INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA - Old Protestant Hymns Lyrics/Pentecôte Bujumbura - Nyakabiga

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 18 ธ.ค. 2022
  • Abarongoye indirimbo z'Ishengero - Album 1 - Eglise de Pentecôte de Bujumbura/Nyakabiga - INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA
    Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
  • เพลง

ความคิดเห็น • 503

  • @wiyangamoussa3002
    @wiyangamoussa3002 ปีที่แล้ว +11

    Waoh
    Uwahezagiwe wese nizi ndirimbo ashireko aminaaaa

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amina🙏💖

    • @miracleange1588
      @miracleange1588 ปีที่แล้ว

      Yesu abahezagire ndafashijwe nizindirimbo mukomeze kuduha nizindi nyishi

    • @mariammunezero2444
      @mariammunezero2444 ปีที่แล้ว

      Aminaaa

  • @ezechielndikuryayo684
    @ezechielndikuryayo684 ปีที่แล้ว +4

    Yesu azobibahere imigisha kubwu butumwa bwiza mwashoboye kudusangiza nabtinjirira ngaho turafashwa caaane Amina

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen🙏💖

  • @elianemushiranzigo
    @elianemushiranzigo ปีที่แล้ว +2

    Amen Alleluya. Yesu Umwami wanje niwe aruta incuti zose zo mw'isi. Imana ibahe umugisha ibongere n'amavuta yayo.

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen🙏💖

  • @ericitangishaka2780
    @ericitangishaka2780 ปีที่แล้ว +4

    Yesu abahezagire cane cane

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen🙏💖

  • @desirengzh4606
    @desirengzh4606 ปีที่แล้ว +2

    Izo nizo ndirimbo zo guhimbaza Imana rero apana zimwe z'insaku n'izo guciriran'imanza. Sawa soyez bénis au Nom Puissant de Jésus Christ de Nazareth

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen. Que Dieu vous bénisse abondamment 🙏💖

  • @alexiskuwizerwa7543
    @alexiskuwizerwa7543 12 วันที่ผ่านมา +1

    Mu Rwanda turabakunda cyaneee,ahubwo mukore indi Album y'izindi ndirimbo ,ziraturyohera cyanee,Murakoze!!

    • @meirratv
      @meirratv  12 วันที่ผ่านมา +1

      Yesu abahezagire cane. Album yindi yaramaze guhera, hasigaye ko ija ku mugaragaro. Muyirindire mwihanganye!

  • @impuhwechoirofficial1149
    @impuhwechoirofficial1149 ปีที่แล้ว +2

    Muhezagigwe bakozi b'Imana, Iyi ni Chorale Impuhwe tubifurije kuzagira umwaka mwiza wa 2023

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen🙏💖

  • @godalone3487
    @godalone3487 6 หลายเดือนก่อน +1

    Kuva murwanda ndabakunda nshuti mukomere mu Mwami Yesu abahe umugisha.Niwe aruta inshuti zose zose zo mwisi

    • @meirratv
      @meirratv  6 หลายเดือนก่อน

      Yesu aguhezagirane natwe mwene Data🙏💖

  • @user-yw1or5tb8s
    @user-yw1or5tb8s 4 หลายเดือนก่อน +2

    Amen amen.yesu arushirize kubaha amavuta masha

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @kevinuwimana5898
    @kevinuwimana5898 ปีที่แล้ว +2

    Sha Muduhe nizindi kabisa...ubundi iri niragi ryiza, kandi kubantu tutari Muburundi biradufasha gusengera muri izi ndirimbo

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว +1

      Yesu Kristo abahezagire cane! Album igira kabiri audio yaraheze hasigaye video twizera ko mu misi itari myinshi izosohoka.

  • @archengineer
    @archengineer ปีที่แล้ว +2

    Yesu n'abahe umugisha

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @JPierreBIKORIMANA
    @JPierreBIKORIMANA 28 วันที่ผ่านมา +2

    Imana ibahezagire muruwo murimo wa Data

    • @meirratv
      @meirratv  28 วันที่ผ่านมา

      Amen 🙏💓

  • @remegiebimenyimana8376
    @remegiebimenyimana8376 6 หลายเดือนก่อน +1

    Muhezagirwe bakundwa izindirimbo ziradufasha gose mushishikar muzishireko zose,nyakabiga yubahwe.amen

    • @meirratv
      @meirratv  6 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @AmielIranzigama
    @AmielIranzigama 8 หลายเดือนก่อน +2

    Amen Amen Amen
    Mukomerezengaho imyambarire yanyu irabaranga nimwebwe mukwiye kuba urumuri itabaza kubandi baririmvyi mukomeze,

    • @meirratv
      @meirratv  8 หลายเดือนก่อน

      Amen Amen Amen. Murakoze cane ku mpanuro nziza mudushikirije🙏💖

  • @munezacharles9116
    @munezacharles9116 5 หลายเดือนก่อน +3

    These are anointed songs. Be blessed all of you stars

    • @meirratv
      @meirratv  5 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @gastonbarankiga2746
    @gastonbarankiga2746 5 หลายเดือนก่อน +3

    Soyez bénis de l' Eternel pour avoir produit cette œuvre des cantiques à l, ancienne mode

    • @meirratv
      @meirratv  5 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖
      Un autre album est proche !

  • @yvetteininahazwe7244
    @yvetteininahazwe7244 5 หลายเดือนก่อน +1

    Amen amen. Mufashije umutima wanje nukuri. Komera mukorera umwami mu gihe canyu❤

    • @meirratv
      @meirratv  5 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @rutayisirejeanclaude7403
    @rutayisirejeanclaude7403 8 หลายเดือนก่อน +2

    Aleluya Yesu ntazansinga nkimfubyi no mu mwijima yaka nkinyenyeri iteka ngo ntayoba.Asifiwe Bwana Yesu Kristo.Muhezagigwe cyane iteka❤❤❤

    • @meirratv
      @meirratv  8 หลายเดือนก่อน

      Amen Amen Amen 🙏💖

  • @MbabaziLucky-tx7en
    @MbabaziLucky-tx7en หลายเดือนก่อน +2

    Mbonye mukunzi mwiza Koko nibyo ryose I have liked the song very much God continue to give me favour and power, protection in whatever I do God give me courage to move on not to down in Jesus name Amen 🙏

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏❤️

  • @YvesBukeyeneza
    @YvesBukeyeneza 6 หลายเดือนก่อน +1

    Imana yo mw'ijuru ibibaharureko nko kugororoka!!!

    • @meirratv
      @meirratv  6 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @alicefaraja7712
    @alicefaraja7712 ปีที่แล้ว +2

    Again, Imana Ibahezagire kugikorwa Ciza. Turarindiriye nizindi.

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen. N'izindi ziriko zirategurwa!

  • @pascalngendakumana9338
    @pascalngendakumana9338 ปีที่แล้ว +2

    IMANA Ibakomeze mubikorwa muyikorera.

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @alicefaraja7712
    @alicefaraja7712 ปีที่แล้ว +2

    Ndabasabiye imigisha myinshi, mbega indirimbo nziza.

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @user-sj3xk8fr4g
    @user-sj3xk8fr4g 4 หลายเดือนก่อน +2

    Ameeen ndafashijwe can Imana ibahezagire can 🙏

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @niyungekodarius6541
    @niyungekodarius6541 ปีที่แล้ว +2

    Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah
    Amen amen

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏💖💖💖💖💖

  • @godalone3487
    @godalone3487 5 หลายเดือนก่อน +5

    Nifuza ko abanyarwanda n'abarundi babana neza kuko turi abavandimwe
    Ibaze nkubu zino ndirimbo ndazumva ntakeneye umusobanuzi yewe numurundi usoma iyi commenteur ntakenera umusobanuzi.Ikinganza cya Yesu kibe muwacu.ndabakunda
    Mbyutse ndirimba nyuzura.

    • @meirratv
      @meirratv  5 หลายเดือนก่อน +1

      Amen Amen Amen! Yesu Kristo aguhezagire cane, ashitse n'icipfuzo cawe c'uko Abarundi n'Abanyarwanda tuba bamwe, na kare turi bamwe mu Mwami wacu. Ndanezerewe n'iyi commentaire yawe🙏💖

    • @user-zd9ck8km5i
      @user-zd9ck8km5i 4 หลายเดือนก่อน +1

      Merci bandimwe muri Kristo. Imana idukangurira kubana mumahoro kandi koko abanyarwanda n'abarundi turi abavandimwe, naho ibindi biducanishamo ni imigambi ya Satani n'abakozi bayo tubyime amatwi
      Imana ibahe umugisha

    • @Bapfunya
      @Bapfunya 4 หลายเดือนก่อน +1

      Imana izobikora turibamwe

    • @godalone3487
      @godalone3487 4 หลายเดือนก่อน +1

      Ndabakunda cane nubu nicaye muri bureau numva

    • @maishacenter-eastafricatv3976
      @maishacenter-eastafricatv3976 3 หลายเดือนก่อน

      Umuzungu yaraduhenze sha, urwanda ntirubaho, uburundi ntibubaho ni igihugu kimwe​@@godalone3487

  • @laurentnsabiyishura2863
    @laurentnsabiyishura2863 ปีที่แล้ว +1

    Yesu abahezagire izi ndirimbo zubaka imitima myinshi

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @ernestndayiziga642
    @ernestndayiziga642 ปีที่แล้ว +2

    Âme amen,yesu abahezagire cane.

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @ericndayishimiye7623
    @ericndayishimiye7623 ปีที่แล้ว +2

    UWITEKA IMANA YOMWIJURU IBAHE UMUGISHA UTAGABANIJE. NKABIPFURIZA NIHEREZO RYIZA ❤️

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @damascenengirinshuti2211
    @damascenengirinshuti2211 7 หลายเดือนก่อน +3

    Yesu abahezagire mwese amen 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

    • @meirratv
      @meirratv  7 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

    • @user-il6dm9kx1m
      @user-il6dm9kx1m 6 หลายเดือนก่อน

      ​@@meirratvùhhthg

  • @JosueNIJIMBERE
    @JosueNIJIMBERE 2 หลายเดือนก่อน +1

    Amen Yesu ashimwe ko yatanze ubwenge n'ubuhinga bwo kumuririmbira 🎻🎤🎸🪕

    • @meirratv
      @meirratv  2 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @jeremiensengiyumva3004
    @jeremiensengiyumva3004 ปีที่แล้ว +1

    Imana ihezagire ibikorwa vyanyu,ndabakurikira kandi muraruhura umutima wanje. Hallelujah

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @Gloria26799
    @Gloria26799 ปีที่แล้ว +3

    Congratulations kundirimbo nziza mwaduhaye mwese muhezagirwe.nakunze nuwo muma avuza ingoma ❤❤

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @umuhiresandrine3741
    @umuhiresandrine3741 ปีที่แล้ว +1

    Muhezagigwe bwoko bw’Imana
    😭😭😭Ndafashijwe Mu mutima. Muri beza
    Muruho ubwiza bw’Imana🙏🏻🙏🏻🙏🏻

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen Amen Amen 🙏🙏🙏💖💖💖

  • @uwayesuchristian3829
    @uwayesuchristian3829 ปีที่แล้ว +1

    Hallelluyahhh, ama cantiques meza cyaneeeee. YESU abahe umugisha mwinshi chorale pantecote Nyakabiga. Sending love & Prayers from Rwanda🇷🇼

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen Amen! Yesu abahezagire namwe🙏💖

  • @godalone3487
    @godalone3487 6 หลายเดือนก่อน +1

    Tuzabana n'Imana data ahatazaba imbibi zimipaka

    • @meirratv
      @meirratv  6 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @valeriemozzi5460
    @valeriemozzi5460 ปีที่แล้ว +2

    I LOVE YOU JÉSUS CHRIST 💙💙💙🙏🏽🙏🏽💕

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      God bless you abundantly 🙏💖

  • @dariyakarigirwa5934
    @dariyakarigirwa5934 ปีที่แล้ว +2

    Imana Ibahe imigisha kandi izina rya Yesu ryamamare 🙏🙏

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @joselinefaida
    @joselinefaida 9 หลายเดือนก่อน +2

    Imana ibongere imigisha Muririmba neza cane 🙏🙏🙏

    • @meirratv
      @meirratv  9 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @user-zl2vb3tj6e
    @user-zl2vb3tj6e ปีที่แล้ว +2

    Amen !Ndapfurij guhor mugakiz

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @elieirafasha4629
    @elieirafasha4629 ปีที่แล้ว +1

    Yesu abahe umugisha mwinshi, indirimbo zirimw'amavuta.

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @EgideNdagijimana-nt7hu
    @EgideNdagijimana-nt7hu ปีที่แล้ว +2

    Amen yesu nabahezagire kbx

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @dinosTz
    @dinosTz ปีที่แล้ว +2

    Bagenzi muramfasha gose nama nabumviriza naha dar es salaam muranduhura muhezagigwe

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖
      Ushishikare guhezagirirwa.

  • @privatniyokwizera4792
    @privatniyokwizera4792 ปีที่แล้ว +1

    Muririmbe munezerewe kristo arakunda abanyavyaha Amen muhezagirwe

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen. Namwe muhezagirwe 🙏💖

  • @protogeneiyakaremye7963
    @protogeneiyakaremye7963 ปีที่แล้ว +2

    mufite imano nziza kandi muririmba neza ka kera ADPR itaravangirwa .

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @rehemakatana7029
    @rehemakatana7029 9 หลายเดือนก่อน +2

    I didn't understand by the wemons wear respectively and praise God this is how we are supposed to look God bless you

    • @meirratv
      @meirratv  9 หลายเดือนก่อน +1

      Amen 🙏💖

  • @terencebanter967
    @terencebanter967 ปีที่แล้ว +1

    Imana ibahezagire. Bishobotse mwoturirimbira indirimbo zo guhimbaza Imana zose kugira tuez twame dufise amajwi nyakuri y’uko ziririmbwa. Murakoze kandi Yesu abampere umugisha. M’étira TV mamwe mukomere cane ku gikorwa mubandanya mu kutugezako ubutumwa bwiza bwa Yesu Kristo.

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen. Murakoze cane kur'ico ciyumviro ciza. N'izindi ndirimbo zitari nke turamaze kuzitegura mu misi iri imbere tuzozibashikiriza. Mushishikare guhezagirwa 🙏💖

  • @nzeyimanaodette6077
    @nzeyimanaodette6077 ปีที่แล้ว +1

    Bazoduhe nizindi Imana ibahe umugisha mwishi cane kurizindirimbo

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen🙏💖

  • @sabimanaadolphe6023
    @sabimanaadolphe6023 ปีที่แล้ว +1

    Yesu abandanye abahezagira noël nziza mwese

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen. Noël nziza kuri twese🙏💖

  • @mariammunezero2444
    @mariammunezero2444 ปีที่แล้ว +2

    Amen amen amen sifa kwa Mungu🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว +1

      Amen🙏💖

  • @yvonnegahimbare
    @yvonnegahimbare 9 หลายเดือนก่อน +2

    Amen ndabakunda nkunda ningenemuririmba

    • @meirratv
      @meirratv  9 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @musangamfuracelestin6629
    @musangamfuracelestin6629 ปีที่แล้ว +1

    Imana ishimwe. Noneho dusome Yudita ibice icumi Umurongo wambere, kujyeza kuri kane Yudita amaze gutakambira Imana yabisiraheli, 2 arahaguruka ahamagara wamujawe, amanuka mucyumba yakundaga kujyamo ku isabato no kuminsi mikuru. 3 nuko yiyambura imyambaro yakababaro niyubupfakazi, ariyuhajyira yisiga amavuta meza ahumura, asokoza umusatsi we maze awufatisha agatambaro. Yambara imyambaro myiza cyane yakundaga kwambara mu minsi yumunezero ijyihe umugabo we manase yari acyiriho. Hareruya iri ni ijambo Ryi Imana. Ariko najyirango nkwibutse ko niba ujyifite abahirwe yo kubona mujyenzi wawe nezerwa kuko harijyihe, bihinduka. Nyamara ugasanga ntacyo wakoze, kandi ntanicyo uribukore. Ngaho kara bijyishoboka ko ukora Imana ishimwe.

  • @nzabandorathomas9428
    @nzabandorathomas9428 ปีที่แล้ว +1

    Munyibitsa iminsi ya kera ubwotwakiraga Yesu nkumukiza wacu.

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Yesu abahezagire cane🙏💖

  • @solivanmelodocanto2053
    @solivanmelodocanto2053 ปีที่แล้ว +1

    Lindo... lindo demais... Achei um bom amigo... Jesus o salvador!...🙏

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      God bless you abundantly 🙏💖

  • @NiyontezeEraste-kf1yp
    @NiyontezeEraste-kf1yp ปีที่แล้ว +1

    Indirimbo zanyu zitwongerera inkomezi. Turabakunda cyane. Murantera inkumbu nyinshi yo kuzosubira gusengera muri église yacu nabayemo imyaka myinshi gushika 1994. Ndizera ko un jour ou l'autre nzobishikako. Imana ikomeze ibatuzigamire.

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @elientakirutimana9810
    @elientakirutimana9810 ปีที่แล้ว +2

    Ndabakunda cyane Imana ikomeze ibakoreshe Umurimo wayo!!!!!

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

    • @elientakirutimana9810
      @elientakirutimana9810 ปีที่แล้ว

      Mwaretse nkabaha numero yanjye nkoresha kurinwhatsapp mukazazimpa ari audio nkajya ngenda nzumva mu modokali?? Byakunda?

    • @bizimanakosiriya9138
      @bizimanakosiriya9138 ปีที่แล้ว

      ​@@elientakirutimana9810 n 3½

  • @GerardNiyungeko-ec4os
    @GerardNiyungeko-ec4os 3 หลายเดือนก่อน +1

    Yesu,abakomeza kkomukijije imitima yarushe

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @Sethbenoit7
    @Sethbenoit7 ปีที่แล้ว +1

    Ndabakunda,ndabakumbuye,indirimbo nkizi zinkunbuza mu Nyakabiga aho nkunda cane. Yesu abahe umugisha ko mukomeza guzigama orginalité y'izi ndirimbo dufise mu igitabo kuko hari benshi bagenda baraziririmba ukutariko bikambabaza.
    Ndakumbuye kuririmbana namwe ninza bizonduhura umutima!

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen! Yesu Kristo aguhezagirane natwe Mwene Data Seth-Benoît 🙏💖
      Karibu cane mu Nyakabiga.

  • @hakizimanaaline196
    @hakizimanaaline196 ปีที่แล้ว +3

    Amen🙌

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @MbabaziLucky-tx7en
    @MbabaziLucky-tx7en หลายเดือนก่อน +1

    Lord I need that river of blessings Amen 🙏

    • @meirratv
      @meirratv  หลายเดือนก่อน

      Amen. May the Lord grant you what you prayed for 🙏❤️

  • @janenshimiyimana2924
    @janenshimiyimana2924 ปีที่แล้ว +2

    Nice song I love it

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      God bless you abundantly 🙏💖

  • @nicolemushimiyimana5358
    @nicolemushimiyimana5358 ปีที่แล้ว +1

    Murarirmba neza cyane uwiteka abampere imigisha 🙏❤

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen. Namwe Yesu Kristo abahezagire 🙏💖

  • @philbertkwizera8100
    @philbertkwizera8100 ปีที่แล้ว +1

    Turabakunda, turabanezerererwa.
    Imana ibahezagire abondamment

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen! Murakoze cane🙏💖

  • @user-iz8ew1ku1j
    @user-iz8ew1ku1j 7 หลายเดือนก่อน +1

    woooow, ndabakunze cane rwose basangirangengo b'i Burundi. Uwiteka aduhane umugisha. munkumbuje igihugu cyo mu ijuru aho tuzahurira duturutse mu amahanga atandukanye y'isi. mbasabiye ngo twese tuzahurireyo. Ndi umu adventiste du septieme jour ariko twese turi umwe muri kristo Yesu ndabakunda.

    • @meirratv
      @meirratv  7 หลายเดือนก่อน +1

      Amen Amen. Kristo Yesu aguhezagirane natwe muvandimwe mukundwa 🙏💖

    • @uwamahoroclaudine6891
      @uwamahoroclaudine6891 7 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏

  • @great683
    @great683 8 หลายเดือนก่อน +2

    YESU abahezagire Cane

    • @meirratv
      @meirratv  8 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏

  • @alexiskuwizerwa7543
    @alexiskuwizerwa7543 11 หลายเดือนก่อน +1

    Amen,muririmbe n'izindi ,zaraturyoheye cyaneee,Imana ibahe Umugisha

    • @meirratv
      @meirratv  11 หลายเดือนก่อน +1

      Amen. N'izindi ziriko zirategurwa vuba cane tuzozibashikiriza. Mushishikare guhezagirirwa!

  • @adielmukozi5983
    @adielmukozi5983 ปีที่แล้ว +2

    Best song ever

  • @LeonardMusengimana-nr8qq
    @LeonardMusengimana-nr8qq 11 หลายเดือนก่อน +2

    Imana ibahe umugisha bwoko bwimana mwe

  • @user-hv4px1dh4l
    @user-hv4px1dh4l 3 หลายเดือนก่อน +1

    Imana ibahezagire caane❤❤❤❤❤❤❤❤❤

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @yvonnegahimbare
    @yvonnegahimbare 3 หลายเดือนก่อน +1

    Amen tuzomubona Yesu

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @donatienntirutwa6328
    @donatienntirutwa6328 ปีที่แล้ว +1

    Egooo cane tuzobonana. Yesu abahezagire cane

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏😨

  • @user-xq2mr1hy4s
    @user-xq2mr1hy4s ปีที่แล้ว +2

    Ntimucogore dore turi munyongezo y'imyongezo.

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @jeaninecampwata2906
    @jeaninecampwata2906 7 หลายเดือนก่อน +2

    Amen yesu nashimwe

    • @meirratv
      @meirratv  7 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @nigaruraodette9738
    @nigaruraodette9738 ปีที่แล้ว +1

    Iman ibahe umugisha niherezo ryiza nukuri muzoje mwijuru

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen Amen🙏💖
      Tuzorijanemwo!

  • @solivanmelodocanto2053
    @solivanmelodocanto2053 ปีที่แล้ว +2

    Esse louvor pra mim é vida!...🙏⭐⭐⭐⭐⭐

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @marcelmandela7149
    @marcelmandela7149 ปีที่แล้ว +1

    Murakoze kurizi ndirimbo. Ziranyubaka

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Mushishikare guhezagirwa 🙏💖

  • @mwenentare2930
    @mwenentare2930 5 หลายเดือนก่อน +2

    Amen!

    • @meirratv
      @meirratv  5 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @user-bx6ys1ph8v
    @user-bx6ys1ph8v 6 หลายเดือนก่อน +1

    Merci Seigneur

    • @meirratv
      @meirratv  6 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @EvaristeNDUWIMANA-ks7kc
    @EvaristeNDUWIMANA-ks7kc ปีที่แล้ว +2

    Bashaiyabatwamamundirmizimanavyobayevyiza"

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว +1

      Kwamayo birashoboka🙏💖

  • @damascenengirinshuti2211
    @damascenengirinshuti2211 ปีที่แล้ว +1

    Umwami Yesu abahezagire mwese

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @user-rj1vr7jl6d
    @user-rj1vr7jl6d 5 หลายเดือนก่อน

    Mu ijuru nta mwera nta mwirabura tuzareshya.Amen

    • @meirratv
      @meirratv  5 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @user-uj1lf7pk2k
    @user-uj1lf7pk2k 6 หลายเดือนก่อน +2

    Praise be to the lord

    • @meirratv
      @meirratv  6 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @marienyi579
    @marienyi579 ปีที่แล้ว +2

    Imana ibaha umugisha wuzuye pe

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @user-jc5pb9il8e
    @user-jc5pb9il8e 7 หลายเดือนก่อน +1

    Soit bénis dans le précieux nom du Seigneur Jésus Christ pour ces cantiques.

    • @meirratv
      @meirratv  7 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

    • @munezeroemelyne5083
      @munezeroemelyne5083 7 หลายเดือนก่อน

      ​@@meirratv❤❤❤❤❤ ❤0

  • @sifadianeirankunda9000
    @sifadianeirankunda9000 ปีที่แล้ว +2

    Amen amen Yesu arampisha.

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen🙏💖

  • @user-cs5sy4zi5k
    @user-cs5sy4zi5k 4 หลายเดือนก่อน

    Amen, Imana ibahezagire

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @oliviermugisha1371
    @oliviermugisha1371 ปีที่แล้ว +1

    Angaburira manu yo mw'ijuru.. Aruta inshuti zose zo mw'isi.

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @hacimanaetienne-wj1gp
    @hacimanaetienne-wj1gp ปีที่แล้ว +2

    Hallelujah

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @yvetteniyomwungere7024
    @yvetteniyomwungere7024 ปีที่แล้ว +1

    Allia Yesu!! Amena! Imana ibampezagirire

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @godalone3487
    @godalone3487 5 หลายเดือนก่อน +1

    Mbega tuzokoranira

    • @meirratv
      @meirratv  5 หลายเดือนก่อน

      🙏💖

  • @valeriemozzi5460
    @valeriemozzi5460 ปีที่แล้ว +1

    MERVEILLEUX JÉSUS CHRIST 💙💙🙏🏽🙏🏽👍

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Que le Seigneur vous bénisse abondamment 🙏💖

  • @niyungekodarius6541
    @niyungekodarius6541 ปีที่แล้ว +2

    Hallelujah Hallelujah Hallelujah

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen Amen Amen 🙏💖

  • @ashimwebrave784
    @ashimwebrave784 ปีที่แล้ว

    Imana Izamfashe nzasengere Murusengero rwanyu Imana izahangeze. Ntuye Mu Rwanda

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Karibu cane Yesu aguhezagire🙏💖

  • @user-dr5jo9bi1c
    @user-dr5jo9bi1c 7 หลายเดือนก่อน +1

    Hezagirwa mweeeese abakiri hano kuri iyi si y'amarira!

    • @meirratv
      @meirratv  7 หลายเดือนก่อน

      Amen twese🙏💖

  • @moisecishahayo
    @moisecishahayo ปีที่แล้ว +3

    Amen amen 🙏🙏

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @manirankundajules9226
    @manirankundajules9226 ปีที่แล้ว +1

    MUKOMERE KU MURRIMO BANA B IMANA

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen🙏💖

  • @irankundajeandamascene5427
    @irankundajeandamascene5427 ปีที่แล้ว +1

    Imana ibahe umugisha turabakunda cyane.

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @christella5092
    @christella5092 6 หลายเดือนก่อน +1

    Ndahezagiwe

    • @meirratv
      @meirratv  6 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @TonyIbyikunze
    @TonyIbyikunze ปีที่แล้ว +1

    Que Dieu bénisse l'Assemblée

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 2 หลายเดือนก่อน +1

    Courage! Vuba muduhe izindi shasha kugeza izirimugitabo zose tuzimenye kuzihibongoza

    • @meirratv
      @meirratv  2 หลายเดือนก่อน

      Murakoze cane kudutera intege. Turizera ko Album igira 2 igiye gusohoka vuba kuko yarahejeje gutegurwa hasigaye uburenganzira bwo kuyishira ahabona.

    • @lovepeace5460
      @lovepeace5460 2 หลายเดือนก่อน

      @@meirratv Glory to the Lord!