ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Je izina ryanje Ni Pascal Ntahomvukiye.93 nakorera mw'Isale Bujumbura rural.nari umwigisha.kurokoka kwanje habaye Imana kuko abo twari kumwe barabishe turiko duhunga.Imbere y'amatora no mumatora batubwira ko badatsinze umututsi azoca afutwa .Nivyo vyabaye Ndadaye apfuye baciye batwararamwo kuko ndiubatutsi bacitse kw'igufa. Aho nishuye gusa Kuri ico Apotre avuze ko Bari bariteguye imbere yIgihe.Peut-être nzotanga témoignage iramvuye hanyuma
Wabaye ihonyabwoko ya barundi. Gusa muri rusangi
Nimureke kubesha abarundi frodebu niyoyishe ndadaye muzofanabi nububeshi mufise
None nide yakoze ihonyabwoko ya baganwa?
Mukasi yanka kuvugisha ukuri abishe Ndadaye arabazi neza cane.soit ariko apfukira abatutsi b'iwabo soit abifisemwo uruhara yanka kuzokurikiranwa.yamara murabeshe muhunga justice y'isi iy'ijuru yoyo ntaho muzoyica.umwami yishwe n'abatutsi bo mumuryango iwe,Rwagasore la meme chose,igihugu catwarwa n'abatutsi ico gihe cose,amahonyabwoko yose yabaye yari yarateguwe n'ubutegetsi bwari muminwe y'abatutsi.sinanse ko hariho abatutsi bahitanwe n'ugwimo ariko abo baguye mumporero baba sacrifié par ivyateguwe na bene wabo bashaka kuguma aribo batwara mugutangura kugira elitocide hutu baburizwemwo incabwenge hutu kwi revolta.kagama ko yabitse amagufa soit disant y'abakorewe ihonyabwoko ry'abatutsi bakaba n'ubu bayunamira ko atawumukoma mubonye rero cvr iriko inyegurura ivyo mwakoze ngaho muriko muduza iminwa.ni nk'ico gipfu cigirz umukozi w'Imana cama kiriko kirabesha.murahumba ivyo mwikoza ntibizobahira ukuri isi yose irakuzi cokimwe nukuri kw'ivyabaye mu rwanda.mwene wanyu kagome yicaye azi ko bitazonyeguruka.sinzi igituma reta itevye gusinya ko habaye ihonyabwoko mugabo iconzi co bizotinda bishike
Dufashânye cânké twībútsanye imvúgo kugírango uwutwûmva ashiré amazīnda. Wōsānga arí jēwe ndavyúumva nâbi muhezé mūmpubûre:« Ihónya bwôko ry’ábatūtsi» nūmva ihónya bwôko ryaákozwe n’ábatūtsi.Uwoóvuga nawé ati: « ihónya bwôko bw’ábatūtsi » cânke «ihónya bwôko ryaákorewe abatūtsi »?Ikiruúndi turagisāngiye twëse ntáwe ndakirushá nāsóbānuza gusa, tugiré amahóro.
Nta honyabwoko rizosubira kuba, dutegerezwa kubana twese mu mahoro. Benshi baratahuye ukuri.
Bamwe nati ihonyabwoko ryakorewe abahutu rikozwe n'umugambwe uprona kuko ariwo watwara abandi nabo ngo n'ihonyabwoko ry'abatutsi ryokozwe 'a frodebu.ivyo bitama nibireke kubesha il est question y'inda ndende z'abanyepolitique baba bashaka kuvyaza umusaruro ihonyabwoko.mais tout le monde connait la verité.muhebe mumaramazwe no kwama muriko murabesha mufise imvi kumutwe.Rwagasore ntiyishwe n'abo mumuryango iwe b'abatutsi.ahubwo mukasi yama aduza umunwa kubera guhunga justice.none ndandaye ko yishwe n'igisirikare ico gihe catwarwa na bande s'abatutsi,kuri Rwagasore igisirikare catwarwa n'abatutsi nyene.donc arretez de mentir
Oya 93 ni guerre civil, genocide ni 72 kubera iki? Genocide iba préparé na government. None genocide yoba gute 93 Kandi frodebu Bari bayitembagaje? Mwabakirambere mwe! Nimwiheshe iteka mwame muvuga ukuri!..twebwe tukiri bato turabigirako vyinshi!
Je izina ryanje Ni Pascal Ntahomvukiye.93 nakorera mw'Isale Bujumbura rural.nari umwigisha.kurokoka kwanje habaye Imana kuko abo twari kumwe barabishe turiko duhunga.
Imbere y'amatora no mumatora batubwira ko badatsinze umututsi azoca afutwa .
Nivyo vyabaye Ndadaye apfuye baciye batwararamwo kuko ndiubatutsi bacitse kw'igufa. Aho nishuye gusa Kuri ico Apotre avuze ko Bari bariteguye imbere yIgihe.
Peut-être nzotanga témoignage iramvuye hanyuma
Wabaye ihonyabwoko ya barundi. Gusa muri rusangi
Nimureke kubesha abarundi frodebu niyoyishe ndadaye muzofanabi nububeshi mufise
None nide yakoze ihonyabwoko ya baganwa?
Mukasi yanka kuvugisha ukuri abishe Ndadaye arabazi neza cane.soit ariko apfukira abatutsi b'iwabo soit abifisemwo uruhara yanka kuzokurikiranwa.yamara murabeshe muhunga justice y'isi iy'ijuru yoyo ntaho muzoyica.umwami yishwe n'abatutsi bo mumuryango iwe,Rwagasore la meme chose,igihugu catwarwa n'abatutsi ico gihe cose,amahonyabwoko yose yabaye yari yarateguwe n'ubutegetsi bwari muminwe y'abatutsi.sinanse ko hariho abatutsi bahitanwe n'ugwimo ariko abo baguye mumporero baba sacrifié par ivyateguwe na bene wabo bashaka kuguma aribo batwara mugutangura kugira elitocide hutu baburizwemwo incabwenge hutu kwi revolta.kagama ko yabitse amagufa soit disant y'abakorewe ihonyabwoko ry'abatutsi bakaba n'ubu bayunamira ko atawumukoma mubonye rero cvr iriko inyegurura ivyo mwakoze ngaho muriko muduza iminwa.ni nk'ico gipfu cigirz umukozi w'Imana cama kiriko kirabesha.murahumba ivyo mwikoza ntibizobahira ukuri isi yose irakuzi cokimwe nukuri kw'ivyabaye mu rwanda.mwene wanyu kagome yicaye azi ko bitazonyeguruka.sinzi igituma reta itevye gusinya ko habaye ihonyabwoko mugabo iconzi co bizotinda bishike
Dufashânye cânké twībútsanye imvúgo kugírango uwutwûmva ashiré amazīnda. Wōsānga arí jēwe ndavyúumva nâbi muhezé mūmpubûre:
« Ihónya bwôko ry’ábatūtsi» nūmva ihónya bwôko ryaákozwe n’ábatūtsi.
Uwoóvuga nawé ati: « ihónya bwôko bw’ábatūtsi » cânke «ihónya bwôko ryaákorewe abatūtsi »?
Ikiruúndi turagisāngiye twëse ntáwe ndakirushá nāsóbānuza gusa, tugiré amahóro.