusubira gupima wewe rero ndumva wonyuzuza Ubaye Mrn
Je ndabakunda nukuri😂🤣 ukuntu mwikundaniye reo🤗🤩
Murakarambane👏
Namie nawasalimia sana katika jina la yesu 😂😂
Impanuro zanyu rro, eka muri solution couple nyene.iyo haba hariho ijambo rirenze kubabwirako ndabakunda noribabwiye, ariko rro ntaribaho.kubwivyo rro ndabasubiriyemo ko NDABAKUNDA mu ndome nkuru
😂😂😂😂 ndabashimiye basha ndaryohewe nikiganiro ndatwenze rwi fany ruradeka kuri Nono nkaca mbona ndikwidekera kwa chu wanje nanje ndaba❤❤❤❤😂😂😂😂😂
Fafa ndabakunda caaaane n'a Nono wahezagijwe uramukunda kandi naw aragukunda.kand rero mudukinira dukeya mwongereko dusigarana uburoho.
Yoooo Fanny inyama nuburobe😂😂woc ugira ic bita,constipation
None Fany inyama n'uburobe n'indya imwe canke n'indya zibiri zidasa🤣😃uratubeshe nukuri😂😂😂
Ubundi nimwebwe bantu bacu turabafana vrt courage mubikora neza cane so ❤
Uyumusi nazindutse💃💃💃nkunda ibikorwa vyanyu kubi❤️❤️❤️
Jewe nshaka muzotwereke muri mugikoni mwese muriko mufashanya guteka❤❤❤❤
Ndakwumva Di Fanny niboroshe imitima.hama muhatwike😂😂😂😂😂❤❤❤❤
Aha bellissima ya Dj Fernando ntimuyikunda😂😂😂
Iyi couple Imana ikomeze ibubakire❤❤❤❤
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂jew mumbabarire ako nguma numva ndagakomantakooo.Nola sasaaaa Ngo kera ntiyarafise icavuga😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ariko jew ndagowe nkunda fanny gosee ndanamubona munzoz kenshiiii kuk ndamukunda aa mais muranyigish goss love uuu❤❤❤❤❤❤❤❤❤so much
#SolutionCouple ❤❤❤❤❤.
GOD BLESS U. you're my Blessing, My Family.