Abarundi bahora banyibutsa ko ikibazo Afrika ifite atari akubura imihanda n’imiturirwa yuzuye imijyi. Ikibazo ifite ni ukubura ubumwe. Njye nemerako uburundi buramutse bwemeye kumanika amaboko bukemera kuba ingaruzwamuheto IMF na WorldBank bahita bubaka Imihanda b’amagorofa million 10 mugihugu cyose mugihe kitageze kumyaka ibiri😂😂 muriyisi ikiyobowe na USA ntibishoboka kugera kubyo twita iterambere utemeye kuba igikoresho no kwijandika mumaraso. Ahubwo njye nibaza ukuntu abarundi bakomeje kwihagararaho nta IMF na WorldBank😢😢
Imana ihezagire uBurundi,Perezida wacu,n'abarundi twese kwisi yose kandi natwe twame tuyikengurukira.
I Burundi ni buganze kuko abayobozi bemera Imana. Bravo les Ministres burundais
Twiyamburishusho yumugayo dukore ivyukugororoka🙏🙏👍👍
Amen Imana ihezagire uburundi nabarongozi beza bazi kuririmbira Imana
Iyo ndirimbo Imana izobashoboze kuyigendera.mukomere caneee
Imana ibampere umugisha muririmvye neza cane kandi namajambo akomeye cane
Imana ihezagiri abab'ubahwa
Mube mubivuga bivuye kumutima. Kuko uhoraho ntakunda indyadya.
Iyo chorale kabisa imana iyihe kubandanya maze ibere itara ry'umuco indongozi zose z'igihugu
Murabanza mutubere icete gisomeka mwebwe nyene muri hejuru kk nijambo ry'Imana rirabivuga kutuzobabonera kuvyo mwama
Igihugu cacu carahezagiwe!Imana ishimwe caane.
Wow! Nice choir. God bless you.
Bitabereye ijisho ...Imana ibongere imigisha .itsimbataze iyo Chorale
Amen imana ibakomeze mumabanga mwatoranirijwe turabakunda
Turabakunda cane
Nta chorale dukeneye. Dukeneye ibifasha kugira imigambi ya NEVA ije mubikorwa
Gutamba vyo barabizi ariko gukemura ibibazo bihanze abenegihugu mbona bisa nk'ivyabananiye ...
Mugani wawe ntidukeneye chorale dukeneye abafasha Perezida mu migambi yiwe ...
Hahahahahah @@sese667
Ark nawe arahibereye biriko birajya mungiro😂😂
Barikuruhuka Nivyiza!
Nizere KO uwamatara n'amazi atarimwo😊😊😢
Ameeee mungu awembele yenu❤❤❤
Ebaga haru uwontabona mwo
Mutama batanguranye ubwambere
Jerome niyonzima mazina yanje wubahwe kbd
Yesu abahe umugisha cane
Amen! Icubahiro ni ic Imana
Aamen
Amen muhezagirwe kabisa 🙏
Hallelujah 🇧🇮🇧🇮❤❤
Vyiza cane
Mwubahw👏👏
Mungu awalinde
Uziko benshi muribo atayo bazi🤣🤣mbona bamwe bagumye bapapagura iminwa😂😂
Bati dukore ivyiza bigishoboka. Ni ukuri ico ciyumviro ni ciza cane ni bagireko bagishira mu ngiro Kuko hari igihe batazoshobora gukora ico bipfuza.
Ikibazo ntimukora inshingano mushinzwe mukajya kwigira Aba Pasteur kd muri Abanyamoko nabajura ,mukizwe muve Mumoko nurwango ikindi mukore akazi mushinzwe😊
Iyo choral ikwiye gukomera cane
Iyo ndirimbo muze murayidushirira no kuri RTNB.
lmana ibahezagire abapinga uburundi jew sindimwo
Aman Amen
Dushaka igitoro isukali
Turabasabiy ubukomezi,kuko nindirimbo ivuga ibikogwa,
C'est bon
Ilana ibakomeze
❤amen
Amen amen
Ibintu nkibi binkora ku mutima nkabura uko no shimirra Imana ku bwanyu. Iyo chorale muze muyikomeze kuko ni vyiza cane.
Neza caane
Amen ❤❤❤❤❤❤
Amen❤❤❤❤
Nuko nuko. Muhezagirwe cane!
Abarundi bahora banyibutsa ko ikibazo Afrika ifite atari akubura imihanda n’imiturirwa yuzuye imijyi. Ikibazo ifite ni ukubura ubumwe. Njye nemerako uburundi buramutse bwemeye kumanika amaboko bukemera kuba ingaruzwamuheto IMF na WorldBank bahita bubaka Imihanda b’amagorofa million 10 mugihugu cyose mugihe kitageze kumyaka ibiri😂😂 muriyisi ikiyobowe na USA ntibishoboka kugera kubyo twita iterambere utemeye kuba igikoresho no kwijandika mumaraso. Ahubwo njye nibaza ukuntu abarundi bakomeje kwihagararaho nta IMF na WorldBank😢😢
😂 dirija ni defense minister na foreign affairs bombi kuri dance bitoroshe
shamee kabisa
❤❤🎉🎉🎉🎉
Les hypocrites murigito cane. Muri incompétents,abasuma , abambuzi . Muta umwanya ngo muri gutegura ama korasi muteye isoni igihugu cacu casubiy musi yimyaka ya 1970 kubera ataco mumaze ibigugu gusa. Sinaravyeko umwe wa infrastructures arimwo le plus diplômé wabandi bose y compris uwa santé mwoba muri kwimaramaza. Ariko inzara nimbi mukora ivyo mutemera Imana izobadahwa. Amen
Sinibaza kwiyi ndirimbo aya majwi ari ayabo!
Nayiwawe nn
Hahahaha, ariko Mana. None abo bashikiranganji baza kwiyereka ngaho, ko harimwo abadakorera neza abarundi. Abashingamateka, abakenguzamateka, n'abandi barundi cane cane abakene ko ivyo bintu vyokuza gutamba muta umwanya wokwiga ama dossiers ahanze abarundi mwayataye mukaja kwicezera. Aho nukuri ntimwoza murikubita agashi. Uwo mwanya muta, amahera, inguvu muta murivyo bintu ntimwobiheba. Ikizwi nuko amahera ashigwa murivyo bintu harimwo ubusuma, na ma frais de mission abo bagabo birira. Aho ava ni mucuya cabarundi kandi bakenye. Mugira mubahambe burundu. Ikebuke ikebuke ndongonzi. Iyi si irahindagurika
Les hypocrites
😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂❤🇧🇮🥰😍😊
Are you serious with what you are saying