MARIO SO3 EPISODE 2 |KARABAYE😨| ESTIM KUMAVI😳ASHIKANYE YVETTE😨💥😩

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 29 ธ.ค. 2021
  • #Subscribe_Now​​​​​​​​​​​​​ #Bujumbura​​​​​​​​​​​​​ #Comedy
    Wipfuza kumenyekanisha urudandazwa rwawe kugiciro kitavuna? duhamagare hano +25761320806
    Izi Videos kugira uzobe\ wibera uwambere mukuzibona, ntugaheze kuraba utagize Subscribe hamwe na Like & Comment.
    Mushobora kandi kudusanga kumbuga zacu zigiye zitandukanye, Tubibutsa nokutagenda ugize Subscribe canke J'aime n'ugusiga iciyumviro cawe kugira turabe ico twohava duhindura, canke ngo twongerezeko mu ku bashikiriza ibintu vyiza:
    Page Facebook: ihuriroTV/?m....
    Twitter: / ihurirot​​​​​​​​​. .
    Instagram: / ihuriromedi.... .
    TH-cam: th-cam.com/channels/ams.html....
    Woba wipfuza gukoresha imanza [Mariage, Dot, Diplome]...zigiye zitandukanye n'ibindi bijanye n'ivyimanza? turondero turabikora kandi ku kabeyi keza cane.
    Wipfuza nogufata mu mugongo runo rwaruka ngizi numero munsi.
    +257 75151183 WhatsApp
    Ushaka guterera uru rwaruka ngiyi numero munsi✔
    Lumicash: 61320806
  • ตลก

ความคิดเห็น • 169

  • @claudineuwizeye871
    @claudineuwizeye871 2 ปีที่แล้ว +14

    Bahuze Esti 🥰🥰👌ndasavye Mario ntize ihere kuko iraryoshe imere nkakurya kurunana courage my team IHURIRO TV ❤️❤️❤️❤️❤️👌

    • @ezezetuyifootcr7andsport904
      @ezezetuyifootcr7andsport904 2 ปีที่แล้ว +1

      We ntubonyeko yariko ararota😂?

    • @ghanimaali1279
      @ghanimaali1279 2 ปีที่แล้ว +1

      Famba,kutavuga,🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

    • @ghanimaali1279
      @ghanimaali1279 2 ปีที่แล้ว +1

      Turakeneye,iyikurikira,kuko,,hangeze,Aho,iryoshe, kbx,courage

    • @ghanimaali1279
      @ghanimaali1279 2 ปีที่แล้ว +1

      Estim,mwuve,ivett,icyavuze

  • @adidjafafa3850
    @adidjafafa3850 2 ปีที่แล้ว +3

    Mario naho nzobandumwe nzoyikurikirana

  • @ndayisengalydwine8939
    @ndayisengalydwine8939 2 ปีที่แล้ว +1

    Hhhhhhh biraryoshe kabis gumiza umuki no urareze peeee😀😀😀😃😃😃😃😅👍👍👍

  • @nananadia8496
    @nananadia8496 2 ปีที่แล้ว +2

    Boss famba😂😂😂😂😂

  • @user-dl6ft9fy9b
    @user-dl6ft9fy9b 2 ปีที่แล้ว +2

    Murashoboy kabis mbe umwe Nilam yavunga ngo ikinw naban angey he azo maramar

  • @wowwow9457
    @wowwow9457 2 ปีที่แล้ว +1

    Kumbo zarindoto Danny urarush nizere ko indoto zigiy kuba zo Famba ww kazoteba gahera nubwo wigira kibirengey mwubahw💞💞

  • @albertbukuru8617
    @albertbukuru8617 2 ปีที่แล้ว +1

    Humur Dany uzasubiran umugor waw gus kurakaboregw!!!

  • @bukurufafa9843
    @bukurufafa9843 2 ปีที่แล้ว +1

    Turabasavy abakiny ba mario ntiherere ngaho mubandany kuk turabanezerererwaaa😭😭😭😭😭

  • @blandineiradukunda7494
    @blandineiradukunda7494 2 ปีที่แล้ว +1

    Mana weee zari indoto basha murangiriye nabi vrt gusa courage ndazi bizokunda yvete basubirane na dany

  • @moustaphajumatano4266
    @moustaphajumatano4266 2 ปีที่แล้ว +1

    Ati tubafashe😅😅😅

  • @egideniyongabo928
    @egideniyongabo928 2 ปีที่แล้ว +1

    Nukuri murashoboye

  • @masasthedon4570
    @masasthedon4570 2 ปีที่แล้ว +1

    Yvette ntiyorosh guhen Danny kand na Danny aramukund estime rek bibanir shaa ntuhatiriz urukund 😂😂

  • @BlaiseBsix
    @BlaiseBsix 2 ปีที่แล้ว +3

    Abafana ba #sat-b tumenyane

  • @pkfj1udhg476
    @pkfj1udhg476 2 ปีที่แล้ว +1

    Irashushe akawifi kahaye njentevye turabakunda mubandanye muduhereza nahonzoba ndumwe famba jew imbavu zanj uzoziriha

  • @aimebahati2131
    @aimebahati2131 2 ปีที่แล้ว +1

    Komerezaho basaza

  • @didi-dr1di
    @didi-dr1di 2 ปีที่แล้ว +1

    Ndimurukundo na film Mario kbs nyikunda kubi.ntizihete Basha ndabasavye ikomeze

  • @emmanuelawambui597
    @emmanuelawambui597 2 ปีที่แล้ว +1

    Nukuri Mario ntizohere vuba ndabasavye kk iraryoher cane jewe muzakuyishirako numvanayikumbuy vya danje ndasavye estim uhuze Danny na Ivette ndashakakubibona kbx

  • @komlaakomlaa7465
    @komlaakomlaa7465 2 ปีที่แล้ว +1

    Kumbe zarindoto🤣🤣🤣

  • @jeaninendayisenga731
    @jeaninendayisenga731 2 ปีที่แล้ว +1

    Estimé ukoze ibintu vyiza cane famba yamigambi yawe igiye kukuherana commande wewe nisaw uramukanda Danny ♥️♥️♥️🔥🔥🔥💪💪💪

  • @salimamanirakizaimanaibahe3433
    @salimamanirakizaimanaibahe3433 2 ปีที่แล้ว +1

    Gusa Famba aze aragabanya avuga menshi cane gusa ndaba💞💞💞

  • @duwayenzuagnes3302
    @duwayenzuagnes3302 2 ปีที่แล้ว +1

    Ndabikudir p mwayiteguy nez can

  • @issakhamis9511
    @issakhamis9511 2 ปีที่แล้ว +1

    Mfalum wew urashoboy👍

  • @libertntunzwenimana8300
    @libertntunzwenimana8300 2 ปีที่แล้ว +2

    Film nisaw mugabo turahazi ibitutsi vya famba kandi atwara umwanya munini.ntampanuro irimwo mubitutsi vyiwe

  • @emmanuelawambui597
    @emmanuelawambui597 2 ปีที่แล้ว +1

    Yooo Danny kumbe warikurarota birababaje gusa ndakwihanganishije Ivette nuwawe kbx mwese murantesa sana 🥰🥰🥰

  • @hakizimanageorges8753
    @hakizimanageorges8753 2 ปีที่แล้ว +2

    Ndahagaz walahii sindacererw cane courage team ihuriro turabakunda cane from omani

  • @rossikirossiki6518
    @rossikirossiki6518 2 ปีที่แล้ว +1

    Niatari mugani wuwivugiye famba atwara iminota myunshi yuburofa gusa nimurabe mugabanye canke agabanye uburofa Dany nawe humura Yvette azogutahira jeukombonye courage

  • @fatimaafrica6605
    @fatimaafrica6605 2 ปีที่แล้ว +1

    Byiza cyan disii

  • @rindaklelia7986
    @rindaklelia7986 2 ปีที่แล้ว +1

    Basubize hamwe esti twirabir dany na Yvette urukundogwabo dany Mario niziher muyibandanyemba

  • @mwaminiomar185
    @mwaminiomar185 2 ปีที่แล้ว +2

    Famba uranyica😂😂😂😂kukuntu utambuka wagaye uranyegura kwer ,imbavu zanje zirahagirira ikibazo 😂😂😂😂😘😘😘

  • @ininahazwedaniella7948
    @ininahazwedaniella7948 2 ปีที่แล้ว +1

    Yvette urakoze kugarura agatima hagiy gusha nukuri

  • @yesunimwema4497
    @yesunimwema4497 2 ปีที่แล้ว

    😂🤣🤣🤣komanda nafamba muranyica kweri😂🤣🤣🤣🤣ngo vyimba nagasusu kumupatiri wibuyengero wakera😂🤣🤣🤣😂😂🤣🤣🤣🤣yoooo mana mbavuzanguuu😂🤣🤣🤣

  • @sisilburundi2741
    @sisilburundi2741 2 ปีที่แล้ว +1

    Harahiye😝😝😝😝😝😝🤪🤪🤪🤪

  • @thempxander
    @thempxander 2 ปีที่แล้ว +1

    Mwubahwe batama banje!!

  • @baderalnasri6812
    @baderalnasri6812 2 ปีที่แล้ว +1

    Urarenz, nukur, uranyic, mubikor, nez💋💗🙏😅😂🙏

  • @kanezasoso3221
    @kanezasoso3221 2 ปีที่แล้ว +2

    Komanda weee 🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Ng Yaya boyiiii 😂😂😂😂😂😂😂

  • @aishaaisha248
    @aishaaisha248 2 ปีที่แล้ว +1

    Nukur uruknd rwa dnny na yvtt ntirwoher pe mbegumurir bataraj guhig nyina wa yvette naw bace bisangirah maman Danny 🙆🙆🙆mbega weee

  • @lagrangetuyishime8718
    @lagrangetuyishime8718 2 ปีที่แล้ว +1

    Fambaaa😂😂😅🤣🤣🤣🤣

  • @user-lq5nk5br8t
    @user-lq5nk5br8t 2 ปีที่แล้ว +1

    😂😂😂Famba.. .🇧🇮🇸🇦uranyicha

  • @sma-bbhofficial1750
    @sma-bbhofficial1750 2 ปีที่แล้ว +2

    Eeeeeeehhhhh kumbe zarindoto🤣🤣🤣🤣

  • @Wolf-Junior205
    @Wolf-Junior205 2 ปีที่แล้ว +1

    Fambaa na Komanda😂😂🤣🤣😂😁😁😁 ibintu ntibigiye kworoha

  • @mediatricenizigiyimana9019
    @mediatricenizigiyimana9019 2 ปีที่แล้ว +1

    Akubise he ga Famba 🤣🤣🤣🤣🤣

  • @alinaalina3089
    @alinaalina3089 2 ปีที่แล้ว +1

    Danny urashoboye kweri nomugasuzuguro ka famba umenya uko uvyifatamwo

  • @tausinyamana2403
    @tausinyamana2403 2 ปีที่แล้ว +1

    Famba weeee🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @sheilapamela8122
    @sheilapamela8122 2 ปีที่แล้ว +1

    Yooooo mukama weee

  • @albertbukuru8617
    @albertbukuru8617 2 ปีที่แล้ว +1

    Ivete uhisemw nez nuhezagigw kabisa

  • @josuellajosuella2875
    @josuellajosuella2875 2 ปีที่แล้ว +1

    Komand uvugishij ukur kabis ndabakunda,cane na famba🥰🥰🤣🙏😍

  • @nqubh3520
    @nqubh3520 2 ปีที่แล้ว +1

    Ndabakunda cane mwese❤❤❤

  • @milkamilka5009
    @milkamilka5009 2 ปีที่แล้ว +2

    Mbaye uwambere ndabakunda❤❤👌👌

  • @ghanimaali1279
    @ghanimaali1279 2 ปีที่แล้ว +1

    Nukuri, famba n'a,komanda, ndabakunda canne love you

  • @chimyornyvette3883
    @chimyornyvette3883 2 ปีที่แล้ว +1

    Ntibigiye koroha🔥🔥🔥 Yvette wewe Danny azogutahira yoooo ndabakunda caane nahonzoba ndumwe🥰🥰🥰❤❤❤❤🥰🥰

  • @nduwimanacharlotte237
    @nduwimanacharlotte237 2 ปีที่แล้ว +2

    Famba aranyica barikumwe na Dany😂😂😂

  • @jeanmarienkurunziza8877
    @jeanmarienkurunziza8877 2 ปีที่แล้ว +1

    Turabakunda hama izondoto ntizibaho kk ntamunt arota umwanya ungana gutyo

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 2 ปีที่แล้ว +1

    Arko famba ngushakapfe usigarane urupangu🤔pol Dany bizorangira yvette umutsindiye

  • @sosopro9859
    @sosopro9859 2 ปีที่แล้ว +1

    Yadududu Yvette mwiyegeke Sha Danny nuwawe

  • @chantalbutoyi1330
    @chantalbutoyi1330 2 ปีที่แล้ว +1

    Iyi films yansekeje😀😀😀😀 hamwe imbabu Zuma

  • @neemanecode7084
    @neemanecode7084 2 ปีที่แล้ว +1

    Iyikurikira

  • @winnienzubakana431
    @winnienzubakana431 2 ปีที่แล้ว +1

    Courage

  • @aishadjumaphones8877
    @aishadjumaphones8877 2 ปีที่แล้ว +1

    Yoomaman na chevare karabiner ku bera uyu mumaman none agira aguhekure kabiri😭😭😭🙆‍♂️

  • @bruceirakoze5515
    @bruceirakoze5515 2 ปีที่แล้ว +1

    Danny inzoz harigihe ziba inzoz nyakuri so famba ibitekerez ufise ntaho bizogushikana kk uwukugiriy neza ntuzumuture ikib kuk urashobora kuzira ikib ushak kugira

  • @nichimwechantal6437
    @nichimwechantal6437 2 ปีที่แล้ว +1

    😍😍😍 kbs yiveti avuze ukur pee

  • @sosopro9859
    @sosopro9859 2 ปีที่แล้ว +1

    Ewe rusutume baragutaye pe

  • @fistonmpawenayo2684
    @fistonmpawenayo2684 2 ปีที่แล้ว +1

    Nc kbs

  • @Oscarnimpagaritse24
    @Oscarnimpagaritse24 2 ปีที่แล้ว +1

    Famba oyeee!

  • @elysekwizera4047
    @elysekwizera4047 2 ปีที่แล้ว +2

    Thx murabamberep mukomez

  • @edgdggc4298
    @edgdggc4298 2 ปีที่แล้ว +1

    Narekure Estime

  • @alainirankunda1998
    @alainirankunda1998 2 ปีที่แล้ว +1

    Alan 💪💪💪💪

  • @user-so5zf8sc3v
    @user-so5zf8sc3v 2 ปีที่แล้ว +1

    Famba yumvis k rusutime ataramwabira aragugumwe Ng numunyarugombo

  • @furahfurah6011
    @furahfurah6011 2 ปีที่แล้ว +1

    Waouuuuh mbaye mubambere🔥🔥🔥

  • @ericsekirabona325
    @ericsekirabona325 2 ปีที่แล้ว +1

    Boss famba

  • @gaudencedusengimana2849
    @gaudencedusengimana2849 2 ปีที่แล้ว +1

    Yooo ni muduh prt ynd bant nkund

  • @bayubahejames7536
    @bayubahejames7536 2 ปีที่แล้ว +2

    Tubakwirikirana 100%%%

  • @EricNzoyisaba-xs9yk
    @EricNzoyisaba-xs9yk ปีที่แล้ว

    vyiza can dani❤❤❤❤🌷🌷🌷🌷

  • @jolie6396
    @jolie6396 2 ปีที่แล้ว +1

    Mutunyarukurize igice gikurikira

  • @furahfurah6011
    @furahfurah6011 2 ปีที่แล้ว +1

    Mug iki gice twarakibonye yooh muyisubiyemwo

  • @shadiahshadiahshadiahshadi4060
    @shadiahshadiahshadiahshadi4060 2 ปีที่แล้ว +1

    Agafukamunwa

  • @fanny4338
    @fanny4338 2 ปีที่แล้ว +1

    Estin ndakwinginze uhuze Danny and lvette 😭lkindi nacooo danny indoto zawe zigiye kuba impamo kbx kandi hagiye gusha 🔥sindababesha gusa ndakunda danny cane yubahweeee 🙏✍🇧🇮😘

  • @zazalareine257
    @zazalareine257 ปีที่แล้ว

    Big up san wabant bnjy

  • @asqw3873
    @asqw3873 2 ปีที่แล้ว +1

    Iyoooooo nacerewe bantu banje

  • @Sara-zh9lu
    @Sara-zh9lu 2 ปีที่แล้ว

    Mukama munyarutse kbx✌✌✌✌❤❤❤❤

  • @sosoirakoze3706
    @sosoirakoze3706 2 ปีที่แล้ว +2

    😂😂😂😂Famb uranyish imbavu

  • @aishadjumaphones8877
    @aishadjumaphones8877 2 ปีที่แล้ว +1

    Famba uri kijuju Danis afise ubwenge niwibaze ko aborewe

  • @setaseeta9779
    @setaseeta9779 2 ปีที่แล้ว +1

    Ariko Famba wewe 🤣🤣🤣

  • @user-et8zh9zd6d
    @user-et8zh9zd6d 2 ปีที่แล้ว +1

    Ndabakunda💕💕💕💕💕

  • @safiburundi3313
    @safiburundi3313 2 ปีที่แล้ว +1

    Number one

  • @salimandayishimiye2097
    @salimandayishimiye2097 2 ปีที่แล้ว +1

    Boss famba 😂😂😂🤣

  • @rosettenizigiyimana7516
    @rosettenizigiyimana7516 2 ปีที่แล้ว +1

    Famba nakomando mwebwe muranyica😂😂😂🤣🤣 Danny reka kwiyahuza inzoga ndazi Yvette nuwawe knd ndabakunda caneeee ❤❤❤❤❤❤❤💕💕💕💕💪💪💪💪💪💪

    • @karibwamipostien2265
      @karibwamipostien2265 2 ปีที่แล้ว

      Fabaa Arinca Film Amvunga Amanjambo meshi canee naze Aragambanya

  • @yesunimwema4497
    @yesunimwema4497 2 ปีที่แล้ว

    Danny arose indoto nzizakweri komera Danny

  • @baderalnasri6812
    @baderalnasri6812 2 ปีที่แล้ว +2

    Ewe famb, ngontabengah, kuberik, gafamb, nigufuh

  • @misigaropascal7949
    @misigaropascal7949 2 ปีที่แล้ว +1

    Iba ba vyose Imana irikumwe namwe!!! Ahasigaye Naho Estime Ko agusavye ivyo Yvette ntukaze ishavu wibuke Yuko Atari rwawe

  • @user-gn9hy5to3g
    @user-gn9hy5to3g 2 ปีที่แล้ว +1

    Umugera aratanzetanze nihatari muratwika koko

  • @jalty7499
    @jalty7499 2 ปีที่แล้ว +1

    Famba arabisha film vrt

  • @chantalbutoyi1330
    @chantalbutoyi1330 2 ปีที่แล้ว +1

    Tahana umugabo sha Yvette ahokaciye ngo ntihacurwanko

  • @minanimadjaliwa900
    @minanimadjaliwa900 2 ปีที่แล้ว +1

    Ni🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @gicaelubuntu9428
    @gicaelubuntu9428 2 ปีที่แล้ว +1

    Mugabanye umwanya muha famba atwara umwanya munini Kandi ntanyigisho nimwe irimwo nibitutsi gusa

  • @inesirakoze1725
    @inesirakoze1725 2 ปีที่แล้ว +1

    Famba💞💞

  • @honestchilambo3270
    @honestchilambo3270 2 ปีที่แล้ว +1

    Esty numushingantahe

  • @prudence.comniyishumbusha6401
    @prudence.comniyishumbusha6401 2 ปีที่แล้ว +2

    🥰🥰🥰

  • @zazalareine257
    @zazalareine257 ปีที่แล้ว

    Hhhh ona uyo mgomgo sasa 🤣🤣wa famba

  • @hchcyccgctctc1155
    @hchcyccgctctc1155 2 ปีที่แล้ว +1

    Wawoooo

  • @honestchilambo3270
    @honestchilambo3270 2 ปีที่แล้ว +1

    Tanga umugore wabandi esty