Iyo nibutse kwataco nari ko naruwo gupfa .mbega iyutaza nari kuba uwande,warakoze harivyo wakoze nivyuriko ukora ntari Kwigezako Data Mwiza😪😪😪 is my prayer in this night 🙌🙌🙏🙏🙏🙏🙏🙏12.07.2021amashi yanje nimpundu zose bikugarukeko kuko urabikwiye halelujaaaah🙏🙏🙏🙌🙌🙌🙏🙏😪😪😪🌠👑
Dudu Imana yagushize imbere yacu kugira udufashe gutazira Uwubibereye ni Imana yacu yatanze Umwana wayo.Iyo Yesu utaza twari kuba abande ko twari abanyamahang?
@@DuduTNiyukuri nfise playlist iri riche mundirimbo nowadays mon frere kuburyo igizwe na album waduhaye nkingabire brother....ntasoni nfise zokuvuga ko je me suis souvent inspiré kuri wewe nabandi mwatwitangiye kandi intambwe zanyu ziraryoshe gukurikira nubwo zitoroshe kuko la barre est bien placée plus haut hhhhhhhh thank you
Amen and amen. Thank you and I receive. By the way, Sinzi ko wamenye ko album yose iri available today, bivanye na telephone ukoresha. Kindly check the details in the description.
Brother wambereye UMUCO kuva kera nkuko uri UMUCO no kubandi,ijambo rya dimanche (17 jan 2021) ryarampezagiye Pray for 96 dislikes..Jesus can reach them all
Même si je ne comprend pas totalement le kirundi, j'ai pu capté l'essentiel : l'amour de Dieu envers moi... Beaucoup des bénédictions sur toi Dudu et ton groupe.
April 2024 the anointing in the song is ever increasing 🔥🔥 Great job Dudu and your team, may the Lord bless you people abundantly ❤❤🎉🎉 P.S: I you agree with me that this song deserves more millions of views (to spread the gospel) show a thumbs up👍 👍 and remember to share it to your network.
Amen and amen. By the way, Sinzi ko wamenye ko album yose iri available today, bivanye na telephone ukoresha. Kindly check the details in the description.
Mbeg'urukundo rwa Kristo!!!
Kugufita nkumwe mubikoresho vy'Uhoraho mugikorwa ciwe n'umugisha kubarundi n'ayandi mahanga. Vyukuri nifuza kukubona amaso muyandi . Hari ikintu kizoba gikoretse muri jewe. Imana yo igukoresha ibashe gushirwa hejuru. Haraho ibikorwa Imana yagukoresheje vyankuye.
Impundu ,icyubahiro byose bikugarukeko,urabikwiye🇨🇩🇨🇩
Who still here in 2024?
Still here actually still in this year that I knew this song in 2024
When is coming back to perform in Rwanda?
@kellanmurenzi5982 working on it
Je n’ai pas les mots pour traduire
votre performance musicale.
Votre sensibilité me dépasse…
BRAVO! GLOIRE À DIEU!
Iyo nibutse kwataco nari ko naruwo gupfa .mbega iyutaza nari kuba uwande,warakoze harivyo wakoze nivyuriko ukora ntari Kwigezako Data Mwiza😪😪😪 is my prayer in this night 🙌🙌🙏🙏🙏🙏🙏🙏12.07.2021amashi yanje nimpundu zose bikugarukeko kuko urabikwiye halelujaaaah🙏🙏🙏🙌🙌🙌🙏🙏😪😪😪🌠👑
Mutumishi aka kazi karumutse kabisa yesu akugushe neza
Dudu ndakwemera naho utigera wishura comment zanje nizere kumus umwe iman izompuza naweee🎉❤ 3:54
😂 Ntanimwe ntishura
@@DuduTNiyukuri amen amen
Dudu Imana yagushize imbere yacu kugira udufashe gutazira Uwubibereye ni Imana yacu yatanze Umwana wayo.Iyo Yesu utaza twari kuba abande ko twari abanyamahang?
Iyo nibutse kw'ataco nari...nkibukako naruwo gupfa,nkaba nibukako wankunze uko...Icubahiro kibe ic'Imana!Irushirize kugusiga Dudu T. Niyukuri,indirimbo nziza zikiza imitima zirushirize kududubiza muri wewe!
Ndakiriye brother... kabisa
imana ishimwe ishimwe cane kubwa dudu kandi ikomeze gukuza ingabire irimuri wew kuk uradufasha kuko indirimbo zawe zifise amavuta yazo urumvako harico zihunduye mubuzima bwumuntu God bless u bro dudu
Mrci bcp M.O.G Dudu mur'umugisha kur Benshi. Iyo ndirimbo igihe cose ndayumvirije yama imbere nshasha igihe ndimbuy ku rurukundo rw'Imana.
Iyataza rwari urupfu
Iyataza ntamateka twogize
Iyataza tuba tur imbwa zipfuye
Iyataza ntitwobaye abantu mubandi
Enfin iyo atarema umuririmvyi nka Dudu ntitwokwumvise indirimbo nziza nkiyi....thank you Lord
Hahahahaha Merci bcp
By the way, Sinzi ko wamenye ko album yose iri available today, bivanye na telephone ukoresha. Kindly check the details in the description.
@@DuduTNiyukuri nfise playlist iri riche mundirimbo nowadays mon frere kuburyo igizwe na album waduhaye nkingabire brother....ntasoni nfise zokuvuga ko je me suis souvent inspiré kuri wewe nabandi mwatwitangiye kandi intambwe zanyu ziraryoshe gukurikira nubwo zitoroshe kuko la barre est bien placée plus haut hhhhhhhh thank you
@@blaisylesaint8872Only God elevate and only him brings down. Ntabuhinga burimwo...
@@DuduTNiyukuri ndemeranya namwe brother a 1000%...komeza muduhezagire
Amen mbega urukundo ntaho ndarubona sifise nuko nubivuga.Yesu merci kurukundo wadukunze rurengeye izindi Nkundo zose. Merci Dudu Be blessed
Amen and amen. Thank you and I receive. By the way, Sinzi ko wamenye ko album yose iri available today, bivanye na telephone ukoresha. Kindly check the details in the description.
Dudu T Niyukuri album ndayifise yose Be blessed
Mbandanya mpezagirwa niyi song muri 2024 November ❤
Iyi karamu yanditse hano yubashwe🔥🔥🔥😍😍😍😍🇧🇮
Mwarahezagiwe n'Imana 🙌🙌🙌amen amen amen
This song is still one of my favorites !🥰Merci Dudu May your cup never run dry! We love you...🇷🇼🇷🇼
Ameeeen
@@DuduTNiyukuri wow
0:17
Iyo concert insubijemwo intege, IMANA imfashe nanje nake!!!
Even now 2024 amazing song
Ninza muri Africa nzagushaka papa
Ooh iyi ndirimbo irampezagira ! La présence de Dieu avec une puissance extraordinaire à travers ta voix Dudu ! Imana ibandanye iguhezagira .
Merci beaucoup 💖💖
Ariko 25 décembre ntaho yanditse kugira imana itagushavurira kumirimo mwiza wokuvuga ubutumwa biciye mukuyihimbaza ntuze uririmbe indirimbo yoguhimbaza noël kuko nuguhakana imana yacu Yesu christo kandi tuziyuko ari muzima erega mwebwe mukurikiranwa n isi nzima amen imana igukomeze nkuko yama ibigukorera
Nsinshobora guhimbaza Noël. Ntaniyo nzi😂😂😂 Ntaco nyankoreye sinzi naho aba. Mpimbaza Yesu Gusa. Merci kandi kumpanuro
WORSHIP from a heart that is saturated in the Love of the Father !!
More anointing to you, and guidance from the Holy Spirit!
Greetings from Kigali!
Ameeeen dear
Wubahw cn arik turakumbuy aka new song kaw knd turakanyotew cn❤❤❤❤❤
Kuvyukuri ayo majambo iyo umuntu yokwama ayibuka akayatebamo vyomuha guhora abona ko urukundo Imana yadukunz ntahandi nahamwe yoruronka ntawadukunze nkuko yabikoze,ntawudukunda nkuko abikora ntanuwuzodukunda nkawe....weeeee gusa Yesu niwe azi gukunda bitagira akenenge
Ameeen
Mbega uyotaza je nobaye uwande? . Shimwa Yesu
Warakoze Yesu🙏🏻🙏🏻🙏🏻
Amen
Imana yashiz igikorwa gikomey muri WW yongera irakivomera. Iman'iguhzagir cane KO wameny gukoresha ingabire yaw.
Mwaramutse neza abantu Twemera dudu nukuri ndabashimiye 🙏bimwe bivuye kumutima kukuntu urintwari munyishu munyishuye imana data wa twese nukuri aguhezagire ibihetangabo indiriiii🙏🙏🙏ariko bible iravugango ntitwongere kandi ntitugabanye ego ndemeranya nawe kuvyo wanyishuye ndazi ko yavutse,hama arafa,umunsi ugira 3 arazuka ivyo nukuri
Reka rero twigumire kurivyo vyukuri hama ibinyoma tubishiburire kuruhande ncuti. Suko? Imana nawe iguhe umugisha
Dudu tarahezagirwa cane n indirimbo zanyu ariko wosavye Imana ikaguhishurira kuvyerekeye noël ko ataho yanditse muri bible konzi neza ntakekeranya ko umuntu wese akijijwe yemera ivyera vya bible. Harahantu muri bible ko twese tuyemera handitse ngo le 25 /12 duhimbaze noël
Ntanahamwe soso. Ntanahamwe kabisa. Ariko haranditse ko Yesu yatuvukiye siko?? So, aho yavukiye hose, sico gikuru. Igikuru nuko Yatuvukiye. Kandi ivyo turamu himbariza!! Wumva tutumvikanye?? 😊😊
Uhoraho abandany agukoresh Indirimbo zaw ziranshikana kurund tugezo go gukund Imana ❤️🙏🏾
Ameen. Asante sana
Imana iguhe umugisha❤
Uhereye itanguriro ugashitsa ivyahishuriwe yohana ntahariho ganditse uko nimuririmbe nindirimbo zijana abantu mukumenya nukuri nivyiza caaane apana kuguma murondera utu mélodies turyoshe two guhimbaza noël oya noël ni programme yashizweho n abana babantu no nuguhakana ël ni imana ariko vraiment mukaguma muhimbaza umunsi wo guhakana imana kandi tuvugako dukijijwe nimuhindure
Ntiduhimhaza umunsi!! Duhimbaza Yesu ko yatuvukiye! Umva gute??
Mbega urukundo gwayo tworugereranya niki
Our dear friend Dudu, there are no enough words to describe how proud we are of you and all your works. Keep working hard for God's Glory.
Dear God. I am very encouraged. It means a lot coming from you HM. Dear partners forever.
Ndakunda indirimbo zaw peeee
❤❤❤❤❤❤
👌👌👌👌
Yesu nincuti idahemuka; mbega urukundo!!!! Vuga amen nimba nawe uvyemera!
Ameeeen
Urukundo rw'Iman ruraturenger
Amen ....ibintu vy ubgiza gusa komeza gose Dudu T Niyukuri
Amashimwe akugarukekoo oooh ALLELUIA ! Imbaraga zimana zikomez kubakoresha ivyubuhizii
Iyo dudu ari ririmba ubona neza ko arimo umwuka w'Imana.
Merci
Brother wambereye UMUCO kuva kera nkuko uri UMUCO no kubandi,ijambo rya dimanche (17 jan 2021) ryarampezagiye
Pray for 96 dislikes..Jesus can reach them all
Amen
Du Du Du....
😢😢
Urabikwiye Yesu.. kuko ur'Uwera
Icubahiro kikugarukeko...
Saaaaaaa.... 😂😂
This is my morning song.Smashing 😍 ❤ Yose akugarekoko.uyonibutseko atavo nari.Numva ubuntu bundenze
God bless you. Ur' ingabire ku Burundi n'amahanga. Imana irahambaye cane!
How great worshiper you are 🙌🙌🙌
Mbega urukundo 🙌🙌🙌Amen .Iyo ndirimbo iraryoshe cane Uwuhoraho akomeze kugukoresha🙏🙏🙏
Mbega iyo utaza nobaye uwande Mwami?
🙏🏿🙏🏿🙏🏿
Amashimwe yose akugarukeko Mana. God bless you man of God
Ndagukunda cyane Dudu nkunda indirimbo zawe nkunda message yawe rwose iyo ataza nobaye uwande😭🙌
Ntwobaye abande bro. Ni danger!!
My favorite song🔥🔥 ninde akiri ngaha 2024/9/1 iyo umutima wanje wadendebukiwe nisanga hano burigihe 😢😢 ❤
Urakoze kumpezagira ku ndirimbo nkiyi Umukama agume agukomeza kdi akugirire neza......
Twese ncuti...
Même si je ne comprend pas totalement le kirundi, j'ai pu capté l'essentiel : l'amour de Dieu envers moi... Beaucoup des bénédictions sur toi Dudu et ton groupe.
Merci bcp Rachel
Be forward my legend dudu
Amen Amen Imana iguhe umugisha Dudu
Yesuuu warakoze kuza kuducungura, mbe iyutaza twobaye abande??? Murampezagiye sana. Respect kuri basist
Waooo keep on Mr dudu we love 💕 so much may God bless you
urukundo tutoshobora kurondora😥Umwami Imana ashishikar agushoboza Dudu
Kabisaaaa
Dudu Imana igufashe mumurimo wawe🙏🏼 turakumbuye umugoroba wokuramya🙏🏼Mana weee mbega iyutaza je nobayuwande😌😌
Karibu cane July 7. Bujumbura
In good we trust🙏🙏
Dudu, uri umuntu wanje caaaaane. Merci bro. Imana ikumpezagirire avec tout le Groupe 🙏
😊😊😊 urakoze cane
Warakoz Yesu
Aminaaaa imana ikumpezagirire
Nivyiz kuririmba mug umuburi ningoro za kristo amaherena wp nogusig umunwa ukoreyimana separe avec nivyisi mugenzi nimpanuro murantunga kuk mugih camaherena hazob ibikomer biryana guhing imishatsi sivyiza birabujujw kumunt wa kristo kand havuga at viraho mwakoz muburyarya kand mwarimuz at mukorera Imana reo murab mutazob ibiraro vyabandi mrc bavandimwe ni mon conseillé twubakan murugendo
😭😭😭🙌🏼🙌🏼❤️❤️mbeg Urukundooo😭😭😭😭🙌🏼🙌🏼🙌🏼May God Bless youuu Dudu!!
Ameeeen you tooo
Nongeye guhemburwa niyindirimbo ubugirukundi
Yeah nurukundo vrt❤❤❤❤❤
Indirimbo zawe zama zimfasha...Ikomez ikwiyereka...
Imana ihabwe icubahiro cane🙌Igume ihezagira ibikorwa vyawe ,ugume udufasha kuyininahaza🙌🙏u sharinga ibikorwa vyiza Yama Idukorera🙏Merci ,Amashimwe yose tuyamuhe Arabikwiye🙌
Ameeeen
Amen icubahiro kikugarukeko imana iguhumugisha Dudu
God bless you 🙏
Ndahezagiwe... imigisha y'Imana Doudou
April 2024 the anointing in the song is ever increasing 🔥🔥 Great job Dudu and your team, may the Lord bless you people abundantly ❤❤🎉🎉
P.S: I you agree with me that this song deserves more millions of views (to spread the gospel) show a thumbs up👍 👍 and remember to share it to your network.
Thanks bro
Ishimwe ko wadukunze Yesu
😭😭😭😭 iyutaza papa nobaye uwande????? Icubahiro kikugarukeko 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌
Dudu warahezagiwe peee!Indirimbo zawe ziri inspiré par le Saint Esprit,zirampezagira rwose.
Amen , Ukomeze kugira extension nini muri holy spirit
Song on repeat, More blessings Man of God
Gumamo
Amen🙏🙏🙏🙏🙏🙏Yesu akira ishimwe
Amen this song still touching my Heart warakoz mana
What a real worship song full of words that reminds our heart about the amazing love of Christ To him alone all the praise
Amen barikiwa sana
Imana iguhe umugisha mwinshi!!
who's here in 2023, this song is still one of my favorite song ever
My bro nukuri wewe uranezera cane uhoraho arusheho kugusiga sha my bro
Asante brother
What a powerful song......Courage,Dudu......Indirimbo zawe ziraduhezagira cane,Imana ibiguhembere incuro nyinshi🙌🙌🙌
Iyo utanza kok nari kuba uwand my God!thx my Jesus!Doudou God bless u
iyo utaza kwitanga Papa Jésus, njew nobaye uwande. kbsa amashimwe yose akugarukeko. More blessings from above Dudu
Ameeeen
My forever favorite song😍😍😍❤❤🙌🙏🙏🙏👏👏
Dudu ndagukunda cyane, uramfasha
Asante ndugu
Hallouuujaaah Imana ihabwe icubihiro KO ngabire yatanze kubantu bayo
Warahezagiwe cane dudu
Ameeen
Ndagukunda cane Dudu. Ndagusengera Imana ibandanye igukoresha mugikorwa cayo. Keep moving Man of God
Dieu merci ko yagushoboje gukora izi songs nahora nibaza uko nozibonye kandi nkabibura bibaye inyishu kur jewe
Amen and amen. By the way, Sinzi ko wamenye ko album yose iri available today, bivanye na telephone ukoresha. Kindly check the details in the description.
Indirimbo zawe zama zimfasha gusenga!! Thank you great!!🙏
dudu komeza uja imbere turagushigikiy knd indirimbo zaw zirampezagira.komeza
Urumuhanga mana icubahiro kikugarukeko dudu wara hezagiwe
May God bless you Dudu, still listening to this christ centric worship song . Blessings
You are just amazing in all your ways Lord 😭😭😭😭
Blessed u are broda 🔥🙏🏻
Warakoze yesu for your Unconditional love
izina Dudu risigura iki ndagira zaryite umwana waje
😂😂😂😂 Nizina banyise ndi muto kabisa nanje sinzi ico risobanura pe. Abafarance biva riva muri Doux, abakenya bumva ibindi abongereza nabo bumva ibindi!! Ni hatali!!!
Que Dieu te bénisse et ta famille tes chansons ndazikunda cane zintwar mur présence y'Imana 🙌🏽🙏🏾🙏🏾
Ameeeen
@@DuduTNiyukuri 🙌🏽🙌🏽
@@DuduTNiyukuri 🙌🏽🙌🏽
Mbegurukundo nice song