Ntamumuntu urusha abarundi gukora cyane. Impamvu uburundi budatera imbere nuko buhora mubihano byurudaca byaba mpatsibihugu. Umunsi uburundi buzayoborwa numuntu uzemera gutanga igihugu nibwo buzatera imbere. Mu isi yanone ntiwatera imbere nta IMF na WorldBank. Ndabizi Ibi mvuze byakumvwa na bake kuko ari ibintu biri heavy
je vous aimes ne soyez pas decourages vous faites un bon travail je prie pour vous chaque jour Imana izobakomeza simwe muzotsindwa nikibi kizotsindwa kuko Imana iriho naho ndumucumuzi ndabasaira imisi yose nkumusacerdote kandi ata buryarya Imana ibahezagire
Uyu mutima wa Caïni uzobavamo ryari. Muhinduke ibyiza birikubasiga. This Leaders are models. Imana ihezagire izi ndongozi no kwichisha bugufi Ku Mana rurema vyose
Burundi ndabakunda cyane ❤
Mukomereze aho bayobozi beza, kandi Imana ibane namwe.
Imana ige ibarinda muri byose mumisi muri mwinsi kandi izabahe ni juru.ndabakunze cyane mwicisha bugufi.
😂😂😂 Ministre wa solidarité ararenze kabisa 🌷🌷 mumuhe amashurwe yiwe arayakwiye👏👏
Uburundi ni igihugu cyiza kirimo abantu basenga cyane ariko mujye mubivanga no gukora cyane no gukoresha ubwenge Imana yabahaye.
Ntamumuntu urusha abarundi gukora cyane. Impamvu uburundi budatera imbere nuko buhora mubihano byurudaca byaba mpatsibihugu. Umunsi uburundi buzayoborwa numuntu uzemera gutanga igihugu nibwo buzatera imbere. Mu isi yanone ntiwatera imbere nta IMF na WorldBank. Ndabizi
Ibi mvuze byakumvwa na bake kuko ari ibintu biri heavy
Nukuri abarundi lmana ibahe umugisha kuko kubaha uwiteka nibwobwenge kandikuva mubyaha Niko kujijuka nukuri gucabugufi imbere y lmana nibyigiciro
Nukuri Imana ihezagire cane Ministre wa solidarité kandi imukomeze ni umuririmvyi abushitse.
je vous aimes ne soyez pas decourages vous faites un bon travail je prie pour vous chaque jour Imana izobakomeza simwe muzotsindwa nikibi kizotsindwa kuko Imana iriho naho ndumucumuzi ndabasaira imisi yose nkumusacerdote kandi ata buryarya Imana ibahezagire
Merci kundirimbo nziza cane iryohera amatxi
Ico Imana ikunda numutima uca bugufi kandi ubabara abakene nabagoxe .
Ariko turakenye igitoro
Ministre wa Solidalité arakwiye umudari wihariye yandyihereje umusi.❤
Yesu abahezagire cane kundirimbo nziza ,hanyuma ico twobasaba twebwe abanyagihugu banyu n agatoro kuko ubuzima bwanse pe!!!!
Ndaryohewecane ndabonye umwubahwa ABAYEHO Gervais asigaye ari umuririmvyi akomeye IMANA ihabwe icubahiro
Wow!!! Choral NZINZA cane. Imana izobahe iherezo ryiza
Imelde sabushimike amashi menshiii hejuruu wubahwe canee
Imana ihezagire abo bubahwa nukuri.Uko biri kwose uburundi
Imana irabukunda kandi izobuhezagira
Imana ibonger’umugisha mube amatara mu bikorwa vyanyu
Mana ndanezere numunezo udasazwe ndishimye uburundi tufise imana
Muri abarundi canke abakomgomani😂😂😂😂😂😂😂😂 ambiance mingiiii
Imana ibahezagire caane kuko namwe muduhezagiye. Muri umugisha ku gihugu cacu.
igihugu kiyobowe na ADEPR😭
Mwaririmvye neza!muhezagirwe cane
Imana rugira vyose ibahezagire cane.
Imana ibahezagire barongozi b'igihugu cacu ciza
YESU KRISTU ARAGARUKE
Uburundi, mutima wa afrika, komeza urugendo rwo kubohora afrika mugachinyizo ka mbatsibihugu n'abambari babo...
Imana ibakomereze aho muri muhindure vyishi ku gihugu cacu
Hezagigwa murashoboye❤
None ko muririmba kandi mukenyereye ku mupfumu ni kuteeeeee🤧🤧🤧🤧🤧🤧
Iyindirimbo muzoyisohore tuyihabwe muhezagirwe n Uhoraho
Ministre wa solidarité uwo ndamwemera numunyamwuka
Congratulations again watu wa Burundi 🇧🇮 ❤
Iman ibashoboze
❤❤❤😂😂😂😂😂😂 ivyobi boss vyacu %%
Intumwazuburundi❤❤❤❤❤
Yesu abahezagire. Mukomere ku Mana.
Imana ibagirire neza.❤ I am humbled.
Amen
May Almighty bless u dear Ministers
Congratulations saaana you made it🎉🎉🎉
Merci bcp
Jewe nukuri ndabikundira
Ndabakunze kumbe ndavyemeye ko lman'itaraba nkabantu k'umus'umwe izodutwenza.
Ministre de la solidarité wubahwe❤❤❤
Twari twabuze aho abo gupangira igihugu bagiye ni muri korali kuko ntawabura byose uruhare rwanyu rurakenewe kuko ntamuntu turabona usimbuza indirimba ibibazo rusange ngo aterimbere ariko abenshi mu barokore bajanwa no kudashobora gutorera umuti ibibazo baba bafise.
Umukama abane namwe
😢gusenga nibyiza nukomwishyinga kuryigihugu nabaturage mutabaniterambere nayesu yarabivuze amasebgeshyo atagirikorwa abagouye nimuze mureburwanda❤❤mutwigireho😅😅😅😅
Urwanda nirwo rugaburira uburundi?muturusha ibiryo mwebwe ?ntakintu cokuraba mufise murindire muzobibona vuba ko uburundi butunze
Reka kuvanga kuko abantu batahwereye muriko murarya banza murondere umuti wibibazo
Ndatwenze ndapfuye ariko mukomeze nivyiza cane cameraman uzohore ugira amashusho meza
Nako karagiyeyo Mana uze wame wibuka uburundi nabarundi
Ubona mu Burundi gusa: mu Rwanda ntategetsi, cokimwe n'Abanyagihugu bakenye!!!
😂😂😂😂😂😂😂murabogutwengwa muravyina bigakund abantubatobato dupfuy nimutisubirak muragow😊😊😊😊😊😢😢😢
👏👏👏☺️☺️
NYAMARA ABANTU BANGA LETA Y’UBURUNDI BAKWIYE KWICARA BAKISEKA
Nikomiseng mudusamburira igihugu mwagitejamapf😂😂😂😂
Le groupe est solidaire ,talentueux
Where is Prof François Havyarimana?
Niman ntizobaharir😢😢😢😮😊😂
Kontabona uwizeye
Bien chanté
Banyakubahwa muririmvye neza cane peeee
Nimba mwatorewe kuririmba gusa ntaco mumariye igihugu
😂😂😂abo batama uko bakanyukura sasa
Mwanryarya mwe mugwaje imitima yabantu zimye zimye😂😂😂😂😢😢😢😢
Birababaje pe bigeze ngaho kweri
Chame on you Ministers
🎉 Amen 🎉
Ndakugarika ko ntamubona?
Ntibakomeye mu mutwe namba!😂😂😂😂😂
Ko humvikan amajwi yabagore gusa???abagabo ko amajwi yabo atumvikan mundirimbo😮😮😮😂
Ibi nukuyobya abaturage
❤❤❤
Isoni ku gihugu c’uburundi kuko nta kindi bakora atari kuririmba.
Isoni n'umubababaro kuri wewe ubababazwa nabariko baririmbira Imana , genda bagusengere abadayimoni binzigo bakuvemwo
Rezotono yahigereye😂😂😂
Ubwo ntimuriko muratambira uwabahaye ?Mbe vy'ukuri iyo Mana muririmba niyo mukorera?
Ndakugarikaarihehe 😂😂
Ari kugarka abntu😂😂😂
Aba Boss 😂agatoro
Mugaze kiki😂😂😂😂😂
ARIKO iyo ndebye uburundi mbona abategetsi batunze za millions dès dollars abaturage yarapfuye urupfu rwagashinyaguro
Uyu mutima wa Caïni uzobavamo ryari. Muhinduke ibyiza birikubasiga. This Leaders are models. Imana ihezagire izi ndongozi no kwichisha bugufi Ku Mana rurema vyose
@@panacool978 buriya rero kuririmba si bibi ni byiza ariko imirimo yabo iramutse idaherekejwe nurwango,amacakubiri,ubwicanyi,ivangura, nibindi byaba by'inkomaruguma.
Nubwo Imana yanga icyaha muri rusange ariko ihana birushijeho ababikora bitirirwa ko ari abakirisitu.
None se nka Président wanyu ubyina kurusengero ariko azohereza abasirikare gufasha Thsiseked gukora génocide ubwo ni bukirisitu buhe.ngaho mwitegure ibihano byimana rero kuko nimwe muyiteje
Ndabmera
❤
Uwo w'i fumée urabonako yabizanywemwo adashaka kuko ntakurako umunywa ni ukwubika umutwe gusa
Izidase😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤
😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😮😮😮😮
Ba excrots
Ça c est de la masturbation...muririmba ibivuyemu Mutima kabisa...
Bullshit
YESU KRISTU ARAGARUKE
Twari twabuze aho abo gupangira igihugu bagiye ni muri korali kuko ntawabura byose uruhare rwanyu rurakenewe kuko ntamuntu turabona usimbuza indirimba ibibazo rusange ngo aterimbere ariko abenshi mu barokore bajanwa no kudashobora gutorera umuti ibibazo baba bafise.
Abanyarwanda mugira Umunwa
❤❤❤❤