ALVELLA muhimbare Ararize cane😭VESTINE na DORCAS🇷🇼Atakurya umunwa||Nabeshewe ko nafashwe kunguvu
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 15 ม.ค. 2024
- @alvellamuhimbareofficial #alvella #hittoptv1 #burundi #congo #rwanda #kigali #bujumbura #burundi #gospel #umubavu #landrypromoter @LandryPromoter #hittoptv1 @hittoptv
#vestinedorcas - บันเทิง
th-cam.com/video/zTgC1ADMVME/w-d-xo.htmlsi=0LxFD3-GhIO-9DNF Dushigikire uyu mwana✊🏾✊🏾✊🏾
Numwana wawe?
Abarundi dukunde ivyacu mushigikire impano zabiwacu Alvella hejuru cane.
Uvuze neza🎉🎉🎉🎉
Sha nanje ndavyipfuza kandi ndabikunda ariko simbona aho vyoca bivanye naho ndi
Wawooo!!!! Iman imujimber turamukunda aha rumonge💗💗
Arivella indirimbo yawe ndayikunda cane imwe uherutse gusohora ** wumvise gusenga kwanje** ndayiririmba nukurira nkarira .Imana iguhe umugisha ubandanye uterimbere.
Alivella ndu munyarwandakazi imbere cyane ndagukunda
Arafise talent cane agire courage
Landry ufise ubwoba ko niwasaza abana bazokwita umurozi😂!!
Alvella Muhimbare wacu, expérience ni nini cane. Komeza utere izindi ntambwe
Love from BE CHAP TV ❤
Ndakunze ukuntu alvella avuga nk'umukozi w'Imana
Alvella ndagukund cyane lmana igushyigikire ❤❤❤❤
Landry komezaaa.udutemo gusa ABA star bacu uzoz ubateguza ❤ .kuk TV yaw ni kioo cha inchi yetu🇧🇮 hamdan ngz
Nukr alvella muhimbare ndamukunda cn kk mwizo ndirimbo ark akora ubu zirampimbara cn aho turi🇰🇪
Sha uyu mukobwa mukunda urukundo rudasnzwe pe apana ubufana
Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤❤
Sha Alvera arakunda se wiwe twarabany mumusema mukayanza i butaganzwa yarakunda kumbwira ko iyamwibutse acarira😢
Mwakoze ikiganiro kiza kbx 😮😮😮😮
Alvella ndagukund cane nukuri Imana igushyigikire
Muhimbare I love you from 🇷🇼
Nice kukiganiro Ruyigi baraguruk p.
Ugiy Kutwemez uyumwak uzany umuvuduko bibonekako utanguranye n'Imana
Iyo song y'Umubavu rero sasa niyo song ya Alvella Muhimbare ikura umuntu muvyiwe 👌📷
Wow! Kumbe uru mu nya Ruyigi wiwacu Tera imbere mwana wiwacu
Vyizacane turamwemera
Imana ikwongere amavuta Alvella wacu
Kabisa naje ndamuteye intege cane.kandi ndamukunda cane.
Alvella mwiyiminsi ari kunyuzuza cane
Ihangiro tv
Uyomwana ndagukunda cane narinavuzeko nzomuha mutoyawanje
Ndakund alvella muhimbare 🙏🙏🙏🙏
Ndagkunda cne alvella
Uzi kuririmba neza caneee sister
Courage mwiza wajew❤❤❤❤
Ngo umuntu avuye ibujumbura yafatwa nk'umu diaspora 🥰
Umumpere intasho ati numufana waw womuruyigi
we Alvere nomurusengero baratanga imperezwe kugira pasteur abeho ababivuga nukudatahure .twe turakwikundira bandanya
Landry wambwawe ndagufana😂😂😂😂😂 Nigisirimb uratamb ndakeseri😂😂
Alvella wirambire
Ñjyewe nakunze flim yakoze nziza ikibazo nabonye agace kamwe utundi ndatubura
i like you alivella👌👌👌
Ndabakunda cane inyigisho zawe ndazikunda gose
❤❤❤❤
Landry uranyish kugisirimba😂
Hejuru cyane ndagukunda❤❤❤courage iman'igukomeze❤❤❤
Nukuri nanje uyumukobwa ndamukunda cane
#Alvella Abanyarwanda dukunda ibihangano bye
Biriko biraza komuriko murakoresha naba Gospel
hhahahha naje kwl narinzi k alvella afise umwana kwl sha pol sana abantu bafata ivy bishakiye kwl
Ndakwikundira diisi uturirimbo twawe tumpezagira cane iyo ndiko ndapagasa kwanyamwema nkaduturamwo nunva umutima uruhutse imana iguhe umugisha ❤❤🇧🇮
Alvella ndagukunda cane vrt imana ubandanye iguhezagire
Alvella iryandirimbo yaraturyoheye cane.uhezagigwe
alvella imbere cane
❤
Jewe nzogu support
Ew Landry shaa warugatamvy😅😅
Ahubwo kimusigurir neza urumutananigwa mumuziki ndundi urakaze
Alvella ararenze cane
Respect kuri mwese
Alivella🎉🎉🎉 chouchou
Courage
Alvella hejuru❤❤
❤❤❤
❤❤❤❤Alvella Jtm
❤❤❤❤❤❤
Landry wasubiriye gushirako ya madrapeau wewe ntiwumva
My dear iyi ni tv ya Entertainment mwana ntugahuze politics na show business kuko ibyo bapfa ntitubizi Ubuse ejobundi konabonye Kilikou ari muri club ikomeye hano ikigali yatwitse na ba muyango bamutumiye Kandi ko yaduhaye show hagashya 🔥 ubwo yakoze ikosa ntitukivange Mu bya politics kuko burya iduhisha byinshi 🤣
@@murekeyisoniemelyne4393twentama politike turimwo pt ahubwo twende 🔥🔥🇧🇮👌👌🇧🇮❤️
❤❤❤❤❤
❤❤
❤️❤️❤️❤️❤️👌
Landry muze muratumira na ba gospel cane ntimugume muri secura gusa.
th-cam.com/video/RD4yKhyQb70/w-d-xo.htmlsi=41aOPFV2TZN_3YmI
Landry kurumuti kl
Turakwubaha🙏
❤️❤️❤️❤️🤞
Arashoboye
Landry ivyo bintu uguma uvuga we wabisomyehe muri Bibiliya kweri??Ntiwasaze?🤣🤣🤣🤣🤣
Hezagirwa mukobwa mwiza
❤️❤️❤️❤️❤️
Kigali tukunda ibiganiro byanyu
Oy nukur iyo umuntu akoze igikogw cnkico nukumufata mumugongo
Landry soma bible muta mugiy muvya bible urumva ko alvella agufise
😂😂😂😂😂ntacorosheee
ArivellA wubahwe chaka kukubna
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Landry😂😂😂😂
Imana yakurije impangu birangira udafashwa 😂🤣🤣❤️🇧🇮👌🤞✌️🎥❤️❤️❤️
Randy 5kuri 5
Kora kor
Ndakwibuka muvumbuzi ugikorera ca kinyamakuru
Bagukubita muri toilet
😂😂😂😂
😂😂😂😂😂
ex turban nawe
🤣🤣🤣🤣
😂
😂😂
Bkmra
Nugeze aho wewe warabagiriye ishari nubasabe imbabazi nyabuna wewe twaragufana ariko warerekanye inyifatombi kuca univuga bataragira concert
Sha nanje ndavyipfuza kandi ndabikunda ariko simbona aho vyoca bivanye naho ndi
Imana ikwongere amavuta Alvella wacu
Nanjye narinzi ko ari ukuri
❤❤❤
❤❤❤❤❤❤
❤❤
Courage
😂😂😂😂😂😂
❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤