《FANNY azoshake anyirukane sinovyigumizamwo reka ndababwire ukuri imbere yuko arongorwa》INA LIGERA 🙄

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 16 ก.ย. 2024
  • #burundi #rwanda #mariage #ina_ligera #68023566

ความคิดเห็น • 62

  • @cherissabagisha1842
    @cherissabagisha1842 6 หลายเดือนก่อน +2

    Ubundi nkunda ukwo Muco avuga pe❤❤❤

  • @wembakamungu7820
    @wembakamungu7820 6 หลายเดือนก่อน +3

    Love from #LIGERA_FAMILLY

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 6 หลายเดือนก่อน +5

    Waaooo karibu mukunzi warukumbuwe💃💃💃 ikiganiro ca muco ntigishobora kucika hatevye kugera gusa🤣🤣 abakunzi ba Ina ligera tumenyane💞💞💞💞

  • @nshimirimanajeanne2261
    @nshimirimanajeanne2261 6 หลายเดือนก่อน +5

    Uwompa Numero yamuco basha yobakoze ndazisavye kbs ❤❤Muco ndagukunda kbs

  • @niyongabiredorothee1494
    @niyongabiredorothee1494 5 หลายเดือนก่อน +2

    Umukobw aciy ubwenge pe courage imbere nihez❤❤❤

  • @wembakamungu7820
    @wembakamungu7820 6 หลายเดือนก่อน +3

    Ndagukunda sa Mutso,.,

  • @lydi791
    @lydi791 6 หลายเดือนก่อน +2

    Mubakobwa bose bama film bakora interview zikaryohera uyu ni number one Muco ndamukunda y ishura n ubwenge

  • @user-ql6wz9es7p
    @user-ql6wz9es7p 5 หลายเดือนก่อน +2

    Numvise wasomye zaburi ya 30 gusa wamuntuwe ugwiza inkuru so ❤🎉🎉

  • @FostineFofo
    @FostineFofo 6 หลายเดือนก่อน +2

    Ese yaba abantu bose bishurana ubweng nkawe muco ndagukunzr

  • @MoiseKwizera-hd7xt
    @MoiseKwizera-hd7xt 6 หลายเดือนก่อน +2

    Turakunda ibiganiro vyanyu mushishikare muterimbere turikumwe namwe

  • @FlorideNdayitwayeko
    @FlorideNdayitwayeko 6 หลายเดือนก่อน +2

    Komera komera muri christo. Urahanura pe!❤

  • @jeanineirakoze6804
    @jeanineirakoze6804 6 หลายเดือนก่อน +2

    ukomere sha Muco.ndagukunda❤❤❤

  • @jilu1095
    @jilu1095 6 หลายเดือนก่อน +3

    Ngozi turikundira akazi❤❤❤❤much lov

  • @NonochristaKaneza
    @NonochristaKaneza 6 หลายเดือนก่อน +2

    Ndabakunda can

  • @evelynensabimana-ut7cp
    @evelynensabimana-ut7cp 6 หลายเดือนก่อน +2

    courage

  • @MarieGorethKamariza
    @MarieGorethKamariza 4 หลายเดือนก่อน

    ❤ ndagukunda sha mucu ikintu wihagarararko ari bibe biri mumutima .nukubaha ubikomeze kurya wubaha Ribert muri film umupfakazi uzobitore en réalité bizogufasha mubuzima sha kd Ribert uko yagufata nkumwanana mushikiwe akunda cane urazi KO atagufata nkumu cousin uzokwame umwubaha cane kd umusabira imigisha nomihazagiro ndaho vyari mubikino Ribert ari serieuxcane iyo bikenewe Nawe yubahwe.

  • @user-ij8vj4il5l
    @user-ij8vj4il5l 6 หลายเดือนก่อน +2

    Muco urifura gusa urumunyabwenge sana❤

  • @ruandarwada-yo7hy
    @ruandarwada-yo7hy 6 หลายเดือนก่อน +2

    We ndik ndukumbuy alvella naw uramuzan naw turamukumbuy san muco naw ❤❤❤❤❤❤ 🎉🎉🎉

  • @NsengiyumvaJean-do1lt
    @NsengiyumvaJean-do1lt 5 หลายเดือนก่อน +1

    Courag

  • @niwemugeni
    @niwemugeni 6 หลายเดือนก่อน +1

    Nugukora sha Yna ❤ nta kwiremereza ,Bravo

  • @NjejimanaEnock-mm5si
    @NjejimanaEnock-mm5si 6 หลายเดือนก่อน +2

    Sha uyu mumama araciyubwenge cane ❤❤

  • @marietuyisenge7831
    @marietuyisenge7831 6 หลายเดือนก่อน +1

    Bravo bravo muco uvuganeza kirazira kugaya akazi witwaje icuri

  • @user-nw2ot2fp4u
    @user-nw2ot2fp4u 6 หลายเดือนก่อน +2

    Ewe muco shaaa😂

  • @iam_janette
    @iam_janette 6 หลายเดือนก่อน +1

    Wawuuuu thank fresh tv ikiganiro nisawa cyane

  • @ElainElain-t4i
    @ElainElain-t4i 6 หลายเดือนก่อน +2

    Muco ndagukunda bikwiy uwomfasha akampa nime yiw

  • @AngeIrankunda-pl8ci
    @AngeIrankunda-pl8ci 6 หลายเดือนก่อน +1

    Julie

  • @KelhiaNdayizeye
    @KelhiaNdayizeye 6 หลายเดือนก่อน +2

    Saw rghr

  • @justinedudu
    @justinedudu 6 หลายเดือนก่อน +3

    🔥🔥🔥🔥

  • @arianekanyamuneza5750
    @arianekanyamuneza5750 6 หลายเดือนก่อน +1

  • @emelinenegamiyimana4103
    @emelinenegamiyimana4103 6 หลายเดือนก่อน +2

    Dico mukazi kose uri umukozi kabisa harahiwe uwa muposi cank Tv niyawe uraduherez ibiryoshe

  • @ciatt9587
    @ciatt9587 6 หลายเดือนก่อน +1

    Muco ikijipo nirwawe niwewe kibereye❤😊❤

  • @sandrenciza7688
    @sandrenciza7688 6 หลายเดือนก่อน +1

    muzo. zuratwereka impuzubucuruza twigurire❤❤

  • @NadineTuyisenge-r8k
    @NadineTuyisenge-r8k 6 หลายเดือนก่อน +1

    Inamuco uhoraho aguhezagire cne❤❤

  • @AnithiaIrankunda-et8sl
    @AnithiaIrankunda-et8sl 6 หลายเดือนก่อน +3

    Hatevy kugera mucoo wnje shaaaa

  • @JeannetteManirambona-o6m
    @JeannetteManirambona-o6m 6 หลายเดือนก่อน +1

    Muco❤

  • @OrnellaIrankunda-eg5qs
    @OrnellaIrankunda-eg5qs 6 หลายเดือนก่อน +1

    Uwifitiye ubwebge Muco🎉🎉

  • @kubwimanayvette6203
    @kubwimanayvette6203 6 หลายเดือนก่อน +1

    Reka nicare ndabe😂😂😂😂

  • @khanwkk
    @khanwkk 6 หลายเดือนก่อน +1

    Ahubwo muco ndamukunda ntavyokugaya akazi ndakunda umuntu akora akazikose ataravye acari.

  • @ElianeIRAKOZE-s8b
    @ElianeIRAKOZE-s8b 6 หลายเดือนก่อน +1

    Muco urampimvaye uvuzukuri ntakureka amaboko nugukora muco nkeneye numero yawe

  • @TriphoseMugisha-fu6bd
    @TriphoseMugisha-fu6bd 6 หลายเดือนก่อน +1

    Ndakunda ukuntu utwenga muco

  • @mellykayebekaofficial3377
    @mellykayebekaofficial3377 6 หลายเดือนก่อน +1

    Kino kiganiro kiraryoshe cane 😂😂

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 6 หลายเดือนก่อน +1

    Muco uguma ubicuki kbx❤

  • @GloriaNahimana-x8p
    @GloriaNahimana-x8p 6 หลายเดือนก่อน +2

    Kandi sinakubonye nawe ntiwatumiwe😂😂

  • @ButoyiFrorence
    @ButoyiFrorence 6 หลายเดือนก่อน +1

    Uyumukobwa afisubwenge bwinshi pe ndanamukunze cane❤❤❤❤ vraiment

  • @HoHnot-py1nj
    @HoHnot-py1nj 6 หลายเดือนก่อน +1

    Mbe muco aracarinkumi??

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 6 หลายเดือนก่อน +2

    Ribatro ndamwemera sana numwanditsi mwiza yubahwe🌹🌹🌹🙏🙏

  • @ayshaysah6228
    @ayshaysah6228 6 หลายเดือนก่อน +1

    Nkunda ukuntu wambara ukikwiza nku murundikazi

  • @cizachristian6884
    @cizachristian6884 6 หลายเดือนก่อน +1

    Wirambire muco

  • @omersmith7621
    @omersmith7621 6 หลายเดือนก่อน +1

    Kora mukobwa wayesu urakane nabo banebwe

  • @user-ct7kx9qm3p
    @user-ct7kx9qm3p 6 หลายเดือนก่อน +1

    🎉🎉🎉😅😅😅

  • @Sandraniyo
    @Sandraniyo 6 หลายเดือนก่อน +1

    Amaso yimbwa ndayemeye ninkurupfu ntiyacaguye Bose arajaniranya

  • @NadiaIrakoze-u9e
    @NadiaIrakoze-u9e 6 หลายเดือนก่อน

    Eira❤

  • @NadiaIrakoze-u9e
    @NadiaIrakoze-u9e 6 หลายเดือนก่อน +2

    😂😂😂😂😂😂😂🎉🎉

  • @AthanaseStone
    @AthanaseStone 6 หลายเดือนก่อน +1

    Jҽ ɳȥσʝα ƙυƙυɾҽʂԋα ʂԋαα Mυƈσ

  • @NtirampebaIldephonse
    @NtirampebaIldephonse 6 หลายเดือนก่อน +1

    Muduhe nimero yiwe

  • @MarieGorethKamariza
    @MarieGorethKamariza 4 หลายเดือนก่อน

    Plutôt muco

  • @lilpblackofficial9950
    @lilpblackofficial9950 6 หลายเดือนก่อน +1

    Abarundikazi gusa barishima noshatse umurundukazi muga kubwukwishima reka mbendabaye padiri gato🤣😂

  • @AlineNduwimana-it8ly
    @AlineNduwimana-it8ly 6 หลายเดือนก่อน +1

    terimber mukobwa wubwenge

  • @AthanaseStone
    @AthanaseStone 6 หลายเดือนก่อน +2

    Uɾყα ɳυɯσ ɱυɱαȥι υɾყα ʂυɱυ ρσιʅ ɳυɱυ ριɯα

  • @AthanaseStone
    @AthanaseStone 6 หลายเดือนก่อน +1

    Mυɾαɳԃყσԋҽყҽ ƙɯҽʅι ɳƚαɱυ ρσιʅ αƙσɾα Ⴆιɾყα υɾყα ɱυριɯα

  • @marietuyisenge7831
    @marietuyisenge7831 6 หลายเดือนก่อน +1

    Bravo bravo muco uvuganeza kirazira kugaya akazi witwaje icuri