Dudu Imana igusukeko amavuta menshiii ncuti. Urampezagiye gosee. Mu Mamaraso ya Yesu niho twaronkeye intsinzi. Le reste ndagukundaaa trop. Indirimbo zawe zirampezagira birenze. Naho wovuga A gusa, irimwo amavuta. Mpwemu Yera agukomeze n' abawe, agusige, azoguhe iherezo ryiza. Au nom de Jésus
My Brother my Brother my Brother kutwinjiza mu bundi bwiiza mu kindi kirere ahandi hantu ho hejuru wabisigiwe amavuta pe.., YESU Akomeze kuvugana n'umutima wawe kugira benshi babashe Kuja mubwiza IMANA Ibashakomwo stay blessed my brother
Cette chanson je l'écoute chaque jour comme si c'était la première fois. Je ne comprends pas tout mais la façon dont elle me connecte avec Jésus, je me sens rempli du Saint-Esprit. Que Dieu me face grâce de vous voir en face un jour. Je suis trop fan.
WOoo bless u brother u inspire me spiritaully ntahandi twaherewe byose only in his preciuos blood imana ikomeze kuguhumekeramo impano z'umwuka wera kbsa
woauuuuuhhh Dudu be blessed bro mumaraso ya Yesu niho twemerwa imbere y'intebe y'isumba vyose niyoyonyene ashobora kutwegereza intebe y'Imana Yesu aguhezagire my bro knd warahezagiwe
Dans ton sang Seigneur 😊😊 c'est là où nous avons retrouvé la liberté 😘😘et que nous avons su que le diable 😈 n'a plus de pouvoir sur nous😪😪merci Jésus🥰🥰
merci Dudu pour la chanson iri beaucoup edifiant. hama nashak nkusabe bikunda uzoyiduhe ikwiriye itarimwo arya majambo atangura uvuga ck arya ahereza kugira bitworohere kuyumviriza tutarinda kwigiza imbere tes exhortation
By and through that Blood...umumalayika w’urupfu yararetse guhonya imfura za Israel!! And now, muri new testament,ayo maraso atuma twemerwa.b blessed Dudu Muzee wa Upako
Hallelujahhhhhh!!!! By His blood we can boldly come into His presence without any fear! Thank you Dudu for blessing us with this anointed song! Imigisha Papa! Kandi urakumbuwe I Kigali
Ego kbx iyo ndirimbo irapfashije cane kuko isubiye kunyibutsa KO amasaro ya yesu ari isabune yosa ivyaha vyanje mumutima wanje sha kwl Dudu Imana yama ikuri hafi muri vyose
I liked Mu maraso song,that is truly biblical,in the blood of Jesus Christ,we have victory that's why Paul said in 1cor 1:23_24,That we preach Christ Crucified.The only song we ought to sing,the only preaching we ought to preach is only the Cross and Jesus Christ and Him Crucified nothing less or more.Tnks man of God ,may God bless you abundantly.
Yoooo!!amaraso ya Yesu kabisa!! Merci caane kwemera kuba canal kristo acamwo kugira ashikire imitima yacu. Iyi ndirimbo impaye kwiyumvira no kwibuka ubugira kandi ico nabaye kubw'amaraso ya Kristo
merci Dudu kurino ndirimbo nziza na introduction nziza, amaraso ya Yesu niyo atweza akatugira abera ubwiza bwImana bukatugaragarako Uwiteka akaturaba akatwishimira, Yesu warakoze kwitanga ukaducungura kumusaraba amaraso yawe akatweza. Turagukunda cane Dudu Uwiteka aguhe umugisha nabawe muri vyose in each area yubuzima bwanyu..❤️🙌🏾🙏🏾
Imana iguh umugisha 😄🙏 twovugana inbox u will know me nitwa Dorcas ndafise photo yawe uriko urarimba kwa papa mur marriage wavukiye kuduhezagira mur chansons keep it up we really Love ndagusengera
Who is here in 2024?
Still here and I will be
Me
Dudu Imana igusukeko amavuta menshiii ncuti. Urampezagiye gosee. Mu Mamaraso ya Yesu niho twaronkeye intsinzi. Le reste ndagukundaaa trop. Indirimbo zawe zirampezagira birenze. Naho wovuga A gusa, irimwo amavuta. Mpwemu Yera agukomeze n' abawe, agusige, azoguhe iherezo ryiza. Au nom de Jésus
Ameeen ndakiriyeeee
Dudu, Imana iguhe umugisha!! Iyi ndirimbo ni nziza cyane...Irasobanura neza umurimo Yesu yadukoreye.....God bless you a lot!
Bless you too dear
Musore nkwatuyeho gutera imbere KD uzirinde ibyaha byuburyo bwose bizatuma utinyuja uvuge Imana' uko iri KD n'awe ijuru rikugenera gutabarwa numara kuba umukire ntuzateshuke ndakwinginze
Imana igusig amavuta kandi iguhezagire
mbega indirimbo!!!!!!!Imana iguhishurire ibindi byiza nkibi dudu my favorite 1
Ameeeen
Prosper turakumbuy bishasha vyaw
❤🔥🙏
Mu maraso yawe JEHOVAH aho niho nkirira Mwami MANA,wanyishuriye yamyenda yose kandi uhanagura nivyaha vyanje vyose uncira inzira mbona kwinjira Data🙏🙏🙏🙏24.06.2021🙌🙌🙌🙌🙌📖
Inyuma yo guhabwa kumazi yiwe, ubu naho duhawe kumaraso yiwe. Dudu urumugisha kuri twebwe 🙏🙏🙏
My Brother my Brother my Brother kutwinjiza mu bundi bwiiza mu kindi kirere ahandi hantu ho hejuru wabisigiwe amavuta pe.., YESU Akomeze kuvugana n'umutima wawe kugira benshi babashe Kuja mubwiza IMANA Ibashakomwo stay blessed my brother
Nawe Bro. Stay blessed
Vyukuri M umaraso ya Yesu niho nogerejwe ivyaha vyanje,ivyo jw ntarigushobora kwikiza canke undi muntu wese atarigushobora kunkiza,Mu maraso yiwe niho nakuye ukwemerwa n'IMANA umuremyi wa vyose....Stay Blessed Dudu
Ameeen kabisa
My favorite sng sinigera ndabigw nokuyumviriz 🙏
haleluaaaa wanyishuriye yamyenda yose ,wahanaguye ivyari vyaranyizingiyeko imyaka myishi ndagushimiye Data this night unyugururiye inzira yokwinjira mumasezerano ndagushimiye UGIRANEZA halelujaaaah🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉28.08.2022
Ameeeen
Dudu komera ushikame Imana Ikongere amavuta yigikorwa cayo cokuririmba nogutahura kuko birarababaje kuba kubatangura neza bakarangiriza mubigabitanyo bitandukanye
Ugira neza MANA yanje 😭😭😭. Ntanakimwe conkura murukundo rwawe canke isezerano ryawe,ico wavuze ntikivaho naho isi yose yovaho 😭😭😭😭🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌
Icyo yavuze ntiyivuguruza naho cyotinda kirasohora🙏🙏
Nkomeje guhezagigwa niyindirimbo❤❤ Burimusi ibanshasha kuri jewe 🎉🎉
Muraho neza dudu ndagukunda cane rwose. Ndi umunyarwanda cyane cyane mpora numva " ndagushimiye umugambi" iramfasha cyane . Abarundi muzi kuririmbira imana ni ukuri pe! Imana iguhezagure cane kandi
Imana iguhezagire cane
Indirimbo zawe zingeza hafi ya yantebe kdi mr6
Hari indirimbo waririmvye ngo:
« Ca cete canyagiriza yakibamvye i gologota
Niwe yabaye umuhuza hagati yacu n’Imana.... »
Urayiduha nayo mr6
Kabisaaa
Waou!congs Dudu.Muzombwire uko nobona za Dudu za kera.
Vuba kabisa. Za kera nkizihe?
Cette chanson je l'écoute chaque jour comme si c'était la première fois. Je ne comprends pas tout mais la façon dont elle me connecte avec Jésus, je me sens rempli du Saint-Esprit. Que Dieu me face grâce de vous voir en face un jour. Je suis trop fan.
Wooow! Si vous voulez in pourrai traduire pour vous vous savez!!
Dudu warasizwe kandi kubw'igikorwa ukora Imana izokwama ikwiyereka 😭
Merci beaucoup
Ugira neza Yesu sinsiba kubona ukuboko kwawe mubuzima bwanje. Uhabwe icubahiro.❤🙏🏾
Uhoraho akwongereze amavuta Dudu,thank you for helping us worship our Lord 🙏🏿
Imana ikongererez amavut warahezagiw❤❤❤❤
Ico yavuze ntikivaho nukuri💙❤️ uyo mwami agira neza ndabihamya🙏 Be blessed Dudu 🙏
Halleluaj well done irimwo ubuzima
WOoo bless u brother u inspire me spiritaully ntahandi twaherewe byose only in his preciuos blood imana ikomeze kuguhumekeramo impano z'umwuka wera kbsa
Amen and amen
Amaraso yawe Yesu niyo adukiza.Imana ikomeze kugusiga amavuta,thank you.
Murayo maraso nanjye niho nkirira
woauuuuuhhh Dudu be blessed bro mumaraso ya Yesu niho twemerwa imbere y'intebe y'isumba vyose niyoyonyene ashobora kutwegereza intebe y'Imana Yesu aguhezagire my bro knd warahezagiwe
Cane kabisa niyo yonyene
euuh ndaryohew caaan niyi song arik nkundira ndababaze
niyahe secret mukoresha mukwandik indirimbo!!! mbay ndashima inyishuuu mrciiii.
Arsine
Nukuri ic kibazo kiragoye kwishurira ngaha. Nzokora video ibisobanura
OK mrciiii ndayirindirany ikaze
Ugira neza mwami wanje uko bwije nuko bukeye,ntaconkura murukundo gwawe Mwami wanje.
Umwami Yesu aguhe umugisha mwinshi kandi akomeze kukwiyereka muri byose 👌👏
Twese ncuti
@@DuduTNiyukuriAmen
@@DuduTNiyukuriAmen
Wooow Dudu vrmt recepte kabisa .... Nukuri jew ndageze ahantu kabisa intaye mukindi kidasanzwe co gukunda Imana can no kumnya combien Imana idukundaaa ... Vyukuri ntahandi twakiriye ate mumararoso ya Yesu Kristo, niw wenyene aturihiraimyenda yacu yose , niw wenyene aduhanagura ivyaha vyacu mugih twari imbeho ...... Vyukuri urukundo rw'Imana nisezerono ryoyo ntacoza kidukurayo dufumbatiwe mumababa yiwe ..... Barikiea sana muze wangu dudu
Kabisa. Ntawundi
Dudu dufash link yayo tuyitore kuko jw ntayo nashoboye kubona . Merci soyez beni
@@francknitezeyesu4201 uri ngaha link ntuba wayitoye se??
Dudu umukama azoguhe gusaza umukorera mumpera ya vyose uzomubone imbona nkubone
indirimbo nziza caaaane;itwibutsa ubuntu twagiriwe muri yesu kristo,indirimbo idufasha gusenga ata rubanza rutwagiriza..indirimbo idukundisha ico twacitse muri we...warahezagiwe Dudu
Umukama Abandanye Aguhezagira kandi ndakwipfurije gusazira mu Mana❤❤❤❤❤
Wahanaguye ucaha canje Mana .uncira inzira mbona kwinjira mumasezerano MWAMI wanje🙏🙏🙏🙏happy new year 4.1.2022
Amen iy ndirimbo irahinduy ubuzim bwanj ndameny yuk amaraso ya yesu ariyo ashobora guhanagura ivyaha vyacu nice song so mr dudu utere ujimbere
tricia igiraneza komeza gukwizaubwobutumwa
My song of the week😭😭 bless you man of God
Nibyo maaan?? Ntuvemo
May God bless you @dudu 🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Courage Dudu utere ujimbere kuko urashoboye. Indirimbo iraruhura cyaneeee😘😘😘
Imana ugukomez numuryango Waw wose iguh icumutima Waw wipfuza iyi ndirimbo noyumviriza incuro ntazi nkikangura nkayumviriza Omg iranyura pe be blessed 👏
Imana yuumve ibyo usenze
NTACO NOKUBAZA. WARAHEZAGIWEE. IMANA IGUME IGUHA ISHURIRWA RISHASHA MU NDIRIMBO ZAWE.
Amen sister
Ndashimiye Imana koyasubiye gukora kumitima yacu iciye muri ww icondagusabira numugisha uva ku Mana hama ikomeze kwukogera amavuta kugira tuze turaronka bishasha hakiri kare
Ugende hariya handitse s'abonné canke subscribe. Kugirango ico nshizeko ukimenye kare...
wanyishuriy imyenda yose wahanaguy icaha canje wugurura amajuru thx sana dudu Imana ibandany igusiga amavuta indirimbo zaw ziratwigisha cne kndi turagukunda cne
Dans ton sang Seigneur 😊😊 c'est là où nous avons retrouvé la liberté 😘😘et que nous avons su que le diable 😈 n'a plus de pouvoir sur nous😪😪merci Jésus🥰🥰
I Found Kristo iyaba ataje kwiyisi kuduha Ivyizigiro bishasha Iyi Si nico kibanza cambere Kiba giteye ubwoba kubako
I Love this Song Daily😭
Ni hatali. Tuba turi he??
Mumaraso yawe yesu niho nkirira Imana ikongere amavuta meshi.
Dudu Imana ikwongere imbaraga murugendo na mavuta indirimbo zawe zinkura mukibanza narimwo zikanshitsa mukindi kibanza uhezagigwe cane
yes .mrci sana .courage encore.Mpwemu w Imana akomez kuguhishurira ibirengeye Mn frr.
vyukuri ntacodukura mu rukundo canke isezerano ry'UHORAHO kuko ico yavuze ntikivaho naho isi yose yovaho!!! merci bcp Dudu indirimbo zawe ziramfasha cane mu Guhimbaza no Gutazira kwanje!! Imana ishishikare kukugirira neza n'umuryango wawe!
Ntukaveyoooooo
wapi siniteze kuvayo naho isi yose yovaho!! nahisemwo gushikama no gukomeza urugendo rwanje!!
Yes,Moses Komera cyane,mu byukuri iyi ndirimbo irasize kabisaaaa
Dudu merciii vraiment indirimbo yawe ninzizaaaa caneee!!
irimwo ubutumw bwizaa arrangement nziza vrt!!uhezagigweee cane!
Asante sas
merci Dudu pour la chanson iri beaucoup edifiant. hama nashak nkusabe bikunda uzoyiduhe ikwiriye itarimwo arya majambo atangura uvuga ck arya ahereza kugira bitworohere kuyumviriza tutarinda kwigiza imbere tes exhortation
Iyiri yonyene nzobabwira aho ziri vuba kabisa
Amen! Agiraneza bugaca bukira numwizegwa Ibihevyose mumaraso Ahoniho twaronkeye kwambikwa izera🙏🙏 twishuriwe imyenda 😭😭😭 Amen.
Wanyishuriye imyenda yoseee wahanaguye icaha canjeee... Imana iguhezagire cane Dudu kuri iyi ndirimbo
Nice song Yesu akomeze kubakomeza cane
Ameeen
🙌🙌🙌🙌🙌🙌 Indirimbo nziza isize amavuta.... Imana Iguhe Umugisha mukozi w'Imana
Iyindirimbo ntizahera akanovera ndayikunda kaniniyacane iyondikuyumviriza numva ninjiye ahandihantu
Nanj nuko bro! Asante sana
Ntaco nkura murukundo canke isezerano ryawe.Amen Nice song be blessed Dudu
Nzaguma kumasezerano ukovyamera kose.
By and through that Blood...umumalayika w’urupfu yararetse guhonya imfura za Israel!!
And now, muri new testament,ayo maraso atuma twemerwa.b blessed Dudu Muzee wa Upako
Ico wavuze ntikivaho naho isi yose yovaho! ... Amen!
Igihe cose numva inderimbo zawe ubwiza bw'Imana buransanga amosozi akuzura amaso yanje ..urakoze cane dudu ubandanye uhishura umutima w'Imana
Imana igukoreshe encore et encore ibirenze
Amen amen kabisa. Reka bibandanye biseseke kabisa. Uruzi rudahagarara
Merci encore . iyi ndirimbo Ni nziza cane . iraremesha . big up sana dudu
Asante sana kabisa.... Ubandanye kuryoherwa
I'm here because indundi comedy !
Ego vrema ntacodukura murukundo rw'Imana naho isi yose yovaho.Dudu merci cane kuko wewe Urumugende w'Imana icishamwo kugira duhembuke kubwivyo Yesu akumpezagirire caaaaane kuko ndahezagirw nindirimbo zawe
Hallelujahhhhhh!!!!
By His blood we can boldly come into His presence without any fear!
Thank you Dudu for blessing us with this anointed song!
Imigisha Papa!
Kandi urakumbuwe I Kigali
Woooaaw...biraryosh kwunviriza indirimbo irimwo ubuzima.Imana ihabw icubahiro kungabire yashiz muri ww kandi ikomeze kugufasha kugira benshi bakomez kuyiryako.Urumugisha...God bless you
Amen kbs
nice song urakoz kudusangiz ay majambo🙌🏼uhezagirwe🙏🏽
big up dudu....iyaguhamagay igukomez vrt... urashoboy caaaane
Imana ibahe umugisha pe.
Ego kbx iyo ndirimbo irapfashije cane kuko isubiye kunyibutsa KO amasaro ya yesu ari isabune yosa ivyaha vyanje mumutima wanje sha kwl Dudu Imana yama ikuri hafi muri vyose
Murakoze, uranyubaka cane
wouuuuhhhh,dudu turagukundaaa goseeeee,ham iyi ndirimbo iraryosheee
Urakoze ncuti
Imana ikugirire neza dudu
Ino song isizwe amavuta adasanzwe.God bless u Dudu
Thank You Jesus Mbega Mwami Novuga iki kindi?😭
Dudu keep it up man of God for such Inspiring song, may the anointing fall on you, keep the same spirit
warahezagiwe cane...Uhoraho akomez kukigirira neza anakuyobore muvyo ukora vyose
halleluyah....... wanyishuriye imyenda yose mwami uhanagura icaha canje,,,,,,, what grace//////// mbega iyutaza nar kuba uwande ga mwami??? Uhoraho abandanye akugurura amaso azoguhe nizind nyinshi
iyo ndirimbo yaw irampimbara cane
courage ,hari inkomezi mu maraso ya Yesu.kubwayo turidegemvya.
Turagukunda papa Imana igume iguhe imigisha
Asante sana
Imana Ishimwe kubwawe
I love this song God bless you Dudu I love you 👏👏👏👏👏👍
I liked Mu maraso song,that is truly biblical,in the blood of Jesus Christ,we have victory that's why Paul said in 1cor 1:23_24,That we preach Christ Crucified.The only song we ought to sing,the only preaching we ought to preach is only the Cross and Jesus Christ and Him Crucified nothing less or more.Tnks man of God ,may God bless you abundantly.
True 100%
I'm very blessed yoooo YESU warakoze kubwayo maraso wamenye.... Dudu nkwifurije gukomeza kwaguka spiritually🙏🙏 I'm more than just blessed🙌
Amen
Amaraso ya Yesu afise ikimazi kinini cane bru mwarahezagiwe cane
Yoooo!!amaraso ya Yesu kabisa!!
Merci caane kwemera kuba canal kristo acamwo kugira ashikire imitima yacu.
Iyi ndirimbo impaye kwiyumvira no kwibuka ubugira kandi ico nabaye kubw'amaraso ya Kristo
Dudu uhoraho agushikane kure kandi uzogire isozera ry iza kuko benshiii batangura neza bakarangiza nabi ariko wowe imana izokomeje kukuyobora neza.
Wanyishuriye imyenda yose 👐👐👐👐👐👐👐👐👐👐👐👐thx a lot my God
God bless u Dudu,iyi song irikumpezagira caaaaane,Hallelujah
Bless you too brother
who else like me in 2021 is still blessed with this wonderful song🔥🔥🔥
ntaco mfise noguha ariko kubwukuntu uduhezagra ndavuze nti Yesu azokugeze kure ahutaziga kandi azoguhe kurangiza amahoro nomwijuru uzoririmbe uti ntabaritwebwe mwami.uhezagirwe mpakutangare
Uhezagirwe nawe ncuti, kandi tuzohurireyo iyo mwijuru nawe ntuzusigare😊
REKE NDAVYANDIKE MUNYUGUTI ZISOMEKA MVUGANTI AMEN KANDI AMEN.NDAKWIKUNDIRA CANE
Waauw BEAUTIFUL thanks .i love it. Keep going like that🙌🏽🙏🏽
Asante sana!!
And its so Nice that its also translate. (The video) verry goed 🤗 Becaus i'm not speaking BURUNDI.
Mutsh bless to you alll.
Woow!😍😍iyi song irankozeko cane vyukuri yavuye kuri Mpwemu w Imana so Dudu Imana ikomez kugukoresha ibihambaye!you are so blessed to bless others!
WOW th song is just too much, Praise you LORD JESUS for annointing your servant DUDU
Amen brother
@Hey classmate Bertrand hah ! The song is on repeat ! Very anointed song and singer !
Urakozeeeeee duduuu
Pleeeeasure
merci Dudu kurino ndirimbo nziza na introduction nziza, amaraso ya Yesu niyo atweza akatugira abera ubwiza bwImana bukatugaragarako Uwiteka akaturaba akatwishimira, Yesu warakoze kwitanga ukaducungura kumusaraba amaraso yawe akatweza.
Turagukunda cane Dudu Uwiteka aguhe umugisha nabawe muri vyose in each area yubuzima bwanyu..❤️🙌🏾🙏🏾
Amen amen. Joyeux noel
Imana iguh umugisha 😄🙏 twovugana inbox u will know me nitwa Dorcas ndafise photo yawe uriko urarimba kwa papa mur marriage wavukiye kuduhezagira mur chansons keep it up we really Love ndagusengera
Ndakiriye imihezagiro yawe ndugu
Irimo Umwimerere kandi iri simple, God bless you. Can't wait for the album
Dudu may the Lord bless you more than and more .my parayer to you is Just to be blessed with all heavenly blessings .
Good good morning
Ubarikiwe sana