Liberté niwubahwe Mbashaka films nkizo kabisa mwe n'a chance mubikora neza kabisa ahubwo mbwona woza urakina mwenizo films zokurwana vrt uzodukorere abantu Rock agusobanurire films yawe ariko itwika yokurwana turabigusavye twebwe abafana base ibikirwa vyawe ndabikwirikira caneeeee uratunezera
Wow!this movie is amazing🥰twararonse Jet Lee mu Burundi nukuri🤣🤣Libert Nsoro respect san bro nuwokwank'urukwavu yovug ko runyaruk kabisa👌well done Nsoro👍iyo style wakinyemwo yaragutotse sana asha usa n'indoberi nyen yinyeshamba nukuri😂😂😂😂Uwo musobanuzi ntaryosh'ibintu ngwasigaze😅😅big up to him😘ravelle akaba arabay umugor w'ingwany😅😅kimwe gusa murashoboy bravo kur equipe yose👏👈
Raba Divorce ikice cambere ngaha
th-cam.com/video/sRRKRxn4aDQ/w-d-xo.html
Ucubona uko vyatanguye nukuntu Fanny yapfunzwe
W♥♥o♥♥w♥♥❤❤❤❤👌🏼👌🏼👌🏼🔥🔥🔥🔥
Abakunda libert mubinyerey mur likes zanyu ✍️🥰
Ntakint nkund nka film irimw nsoro ubundi Libert niw wanj nah yokwikinana nayirab
Ndatwenzwe@@JdnjdjdjEjjeejeie
Abonye film uko nanje nayibonye muriheeeeeee🎉🎉🎉🎉 cadeau ou madame mubandanyane n'a libert ou brayan murafise impanu kurenza abando Bose mbona namaso yanje muruzuzanya mugikorwa canyu mwitonze kd mutuje brayan kurwanira agateka nivyawe nizere KO uko unkoresha impano yawe KO arikobimeze no mubuzima busanzwe imigisha myishi iva kumukama wacu yezu christu..mwubahwe beza b'Imana.murintwari.numva nobandanya mvuga kubwanu ariko reka ngeze ahaaa❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉yezu acungebantu banjeux.
Liberté niwubahwe Mbashaka films nkizo kabisa mwe n'a chance mubikora neza kabisa ahubwo mbwona woza urakina mwenizo films zokurwana vrt uzodukorere abantu Rock agusobanurire films yawe ariko itwika yokurwana turabigusavye twebwe abafana base ibikirwa vyawe ndabikwirikira caneeeee uratunezera
Abantu bakunda libert mumpe like hano 🎉🎉
Nahora ntakunda agasobanuye arik aki Burundi ndemeye
Libert Big up sana
Divorce welcome back 🔥🔥🔥🔥🔥 abazindutse nimubinyerek ✅🌷🌹🌹🥰
Uwitek aguhunde imigisha myish cane ukor ivyuzi uraryohereje ijoro akir nayawe libert 🌷🌷🌷🌷🌷🌷🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹💕💕💕💕💕💕
Basha akakantu nakubwenge kweli sinahora nkunda agasobanuye ariko Aka kararenze pe so courage bwana Libert
Libert mazina sha😊nturi imbere mubiharuro ariko uruwambere kuvyiyumviro kwl turagukunda vyahatari ❤
Wow!this movie is amazing🥰twararonse Jet Lee mu Burundi nukuri🤣🤣Libert Nsoro respect san bro nuwokwank'urukwavu yovug ko runyaruk kabisa👌well done Nsoro👍iyo style wakinyemwo yaragutotse sana asha usa n'indoberi nyen yinyeshamba nukuri😂😂😂😂Uwo musobanuzi ntaryosh'ibintu ngwasigaze😅😅big up to him😘ravelle akaba arabay umugor w'ingwany😅😅kimwe gusa murashoboy bravo kur equipe yose👏👈
Film iheze neza wallah🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥💓💓💓💪💪💪💪💪
Izi Film nizo tuba dukeney big up sana Nsoro ❤ s3🤲
Basi libert numwandits pe❤❤❤
Libert nukuri courage kbs tukurinyuma Kandi ndagukunda cyane uwakunyereka🙏🙏🎉🎉🎉
Utuntu nkutu nitwo tuba dukeneye.Apana amapenzi yaburigihe.Courage sha Nsoro.
Njenabona umunyamwaro kazi Cadeau Ravelle👏👏👏👏👏👏👏 kbsa
Waoooo nsorowacu hejuru cyaane abishimiye kuburundi dufise umuhungu.ashoboye mumpereze like
Waoooo libert courage ubikora neza urategur kbx ugire vub uduhereze iyindi film twirabir
Nsoro ubona gte iyo film yawe bayisiguye mugiswahili itoshoka kure? Abafana banshigikiye kwico ciyumviro canje bampe like
Ukuri
Bien et courage libert ico novuga urakwiye gufatwa mumugongo.
Hama Mr. Colombo tumuhabwe mugice gikurikira.
Nsoro filme yaw ninziza pe icombma kubera iyikina mukirundi raba uwuyisigura mugiswahili kugirango nomuri tz bayirabe. Niho yoshika kure.🇹🇿🇹🇿
Ego nanje ndavyumva uko umusiguzi wikirundi ntakenewe guko mukina mukirundi
Waoooh welcome Divorce 2guys abakunzi biyi reresi abaza nyuma mushikira muri commentaires musige like muri gwarukundo film ndundi hejuru cane 💪💪 today ni 🔥🔥🔥
Yes Welcome bantu banje narindabikumburiyedisi murakazaneza ndabizeye cane nsoro ntanarimwe aramaramaza urashoboye bro reka nfate agatebe 🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤ courage
Nkundukunt nae udatangwa kurab films ndundi
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
❤❤❤❤❤film wubwenge i like it from kenya
Ewaaanaaa egooo vrt mutumyee niyukvamwo film ndundii!
Iyooo simikinoo vrt muriikoo mukoreraa ifaranga!! respect congrats❤❤
Nsoro kabixs ukoze ivyabandi bananiw muburundi dufis Talent nyishi tubuse gushigikirana nayubundi naba Donien chitan ariwe Liber turabafis bg up sana my brother 🙏🎉🎉🎉🎉
Oohh lala 😋😋good movie 🎉knd iri ku rwegoo 🥰vrm twaryohew trop ♥️ we love you 💖💖
Aka ga film warakoze, gakeneye sapport kabisa❤❤❤
Erega jeho iyo ntumva ijwi sinarikumenya KO ari Libert courage vraiment urintwari izi ubwengee ndumiwe mbonye ndanabikunze caneee kk iyi Divorce iranyigishije ikintu gikomeye burya impano ariyawe aba ariyawe intango ariwe uyitangije urayisoza komerezaho turinyuma yawe❤❤❤❤❤
Mr libert courage vrt icokunyereka kl ushoboye sana
Ndakwemera umusa gusa nuza mu rwanda uzabwire duhure kbs
Libert yambaye ubwanwa rero sasa😂😂😂😂 mpatswe kumwoberwa😅😅😅 so courage ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Libert wanguuu❤❤🎉🎉🎉amashugwe nayawe 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Nsor Kx urarengeye abarundi Koko vyihute uje guhiga abanyamahanga mukine flm! Abasirikar nimwebwe ja gufash burundi murugamb I congo
Courage Libert ndagkunda ukina bn na tim yaw
Respect libert urakosora🎉🎉🎉🎉🎉
The one and only it's you Nsoro the Héro 🇧🇮❤
Libert wubahwe wubahwe wubahwe wubahwe
Urigukor ibintu vyinkoranyambaga birimwubuhinga numbwenke bukomeye kbs muzehe✊👊🤜🤛 ubawateguye kbs👏👏👏👏👏👏👏🇧🇮
Jw ndabuz nic mvuga knx ❤❤❤❤divorce ije nay iryosh cyane
🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹 amashurwe yanyu mukomeza kumpa umunezero ribert 🎉❤❤
Abakunda films ndundi ❤❤ntemwo like
Respect Nsoro ❤❤❤aga film gatovye
Ngir ndabe agasobanuy kuburundi peee, libert kbx hehur cane ❤❤
Libert Commando w,I Burundi 🇧🇮🇧🇮❤❤❤
Libert nukur iconosaba Imana igufashe kand ikurinde kuk uburundi buratunze incabwenge vrt
😂😂😂😂nsoro nukuri ubusorikare bwokuberaa❤❤❤🎉🎉 Divorce
Abarundi hejuru muranyemeje kbs🎉🎉🎉
Urafise impano KABISA yogukina Mwubahwe ❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
You are more Than continuing to give him a good upbringing in your cinema
Libert wubahwe kbx films niyama teka kbx💪💪
Libert zamurwa inyuma kugasobanuye😂❤ nurusoro biratesa
Waoo libert ubikora neza nukur❤
❤❤ babakund my brother ndabam haf mbakwirikiran komez mwats🔥🔥🔥🔥🔥
Number one ni wewe abandi baribeshya
Nice mr libert ubikora nez cn turagukunda
Iyo film yanyayo ❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Divorce numuriro❤❤ nsoro hejuru caane iyo irarenze
Sha libert wubahwe ivyukorubifisemwo namashure kbxx
Ababonako Cadeau Ravelle yasubiriye Fanny lavine muduze amaboko mukulikinga👍
Nukuri umengo ningwano vyanavyo kbx💪💪💪
Libert natamani kukuona make movie zako tamu balaa.🇹🇿🇹🇿
Rebate nukur naho zoba dumwe dagukuda kubera wahuduye ibitekerez vyaj vyokubon kwabanyamahag arubo bashiboye ubu ururambo burundi niryo noguhap ❤❤❤iman igukomez
Nbenga firm we nbakundira ukunt mutengura kbs mwubahwe🎉❤🙏
Murakoze cane kbx we love you s much ♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️💯💯💯💯💯💯
Film nziza cane,boss boss yatanguye kugira ubwoba ,Brown ntazomusiga amahoro nubwo yigira boss ngwarazi gutegura none birangiye kamubanye😂😂😂😂, courage ❤❤
I'm the first mump utu like twanj nukur
Nsoro mi mirror 😊😊 proud of u 🎉🎉🎉
Waaawoo vyiza can gusa turakeneye nibisumbivyo hama umutima mwiza uwo mudam yerekanye ntibibe arivyo muri film gusa turabakunda❤❤❤❤
Kweri kabisa gusa muze mubandanye murazi gukina freshi mumisi muzobamupinza barambo dukundivyacu.nice
Mr nsoro wubahwe ndagufana trop nzonakwicapako walahi
Love you from Saudi Arabia ndabona ari umuriro 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Twari dukeneye film zubwenge nkizi .courrage cane mushike aho mwipfuza kugera 💪💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🛫🛫🛫🛫
Robert very nice ndagukunda 💕 kand nkab nkeney kubonan namw
Libert nuwamwer muburund ubiravy ibi tubimenyerey mumahanga ariko ubu libert araduh
oooiii...ikaba iheze akanyoshe ntigahora mwitama kabisa❤🎉
Courage ndi nsor turagufise kumu❤
Divorce irashitseeeeee❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Ahwii ndayimaze😂😂😂Libert Nsoro ❤❤
Murashoboye pe Kure cane nihombipfurij kugera❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Urakwiriye amashurwe 💐💐💐
Mmmmmmm divorce kbs iteyubwobw mmm muburundi dufis impano libart umuteguzi kbs muta courage ndabon tugiye kuryoherw yooooooooo gus ndayimaz ubwoba bunyishe😅😅😅😅😅
Eeeeee! Uzi kwariho ngitahura neza neza ko Libert yagize masque y'ubwana😂😂😂😂
Nukur iyii filme isize hoyii🎉🎉🎉
Vyukuri nsoro ndamwmera kuko nitwari❤❤❤❤😂
Welcome back my Libert❤
Wallah iraryosh vub muhe part 3 twitwikir ❤❤❤❤❤
Divorce muyindi shusho❤🎉
Mbega filmeee🔥🔥🔥🔥🔥
Nahigereye🇧🇮🇧🇮🇧🇮
mbega akumwakaaaaaa👊👊🔥🔥🔥🔥❤️❤️❤️❤️
Abakunda film ndundi mumpe like zanje
🎉🎉muze dufata agatebe twige
Gusa ndakwemera cyane umusa
Eeeh ha kombon bikaz ❤❤❤❤❤
Librt. ❤❤❤❤ Ndamukunda sana
😅😅😅Umwana yishakira abamama wana😂😂 by the way thanks byari byiza cyane🎉🎉love from 🇸🇦❤❤❤
Nimwirambire turabakunda❤❤❤
umuriro uratse...harahiye reka mfate agateb hama ndagaruka ngire ico mvuz
Nzoyimarir ejo gus icobony nurusase 🎉🎉❤❤
Nsoro mandevu😂😂ndakwikundira ukina neza❤❤
Ndabinginze izobandanye❤❤❤
Waooooo iyifilm iraryoshe gusa mwari kuyikina nkomugiswahil Hama uwomunyagw agasigura