MARIO SEASON 1 EPISODE 14 ||KUNG-FUU👼 ZA Famba wee| Danny Mvako!👼
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 18 ก.ค. 2021
- #Subscribe_Now #BurundianMovie #Comedy
Wipfuza kumenyekanisha urudandazwa rwawe kugiciro kitavuna? duhamagare hano +25761320806
Izi Videos kugira uzobe wibera uwambere mukuzibona, ntugaheze kuraba utagize Subscribe hamwe na Like & Comment.
Mushobora kandi kudusanga kumbuga zacu zigiye zitandukanye, Tubibutsa nokugenda ugize Subscribe canke J'aime n'ugusiga iciyumviro cawe kugira turabe ico twohava duhindura, canke ngo twongerezeko mu ku bashikiriza ibintu vyiza:
Page Facebook: ihuriroTV/?m....
Twitter: / ihurirot. .
Instagram: / ihuriromedi.... .
TH-cam: th-cam.com/channels/ams.html....
Woba wipfuza gukoresha imanza [Mariage, Dot, Diplome]...zigiye zitandukanye n'ibindi bijanye n'ivyimanza turondero turabikora kandi ku kabeyi keza cane.
Wipfuza nogufata mu mugongo runo rwaruka ngizi numero munsi.
Numero ngizi Hano.
+257 75151183 WhatsApp - ตลก
danny wew urambere cane ubitegura neza cane cheval famba 😂😂😂😂 umuranyica kwer abakunzi badanny mumpe lik nabakunda iyi film mumpe ivyo babavugako
Dani ndagufana abemera Dani mumpe lik gusa umuvyeyi nkuyo nikibazo🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 burundi from 🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Danny uriko w'actinga bien kbs kd urashoboy cn
Danny ufite ibibazo pee management y'umutungo wanyu azakugora na mama wawe umeze gutyo. Gusa mukina neza . we love you from Rwanda
Dany urafise akazi kk uhangana numuryango wose numu Mario encore numukozi!🙉🙉🙉🙉🙉🙉from 🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪
Mbaye Uwambere mumpe Link Abakunda Serie Mario Mumpe Link Eka Abakunda Dani Na Famba Muzimpe 🇿🇲🇿🇲🇧🇮❤️
Uwumus4
Abagore bameze nka tereza paragahera danny courage
Danny Danny ndagufana ubikoranez a mwena famba mwatumye subiragufana ihuriro tv 🥰🥰🥰🥰🇴🇲🇴🇲🇧🇮
Mbay wi9 abakunz ba malion mwes ndabakund
Turagukunda natwe
@@kkkkftbbhgft9118 murakoz
Danny, famba murica 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ndaravye nugutwnga tereza ugiy gupfa
Danny umuryango wawe niwe ugira ukurye ikindi naco bigira bikwankanishe n'umukunzi wawe pole Danny
Maman mujinga😂serie nziza number1
Film nziza cyane ifite impanuro zikomeye komeza mirashoboye ihuriro tv turabakunda
Famba Dany💞💞💞😘sha nj Marion ndayifana%%
Danny mubikora neza ndabemera love from Zambia
Fambaaaaa🤣🤣🤣ariko ryagufashe tuuuuuu🤣🤣🤣🤣
Good job Danny m1 kugir bazoz barakwubaha uzoze urabakubita vya sérieux apana kubakanga gusa KK batera bakumenyer xn nka famba ari umukozi murabona k mwamwirerejeko
Jewe mbona Danny yotangura kuza arabakubita vya nyavyo,kuko baramuruhishije cane
Much love from tz.
Nukuri muratwishe imbavu zacu . Turabasavye mutunyarukirize igice gikurikira. Ew FAMBA!!!!!!!!!
I LOVE U
Vyukur dan Jew uraryoherap kk urategur blv
Ndabakunda cyaneee
Courage Ndabakunda Cane Mukina Neza So Uwo Mukobwa Afise Inda Ya Danny Yihangane Ntahemukire Danny Kuko Aramukunda
Waaaaaoh satisfied 🙏🙏
Ndakeneye kubona iherezo ryamama wawe kabisa
Dny mukubitenyoko niho abonako wahagarariye itunga ryumuryango umwomeke bikwiye🤣😂🤣uyumudemu nawe azobonaka utamuhenda jojo nako komeke amakofe3-4niho acabonako mutarikumwe🇧🇮🇧🇮🙏💪
Nakomeke ka jojo nukwipendekeza kumuhungu atamushaka natahiwabo areke gusambura urukundo rwabo na ivette ndabakuna cane murashoboye kandi cane mutunyarukirize ntimurinde kutunyoteza
Team ihuriro mukoramateka cane uwiswe Danny we ararenze
iyi flm izobiyamberemuburundi ndabakundamwese arkomurabe nimuzosubiregushwana kuko turabakundacane kandinajojondamwemeracane
Mana yanj famba 😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂🤣🤣😂😂😂Ndapfuye nukur 🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Jewe Famba na Dani ndabemera. Zambia turi kumwe namwe!
Nne ababana gayemwe twavuga ngo busangamani yemwe harajywe mais icyonyereka Dany arimuri shutingi
Bazoduhe behind scene twirabire twitwengere
Samba Famba ngo bakamurekere hhhhhh wewe warasimve umukama kwl
Ndabakunda cane mubikora neza kbs
Ndamwemera dani mwna utumye nkukunda cane
Ihuriro TV mwubahwe kabisa muriko mubikora neza gusa mwino film nkunda Dany wenka abandi ni pole pole🤭🤭
Twagiy twarink abakiny Danny very very directory Burundi famba saf nimureng vyabijuj bigumizijamb rimw mukanw ngonab comédie yaso nagaso
Icogihungu cafamba mbenuyo muhungu wumuboss bararyohera
Mozambique turabakurikirana kndi turabakunda
Danny numuhanga komerezaho ndakwemera
Danny courage mugbo inzu uyigarure mugbo kwica siwo muti kimwe kora ibishobka Tereza agarukane inoti
Tereza aho ntasoni
Danny mva mumaguru 🤣🤣🤣🤣
Ngo karakomeye kagahngu famba😂😂😂abakinyi mwese conglat. Gusa dany wubahwe yvette mwumvirize umu cheri wawe sha ntutwagwe nishavu vyose ninyina ariko arabikora gusa turakumbuye mama wa cheval na yvette
Musurire Danny akuve mumaguru😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ariko noe ga yemwe naho nakagendeye hariho umukozi atagira indero nka famba🙄arabe apunguze kugayana vrt ehe rero inrya mumufuko ga famba😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😋amusurir
Danny urumukinyi abizi cane hama na mario arabishoboye muga famba akwiye kugira akantu kokwiyumvisha ko arumukozi uvuze akaba adakwiye kuvugiriza hama ndagukunda cane niyompamvu ntarorerera kuri fb ndorerera kuri you tube
Dany ndagusavye ubandanye kabisa uruta abakinyi bose bomuburundi kabisa
Danny we !!! birababaj gus babarir umuvyey 😱😱
Mario yubahwe irarenze pe
Danny urashoboye kabisa
Danny nihatal San bibaho mubuzim kwel ninyigish ikomey na bamwe biliki bilashika
Ndashaka un jour Danny azonkubitire la Jojo please kuk j karanshisha.daniella nako kavugira chval kuk arumugab wiwe,hahaaa
Igisuma c'isukari hhhh mutunyarukirize turabe ingene bigiye kumera kuri famba gisuma hhhh
Danny ndakwemera keep up
Kurikiran ivyimitung
Dany arakina you the best bro canada 🇨🇦🙌burundi 🇧🇮🙌
Muterimbere beza
Famba ngo kaka gahungu karakomeye😁😁😁
Danny na famba baranyica 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Kora nkumugabo dha dani
Ndahazindukiy ndak mump like gus Famba arankurah gus ndabon Danny atorohew gus ntuhor amaronk nyok yakuvyay rondera ayiwaw😎😎🤸♂️🤸♂️🤸♂️🤸♂️🤞🤞🇿🇦🇿🇦🇿🇦
Nukuri murarenze kandi rumonge turabipfuz daniii et Daniella et puis famba
Famba urikigugu kbsa 🤣
Uyu muns ni 💓💓💓
Wallah Famba yubahwe😂😂😂😂😂
Jojo uguma ukora kuri Danny yashavuye???😂😂😂
Danny nabanze ahangane nivyo murugo arekan nuwo mukobw adashak kumwumva
😂😂😂😂😂 famba weee uranduhura pè😂😂😂🇧🇮🇧🇮🇿🇲🇿🇲🔥🔥 courage ncuti zacuu
Dany agomba gusa na Akes Don
Dany uranryohera ukina neza na famba numu comedien kabisa ati ndakudesinstala hhhh uradutwenza kabisa
Danny courage urashoboye kwel❤💪💪famba uranyica kwel 🤣🤣🤣
Murashoboye p
Nama. Mbanka aliko uyu yitwa famba yatumye mbakunda
Danny ndakwemer
Glad to see this series guys..murashoboye peeee. Courage 💪💪💪
Ubumariyo buraliste ibara Danny arabica kabisi
Ayo mabanga kuva Famba Ayamenya ntamahoro akibaho uhhhhhhh?ati genda mwatakane bwanyuma hhhh?karakomeye mama yangu karakomeye kagahungu ndakesera.
👏👏👏👏👏👏👏
Nkunda Dany kubi uhagarare nkumugabo ubagwanye kanduzobatsinda
Harahiye kbs
Courage harimwo impanuro🙏🙏🙏
Danny pore Kwer muga ivette yarakwiyekugutahur muga biragoy gucavyunvubwonyen
turabakunda cane kbx famba 💪💪💪💪
Love From Achieve Your Dreams 🔥🔥🔥
Good job Danny ❣❤
Umwatatsi igezehe
Vrem muriko mubikora neza kbs encore umwany urakwiriye neza mushishikare muhezagirwa mubikorwa vyanyu
Lovely from Lusaka zambia ! Big up xn KK mubikor nez kbx
😂😂😂😂😂murantwengej ingene mwese mwiruka musubirinyuma mubony umupanga😂😂
Tereza tereza weeee karabay!!!!!!
Danny ego vrt urakina bien🙏
Nukuraba ukuntu wo hagurukira umuryango wawe
Icho kijicho chenye Danny kamtizama Jojo nimechekaa😂😂😂😂jojo ametaka kujibebesha w kamushushuwa uwiii🤣🤣🤣
Kumbe na ww umeona😂😂😂😂jojo yantwegej gusa dany afis ijish rikaze
Muratwika.kabisa.famba.na.dany.nimwe.muyiryoheje.mario.jewe.ndabafana.sana
🤣🤣🤣🤣ewe fambaaaa😳
mwubahwe
Icogihungu carabifatiye kabisa bagize ngobavuge kica kimena ibanga
Asha iyiraho ni muoto muoto,Famba nuwakajagari mur vyose🤣🤣🤣🤣arajaganya na mpaka,Kweri ni movie nziza cane 😘😘❤❤,courage ,love from saudi arabia🇧🇮🇧🇮🙏🙏
Famba 🤣🤣
Kamucice fambe😍😂😂
Aha filim yarikir filim
Karabaye🤣🤣
Film ni kali sana
😂🤣🤣🤣😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂muratwika kweri
Famba wewe ni bala, keep it up bro unachekesha sana brooohh
th-cam.com/video/GdLWOJlV5BQ/w-d-xo.html
Murazigutanga.msg.kabisa
Danny pole sana
Bandanya uduhakabisa izindi