INTAHE ya Prophete JOSHUA iteye Ubwoba Ararize😭😭Yishuye Ibibazo vy BIG FIZZO|Abajijw ibibazo Bikomey
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 27 มิ.ย. 2024
- @bigfizzoofficial #bigfizzo @hittoptv #hittoptv1 @LandryPromoter #landrypromoter #bujumbura #burundi #pastor #prophet #imana #god #jusus #kigali_250 #rwandatoday
- บันเทิง
Habwumugisha Prophet ikomereze umurimo wahamagariwe abakujajangi ntukabateko umwanya Imana nayo ikorera igihe coyo🙏🙏❤
Uno munsi mbaye muba mbere.
Mumpe ama like nibandanirize
Abantu turindiriye KO Fizzo aba pasta 😂muze mukande like
God bless you Prophet 🇧🇮🇧🇮
Fire 🔥 Ubuvugishwa bwamyeho nakera I will love u dady ❤
IMANA igukomeze mukozi wimana❤
Randri komera umubajij ibikogwa bikomey ichengero zubu ziragoy ninkomezi zimana barazicanga nibigigwamanubu
IMANA yomwijuru iziduhe kumenya abavugishwa banyabo kuk ikigih nticorosh
I love you Daddy
😢😢😢😊
Uzotumire kagisye Marc
Landry kuki utamubajije kukibazo cerekeye imwesho yiwe??
None Kobavugishwa Kubakene gusa ngo Imana igiye kuguhindurira amateka Kandi tuzi neza ko Imana isanzwe ihindura amateka kumwana wumuntu Niberekwe bongere bavugishwe Kubigiye KUBA Mugihugu Bongere bahanure Nabaganza Nico gikogwa C'Umuvugishwa
Ahubwo
Uyu mujama arafise iyamutumye kwl!hhh
Iyonyishu atanze ntihura nikibazo yarabajijwe😂😂ngo Yesu ntiyazuye bakanaka wewe sigura impamvu mutaja mubitaro gusengerayo ngobakire ivyovyokutizera ubikuyehe lwariwew uvyibwiye 🤔🤔none wew kontarabon mudusigurir izondimi muvuga jewe mbere ndaziko mubamuriko muhamagara abazimu kuko sinumva ivyomuvuga😅😅kandi nikokuri kuko ntuba wasiguriye ivyuvuze
Landry ba mugabanya politike mu bintu vyanyu. Kuki MWe n'a Simbizi mugarukana cane président mu majambo yanyu
Inyishu zuwomugabo utumvirije neza yogukanga arahenda abatamuzi reka dusabe chimamanda aze agire icabivuzeko mugutanga commentaires😂😂😮
Niwe wizeye yogufasha gutahura?
God bless you my father
Nomubantu nanka bambere ni ww mutama
😅😅😅😂😂😂😂
Uwumujama urikuramuraba urabona kwashonje!!! Kandi Look yiwe iteyamakenga!!! Only God can judge sindamuciriye urubanza gusa uwobakorera azobahemba
waravye nabi bro ,burya umuntu wese afise uko Imana yamuremye hari abonze n'abavyibushe.none wafatiye kiki kugira uvuge ko ashonje?