NDONDEZA, igikorwa c'ishirahamwe FOCODE

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 5 ก.ย. 2024
  • abakora ibikorwa vyo kunyuruza abantu n'abakozi b'inzego za Leta cane cane z'iperereza, z'igipolisi, za gisirikare hamwe na ya mirwi y'inkorabara y'imbonerakure ivyo vyose bihagarariwe n'inzego z'umutekano za leta.

ความคิดเห็น • 41

  • @elimuhizi3308
    @elimuhizi3308 3 ปีที่แล้ว

    Komera ndakwemera ntucikintege

  • @bandobed6971
    @bandobed6971 3 ปีที่แล้ว

    Pacific wew

  • @bonfilskwizera7873
    @bonfilskwizera7873 5 ปีที่แล้ว

    Twaraguhinyuye Sha urahenda abazungu nabonyn bazoguhinyura kudandaza ibiziga bizoguhumira

  • @magicbdi6203
    @magicbdi6203 2 ปีที่แล้ว

    Reka kuduhenda kutavuga abaturiye umuntu munyakabiga canke ababaze umuntu kumutakuta canke kumusaga

  • @nganjieric5361
    @nganjieric5361 4 ปีที่แล้ว

    Mbekonakwandikiye nanje nakorewe amahano nkashahurwa igitsina wambajije ahomvuka umbaza ibibazo vyiiishi. hanyuma bihereraho

  • @ndayisengagerard1484
    @ndayisengagerard1484 4 ปีที่แล้ว

    Raba ayo maraso yuzuye Mu mando yawe
    Ayo nikimenyetso cabo wirirwa uraniga uca urungikire aba Holland ngo ndondeza

  • @jastinpaul2510
    @jastinpaul2510 4 ปีที่แล้ว

    Ndagusavye unsigurire ukomwahamba abantu babona muri 1972 urumusazi jakwivuza mubitaro vyintozo

  • @ferdndayi
    @ferdndayi 5 ปีที่แล้ว +1

    None ayo maso yawe ga Pacifique ko ari très rouge nibik? Umenga uheruka gusinzira ukiri iBujumbura. Pole sana

  • @abdirahmannganji4065
    @abdirahmannganji4065 3 ปีที่แล้ว

    Ububeshi.nibwobusigaye.bukoreshwamugusaba.infashanyo

  • @nteziribaleonard7779
    @nteziribaleonard7779 5 ปีที่แล้ว

    Urarondera N'aba jeunes wicishij muri 2015 ubahenz ngo baje mwibarabar kwiyamiriza Président Nkurunziza bwaca kabiri wumvise habavy uca urahungir mu mubiligi baba jeunes basigay baricwa !!

  • @idid6000
    @idid6000 4 ปีที่แล้ว

    N bn kwel

  • @amedendikubwayo2065
    @amedendikubwayo2065 5 ปีที่แล้ว

    Ntason ngo imyiyerekana yoguturira abantu urikijuju PE ivyo mwagize turabizi ntiwiyeze urumugome

  • @kiamjoe7196
    @kiamjoe7196 4 ปีที่แล้ว +1

    pacifique usigaye usukuwo umengo unwa urumogi

  • @mucomilkha2195
    @mucomilkha2195 5 ปีที่แล้ว

    Mwese mukwiye isengesho .kko mugwaye ingwara mbi yamacakubiri😕😕

  • @pkajekurya335
    @pkajekurya335 5 ปีที่แล้ว

    Jewe mugabo ndavye uwomugabo nahora nibazako aho ahungiye yobayarahevye kunywa itabi ariko ndabona ahubwo yabigize umugenzo

  • @melchiadebarigono872
    @melchiadebarigono872 5 ปีที่แล้ว

    Aho usigaye ufise amaso nk'ikiryongo nturaheza ku rementanya igihuhu uhityoze muga kiguma ar'ihihugu we uriko uraca amahera mu kugurisha igihuhu cakuvyaye

  • @roohabzroohabz3247
    @roohabzroohabz3247 5 ปีที่แล้ว

    Kugira uronke amahoro u usubirane ubwenge nkabantu manzu sabe uburundi na Barundi imbabazi ku maraso yasheshwe kunzira karengane zazize gushukwa nawe ubu amatora aregereje ugombutange ibindi bimazi usubire woshe abenegihugu kandi uwutabonye akahise arasubire mwibarabara

  • @emilendikumana4445
    @emilendikumana4445 4 ปีที่แล้ว

    Wambwawe twaraguhinyuye urakagogwa

  • @nkeshimanaemmanuel5031
    @nkeshimanaemmanuel5031 6 ปีที่แล้ว

    Mu bihugu vy abazungu ufise amaso atukuye biba vyavuye ko ukora ubuzi butatu( nturonke umwanya w ukuruhuka)

  • @pkajekurya335
    @pkajekurya335 5 ปีที่แล้ว

    None kombona umenga niwewe ubafata ? Abonibamwe waturira baguhumiye usigaye ufite amaso nkaya Shetani ? Bamwe waturira nibowagiriye neza ?

  • @richardndayishimiye3531
    @richardndayishimiye3531 5 ปีที่แล้ว

    None mwagiye mumyiyerekano mutazi ingarukambi zizoshikira abatutsi ko mwavuga ngo amacakubiri yaraheze muguhenda abantu ngo baje mumyiyerekano? Mweho rro ngo muri societé civile mutubahuka kwemera ukuri ko hahirwa abatutsi nabahutu batabishigikiye? Ega kuvuga ukuri ntibizobabuza abanywanyi ntimuri nimigambwe?

  • @Jirhley
    @Jirhley 5 ปีที่แล้ว

    Uyo mutype ko umengo aragwaye,

  • @methodalex2735
    @methodalex2735 5 ปีที่แล้ว +1

    ivyiso bitunuts. ugomba bakurondez nyoko. ran ivyiso

  • @arnaulddolfi9329
    @arnaulddolfi9329 5 ปีที่แล้ว +1

    Abahugu kwica ni leur héritage kandi barbarie umengo ibari mumaraso ! abatutsi badahunze bazobandanya bicwa ! Etienne Ntakarutimana nawe kutamuvuze kandi amze kutwicira aba jeunes 4000 agaca abata mu binogo !

    • @razaroninkundwa9871
      @razaroninkundwa9871 5 ปีที่แล้ว

      Arnauld Dolfi omb

    • @user-tr4hd2wu6f
      @user-tr4hd2wu6f 4 ปีที่แล้ว

      Wewe bandanya wice igihe cawe kiriho kuko ntamahera waruhaye urupfu

  • @ephraimnduwayo7288
    @ephraimnduwayo7288 5 ปีที่แล้ว

    Yooo Wamutipe nuko asigaye asa? Uribomoreyo Pacifupue nkimpene Igihugu cakwibarutse uragikuye agasambara mumakungu Wigira kuruncabwenge Naco kizokuvuma kabisa ujoguma uyerera murivyo bihugu ntakintu nakimwe ujoshikakoo Uburundi na barundi Imana irabukunda.

    • @frydesss2106
      @frydesss2106 4 ปีที่แล้ว

      Ivyiwe vyamenyekanye muratuma abakobwa ngobagende gusamban naho miriko muronder amakur yooooo abagabo abasor abasirikar abapolic muragabe muragabe abobakobwa mubafashe barigusamban kubita murab pasific yasaz arikwac munzira nyishi nabagor arabatuma kugir bamucir icandrya abakobwa muribijuju abagor mwitege

    • @frydesss2106
      @frydesss2106 4 ปีที่แล้ว

      Pasific ariko.aratuma.abakobwa gusamban abager abatuma.gusamban kugir.bavug kobakorew ivyafurambe kiragowe yooo Mama's azayarapiruts menga.bamusiga ipiripir

    • @frydesss2106
      @frydesss2106 4 ปีที่แล้ว

      Satani yagutway usigaj imisi Mike kugir upfe wew .ndafitanivyemezo kwatumabakobwa gusambana iyoshetani iyomana ifuma ikurandur ukareka kuyovya ubwoko bwayo ntasoniiiii warapatijwe yoooooo muragabeee

  • @nkeshimanaemmanuel5031
    @nkeshimanaemmanuel5031 6 ปีที่แล้ว

    Yooooh asigaye asa nk inywamaraso( sanguinaire)

  • @israelniyomwungere2522
    @israelniyomwungere2522 5 ปีที่แล้ว

    Murigumira hiyo ino mu Burundi nta droit y ukunywa iganja ririyo.

  • @ndayisengagerard1484
    @ndayisengagerard1484 4 ปีที่แล้ว

    Eeeee. Kuteye ubwoba ubu ndabona ntukironka Yama dollar uronka ugurishije iniziga nubu Holland ndabona baraguhinyuye

  • @karimshaban6887
    @karimshaban6887 5 ปีที่แล้ว

    Eeeee nicogituma kumbe uranywa urumogi?ayomaso nayitabi.

  • @richardndayishimiye3531
    @richardndayishimiye3531 5 ปีที่แล้ว +1

    None mwagiye mumyiyerekano mutazi ingarukambi zizoshikira abatutsi ko mwavuga ngo amacakubiri yaraheze muguhenda abantu ngo baje mumyiyerekano? Mweho rro ngo muri societé civile mutubahuka kwemera ukuri ko hahirwa abatutsi nabahutu batabishigikiye? Ega kuvuga ukuri ntibizobabuza abanywanyi ntimuri nimigambwe?