Turafise Imana Deluxe (Full Album)
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 29 มิ.ย. 2024
- Umwami abaza Daniyeli, ari we Beluteshaza, ati Mbeg' urashobora kummenyesha inzozi narose, n'ingene zisobanurwa? Daniyeli yishura umwami, at' Ibanga wasobanuza nta banyabgenge boshobora kurikumenyesha mwami, cank' abapfumu cank' abanyamareba cank' abamenyi; ariko mw ijuru har' Imana ihishura amabanga, kandi ni yo yakumenyesheje ibizobaho mu bihe bizoza, mugenzi. Inzozi zawe n'ivyo werekewe mu mutwe uri ku kirwa vyar' ibi: Daniyeli 2 - 26 - 28
00:00 Vyandutiye vyose
04:00 Turafise Imana
10:40 Ntawundi
16:32 Akira
23:17 Subira
33:51 Ndamukunda Yesu
37:55 Ah YaYaYa
Credits to:
Live Production At CLM Burundi
Recorded Live by Roc House Records
Directed and Produced Landry - Guez
Audio Post Production by Rugero Records
Event Production by Buja Events
Iriba Communication Agency
Special thanks to:
Now Creative
Chris Lee Gifwandi
Alberique for Buja Events
Emery Uwimana
Elvis & Alida
Landry & Divine
The band:
Lievin
Corneille
Farley
Mabone
Marlesh
Teddy
Fofo
Amandine
And Everyone in the audience who made this video a success
God Bless you all - เพลง
Aba Jo twins bakunda dudu mumpe like ❤❤❤❤
Kuba narakunzwe na We,
Kuba twarahuy Yesu
Ntaco nobigereranya
Nta giciro bigira❤
Kaze kukivumbiko kitazima turagukumbuye hano 🇧🇮 buja Bon berger 😊😊😊❤
Hello Aba Jo twins show from Rwanda ❤❤❤❤❤
Waooo uramazi amarinyota Yesu wanje.dudu waje mugihe canje
Amen bro
Uwundi Umwanya mwiza wo guhimbaza no gutazira Imana🥺🙌🏾May GOD bless You 🙏🏾♥️
Amen hezagirwa cn muimbaji wetu wubahw 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Turafis'Imana ooh...oh...ooh turafis'Imana🎶🎵🎶🎵🙌🔥🔥🔥 this is amazing🤩🤩🤩... stay blessed Dudu
Amavuta menshiii 2024 ,keep shining dear brother
Amen
God bless you🎉🎉
Dudu ,asante sana kutubaliki, blessings upon blessings on you
Oooh dudu ndagukunda ❤❤❤ ndanezeweeee yuuuuuuuuu🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌
TURAFISE lmana❤ Amen
Hageze kuri turasefi Imana hoho ni 🔥🔥
Uwundi Mwanya mwiza kandi wo guhimbaza no gutazira Imana🥺🙌🏾May GOD Bless You🙏🏾♥️
We are proud of you we❤ you
Take courage
TURAFISE IMANA
Turafise Imana album inyongeje inkomez zokwegera Imana pe🙌🙌🙌
Dudu hezagirwa cane kk ubutama bw'ibikorwa vy'Imana birafise ingero itagabanije
Ameeeeeeeeeeeeeeeen
Uri umuti wa benshi biciye mungabire yaweee
Asante 😊
Good songs turafise imana pe
❤❤❤❤❤❤ blessed
Kuva mubwana bwanje na none ndacakunda indirimbo zawe❤️🩹❤️🩹❤️🩹❤️🩹
Ameeen
Uri icitegererezo canje mu muziki kabisa
❤❤
Amen!
Subiraaa🙏🙏🙏🙏😭😭 ndamukunda yesuu🤲 turafise Imanaaa ❤Akiiiiiraaa🙌🙌ooooh God thank u for this minister
😊😊😊😊
❤❤❤❤amen
Merci
🙌🙌🙌🙌❤❤❤❤❤❤❤❤❤️❤️❤️❤️
❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Iyakuduhay ikudutungir
Hallelujahhh Hallelujahhh Hallelujahhh Hallelujahhh Hallelujahhhh Thank GOD and Thank You DUDU
Imana ikomeze ingabire yawe. Murakoze kuduhezagiza this album
Mfatukuboko unjane aho ugomba😢😢🙌🙌🙌 God bless you Dudu! You are such a gift to the body of Christ. More anointing and grace
Oooh my sister!! Thank youuuu. And so glad to hear from you
Ooooh my God…
Dudu ww ntakukumenyera peeee Thx thx gufasha ubwoko bw’Imana kuyitazira kuyindi level
Mwarahezagiw
❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤❤
❤🎉🎉🎉❤❤❤
Imana yaragukoresheje bituma nkunda musique @Dudu T. Niyukuri
I hope yuko one day tuzobonana canke tugakorana indirimbo
Kabisaaa
Hallelujah!! Blessed is who work for the Kingdom Of MightGod❤
Thanks!
Bles u papa wanj🙏🏻🙏🏻
Asante ndugu
Mumodoka sinkuramwo, ninjiye muri Office ngumizamwo, ntashe hoho ababanyi ntibaza kunkira uyu musi kabsaaaaaaaa 😂
❤❤❤
Muito obrigado por esse trabalho homem de deus seja abençoado🙏🙏
Thank you Sir❤
Hallelujah ❤❤oooh thank God for the this talent you have given to Dudu t frankly it remember that we have Jesus in our life and know that we have your mercy❤❤
Keep aiming higher MOG Dudu...can't wait what the Lord has in store for us in 2024 🎉💃🙌
Dudu wanjeeeeeuh
😂😂😂😂Sawaaa
Thx u so much.❤Terimbere! "Bitegerezwa guhera" tuyihabwe
❤❤❤❤❤
Ndakunda indirimbo zawa cane,narahezagirwa niyo atiwe wigishije i buja kuri Bon Berger
❤❤
Uri vyose muri vyose Yesu, ndavyatura nakanwa kanje, allelouiaaah, allelouiaaaah🎹🎹🎺🎺🎻🎻🎻🎵🎵🎵🎼🎼
Amen imana ihezagire ibikorwa vy'amaboko yawe
My fav album gonna make be to another level in Christ Jesus❤
Turafise Imana itananirwa, kukumenya Yesu sindavyicuza, courage Dudu
It's blessings to have u🙄
Ameeen
Ndaryohewe cane bimwe bivuye ku mutima, kubona uduhaye indirimbo nsha murakoze cane 🙏 🙏 🙏
Halleluyaaaa
Turafise imana itananirwa. Warahezagiwe Dudu
❤❤❤❤
Imana ikomeze ingabirano yawe doudou indirimbo zawe ziraduhezagira🎉🎉🎉
❤
Uwundi Mwaka mwiza kandi wo guhimbaza no gutazira Imana🥺🙌🏾May GOD Bless You🙏🏾❤
Iyiii album iriko irampezagira cane pe indirimboo zose namavutaa ziryoshe zose❤❤...baffre yanje yarons akazi 😂😂kuk nguma ngir replay 😀
😂😂
Wauuuuh Imana iguhezagire dudu Ikongeze Amavuta yayo.
Waauu mbega indirimb Ziza ziduhezagra pro komeza uduhezagira imana ikwongereza amavuta
Thank you sir for this Album, You blessed the world.Gospel up kabisa💪💪
Dudu t wewe warahezagiwe nimana shishikala uduhezagira
God niyukuri
Mu bihe vyiza nomu bikomeye yabanye natwe aradukomeza❤❤❤❤
Yesu niwe nzira nukuri nubugingo
Amazing❤❤❤❤
Urakoze cane Dudu kukindi gikorwa ciza nkiki.May God bless you and your family.
Ntawundi abereye guhimbazwa❤🇧🇮🇧🇮
Vyandutiye vyose🤌🥲💕💕
Merci Dudu, Ur'Umugisha twahawe❤❤❤❤
Manits'ay'amaboko natatura nakanwa kanje Ur'isoko y'ubugingo bwanje yesu Weeeee 🔰🔰🔰~♥~~♥~~♥~~♥~~♥~~♥~~♥~~♥~~♥~
Manika hejuru cane peee
Dudu RUTUNGABORO aguhezagire knd akurinde kko uri icitegererezo kuba kumenye. Tora amahurwe yaw🌹🌹🌹🌹
Wagize neza Mana🙌❤kuba twarahuye mana vyandutiye ubuzima🥳🥳
Murumugisha kumahanga ( ndamukunda Yesu)
Dudu wanje komeza muduha utundi nkutwo turanyubaka caaaazzne yambereyubuzima yesu❤❤❤🙌🙌🙌🙌
🙌
Imana yakuduhaye ikudutungire❤
🎉🎉🎉
Vyandutiye vyose🙌😍😍😍❣️❣️❣️
Wambereye incuti nziza idahinduka sinzavyibagira
Thx DUDU
Merci mwigisha wacu uratwubaka cane
Imana yame Ikwongera amavuta
🤗
Imana ishishikre kugukomeza❤
Uhezagirwe cane birushije ukubikora uduhezagira
Wambereye ubuzimaaaaaaaa👏🤲🤲🤲🤲
Uri icete gisomeka kuri jewe no kuri benshi muta, Ndi ico Ndi uyu musi kubwo ingabire IMANA YASHIZE MURI WEWE, IMANA YAKUDUHAYE IKUTUZIGAMIRE KWLI 🙌🙌
Dudu thank you for the good and inspirational message through your gospel Imana ni nzima.
Urampezagiye Dudu! Imana ikomeze yagure impano yawe ikuzuze amavuta yayo kugirango urushirizeho kuyikorera! Ndagukunda cyane!
Ameeen brother
Uhezagirwe my icon❤
Turafise IMANA🥰🥰🥰❤🔥💞💞💞💞💞❤❤❤❤❤❤
Imana ikomeze kubazigama❤