NZOMUKURAHE FULL FILM PART1 HD 1080p 🇧🇮🇷🇼
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 12 ก.ย. 2024
- NZOMUKURAHE FULL MOVIE BURUNDIAN RWANDA FILM
WhatsApp+25769403718
follow me on Facebook
/ toussaintrichman1
/ toussaintrichman1
BTC WALLET
184CAWdcwPm74FYuCKfnar7WLqnqcPQ2Pu
follow me on TikTok
www.tiktok.com...
#nzomukurahe
rujiyorushatse
BURUNDIANFILM
#toussaintrichman
fannylavine
ingaruka
warubizi
burundidiaspora
imangaseries
sat-b nkarwagasore
urugo series
burundifilm
Mr sammy
SABBAS
abel nduwayo
impanga series
stylozoff why not papa love
Like share follow me on Facebook page
facebook.com/toussaintrichman1
Kuraje peeee
Sanakobwa gusa namw abahungu niko mumez 😂🤣🤣🤣
🎤♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️ original
Nice movie @Toussaintrichman Ariko muzogerageze muhindure izo saine hageraho ukivugana nibintu bitari professional zaa muragira Voix off umuntu Ariko yiyumvira ntiwivugana amajwi aba Ari mu mutima kumunwa ntibiboneka but Big up
Like thanksl,m areyou
Best movie Richman 🇺🇲🇺🇲🇺🇲🇺🇲🇺🇲🇺🇲
Ndakunda ukuntu ugira saport kubarundi benewacu kbs abaguponda nibaponde ariko uri super
Big up Toussaint
Mbaye uwambere Kwa toussaint richman ❤❤ love from 🇺🇲
Icamamare TOUSSAINT ubirimwo neza NZOMUKURAHE 🎉🎉❤❤❤
ndahakuye inyigicho kwelli kumbe abahungu murazi gupima kwelli ico bita urukundo ❤ gusa ndabakunda
Kweri courage film nziza cane impanuro zirarenze ku bakobwa murakoze cane Akira amashurwe yanyu🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😢😢👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍👍
Wow very Emotional 😂😂😂 impore Meme gusa Harimwo inyigisho vrt kubigeme😌
🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮 richman hejuru
Toussaint richman 🔥🔥🔥 hejuru cane mwana wigihugu🇧🇮
Ndayirindiriy
Kwerisha murigishakabisa murakozumuti😅😅😅😅 ❤ 🎉🎉
Boss toussaint Richman 🔥🔥🔥
Courage toussaint Richman 🔥🔥🔥🔥🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Mana iyi flim iratwika bakobwa mwikebuke nimuhendwe nubusa njew ndinze peee ndabakunda cane ❤❤❤❤❤
Amafranga arahera abantubagasigara❤❤❤
Courage Bro Richman imbere niheza bandanyaaa mukazi kose.
😢😢
Fire❤️❤️
Wooow mbega inyigisho nziza
Mumuhaye icyigwa 🙏
Courage🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Mwubahwe CNE iyi film irimwo inyigisho CNE gos 🙏👏🙏👏
Part 2 yamaze gusohoka
th-cam.com/video/6k_-BneAkRI/w-d-xo.html
Good job.lesson❤Burundian movie❤❤❤❤🎉
😂😂Yooooooo!!!!!!! Muramugize vrt muranyishe yaaayayaya ndumiwe murategura kbx🇧🇮🇧🇮🇧🇮💕
Toussait wubahwe cn ukina neza cn murampimbara ndabakunda❤❤❤❤❤
Icongukundira uduha film ikwiye❤
NICE Love from Mr Sammy
Big up
Danny respect vrmt uzimipango peeeee😮😮😮😮😮
teachable films🎉take your flowers🎉big up sana
Sha mwakiniye neza imisore❤❤❤❤❤
❤❤❤courage Toussaint love movies
Yewegayeeeeee !!!! Muranyumije pe! Aga film kubwenge🧏
Abakobwa baragowe. Bahura n'amageragezwa menshi. Biragoye kwikura ibigeragezo. Amahera nimabi yaraguze umwana w'Imana. Iyo test mwakoze irarenze. Ntakujana nyabahururu. Amahera arahera.
Nciye mbonako inkundo zub nizamanyanga gusa kandi ndaz ibi vyama vyabaye ewe jew abakobwa ifaranga rizonatwica😢
Best movies thank you mfalme , richman na meme kunyigisho mutanze
Thank you too
Nicigwa kabisa 👍👍👍
Asante
Big up sana 🇧🇮🇧🇮🇧🇮⚒️
Film yubwenge vrmt.Courage xanaa toussaint
Best movie Toussaint Richman
Mwabikoze neza cane courage
Iraryoshe vraiment bravo à vous 🙏🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Thank you ❤
Impanuro nziza
Courage Toussaint ❤❤❤❤
❤ courage kabx Imanuro nziza. Hangama 🇧🇮🌹
Uyu toussaint nukuri yubahwe.Murazi gukina
Courage p toussaint et Danny hejuru gose❤
Urakoze kunkundisha film ndundi❤
Murakoze cane kumpanuro nziza
Reka sha reka 😊😊😊😊 na Yuda yaragurishije Yesu kubera amahera. Ico kigeragezo rero cosimba bake ndakurahiye
Mbebasha ntawongurana i méga nka 5 ko zigira zimperane kand mimi akaba ariguhamagara Danny, 😂😂😂 nashaka kubona ukoyakirwa nisomo Toussaint agiye kumuha ❤❤😂 Richman apewe mauwa yke
Courage Team Yose 🌹🌹🌹🌹❤❤❤❤❤ Mashaallah Movie Nzuli Kbx 🥰🥰🥰🥰🥰
Mbega film niyambereeeee
Yeweweeee ndabuz icomvug nic ndek ndarengew kbx😮😮😮😮
ToussAINT Kaka yangu Big up bro nawapenda bure ilove you so much from Oman 🇧🇮🇧🇮🇴🇲🇴🇲
Asante sana
❤❤❤ Movie nziza yingish kur bur mukobwa wese😮😮muduh suite
La bonne leçon vrt qui touche mon cœur 🙏✌️
Big up watu wanguuu 🥰🙌
Mbega film nziza ndaba❤❤ sana mwigisha neza ariko jew untukiye chr ngo nakantu iconokiguhora so Toussin mfalm and meme courage mubikora neza🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮
That's so great my Bro big up.
Thx
Shaaaa abakobwa wapi kabisa nabandi bahakure inyigisho😅😅😅😅
Ntaco Numva novuga ndarengew bakinye ivyambayeho p! Respect Danny et richman
Nimb aruko mwihay kuresha ntamukobwa wumutima muzoronka😂😂😂 kuko avakobwa bar faible cane icogihungu caramusatiriy cne😢
Warateguye disiiiiii ndabakunda canre ❤❤❤❤
Mwarateguye vrm🎉🎉
Courage cane mwabikoze nezaaaaaaaa❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Bihebe vyose
Waooooo courage cane murakoze cane
Courage murashoboy😂😂😂❤❤❤
Wow couurage you make me happy
Thanks
Courage kbx murabishoboye ❤❤❤❤❤
🎉🎉 courage inyigish nziza cane ❤ respect
Murazi gutanga inyigisho ikomeye cane. Mungu awabariki
Yan mnacheza vzl mbalikiwe xana is nice move so much
❤❤❤❤❤❤ ndabakund
Courage les amie❤❤❤❤
Nice movie ba brothers
Best collaborate
Courage musaza❤❤❤❤❤
Inyigisho nziza cane. Ivyo bibaho kweli. ❤
Respect Toussaint film sinashaka KO ihera nitiro nahevye😃😃😃 iyi film irigisha twebwe abakobwa pe meme wiwacu rumonge wihangane
Urakoze❤
Umukino mwizaa caneeee ❤❤abakobwa bitama mwisubireko
Abakunda amaronko bisubireko kuko amahera arahera
Courage vrem🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤💯💯💯💯🔥🔥🔥🔥
𝐜𝐨𝐮𝐫𝐚𝐠𝐞 𝐯𝐫𝐚𝐢𝐦𝐚𝐧𝐭❤ 𝐧𝐝𝐚𝐲𝐢𝐤𝐮𝐳𝐞❤🎉
Ndabakunda cn.munyarutse prt2.
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤗
Hahaaaaa urihuta Toussaint pol pol
Thank you
Waaaaaoooo Isomo kubakobwa bamez uko vrmt mwabikoze neza caaaane
Big up👏👏👏
Love from Kadogo Comédian 💓💓💓
Big up bro
🤝🤝🤝🤝🤝
BIG UP KABISA MURAKOZE UMUTI
Kbx murashoboy kl ❤❤❤
Courage Toussin ❤❤❤
Thank you
Courage mubandany mutanga impanuro kubakunda amaronko! Bantarukundo mubigishe❤
Toussaint 😂 ndakunda film zawe 🇨🇦🇨🇦🇨🇦
Richman ❤❤❤ courage knd saaana ndemey
Asante bro
Yemwe yemwe ndize ndamenye peeeeee courage kbx nimwubahwe
🔥🔥🥰
Inyigisho nziza cane ❤❤❤❤
Nubwambere ndavye film courage brother ❤
Murakoze
iyi filim ilalenze kwel daaaah 😭 irigisha kurwego rukwiye kabisa🙏🙏🙏🙏🙏
Waaaaoooo courage sana Toussaint nabo mwafatanije igikorwa ❤❤❤❤
Murakoze